Ok, barawuciye ba sokuru bâti: iherezo ry umwicanyi n urupfu. Kivumbi vumbikwa mu kaburi n ubugome bwawe. Raissa gaya cane ivyo so yakoze ariko ntuhebe umukunzi wawe mu gihe yobndanya urukundo. Djuzda utitaye kuvyo kivumbi yakoze Raissa arashobora kubndanya agkunda, akaza kubkubatira mwakire neza naho wob utabkeneye, utum urondera uko vyomuvamwo bukebuke, ariko utabmubwiye Kare!! Raissa aracagkunda biribonekeza. All the team Big up. Congratulations !!!
En tout cas bravooooooo kur équipe mwese. Particulièrement depuis le début Laïssa arazi gukina caneeeeee yubahwe, chaque scène arayigira dynamique ukuntu.. ..👌👌👌. Gusa murashoboye vraiment. Film ndundi mushobora kuziteza imbere mugumye ukwo. Courage à vous tous
vraiment ndabakeje mwese aba acteur ba film karma muheto ongela sana Pia laissa mwaravyitwayemwo neza cane tubipfurije gutera imbere kuburyo film ndundi zihurumbirwa kwisi yose.
Tubashimira mwese iyo muva mukagera,mwese mwabanye natwe muri kino gihe ca Karma,tubamenyesha yuko tugiye kubazanira iyindi Film nshasha iryoshe cane kuruta Karma.muyitege muminsi iri imbere.
Allah abahe ivyo mwipfuza vyose turi inyuma yanyu bigisha beza😚😚😚
Mwarakoze can mugisha.ivyiwanyu vyoz vyama biryosh can wubahwe
Murayinyarukana kuko mubirimwo neza.
Allah abatangurire imbere mbetse abahe nubumenyi bwiyongeye kuko murqtwigosha mwubahwe numuryango wanyu wose muritwari turabakunda cane ahubwo mutunyarukirize
Turagukund brother wigihugu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮ukomere turakuzirikana gus ndakumbuy madame waw knx film yarahevy gukina tubwire vrt
Ni ukuri ndabashimiye cyane mbikuye k'umutima kubwo kutugezaho film nziza cyane! Imana ijye ibaha umugisha mubyo mukora byose! Ikindi nabasaba niba bishoboka mwazaduha nimero ya mtn cg airtel kuburyo umuntu uri mu Rwanda yazajya atangaho inkunga yo gufasha uko yaba ashoboye kose, nshobora kuba nabona 1000Rwf cg arenze ayo agatera inkunga. Murakoze cyane ndabakunda
Abamyanyi bamugisha twatanguranye film 📽️ tumenyane kuk iheze kur finl rer munamusenger kugira uwiteka akomeze kumuha imbaraga amena
Nahigerey abayitanguye bakaba bayihejeje mumpe like abari saudia
Ongela Sana papa mugisha na Groupe yanyu yose.turabakunda cane
Vraiment bravoooo à tout équipe mwatunezereje cane n'urusasu ingumi turabashimiye cane courage 🙏🙏🙏👋👋🏿❤️❤️❤️❤️🙏🎉🎉
Uwambere mump like
Umuntu yari yabonye ko Abo babodigadi bamaze gupfa gatatu ari nabandi nyene liké😄😄😄😄🔥🔥🔥🔥
Bapfuye gatatu kl😂😂😂😂
Unomusi mbaye uwambere Team mugisha 😘😘😘like zanyu nzibone
Nkunda Raisa peee bimwe bitagabanij Mugisha wararonse umukinyi mwiza peeeer🙌🙌🙌🙌🙌🙌
Asante sana
Karabakekena urakomye ingero yicaha nurupfu
Uwabonye juzida koyabaye rambo naze tumenyen 🇸🇦🇧🇮
Allah akomeze abahundagazeho impuhwe nimbabazi zayo allahum amiin yarrb nc keep it up team mugisha🙏🙏🙏
Naza nazinduka abakunzi ba karma munsigire like ngaha tumenyane. So reka mbanze ndabe kivumbi na karma ndacomenta munyuma ❤️❤️❤️❤️
Ico gisasu gikurikurikira naco narindiriye giturike hama tubashe kuhatweka 😘🔥🔥🔥🔥
Jew mbony ngofinal nukur ndababay arik Mugisha turamwizey ndibaz agiy kudutegurr ibind biryosh vyumurir🔥🔥🔥
Courage kbxa 🥳🥳niyo yindi turayiteze inshaallah🙏
Murakoz can allah akomez kubaha imbaraga nubumnyi natw turinyuma yanyu courage nyishi 🥰🥰🇧🇮🇸🇦
Aaminaa aaminaa
mbaye wambere kbs
Ndabahaye mwiriwe
Kuminota cumi ngiye nabuwahafi NGO fin twibaze kwizobandanya
Tupenivitu mashaallah mmetuburudisha mmetuelimisha allah azidi kuwahifadhi nyote kwajumla😋😋😋😋😋😋😋
Aaminaa aaminaa
Kabisa respect to Mugisha Team, Hama Gira vuba muduhe iyindi vuba
Iri munzira
Ndaba💕💕muhabw intebe yimbere iriko numudo team mugishaaa
Ok, barawuciye ba sokuru bâti: iherezo ry umwicanyi n urupfu. Kivumbi vumbikwa mu kaburi n ubugome bwawe. Raissa gaya cane ivyo so yakoze ariko ntuhebe umukunzi wawe mu gihe yobndanya urukundo. Djuzda utitaye kuvyo kivumbi yakoze Raissa arashobora kubndanya agkunda, akaza kubkubatira mwakire neza naho wob utabkeneye, utum urondera uko vyomuvamwo bukebuke, ariko utabmubwiye Kare!! Raissa aracagkunda biribonekeza. All the team Big up. Congratulations !!!
Thanks
Abakunzi ba karma tumenyane👈💝💝💝💝💝💝💝
En tout cas bravooooooo kur équipe mwese.
Particulièrement depuis le début Laïssa arazi gukina caneeeeee yubahwe, chaque scène arayigira dynamique ukuntu.. ..👌👌👌. Gusa murashoboye vraiment. Film ndundi mushobora kuziteza imbere mugumye ukwo.
Courage à vous tous
Merci à vous aussi
Murakoze.cane.kunyigisho.zany.mutanz.nkajew.harivyo.nameny.mukubana.nabasi.bumuryango.wanj.mugisha.imana.iguhe.kuramba.ubandany.ukora.kumitima.yabamwe.mamwe.💞💞💞🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼
Asante sana
Mwarakoze cyane kudutaramira mutuzanire nindi turabakunda from 🇺🇸
Mwarakoze can kuduha iyi film mubandanye ibkogwa.
Number one 👍❤️ we love team mugisha 🥰❤️❤️
TURAGUKUNDA cane Mugishaaa N Saw Ku Komeza Kutwigishaa Nah uy muns Mbay uw Nyuma impa Utwo Tuntu🙏
Komera. Mutama. Mugisha. Nihonarindi.. Hezagigwa
Waoooo thanks mbega film iryoshe weee God bless you
Aaamina
Abarundi barayamaze bati :Nkunda kurya yariye igifyera kimumena itama kandi ngo ubusuma ntaho bwereye. Barongeye bati:uwushaka umubira abira akuya. Kivumbi yashatse kurya ivyo atabiriye akuya aca abisigamwo agatwe kuko ntivyari yabikoreye nakare bavuga ngo: ivya gusa bitera ubwenge buke.
Hanyuma nkaba nkegurukiye cane uyu mugwi ku kungene witanze mu gutegura ino reresi Imana Ibaje imbere .kandi Ndabateye intege .
Aaamina aaamina. Murakoze cane bantu b'Imana
Ariko sha muburundi iwacu twatey imbere cane mu ruhande gwama film kabissa mwubahwe
Asante sana
Mwabikoze nez mutere mujimbere i love so much
Mugisha kbs finale yarirenze yariryishe sana courage murashoboye
Asante sana
Tunashukuru saaana #TeamMugisha 🙏🙏🙏🤗🤗😍😍😍
Number one film💪🏿💪🏿🔥🔥🔥🔥
Mwakinye neza cane ❤️❤️❤️
Thank you team mugisha good job. We appreciate as fans . But today amajwi ntiyarameze neza next time double check
Ndagujej cn wubahwe❤❤❤❤irarenze kwiy film vub muduhe iyindi
vraiment ndabakeje mwese aba acteur ba film karma muheto ongela sana Pia laissa mwaravyitwayemwo neza cane tubipfurije gutera imbere kuburyo film ndundi zihurumbirwa kwisi yose.
Murakoze cane
Big up mugisha 💥💥💥💥💥💥💥
Narinayutegereje pe 👌👌🥰🥰
Bravoooooooooooooo, Karma, Raissa, Jey, Jessica n'abandi mwese kabisa! Mr Kivumbi ni akarusho kuko uko yagenje kenshi niko nawe agenjwe! Gusa dusigaranye amatsiko yo kuba twagombye kubona ubukwe bwa Karma na Raissa kuko by'ukuri mwari mufite urukundo nyarwo muri mwe! Murakoze rero kandi courage turabategereje cyaneeeeee
Namwe murakoze
Mbegintamvaraweeeee😍😍😍😍😅musigaye mwakozep abarundi
Jamini inakwisha
Mugisha mufike munatuandalia nyingine tuko nanyi
Atuwa kwa.atuwa🇴🇲🇴🇲🇴🇲❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ipo njiani
Yooo muraduhenze ntiharagera ko ihera ahubwo ubu nashaka kubona ubuzima bwa Karam na Laissa murugo nayo kivumbi we ivumbi riramutumukiye Ingero nicaha nurupfu kandi ngo uwicisha inkota nawe azicishwa inkota merci bcp kunyigisho muduhaye Ndabakunda cane mwirambire 😍💕❤️❤️💕👍
Komera komera
Turabashimiye cane kunyigisho nziza muduhaye 💕💕
Asante sana
Thanks so much mugisha
Ewe kivumbi shaaa bacumugani ngo indambi niyitavyaye sije nohahera hohera Kivumbi
Mugisha ndemey ndahenutse wubahwe
Waoooooh felicitation my team murakubdwa
Murakoze cane
Mwari kutwereka Raissa na Karma babana. ❤👍🏽
Iyi Film iteguy nezaa🙌🙌👊👊👊👍👍👍
Murakoze cane
Mwabikoz neza kandi mwaratwigishiy team Mugisha turabakunda
Bamufatanye ninkondo kumunwa ntakurako 😂😂😂kabisa yariryoshe 🔥🔥
Courage ndabakunda cn
Iheze ntashaka kweri vrmt murashoboye
Gusaa iyi Film isawutiii irikuree caneee
Bravooooo!!!
Mugisha wubahwe muga ntiharibwagereko iheraaa
🥺🥺🥺🥺 thank you Mugisha🙏
Respect bro karma urategura peeeee utuntu tubwenge sana Kandi iratwigishije caneee
Uwa 2 yoooo ngoni final oyandi karm
Mugishaburacari uwambere mu gutegura film zisukuye Allah akwongere inkomezi
Aaminaa aaminaa. Asante
Mbaye uwahafi reka nryoherwe nanje.thx team Mugisha wanje
Ewe jesca uranyeguye 😂😂😂😂😂
Maskini karma iheze tukiikunda ngo akaryoshe ntigahora mwitama ntakundi mugisha natimu yawe respecter IMana ibajimbere imbere niheza
big up my team MY Allah blessing 🤲❤🥰👌🔥🔥🔥🔥🔥
Jey,uyu munsi uravuze ukuri kwuzuye !!!
Karma niyubakane na Raissa,dore aramukundaaa
Musubir mubesh ku untabay uwamber😋😋
Ndabashimiye tegura iyikurikira ndagukengurukiye kandi KO utahoye umwana ivyakozwe na se
Vuba muduhe urundi rusasu 💚💚💚💛
Cane gose
Shukrani sana mubarikiwe sana sana ❤️❤️🙌🔥
Asante sana
Bravoooo kbsa murashoboye
Murantanz nagumyendayitinz mbayew9
Kimbuwe urayabonye Aya jusda ngurosumukwe
My team big up. Ma sauts ya besu f yata ni manquer
Plz turashaka iyindi vuba😍😍😍🥰🥰
Vuba cane
Ndabikundira mwubahwepe courage 🙏👌🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
Singomba kwihera.yooooo !!!
Turabashyimiye team ya mugisha mwese mwarakoze cyane
Karma oyeeeeee kabisa ihezeneza courage mwubahwe🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯💯💯❤❤❤❤❤❤❤❤🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Murakoze cane
Nanje nazindutse kwl♥️🇧🇮
Waoh yaritesa kbs mwakoz cae Gira muturabir akand
Iri munzira
Mwari mwaduteberej thanks
nukuri turabakundi mwese abakinyi ba kalma muvyitwaramwo neza
Asha na karma yarimwoto muyirangije ishushe mwarimukozumuti
Mugisha ndakuyinkofero
Tres bien
Ewe turashimye rwoose.dufise amatsiko y'inyihshyu kuri Raissa .
Big up guys👌 film nzizaa pe
Asante sana
Masha allah
Mbalikiwe san💕
Mwubahwe cane
Raïssa pôle sna kbsa gusa KARMA nakubere Umutware aguhoze amarira kuko nawe warabaye intwari
tubashimir mwes bakinyi bâ compony mugisha
Wawuuu aho mukoze nez ndanezerewe
Yose ndayirangije Mwese Tim ya Mugisha Movie Company ndabashimiye
Raisa sha courage nibaz k uw mutima w mur film ariw ufis no mubuzima busazwe.nukur muratwigisha mukomez,tubifurij ibikorwa vyiza mur incti nziza
Asante sana
Reka nanje mfatakanya nshimire team yose mugisha ahiva ikagera kubutumwa mwaduhaye buciye mur film zanyu arizo rwacu twizeyeko nizindi film mugiye kutuzanira konazo zizotunezera cane nkuk vyama mwarakoze🙏
Murakoze cane
😂😂😂😂😂😂 kivumbi ahuye nurwaje gusenya koko