Fanny Lavine avuze icatumye avana na Libert // Vyarangoye cane

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 8 вер 2024
  • Nicle TV // Subscribe for more

КОМЕНТАРІ • 61

  • @Nicletv92
    @Nicletv92  11 місяців тому +5

    Mu kudushigikira muri bwa bumwe nyene mukore subscribe, liké commentaire na partage tubizeza ko tuzobakorera ibintu birenze ivyo muriko murabona.🙏🙏🙏
    Nicle TV

    • @kladahmad3333
      @kladahmad3333 11 місяців тому +2

      Mama lao curage na uyo kaka napenda bure❤❤❤❤

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 11 місяців тому +5

    Courage Fanny lavine mon actrice préféré, Imbere niheza petit à petit l'oiseau fait son nid ❤❤❤❤❤

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 11 місяців тому +3

    Aho mbony Fanny lavine hose sinocerwa kuraba tera imbere❤❤❤

  • @user-ku4gg9or3z
    @user-ku4gg9or3z 10 місяців тому +1

    Ikindi kub mudahuza na libert iyo nishetani kuk mwakorany nez muraberany cane yesu abijemw musubirane mwizina ryayesu

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 11 місяців тому +4

    Sinumva ikibazo Aho Kiri kuva kera cane liberté yaravuze ATI nimufukunde kndi natwe turabaku'da ariko mwirinde kudukunda nkamahasa rero sinumvimpamvu mwoguma mubigarukako ngo ntibagikorana k'di kudakorana ntibisigura kwibikorwa bihagaze gusa ico nohanura fany n'a libart bokwirinda gucrea Ama bif niyo yoba ahari ntumuze muyatangaze ntaco azoza kutumarira❤❤❤

  • @madamechemba3720
    @madamechemba3720 10 місяців тому +1

    Naho nzoba Umwe nzomufana Fanny 🎉🎉❤

  • @user-so3hf4ov2p
    @user-so3hf4ov2p 11 місяців тому +1

    Mamalao crg kuntambw yaw ugezek ❤❤❤

  • @manekodrizzy6792
    @manekodrizzy6792 11 місяців тому +3

    💥💥💥 DM

  • @CYCYVYUKA
    @CYCYVYUKA 11 місяців тому +1

    Love from CyCy Vyuka

  • @esperancentaconayigize4517
    @esperancentaconayigize4517 8 місяців тому +1

    ❤❤❤❤🎉🎉🎉

  • @judithsiniremera8542
    @judithsiniremera8542 11 місяців тому +1

    Wallah nanje ukuntu yaheze ntivyaryoshe

  • @umunyacalo
    @umunyacalo 11 місяців тому +2

    this intro wayi presrnta ushaka kuba presida 😂😂😂😂😂

  • @yesuarajechoir8781
    @yesuarajechoir8781 11 місяців тому +1

    Fanny ndagukunda❤❤❤❤

  • @user-vo2hw3rr6r
    @user-vo2hw3rr6r 10 місяців тому +2

    Bibiriya yarayisomye arayimara😮😮😮

  • @user-pm8iy9qc3v
    @user-pm8iy9qc3v 11 місяців тому +2

    Nihatar pe 🥰🥰 gus ivya libert na Fanny ntawobihagararak cn kk iyobahuriy ntituhaz vyiz mbon bogum batwiher ivyiza tukirabir ibind ntimumbaz🤷🤷

  • @ABDISHEmpire
    @ABDISHEmpire 11 місяців тому +1

    💪

  • @gilenechirakoze7233
    @gilenechirakoze7233 10 місяців тому +1

    Courage Fanny. Nu mu tubarize Cano twabonye yindi ko ari gwiwe!!?

  • @user-wq4gp7pe8m
    @user-wq4gp7pe8m 11 місяців тому +1

    Mukunda amafranga cane mukikunda cane niyompamvu mutumvikana

  • @ChachaChany
    @ChachaChany 11 місяців тому +1

    Karya kantu honyen mwaherejeko ngo harigih twobonan mu bundi buzima uwundi naw ati ndababon like family ntituzobonan mu bundi buzima tuzobonan murub buzima nyen vyarumvikany ko mutavany

  • @TytyIoro-mr7ww
    @TytyIoro-mr7ww 10 місяців тому +1

    Uburyarya nsibwogutungana

  • @user-qk2dx9qv5t
    @user-qk2dx9qv5t 11 місяців тому +2

    Mwirsmbire

  • @darleneniyonkuru8797
    @darleneniyonkuru8797 11 місяців тому +3

    Komera kandi mukore caaane murate igihugu cacu,kandi mube sérieux muzogera kure

  • @arcangeriziki4819
    @arcangeriziki4819 10 місяців тому +1

    Lavine arakunzw numwamikaz pe

  • @user-qq6mv6vh3e
    @user-qq6mv6vh3e 11 місяців тому +2

    Mwirambire

  • @umunyacalo
    @umunyacalo 11 місяців тому +1

    its danger

  • @butihindacoopec4998
    @butihindacoopec4998 10 місяців тому +1

    Ntiyob umwan waw ahubw
    Umugabo waw

  • @nibigirachantal6128
    @nibigirachantal6128 10 місяців тому +1

    Fanny uraciye ubwenge mukwishura abakwanka bihumugozi

  • @nadiajames4598
    @nadiajames4598 10 місяців тому +1

    Wap Fanny twarakumenye ww urumuhemu Bose ntibokubeshera ahubwo simbire kwi desabona pu

  • @user-rg5ze5kk2m
    @user-rg5ze5kk2m 11 місяців тому

    Fanny courage

  • @user-fk3pl1jj4p
    @user-fk3pl1jj4p 11 місяців тому +1

    Yooo Can. 😂😂😂

  • @user-ls9yq8xe3l
    @user-ls9yq8xe3l 11 місяців тому +1

    Nimama rawo 3:39

  • @MC_Malova_the_hitMaker
    @MC_Malova_the_hitMaker 10 місяців тому +1

    Sha conseil yubuntu: Nukahinduka ukumeze, uzosanga usigaye wikunda abandi bose barakuzinutswe kubwurwanko rwawe pr😢😢

  • @nsavyimanavitari3761
    @nsavyimanavitari3761 11 місяців тому +3

    Abanyamuranvya turashoboy

  • @johnphiri-vf3ih
    @johnphiri-vf3ih Місяць тому

    Nako ntibaheruts kugaragara na runyuzi kuri fb.

  • @user-ku4gg9or3z
    @user-ku4gg9or3z 10 місяців тому +1

    Ndagukunda kuburyo nibura ubeho utababay urih kubwimana ntabw ubayeh kubwabantu

  • @CizaAloys
    @CizaAloys 11 місяців тому +1

    Turabakunda

  • @ChachaChany
    @ChachaChany 11 місяців тому +1

    Ako kantu Fanny avuze karandyoheye ati non kbriki naga postinze avant naw akaga postinga après ati ni stratégie yo kudandaza if you know you know vyumvikan k mwari mwabipanze abavug k mwavany ntibambaze

  • @felixbarajingitwa7123
    @felixbarajingitwa7123 11 місяців тому +1

    Afse Abana 2 umuhungu numukobwa none icokibazo kuvaho mwakimubarije namw nihatari

  • @MartinMiller-pi6yb
    @MartinMiller-pi6yb 11 місяців тому +3

    Sha umupfakazi yoyo yaheze ukutariko kweli

  • @clairegirukwishaka4241
    @clairegirukwishaka4241 11 місяців тому +1

    Ubu asengera kwa dady Ferdinando

  • @gilenechirakoze7233
    @gilenechirakoze7233 10 місяців тому +1

    Nanje imbere yanje niwe wambere.

  • @jolamb8469
    @jolamb8469 10 місяців тому +1

    😂😂😂😂

  • @yesuarajechoir8781
    @yesuarajechoir8781 11 місяців тому +1

    Samantha vrment irameze neza

  • @ndayishimiyerenovat3840
    @ndayishimiyerenovat3840 11 місяців тому +2

    Fanny biraboneka ko ari indyandya. Kuki Abo bakorana Bose bavana nabi??

  • @TytyIoro-mr7ww
    @TytyIoro-mr7ww 11 місяців тому +4

    Uryarya nsibwogutungana. Umvumwa nabeshi ugatota .

  • @jeanpaulnizigiyimana5997
    @jeanpaulnizigiyimana5997 10 місяців тому +2

    Ibintu vyo kwigana Yago wiyita amazina y'uburofa ubireke kuko abantu ntibahirwa kumwe créa ivyawe ureke gu copie

  • @glorianikiza3940
    @glorianikiza3940 11 місяців тому +3

    Rondera intro yiwawe bro apana kugira ama copie zamuraba créatif

  • @user-wq4gp7pe8m
    @user-wq4gp7pe8m 11 місяців тому +1

    Ntarukundo mufise muvyomukora

  • @user-no5gr6zt2e
    @user-no5gr6zt2e 10 місяців тому +1

    Nciy mbonako abel nduwayo atarafis ikosa kwitandukanwa ryiwe na fanny. Fanny hindura vrmt kuza urata utora sivyiza.nuwo muriko murakorana tuzumvango mwavany.sivyiza vrmt.

  • @user-wq4gp7pe8m
    @user-wq4gp7pe8m 11 місяців тому +1

    Abantu mufa uburyo kenshi

  • @bangtangirl6348
    @bangtangirl6348 11 місяців тому

    Avuze ngo ntiyize yasubiye mwishuri yo kina film,aniga

    • @dianenduwayezu1015
      @dianenduwayezu1015 10 місяців тому +1

      Amashure yarayahevye.azarasubirayo vyanka.vyiza natahebe burundu ko azi kwandika nogusoma yigumire muri films

  • @elieniyoyitungira7902
    @elieniyoyitungira7902 11 місяців тому +2

    Nicle TV intro ni copy Yago Rwanda sio flesh il faut ko ugira création rwaw

  • @michouchalome7482
    @michouchalome7482 11 місяців тому

    😂😂😂e

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 11 місяців тому +1

    uyo mu journalist umeng wigana kuvug nka Yago 🙊

  • @norianinziza5694
    @norianinziza5694 11 місяців тому

    Nizereko Libert na Fanny bitaheze gose kuko bakoranye neza nibarabe ntibihe akamenyo kabisa.

  • @NiyomugishaRachelle-vc6fc
    @NiyomugishaRachelle-vc6fc 11 місяців тому +1

    Gusa nyene umupfakazi yahez uko itari guhera

  • @ndayisengalydwine8939
    @ndayisengalydwine8939 10 місяців тому +1

    ❤❤🎉🎉🎉