UMUGORE W'AKAZURU GUSA????!

Поділитися
Вставка

КОМЕНТАРІ • 41

  • @ninishalom7271
    @ninishalom7271 Рік тому

    Imana ibaturinde kwer ,tuzitonda kwer guhitamwo, mbere nukuri tuzoryitabaza ridufashe muguhitamwo ,kko ivyubu nakamuna

  • @saidoniyonyishu8444
    @saidoniyonyishu8444 2 роки тому +1

    turabakunda mwirambire

  • @carolinenakirutimana1559
    @carolinenakirutimana1559 2 роки тому +1

    Uyo mupasteur arigishaaaaas. Nakunze igihe avuga ngo yumvise agaterefone ahamagawe n, umuzungu baherukana kera bagomba bamutwarire ordinateur aramukebura ,hama aca amubwira ngo nayimubikire azoyimuha atashe. Niho bwaca Ari mu bukene,nyeninzu ariko aramusohora munzu. Niho mwivyo bihe uwo muzungu yamurungikira amahera agenda kuri banki ngo nibamurabire ko arivyo.

  • @faredha4484
    @faredha4484 2 роки тому +2

    Emwe abagore nkabo babaho mwubahwe kunyigisho mutanga

  • @emelyneniyonizigiye6617
    @emelyneniyonizigiye6617 2 роки тому

    Imana ibahe umugisha mutanga inyigisho nyazo kbs

  • @trophywilson7211
    @trophywilson7211 2 роки тому +1

    None Abazungu kobatarya ubugari,ni lazima ubu murye ubugari??

  • @FrancaisNtabahigwa
    @FrancaisNtabahigwa 3 місяці тому

    Mwarahezagiwe

  • @sishasaid6756
    @sishasaid6756 11 місяців тому

    Ico kihaniro ndagikunze muzotwongere❤

  • @kristinluksy2759
    @kristinluksy2759 2 роки тому

    Ndabakunda cane mwubahwe🥰🥰

  • @mupendarahaemmanuel1285
    @mupendarahaemmanuel1285 Рік тому

    Impanur ninziza kwer mbayahaga nuwamber kwisi

  • @user-so6hx9qs2k
    @user-so6hx9qs2k Місяць тому

    Amen❤❤❤

  • @ninishalom7271
    @ninishalom7271 Рік тому

    Ahooo vyagoraniye , satb aheruka kubiririmba ,ngo ibisusu vyatsinze amatora, shishikara mwigisheeee kwer akazi karihooo peeeee

  • @alineahishakiye2328
    @alineahishakiye2328 4 місяці тому

    Kuberiki mukunda gushimikira kubagore gusa hariho n'abagabo bamez uko batategerezwa kumera

  • @kazefloride9992
    @kazefloride9992 2 роки тому

    Ibiganiro vyanyu biranduhura
    Bigeze kuri Pastor bikaba ibindi.
    Imana Ibahe kuramba ❤❤👋🤝

  • @fulgenceneema661
    @fulgenceneema661 2 роки тому

    Hhhh umugor wakazuru arangetaguy Murakoze nzamenyuko ncagura

  • @trophywilson7211
    @trophywilson7211 2 роки тому

    Utangura gushima akazuru Ibindi bikwirikira munyuma,ntimduhende

  • @pierrehabimana1980
    @pierrehabimana1980 Рік тому

    Abagabo bibipfu, bamezegute?

  • @carolinenakirutimana1559
    @carolinenakirutimana1559 2 роки тому

    Umugabo mumutima iwe hameze om nkahashinze imbugita iriko umucanwa" None ko babiketaguye aya mafaranga nzoyakurahe?"" Urantwengeje Pasteur .kandi ivyuze n, ukuri. Ni akawa mugani ngo umugabo aganya agaramye umugore yivugira iryo agomvye.

  • @rablaasdq2341
    @rablaasdq2341 Рік тому

    Pasta inyigisho zawe ziranyubaka hezagirwa muvyeyi🙏🙏🙏🙏

  • @ritza3452
    @ritza3452 2 роки тому +1

    Umugabo w inda gusa nawe

  • @salimamanirakizaimanaibahe3433
    @salimamanirakizaimanaibahe3433 2 роки тому +2

    Murakoze cane ngumugore agigimizwa 🤣🤣🤣🤣Imana ibahezagir 🙏🙏

  • @jeanlucnathan5211
    @jeanlucnathan5211 Рік тому

    Mpufashe inimero ya aportre

  • @alainnibisabwa3396
    @alainnibisabwa3396 2 роки тому +1

    ndabafana kabisa

  • @delphinetuyisabe8447
    @delphinetuyisabe8447 Рік тому

    Muhezagirwe caaane

  • @MUGORORE1TV
    @MUGORORE1TV Рік тому

    Pasta ndamukunda cane

  • @lionel6628
    @lionel6628 2 роки тому

    shaka kubaza Pasteur Marriage yavuyehe kwataho yanditse muri bible

    • @trophywilson7211
      @trophywilson7211 2 роки тому

      IMANA NIYO YAYITANGUJE MURI EDEN,KANDI YAKOBO YARAYIKOZE NA ISAKA KANDI,KANDI YESU AHO YAKORA IVYO KUNYWA BIRYOSHE YARI YAGIYE MUBUKWE,UHORE USOMA BIBIRIYA NEZA

  • @salimadevista8954
    @salimadevista8954 Рік тому

    Muhezagigwe

  • @yvettenyamugisha5474
    @yvettenyamugisha5474 2 роки тому

    Uyu mukoziwimana aranfasha cane uwampa number yiwe yoba akoze cane

  • @user-rd9cs2pk4z
    @user-rd9cs2pk4z 7 місяців тому

    Nihatari pasta.muvuze ukuri pe 45:03 45:06

  • @augustinpawan3898
    @augustinpawan3898 2 роки тому

    Pasta jewe ndakunda inyigisho zawe Bitumye nifuza kukubaza ikikibazo kimwe. Iyimyaka turimwo turabona aba Pastor Babagore Mbega Bible iravyemera? Icakabiri uzomfasha umbwire Mbega Nikuki Yesu atatoye intumwa zabagore??

  • @irakozeadija1674
    @irakozeadija1674 2 роки тому

    Nukur uvuga ukuri pe imana ikumpere kuramba caneeeee

  • @celeusnimubona6421
    @celeusnimubona6421 2 роки тому

    Wavuga nuko hariho intumva

  • @jeannettehabonimana2825
    @jeannettehabonimana2825 2 роки тому

    namw muratuvuze abagore abo nuko baba bahuy babagabo bayafse

  • @norbertmanirakiza4889
    @norbertmanirakiza4889 2 роки тому

    Turabsshak igitega

  • @scaireminani3426
    @scaireminani3426 7 місяців тому

    Abagabo ntibagirikibavugira

  • @hatungimanalahma6194
    @hatungimanalahma6194 2 роки тому

    😂😂😂😂

  • @maniramopadieudonne632
    @maniramopadieudonne632 Рік тому

    Muhezagirwe