B Face ngo ntazi uwamubamvye/Natasha sindanamusoma n'akazi gusa/ sigishegu twaririmvye ni football
Вставка
- Опубліковано 21 жов 2024
- Kora subscribe, like na share mudufashe kugeza Kure ibiganiro tubakorera
Follow us On:
FACEBOOK :👇
www.facebook.c...
INSTAGRAM :👇
www.instagram....
Hindukira's Link 👉: • B FACE - HINDUKIRA ft....
I love you B Face good work
Amen B face terimbere imana ikujimbere urashoboye
B face u R on di top ...nic track ...en big to vibes tv....
Hosy courage👌
Bi wanj I'm your fan u know❤
Face, like it how u are bdy!!!!beside yr rap,u too smart always!! Gusa iyo song uzotange unsiguro yumvikana
Journalists ni top! Amen!
B face . fresh kabisa courage bro
Hosy kabix ndagufana cane ikiganiro cawe kiraryoha ubaza neza.rap yuda big up sana bro💪💪💪
Bi fes ndagukunda cane gose ndagufana cane na chr yantumye nkubwire kwa gukunda cane gose
"Amen" pasteur rap yuda je ubu Niko ndakwise
Big up b face ndagufana vyose nukuri kndi urapa bien so iyiheruts havuzwe vyishi kurya mukino wakorey entrenema!so hosy umwita amazina meshi man,pti yangu,dogo,lasta man 🙆.courage mwese ni bo
😂😂😂Ni hatari
Ntabitutsi Birmwo Ahubwo Nicigwa Kubakuze 😂😂😂
Dank u....Hosy. wabikoze neza .ariko nari nasavye kuri interview wakoranye na Bizzo wezo ko wobaza B-face kwatiyandikira. So, iyo ndirimbo B-face nareke gusigura vyinshi ng niza football barimwo gukina. n igishegu cibereyaho baririmvye knd Natcha arakunda izo hit. D une manière gnrle nivyo bigezweho. Point c tout!.
Olalaaa sorry kuba naribagiye kubimubaza ariko promis k next time nzokimubaza
@@sirenvibestv mrc qd mm
Iyi subtitles yantwengej saaana Irakoze 😂😂😂😂
Ubazanez Ndabakunz❤👍👌
Nc bi wamiyee ndagukunda mani
Siren Vibes Tv💞💞💞✌
Courage
Things gets better with time
Mercii
@@hosyirakoze Hola Hosy I'm isaac from Australia or Aussie
Ndashak gu crea TV Online yiwanj shak ko umfasha ivyiyumviro kugira ndayi cree let's talk more inbox
isaac10029hughess@gmail.com cank
+61466052364
Uyumujama mumuveke ajenabi utwotuntu twutubazo twimitego aratumenyereye wa kayanza yaratumye nsubiza kumviriza umuziki ndundi naheruka hufana oncle crzy
Nakubali baba Bambie navyibishegu Mani niterambere ahubwo turacarimbere
Aye
Waoo 👌👌
B-face is good.
Wishuye neza B Face
🎉
Keep up!
Thank you
@@hosyirakoze ndakumisinze kabisa
Muri USA Turabakunda caneee
Camera yerekanye Jouralist gusa 🙈
yeah doubai turabafana
Akazi nigafatwe nk'akazi. Ivyo muriko murakore ni ikiyago gisanzwe. Mwijambo rimwe umumenyeshamakuru ntiyateguye ivyo abaza B-Face.
Abantu Banje Disiii bwabundi murabakera muze mugume mwikundaniye ukonyene kbs ndakunda ibiganiro vyanyu biba bitesa
Damukiriza"B_f"kenya"turagukuda
Amen
ndahumuzi bro😍😜
Icobikoze Mazina yanje Irakoze Hosy uri mwiza vrt
Ararenze
😂😂Urakoze cane mazina
Namkubali sn
Ngira
B fec komera wivugira make bro kandi arimwo ubwenge
🙏🏿🙏🏿❤❤
Yooo, nari nagumy mfyura amaso nkurondera kuri buja hit tv kumbe uraha?
Special thx!!
Ka Irakoze kaderangea mugisilencieux
😅😅Karimutse
Rap yunda ndakwemerasana
Amain
Abanwanyibaywe"tukurinyuma
#ntawenzichallenge ndabona ibandanya🤭
😂😂😂😂Ivyo bintu wazanye
DJ-PHILBYTE genre ababivug bos bavyumvis iwaw
Murimukazi canke muriko mufyina ikidogo wapii ubupumbafu buzohore buza inyuma yakazi
Ntabwo yatukanye ni just kuba we imbere yaba fan biwe...
ngo we urabizi petit😀😀😀
Ntatubesh iyo foot ntibaho.bar mu gitanda twarabavumbuy😃😃😃
Bfac"sagararausagambe"
Aho hantu ntihabna neza
camera wap
hahahahaha Bface yarasaze
Ewe Mpawenayo Tip Milly😍
😂😂😂😂😂
uyumus waganiiriy nabi b umu journaliste wamugoye
Komera kabisa
Camera ni fake kbsa raba ingen b face atabonek
Exact