Kuvuga ikirundi/ igi Somali vyabazaniye akarusho kuko bose vyabafashije mu kazi kabo ka minsi yose.

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 16 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 18

  • @theafricanhauler3396
    @theafricanhauler3396 Місяць тому +3

    Mash' Allah 😊😊
    WAAAO 😊❤
    akivuga neza caaane kuruta benshi bavukiye mu Burundi na benshi baba mu Burundi
    🎩

  • @Rugambamachine7714.
    @Rugambamachine7714. Місяць тому +4

    Wow Imana imuje imbere agisuvya benshi muri nabantu bibuyenzi iwacu

    • @azizasudi
      @azizasudi Місяць тому

      😂😂😂😂 💯, nanje

  • @AmisoMuyohira
    @AmisoMuyohira Місяць тому +1

    Ndishime ingambo zacu zuburundii 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Ni mwubashwee 🙏🙏

  • @JafariQuraish
    @JafariQuraish Місяць тому +1

    Wow it's Amazing

  • @cynthiaburundi5116
    @cynthiaburundi5116 Місяць тому

    Nivyiza🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @Luckyonek-p7u
    @Luckyonek-p7u Місяць тому +4

    ndishimye nkorana naba Somalia muri kenya 🇰🇪 nina bantu beza kumutima numubiri 18%100 bagirikigongwe nubugwaneza jenkoranyenabo imyaka ndwi rero ndabazi

  • @abdallahjuma7997
    @abdallahjuma7997 Місяць тому +5

    Naje haraba malawi benshi maze kwigisha ikirundi ubu basigaye bakivuga neza

  • @djpatruick
    @djpatruick Місяць тому +1

    Biratanganje kubona avuga Ikirundi neza kurusha Abarundi bo Mubwiza na Buyenzi, ibi bibahe icigwa

  • @olivergir8207
    @olivergir8207 Місяць тому +1

  • @anicetnsabiyunva8235
    @anicetnsabiyunva8235 Місяць тому +3

    Komera TV

  • @bigjohnnevergiveup
    @bigjohnnevergiveup Місяць тому +1

    Mbega uburundi bwambere

  • @AmyStale-d6u
    @AmyStale-d6u Місяць тому

    Mukanyosha mubusoro nyamba ati mukajiji hari husomariya murajana Abe umusiguzi

  • @EmileNkunzimana-dg9ky
    @EmileNkunzimana-dg9ky Місяць тому +1

    😂😂😂nukuri murantwengeje cane kumbe indimi ziraryoshe

  • @Tubivugetv990
    @Tubivugetv990 Місяць тому

    umusirikare KABAMO yubahwe

  • @renobander7209
    @renobander7209 Місяць тому

    Mbe abantu ko mushima umusomaliya gusa mbe uwu murundiwe ntagashimwe akwiye. Bose ni abahinga

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja Місяць тому

    ❤❤❤😂

  • @Bigenergy94
    @Bigenergy94 Місяць тому

    Uwo mu Somali naze yibere muri Eden tumuhe n'umugore bavyare barondoke ariko mwibuke ko idini rimwemerera bane 😂😂😂 so azokwiyongera uwo azokwifuza East Africa ni nini