KAVANTARA ITUMYE UBURUNDI BUHINDURIRWA INTARA ZIBUGIZE

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 4 вер 2024
  • #Buhumuza#Butanyerera#Burunga#Bujumbura#Gitega#Burundi#amako#amacakubiri#Abahutu#abatutsi#abatwa#abarundi#abarundikazi#abashingantahe#abapfasoni#inarugo#abasore#inkumi#urwaruka#amahoro🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

КОМЕНТАРІ • 2

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 Рік тому

    Hari ikintu wibagiye kera mumyaka yabahima intara zosi zatwagwa nabavutse ibururi kuva kuri shefu de zone gushika kuri musitanteri na governor bosi bavuga iwabo w' imana I bururi

  • @ukuriijambo9418
    @ukuriijambo9418 Рік тому

    Vanesa,wapi sinzi aho wakuye iyo nkuru muga nibaza ko ari nshasha kuri jewe,nzineza nkurikije ivyo nize mubitabo,no mumigenzo y'ikirundi,abahima biburundi bavuye I buha,kubera kuva kera bwari ubwami bwiyubatse neza,Ruhinda yarongoye mushiki Wa Nsoro bituma umwana Wa Nsoro, Ntare ahungishirizwa kwa mushikiwe I Buha.Munyuma Ntare akuze yagarutse I Burundi, vyarashitse haba intambara hagati ya Ruhinda na Ntare.Imana igabura Ruhinda mumaboko ya Ntare. URWANKO abahima bafitaniye n'abahutu b'i Burundi naho ruva.N'ikiganiro kirerekire ntohereza ngaha.Kubijanye na pentecote vyokugora cane gutahura wibaza ko ari kuki Micombero yatanguriye kwica kumugara-rumonge?nuko ariho pentecote yari ishinze imizi niho hari hateye imbere cane,bari bamusavye uruhusha rwo kugura indege,Inzu zabo zarimwo garage n'ama toilette atahandi vyari bwaboneka mubanyagihugu,naho bashimutiye pentecote bayihondura iyabo,niyo bifashisha nubu gukoroniza abahutu.,iyaba twoja en contact noguha information zotuma ubisobanukirwa neza.ikindi wihendako nuko ubwami bw'i Burundi atarubw'abatutsi,ninaho mpamvu na Rwagasore yanse kubarongoramwo,ni muvyo yazize,nico bahoye seMWAMBUTSA IV BANGIRICENGE na murumunawe NTARE V NDIZEYE charles,nivyo vyatumye abahutu bize n'abadandaza bahonywa 1972. Naho abanyarwanda bazira bataye iwabo atawubirukanye baje gufasha umuhima wambere yaratsinze amashure guhonya abahutu biburundi kuko aribo menace y'ubutware bw'abahima bose bo mukarere,naho bafatiye uganda n'urwanda.K'ugitangaza,Imana ihagurutsa umuhanza Petero Nkurunziza Imana y'isubiza uburundi gutyo.Bafashe ubuha,ubushi,bajanjagura ubwami bw'i Rwanda banka kubufata nkuko bafashe buha na bushi,bavuga ko Urwanda batobufatanya n'uburundi kuko rwajejeta amaraso y'abahutu b'i Rwanda gutyo ko rwohava ruzanira ubwami umukoshi. Vyishi nobikubwirira ahandi atari ngaha.Izo ntara nshasha nizo ba sogokuru bari barashizeho zikurwaho nabakavantara aribo bahima b'i Rwanda. Premier Ministre Ngendandumwe yagandaguwe n'umunyarwanda