Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
None. Infection. Kobadutuma. Umukoyo. Nonenawengonumuti. Jeweniryamberenumvisivyo.
Murakoze cane none clous de girofle twoyikoresha gute
naraberetse vidéo
Nn chr konumvis nguranavura infection urinaire Navy ubikoresh gt ??
✍️❤️
Muraturonderera umuti w,ikirundi twokoresha kugira abagabo ntibater,inda canke bace burundo
oyaaa nukuri ntawenzi naho nowumenya ntawuzibira umugisha w'Imana
uregera abaganga babijejwe Nico noguhanura bazogufasha .
Murakoze cane
namwe❤️
umukoyo ko numva ukaze mubuvuzi?
Cane gose abakera ntibaja kwamuganga barivura bakanywa amaganga y'inka mukwivura bataragira ubushakashatsi ngo bamenye kuwumuntu nawe ari rurangiza mukuvura❤
Uwomuti ukoreshwa igihe kinganiki
Gushika ukize ncuti yanje❤️
Mubyeyi nagira mbaze ese umukoyo wavura Diabete
cane gose
Merc
de rien❤️
Kuwumira konumva bigoye🤦🥺
yoooo urasosa
Shak umuti wurubandu mama
Sawa ncuti yanje
Uramenyera❤
Mbega KO uwufise ingwara chronique atowukoresha, arashobora gukoresha umukoyo w'uwundi muntu ? merci. Canke mutubwire uwo wundi muntu.merci
Akomeye ntangorane 'none amaganga y'inka ntituyanywa 'nzi umuntu bahaye sumu agira apfe umugenzi wiwe yarazi ibanga kumukoyo arumuti yarasovye aramuha aranywa numuti'ariko kubwanje uwawe niwo mwiza kiretse ar'umuntu agira usauve ubona kwatakundi❤️
Yooo uraryoshe urimwo umunyu❤
😅😅😅😅😅😂😂😂😂
Noneho urantwengeje 😂😂😂😂
Naho vyobiha muti numuti urapfa kunywa gikuru nugukira
None karafu bayikoresha gute
Narabivuze kenshi raba vidéo
Ndagukunda cane ma mere ❤❤❤❤
Amen amen nanje ndagukunda❤
Umukoyo numuti ukora cne
Komera isi yabaye nabi nuguca ubwenge
Kumenya ikigufasha cahafi