Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Warakoze Yesu Kristo kubona waracuguye. nibutse ukuntu wahahajwe kubwanje binteye noshima Amen Amen 🙏
Imana ihabwicubahiro kubwurukundo gwayo yakunze abarimwisi ikemera gutanga umwana ways w'ikinege.Amen
Bsr Apôtre. Nakwirikiranye inyigisho utanga, nasanze atari ijambo ry'Imana gusa kabisa. Imana iguhezagire cane rwose
Imana Yakuduhaye Ikudutungire Muvyeyi
Ubu nibwo Butumwa Bwiza..... Ni agakiza twaronse muri Kristo. Warakoze Mana !!!!
Murakoz cane mukozi w'lmana
Helelula . Iman Ikomeze ikutuzigamire Mukozi w,Imana .
Warakoze yesu kumpa uburenganzira kuriburi kimwe ubu nanje ndishikira ntawe ntuma patra lmana iguhe umugisha urampezagira urugisha vyukuri wokurikirana u utumwa bwawe ntiyigere ahinduka yoba ameze nka farawo ndiho aguhaze kuramba 🙏🙏🙏🙏🙏
Warakoze Yesu kuza kuncungura❤❤❤❤
Amen amen habwicubahiro kristo 🎉🎉🎉🎉
Ndipfu inomero ya past Binyonyo Ndashaka icamfasha kandi ijambo Ricangaha riramfasha plse muyindonse plse
Warakoze yesu ❤❤❤
Warakoze yesu🙏🙏🙏🙏🙏
Wamutawe uvuga lmana neza nkagukunda kweri
Amen 🙏
***AMEN AMEN AMEN!!!
Umutumwa wigish bukora kumutima
Ngira abagore n'abana ntibakoze ku munwa!!!