Biragutangaza😳|Mama Canjo Amissi ni muzima|Christian Nsavye ngo:Canjo Amissi Yapfuye atawumwitayeho
Вставка
- Опубліковано 25 січ 2021
- #ChristianNsavye avuze zimwe munkuru Kurupfu twa #CanjoAmissi nuko yavuye i Bujumbura Apfira i Ngozi kubwo kubura uwumuba hafi ngo amwiteho
Raba Umenye uko #Mama_Canjo abayeho n'ubuzima abayemwo biraza kugutangaza cane
Christian asaba ko bohaguruka bakagarukira Umuziki wa kera n'abawukoze kugira ngo ntibazotakare amazimayongo
Kurikirana ikiganiro cose - Розваги
Iki kiganiro cawe kizohav kiba icambere kuko ntabinyoma birimwo nibintu vyuguhtarisha courage👌🏼
#Iyutinze #Birapfa
Murabura gukwakwanya mwige Umudiho wakaranga
👏👏👏👏👏🤝mwubahwe ndabemera mwese
Christian NSAVYE na Alan the Real ,,Mwubahwe 🙌🙌
legendary💪🙌
🔥❤️✔️
Hhhh Christian Nsavye urumushakashatsii ndavyumva courage ivyo uvuze nivyo dukeneye la Salsa a la Burundaise
Nimupe inimero ya nsavye ndamukunze afise Experience
Vyiza cane
Mwaragikoze
Sawa sawa ni bon
indundi mwirambire murabikora neza
😋😋😋💃💃💃💃💃💃💃💃
Vyiza cane