Ikiganiro hamwe n'umuryango wa Papi Clever na Dorcas - Kubana nawe ntibisanzwe/Vuba turaza i Burundi
Вставка
- Опубліковано 30 вер 2024
- Ukaba wifuza kuvugana natwe kuduha ivyiyumviro kubiganiro tubashikiriza, ukaba ufise intahe yoha abandi ivyizigiro, inkuru, igiteramo, répétition canke ushaka gushigikira ibi bikorwa duhamagare, twandikire kuri whatsapp: +257 75 410 862
Papi yapinze uyumugabo arigutanga interview atabishaka
😁😁😁😁🤣🤣🤣
Dorcas mana yanjye uri umugore mwizaaaa Kandi uritonda cyane, uvuga neza, bituma uvuga ubutumwa bugashika kure kubera uciye bugufi Kandi abantu beshi bibaza ko abarokore atari beza...
😀😀
Wooooo awatangulie popote muendapo
Ameeeeennnn
Karibu cane iwacumuburundi
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Burundi Gospel TV, mwongeye kunshimisha bireeeenze bireeenze❤️❤️❤️ from Burundi and Sweden 🤝👋
Murakoze caneee mukudutera intege mwarahezagiwe
Ndabakunda nanje icompa nkazobabona
😍😍😍😍
Yoooo nanje ndabakunda caaaaaaane
Murakoze caneee
Emwe muri beza kndi mukora uko musa kweli
asante
Imana ikomeze ibafache gusa ndabubaha mumirimo yanyu mukora
Imana ikomeze ibafache gusa ndabubaha mumirimo yanyu mukora
Burundi Gospel TV💪💪💪💪
💪💪💪💪💪💪💪
Mbega abeza
Murakoze caneee
Murakunditse cyanee njye sijyampaga kubareba
tkx
Ndanezerewe cyane kuwikikiganiro mujya mwubaka umutima wanjye sinjya mpaga kubumva kumanwa na nijoro harinigihe nsinzira phone irikugutwi, ndabakunda cyaaaaaneeeee umwuka wi lmana aba muri mwe ndetse nubwenge bwinshi icyazampa nkababona amaso kumaso ndabakunda pe mbega urugo rwizaaaaa
murakoze caneee
Mbakunda cyane bana bimana
❤️❤️❤️❤️