Ibibazo vya internet bigiye gukemuka, Reta y'Uburundi yoba iriko ikora iki?
Вставка
- Опубліковано 17 жов 2024
- #indundinews : Umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo ugutumatumanako amenyesha ko Ibibazo vya internet itameze neza bihari kandi babibizi, akagirako yerekana utwigoro twa Reta y'Uburundi mugutanga inyishu....
- Розваги
nn ivyo bintu aho baduhendeye knd mbona gushika ubu netwiork ari ikibazo
ariko reka turindire nyene turabee
None ko mubisata vyinshi baguma batubwira bigiye gukemuka ntihagire igihinduka?Ubwo Abo muri gouvernement bansanze abarundi twesese turi ba niryo?