Amakuru yo ku wa 21 Rusama 2024

Поділитися
Вставка

КОМЕНТАРІ • 8

  • @hoppyjerry
    @hoppyjerry 29 днів тому +3

    Ewe Leonce sha, kweli umvugiye ibintu nuko ndi muto nabuze aho nobiserurira. Ivya democratie nta nyungu nimwe vyazaniye abanyafrika, uretse amarira n'amaganya gusa.

    • @PrimeNiyongabo-ee1nn
      @PrimeNiyongabo-ee1nn 27 днів тому

      Nukuri turik turabira amatora muri Africa samatora ninkina mico,ariko turavy nokuntwar ya buyoya ntakarush kahabah bakiri kunzego kwer, intwar ya CDD fdd, burya nintwar iberey , kuk abarundi nabantu vyukuri bagoye gutwara, nn nyenicubahiro Evariste NDAyishimiye mugomba abatware gute? jew sindabibon ,mutegerezwa kwemera uko birikose intwar yitorew nabenegihugu, jew nivyobona kubwanj,.Saw mugore musi mwiza

  • @armstrong2547
    @armstrong2547 28 днів тому

    Ivyo bigo birahar arik ntibiramenyekana

  • @DishaniDisha-zm2gm
    @DishaniDisha-zm2gm 29 днів тому

    Komere

  • @HabibuDjamady
    @HabibuDjamady 29 днів тому +1

    Yamb muruziba nihatari natwebw kuko nomuruzi rwamugere ubuntawogerezayo iking ucufatwa ugacibwamand kand nabogabarigusa bogayo sinzimpamvu biba ivyo

  • @EvaristeNshimirimana-ho4uq
    @EvaristeNshimirimana-ho4uq 28 днів тому

    Murakoze ncut y'imana

  • @PrimeNiyongabo-ee1nn
    @PrimeNiyongabo-ee1nn 27 днів тому

    Vyukuri, nah leonce avuga ivyo umuganwe cdd fdd uwo muha igihugu, naco yomarira abegohugu, atari kwiba,kuk nawene arondera gutugisha abiwe,nivyo twibonera nokumogabwe imwimwe yagiy iratwara mugihuc'uburundi, ew ico mbona abo banye politique barihanze y'igihugu , umukuru w'igihugu abahamagarira gutaha mugihugu ca bibarutse kugirango bubake igihugu cabo arik ntibavyumva, nn ugomba abagire gute?igihari nuk abashatse gutembagaza ubutegetsi bwitorew naben gihugu mubi2015, arib baguma bakwiragiza amakuru y'ibihuha yuk muburu intwar go ya cdd fdf igoyagoy wanguha, nintwar yokwemera kuk Evariste NDAyishimiye ntiyishikanye kubutegetsi, nitwar vyukuri yitorew naben gihigu , mugire musi mwiza murakoz

  • @DeoNshimirimana-fi8os
    @DeoNshimirimana-fi8os 29 днів тому

    Ningorane vrm