Andy Mwag - Karadunda ( visualizer )

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 8 вер 2024
  • Listen to "karadunda"
    Song : Karadunda ( Visualizer )
    Artist : Andy Mwag
    Album : Champion
    Writers: Andy Mwag , El Malakay
    Directors : John Elart & Hugues Bana
    Pro : Arnaud Gasige
    Guitars : Andy mwag
    Piano: Arnaud Gasige
    Écrit par : Andy mwag & E Malakay
    MM : Arnaud Gasige
    Studio : KuzaMuzik
    Arranged : Andymwag,Arnaud Gasige
    Big Thanks : BebeLife
    Album “CHAMPION” Disponible en Précommande
    Distribution : OneRPM
    Location ,INSTITUT Français Burundi 🇧🇮
    ___________________________________
    Lyrics
    alalalalalala
    1.
    Sinohangara umutima wanje
    Niwo wantanze kugukunda, Chérie
    Ndagerageza kubirwanya
    Ibi bigumbagumba muri jewe
    Meze nk’uwubisubiz’inyuma
    Bikagarukana umurindi mushasha
    None rab’usize inzira amavuta
    Kw’atawundi nakunze, ntanuwundi nshaka
    Kw’atawundi nakunze, kw’ ari wewe kirumara
    Baby nije wawundi, ndacagukunda kwakundi
    Baby nije wawundi, umutima urakunyishuza shenge
    Agatima karadunda,
    Dundaga
    Iyo nkubonye, karadunda
    Dundaga ; dundaga
    dundaga;dundaga
    dundaga;dundaga
    2.
    Nyumviriza mama
    Nyegera untege ugutwi;
    Urukundo rut’agaciro;
    Iyo ntarusangiye nawe
    Nokubura ; nopfa ngahwera
    Ijwi; ry’umutima ;
    Ryarahevye rirasarara
    Kuk’umutim’utera
    Buri gihe uhamagara
    Ni wewe ntawundi nakunze, ntanuwundi nshaka
    Ni wewe ntawundi nakunze, tiro ry’inka
    Baby nije wawundi, ndacagukunda kwakundi;
    Baby nije wawundi, umutima urakunyishuza shenge
    Agatima karadunda,
    Dundaga
    Karadunda
    Dundaga
    Iyo nkubonye, karadundaga
    Dundaga ;
    Karadunda
    Dundaga ;
    Baby nije wawundi, ndacagukunda kwakundi;
    Baby nije wawundi, umutima urakunyishuza shenge
    Agatima karadunda,
    Karadunda
    Iyo nkubonye, karadundaga
    Karadunda​
    Agatima karadunda,
    Karadunda
    Iyo nkubonye, karadundaga
    Karadunda
    Agatima karadunda,
    Karadunda
    Iyo nkubonye, karadundaga
    Karadunda
    Dundaga;dundagaa;dundagaa;dundagaa
    Follow Andy Mwag
    Facebook: / andy.ndab
    Instagram: www.instagram....
    Tiktok: www.tiktok.com...
    Twitter: / andymwag
    Listen to Andy Mwag
    UA-cam: / andymwag
    Audiomack: audiomack.com/...
    Apple Music : / andy-mwag
    Spotify : open.spotify.c...
    Boomplay: www.boomplay.c...
    The official UA-cam channel of Andy Mwag. Subscribe for the latest music videos, performances, and more.
    For Bookings & More
    Email: mwagandy@gmail.com
    Call: +257 62384929
    #karadunda #andymwa #champion

КОМЕНТАРІ • 168