NAKOREWE UBUGOME NDACECEKA😳KURI MELODIE ASUBIJE ABABAYE😢Uwazanye BEN I BURUNDI Asubiye i BURAYI John

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 21 жов 2023
  • Niba wifuza kuvugana natwe cyangwa ukaba ufite inkuru idasanzwe wifuza gusangiza abadukurikira waduhamagara kuri #0739200401 ushobora ndetse no kuduha inyunganizi
    #chitamagicTV

КОМЕНТАРІ • 121

  • @happyhappy3493

    Courag Imana ikujimber mwana muto iyo yuguruy ntawugara abavug ntibobura kand ntawukundw nabose ishar ryarabaye ryinshi ntawukinezerezw nuko mugenziw ateyimber sinkuz arik ntacombuz kwishimir iteramber ryband

  • @nyleneuwimana6184

    Abarundi baba promoters sibose ariko bamwe muribo basigaye batugeze ahantu nukuri kubeshera umuntu kuvuga nabi umuntu kutanezerezwa niterambere ryuwundi ishari niryo rigiye kubica ariko gusevya umuntu bigeze iyo hose vraiment birababaje nuko uwomubwira ataco bimugira John light komeza icowiyemeje uzogishikako. Chita courage nawe🙏🙏🙏❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @urinzwenimanaildephonse45

    Uyu mutype naramukunze rwose ni inyangamugayo. Kandi yahisemo neza guhitamo gukorana na Theben . Nabonye bafite imiterere isa. Abantu bari Humble Kandi bafite urukundo. Ndabizi ko iyi mikoranire yabo izagera kure heza.

  • @hamugish
    @hamugish  +10

    Courage John👏🏼👏🏼, ne perdez pas courage!!!🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Merci Chita n' Abanyarwanda kuri support n'ubumwe mwagaragarije John kuma reseaux sociaux notamment kuma space ya Twitter!!!👏🏼👏🏼👏🏼

  • @inesiteka1675

    Courage Jean De Dieu. Iyo niyo mico y,abantu bamwe bamwe bashira inguvu nyinshi kugusenya uwubateranye intambwe aho bokwishimiye mugenzi wabo.

  • @fettyfetty

    Courage musore wa YESU IMANA ikwitih ntiwite kumagambo komeza ukore kandi cane wicikintege disi IMANA iguhe kubaho no kuramba canee nyagasani akwobgere ubwenge kand akwqgure muri vyose ariko ukomeze kwubahimana MUMANA Hari vyose Jhone wacu komera NDIHO AKUBEHQHAFI

  • @axelarakaza9870

    Courage Brother John Nous sommes fier de toi kuba uwacu ham aba contre succes bazokwamaho

  • @belysezidona172

    Courage abarundi baciye umugani ngo" umwana yankwa niwe akura" ivyo wakoze hari abakuruta cane batobishobora. So don't give up bro.✌️

  • @murerwadarlene4138

    Ariko chita warekeye amatiku ya Ben na Melody koko.ko usanzwe ufite ibindi byiza.ubu hashize igihe kingana gute uzana ibyo ibintu. Mukwiye kurekeraa

  • @diagfinamix1861

    Uyu musore ni icon , asumba benshi mubandi ba jeune babarundi nkunda ukuntu confident of himself , naho ayo ma billions atayo yoba afite ndayamwifurike kabisa . Niyo company niyaba ibaho izobandanye itere imbere .

  • @titibiz1377

    Uyu muhungu nabaye umu fan wiwe kabisa.Ntucike intege,ukomereze aho 🇧🇮🇧🇮ureke abavuga bivugire.💪🏻💪🏻

  • @mukabazigavirginie5811

    Uyu mushou bazamureke di

  • @IndegeAAA

    Man John kbs mukiganiro biragaragarako atarikurwego ruto kuko YARUSHIJE CHITA cyane mukiganiro

  • @parfaitIrankunda-dp7sf

    Imana yakuturemeye izaguhe kuramba ndahimbagwa nukuntu wambara idrapeau yigihugu ciza cuburundi

  • @gedeonkwizera7949

    John uri umuntu w Imana kbsa. Komeza ukore ibyawe witonze kd nta gihombo uzagira.

  • @nadinehaberisoni7103

    Komera muhungu mwiza wiwacu abakugwanya bazamaho never give up 💪🏿

  • @ngirabezaaimeherve8092

    Uragerageze ukoresha ikirundi muma interview yawe ukorera mu rwanda, hama courage cn kubikogwa vyiza uriko urakora

  • @justinniyonizigiye8068

    abandi bana bari murugero rwiwe bishwe nibiyayuramutwe abandi uburaya abandi baracaba kwaba se na nyina ntibazi nokwigurira ipantalon nawe ariko akora investment mu music mugatangura amatiku much imanza ngo ni escrow nawe uzaz we escrow ukor nkivyo yakoz !!be strong bro Mr Light

  • @ntacogoraomarnicevide6756

    Shora imari kuri theben ntuzahomba kbs respect ❤

  • @Sabriya-ms4ry

    Yemwe umu jeune wacu umutuzo abereke ibikorwa abantu bakure amashari namajambo .musore wacu turagukunda muvyo ukora vyose cuorage mumisi uzokwandike izina iburundi nkaba ziranotse ba siyoni nabandi benshi bizotunezereza