Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Nice good tuguma uri gaciyubwenge
👌👌👌👌😂😂😂place to five seven indasi to Casoar TV by Alvin smith
Bsr ou bjr bivanye naho muherereye canke Aho muza kubonera this comment 👋👋D'abord c'est de l'honneur Kuronka umuntu akunda igihugu ciwe gushika Aho ABA umufasha Waco,TUGUMA Dori courage ukomereze Aho 🙏🤌Arko sinzi KO commentaire yanje Iza gushika kure arko numva nobivuga ngaha So nibaza KO twese twumvise KO Alvin ametrisa neza show Kandi tugiye no kubiraba arakora cane so abantu bategura ibiteramo muri hehe 🤔why mutamuha akazi kugira aryohereze abantu
Best of 257 - thank you for the invitation! Vyari bi ryoshe 🫡👨🏾✈️Nshaka gu shimira abantu bose bafashe umwanya wo kuraba ikiganiro, naba tanza commentaire 🙏🏿🙏🏿. Tubadanye uku kuko niyo énergie ikinewe 🫶🏾🫡👨🏾✈️
Alvin yatiny Tuguma Dori ndazi yaba ar uwundi ntiyor kuhava atavuze izina😂😂
Alvin aratwenza trop ahjj kubaza ngo potentiel nigiki kandi ariwe ahjj kukivuga 😂😂😂😂
Uwo mujama ndamwemera yubahw💯
Tuguma ❤❤❤❤Ndamukunda umenga turazinanye 🤣
Tuguma Dori Big up
Noe komuguma mugabanya isambusa😂😂😂 GS tuguma 🇧🇮
Tuguma dori 🔥🔥🔥
Twagomye dusimbishe🤣🤣
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂ngo ntuzimare zose
Uyo muntu afata mumugongo alvin imana irakomeza kumuzigama abafise umutima nkuyo nibake
Uvuze ukuri
Tuguma ni uyo?? Okay, agira vibes nziza kwelii: araryoshe nukurii
Ikiganiro canyu kiraryoshe ariko camera yanyu wapi kbsa murakwiye guhindura 📷 vraiment
Alvin ❤
46 minutes 😊
Ndarahiye ko nza kuvuga ukuri, ukuri kwose kandi ata kindi atari ukuri
Je mbona KO Ari umukozi mwiza rero abantu muteguta show mubikorereko na Alvin aze araboneko muri show zanyu
😂😂😂
Carla vraiment wagerageje kuvuga cane uzokwame uvuga uko
10:52 ndarahiye kuvugako vyose mukuri
Tuguma Dori narinzi ko ar aga sloga kaw vt.
Iri bored iy interview yuw munsi !! Baza utubazo bana
Ndarahiye k nza kuvuga ukuri, kandi ukuri gusa
Alvin introduction yikiganir uyitangur nab kabis ugir ibijamb vyinsh bitar serious 👎👎
Nice good tuguma uri gaciyubwenge
👌👌👌👌😂😂😂place to five seven indasi to Casoar TV by Alvin smith
Bsr ou bjr bivanye naho muherereye canke Aho muza kubonera this comment 👋👋
D'abord c'est de l'honneur Kuronka umuntu akunda igihugu ciwe gushika Aho ABA umufasha Waco,TUGUMA Dori courage ukomereze Aho 🙏🤌
Arko sinzi KO commentaire yanje Iza gushika kure arko numva nobivuga ngaha
So nibaza KO twese twumvise KO Alvin ametrisa neza show Kandi tugiye no kubiraba arakora cane so abantu bategura ibiteramo muri hehe 🤔why mutamuha akazi kugira aryohereze abantu
Best of 257 - thank you for the invitation! Vyari bi ryoshe 🫡👨🏾✈️
Nshaka gu shimira abantu bose bafashe umwanya wo kuraba ikiganiro, naba tanza commentaire 🙏🏿🙏🏿. Tubadanye uku kuko niyo énergie ikinewe 🫶🏾🫡👨🏾✈️
Alvin yatiny Tuguma Dori ndazi yaba ar uwundi ntiyor kuhava atavuze izina😂😂
Alvin aratwenza trop ahjj kubaza ngo potentiel nigiki kandi ariwe ahjj kukivuga 😂😂😂😂
Uwo mujama ndamwemera yubahw💯
Tuguma ❤❤❤❤
Ndamukunda umenga turazinanye 🤣