LIBERT na JOACHIM barahaturiye | FANNY LAVINE ivyo yamukoreye...ntaco abasigiye|Yahunze NORASQUE

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 26 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 293

  • @KampayanoDivine
    @KampayanoDivine 7 місяців тому +8

    Jewe nsoro ndamukunda naho nzoba ndunwe❤❤🎉🎉kandi jo sivyiza kuvuga nabi nsoro nkuk☺️☺️

  • @chellahakizimana
    @chellahakizimana 7 місяців тому +17

    Joachim ww ntiwopfa unganye na libert toka toka Joachim nsoro ariw libert hejuru cane sha

  • @ndayishimiyerenovat3840
    @ndayishimiyerenovat3840 7 місяців тому +1

    Sha uravuga nabi nk'ingoma yanyagiwe. Gusa Imana ikubabarire ntuzi ivy'urimwo. Libert arakurenze reka kumwigereranya. Ubu uriko ugerageza kwipendekeza kuri Fanny twarabonye ko wanamuririmbiye ivyo birakuraba ariko ureke gucafuza mugenzawe kubera wabaye umuhehesi. N'aba journaliste mwirinde guha ibiganiro abantu baza gutuka abandi.

  • @OrnellaNishimwe-mg8wb
    @OrnellaNishimwe-mg8wb 7 місяців тому +6

    Oe wumv libert ataz icamuzany film yamuhay imodoka ww wayikuyemw ik libert aciy ubweng bwoguc amafranga🎉🎉

  • @Emily-k98
    @Emily-k98 7 місяців тому +5

    Joachim merci beaucoup 😂😂😂😂😂kandi courage ibikorwa vyawe ubirimwo neza impande zose 🎉🎉🎉🎉🎉

  • @florencekwizera9769
    @florencekwizera9769 7 місяців тому

    ❤❤❤❤Joachim uramvuzeneza ko norasque yaje gusanasana ivyarivyasambutse kwafanny nukuriii ndagukomeye amanshi menshii nintwariii norasque vrt nukuriii bazorambane

  • @nduwimanacornalie2377
    @nduwimanacornalie2377 7 місяців тому +3

    Yooo nsoro hejuru cane sha

  • @NadineTuyisenge-r8k
    @NadineTuyisenge-r8k 7 місяців тому

    Ukur joachima wubahwe uvuze byio kk libert afit ukuntu avuga ibintu byiokwoshyima gsaa hubwo wubahwe❤❤❤

  • @AimewaldadigneNiyonsaba
    @AimewaldadigneNiyonsaba 7 місяців тому +1

    Ndakwemey xana kuk wew uvug ukuri abakwank baveko kuk ntamakur bafise!!dushak amakarashik ivya nsoro nivyabazungu!!!❤❤❤❤

    • @NgendakumanaViolet
      @NgendakumanaViolet 7 місяців тому

      Ndabuze ukonkugereranya none ivyiyumviro vyawe nivyo bose bogirako?

    • @emelynetuyishime6968
      @emelynetuyishime6968 7 місяців тому

      Haha ay makarashik yo urab akwigish iki? Ko nabay akin batang impanuro badafis umw Wes ni vision yiw ncuti ✍️

  • @EgideBimenyimana-l9g
    @EgideBimenyimana-l9g 7 місяців тому +3

    Ja mukazi rek ishari urumuntu wumugabo naw wabaye nkabagore 😂😂😂 libert ari très intelligent witonde

  • @furahandayishimiye2000
    @furahandayishimiye2000 7 місяців тому +3

    Ngumumarayika runyuzi 😂😂😂😂😂😂mbav zangu ndahez ikikiganiro nubw mfatiriw abazanyum munsigir twatung ngah🎉🎉🎉❤❤❤❤❤

  • @KampayanoDivine
    @KampayanoDivine 7 місяців тому +4

    Joachm niho wabaye mugufi urumva ukuntu uvuga nabi azonabica sha nsoro azobacangacanga umunyengozi wiwacu ubu numva ndakwase☺️☺️

  • @claudineniyongabo834
    @claudineniyongabo834 7 місяців тому +1

    Iyo Ni Wivu ndimu.Libert hejuru cne.wicishe bugufi kuko uwishira hejuru azoshirwa hasi.

  • @اللهاكبر-ن3ح3ر
    @اللهاكبر-ن3ح3ر 7 місяців тому +1

    Libert hejuru caneubirimwoneza
    Ntiwumvirizeamajambo wew.niwirukeniryunguke

  • @havyarimananorbert
    @havyarimananorbert 7 місяців тому +2

    Johakim je azonanyica,wao abakunz ba solution couple hejuru cane

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 7 місяців тому +7

    Ewe Basha ndapfuy😂😂😂,joachim urumunyakuri, kandi ukuri ntikwiger kwemerw nabantu 😂😂😂

  • @أبو-ر1ي
    @أبو-ر1ي 7 місяців тому

    Nsoro ndakwinginze ntuzobishure kuko turinyuma yawe riberi hejuruu🎉🎉🎉❤❤

  • @IshimweAkbar
    @IshimweAkbar 7 місяців тому +2

    Komeza ukore neza my brother ubirimwo neza ndakwemer cane

  • @emelynetuyishime6968
    @emelynetuyishime6968 7 місяців тому +5

    Ako nik kazi Fanny lavine na norasque baguhay Sha Libert arabarenz kuk ninguv mufis mur films ub numwete nuko Fanny yakoz ibirenze na Libert ✍️rer arakurenz zimya ivy birofa 🤐🤐yooo ah gashak Hit mukuvug Fanny

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa5326 7 місяців тому +5

    Libert hejuru cne wakenye nabi kweli ahuj kuvugubusa kuberinzara ishari niribi rizobica kumwamiza mukanywa atanumusi yigera akuvuga ntanisoni wumva

  • @PagolCagol-c7p
    @PagolCagol-c7p 7 місяців тому +1

    Ikiganiro.caikimu.ndagikunda.umuntu.yitwanyama.nazarabanwa.nuvyiwe❤❤

  • @ButoyiAAline
    @ButoyiAAline 7 місяців тому +3

    Johaaa sigaye nkwanga ubutikubwawe urumuntu wumugaboo

  • @أبو-ر1ي
    @أبو-ر1ي 7 місяців тому

    Wew ndabona ushaka kuzuragenda kuryimisose kwa fani icohiga ribati numuveko toka

  • @NadiaNdizeye
    @NadiaNdizeye 7 місяців тому +4

    Libert komeza uter imbere. Biyahure abakugwanya

  • @niyonzimabebyna
    @niyonzimabebyna 7 місяців тому +1

    Ikintu gusa nakundiye fany nuko atarigera aza ngaha ngwavug amajambo nkaya majambo muba muriko muravuga na libert ivyo yavuze ntiyigeze amwishura 😂😂 fany big up sana ugume wicecekeye

    • @AudreyNiyodusaba
      @AudreyNiyodusaba 7 місяців тому

      Aba baza kuvuga sabatuma jaho gwaricecekeye Ubu abarundi baraciyubwenge twarabamenye

    • @niyonzimabebyna
      @niyonzimabebyna 7 місяців тому

      Ntawovyemeza kwariwe abatuma hari nubwo usanga bishakira kumenyekana caaane atabindi

  • @emelynetuyishime6968
    @emelynetuyishime6968 7 місяців тому +1

    Joachim agati kateretsw n'Imana ntigahenugw numuyag wipfuza kwic abandi wosang niw utanguye urarush zurarab amajamb uzan ngah kur camera kuk urakurukuye nay Dawe yamvyaye niw akuze 👏

  • @HoHnot-py1nj
    @HoHnot-py1nj 7 місяців тому

    Zemuravuga make shaaa.muzosubira guhuza.akazi Nako muraganguye.kuk mukorabimwe

  • @KananiQuintine
    @KananiQuintine 7 місяців тому

    Jew libert naho yofatwa ya... mwisoko ntacomunyankisha❤

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja 2 місяці тому

    Nahonzoba ndumwe .nsoro ❤❤

  • @NdayishimiyeMicheline-ml8tw
    @NdayishimiyeMicheline-ml8tw 7 місяців тому +5

    Icukoze ayo wariye urayakoreye vrmt😂😂😂😂😂yooo kuberiki noe uri ikijuju gushika hiyo vrmt😂😂😂inzara irakuvugshije kwel buvuga nkuwaciye kuntebe yishure sha

  • @joselynedusabimana8046
    @joselynedusabimana8046 7 місяців тому +1

    😂😂😂😂😂iyabashanukuri uwomujama aranyishe😂😂😂 gusa ndamukunda nazendamurabirevrt arankoreye umusi joh llove you somuch🎉🎉🎉

  • @NolasqueIrambona-gm2rn
    @NolasqueIrambona-gm2rn 7 місяців тому +1

    Rhé eee kiranshisha icoki yohakimu ugo rutwaaaaa

  • @NadiaNdizeye
    @NadiaNdizeye 7 місяців тому +3

    Za muriyubaha muz murarab amajambo muvuga kwabahesh icubahiro!!!!!!!!!

    • @emelynetuyishime6968
      @emelynetuyishime6968 7 місяців тому

      Nukuri baritesh agaciro umuceri wumu Tanzania niw uriko utum acafuz Libert 🤔

  • @alexiskanakimana9054
    @alexiskanakimana9054 7 місяців тому

    Libert❤
    Jo uritonda bro kuvuga Nabi umuntu nkuko sivyiza libert nushaka umusonere aragusumvya game

  • @AntoinetteIrankunda-q4g
    @AntoinetteIrankunda-q4g 7 місяців тому +1

    Joa urimvuga kuri jewuraziko nkwemera narindagukumbuye

  • @nihezagirealice2678
    @nihezagirealice2678 7 місяців тому

    Zuravuga amajambo yubwenge!!ukure ishari

  • @kennybrianiteriteka4793
    @kennybrianiteriteka4793 7 місяців тому +1

    Haaa komumwumvira inzigo nsoro kirabatuna ikibif nkunda nsoro

  • @nostressfreedom8615
    @nostressfreedom8615 7 місяців тому +4

    Ribati hejuru cane 😌🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @RodgersSmith-id3os
    @RodgersSmith-id3os 7 місяців тому +1

    Mwatake kbsa uwo mu Karateka Nsoro😊

  • @InnocentNkurikiye-u1c
    @InnocentNkurikiye-u1c 7 місяців тому

    Ndakwemer

  • @EdmondIteriteka-cy7yt
    @EdmondIteriteka-cy7yt 7 місяців тому +3

    Courage muduha ibiganiro bitesa

  • @AgnesKangoye
    @AgnesKangoye 7 місяців тому +1

    Joachim avuze ukuri.Uri hejuru cane

  • @yvettekazaneza8632
    @yvettekazaneza8632 7 місяців тому +3

    Toka Kure Joachim wow ntimungan n'a libert knd ntanah muzopf muhuriy arakurenz xna oe film koyamuhay imodoka naw yaguhay iki? Jahiyo libert numunyabweng knd araz ivyarimw nah ugeragez kumushira hasi arakurenz

  • @kwizeracedrick-p6u
    @kwizeracedrick-p6u 7 місяців тому +5

    Akakagabo karashisha wogira nagakecuru mumisi iheze ikirirwa kaviga nabi Fanny Ubu naho ikirirwa Kuri libert wogira nagakecuru kakera ipuuuu arakurenze icukoze woberwa niguturiya😂😂😢

  • @uwimanaangenelly348
    @uwimanaangenelly348 7 місяців тому +1

    nmba ushatse kutumara stress ziyi Ramadan 😅😅mrcii wa Yohakimu🎉

  • @OlivierManirakiza-rd3gx
    @OlivierManirakiza-rd3gx 6 місяців тому +1

    Uraz joechim nubandanyudakor ukaguma wivugir ivyaband bitakurab bizorangir us nuwutahar

  • @NiyomwungereLeonolla
    @NiyomwungereLeonolla 7 місяців тому +3

    Se joha atanzigo ibayemwo ko yaje urumurambe mukazi (films)gute ukigendesha ikirenge vyukuri 😂😂😂😂😂😂😂

  • @niyogushimadorine6086
    @niyogushimadorine6086 7 місяців тому +3

    Joachim wibuke ko wavuze ko utazosubir kuvuga umuntu nabi 😢😢Joachim nimba Robert yagusanze muri gemu gura nawe akaduga utwemez ikindi naco nimukundane nukuri mukure amatiku. Wew iyobija hose wew bagucoreye peee😢

    • @AhishakiyeJoselyne-ir4sx
      @AhishakiyeJoselyne-ir4sx 7 місяців тому

      Ninzara irik imuvugish knd bakir mumatik bizobagor cn

    • @AudreyNiyodusaba
      @AudreyNiyodusaba 7 місяців тому

      Joachim araboneka kwashonje aha bamuhaye ayibiharage kugera aze gusevya nsoro

  • @SandrineMugisha
    @SandrineMugisha 7 місяців тому +3

    Joachim uranyishe 😂😂😂gusa uravuga ukuri ndakwemera

  • @NadineTuyisenge-r8k
    @NadineTuyisenge-r8k 7 місяців тому

    Nibyio vrt libati nuko ariyemera gsee❤

  • @InesRukundo-sm2tu
    @InesRukundo-sm2tu 7 місяців тому +4

    Ababipfa nababisangiye daa

  • @RoseAleose
    @RoseAleose 7 місяців тому

    Joachim hejur ndakwemer❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @Audrine-g2z
    @Audrine-g2z 7 місяців тому +4

    Joachim nahora ndagukunda arik nsanze urindushi international 😂😂 kbs umuntu wumugabo araj ngaho kur caméra kugira acafuze uwundi ?? Aho ntumaramar umugore wae ariko araba iyo interview vrt??? Ww libert murangana?? Libert az ubweng bwish ntimungana vrt, Libert ndagusabe ntuze uj kur caméra ngo wishure plz wihangane

  • @IrankundaAnick-y6h
    @IrankundaAnick-y6h 7 місяців тому +3

    Urumumyenzigo ww niyompanvu nafilm yawe ntaruha ndaba

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv1949 7 місяців тому +1

    Mureke amajambo mukore ukonugucafuzanya mwese muracarihasi ntahomuragera nimwige gushigikirana ivyogutukana mubireke

  • @JeanclaudeIradukunda-q9e
    @JeanclaudeIradukunda-q9e 7 місяців тому +3

    Muga Joachim vrm libert arashoboye knd cane womurushuburambe ntiwomurushubumenyi. Knd ndamwemera kubera ariyemera mubikorwa vyiwe knd iyo ni jaloux KO yakurushije

  • @alexiskanakimana9054
    @alexiskanakimana9054 7 місяців тому

    Libert ndagusavye wihangane utsinde ishavu ntuzobishure uze wihorere vt

  • @ChristabellaKezakumugambwe
    @ChristabellaKezakumugambwe 7 місяців тому +6

    Kimw fanny yaramenyekanishije libert hubwo narabe amushimire kuvyo yakoze ivyo bapfuye babihebe ntamukristu adaharira

    • @AhishakiyeJoselyne-ir4sx
      @AhishakiyeJoselyne-ir4sx 7 місяців тому +2

      Nuk yarashoboy kuv bavany urasubir kubon film fanny akor irimw ubuhing libert hejur cn

    • @Jesiyv
      @Jesiyv 7 місяців тому

      😮n​@@AhishakiyeJoselyne-ir4sxIgihe yatwara agashimwe kambere yararikumwe na Libert .jew muransetsa .
      Mureke kuvyishiramwo barazinanyi.murikwl muta Amajambo mwobona ejo basubiraranye.

  • @ButoyiAAline
    @ButoyiAAline 7 місяців тому +5

    Libeli ndakwikundira bareke bavuge akazi impere

  • @florencekubwayezu706
    @florencekubwayezu706 7 місяців тому +2

    Mwijambo rimwe murugo kwa Joachim ntagaceri kaga tanzania bazi bakarya mumuhana 😂😂😂😂😂uzopfa wimaramaje😂😂😂😂

  • @emelynetuyishime6968
    @emelynetuyishime6968 7 місяців тому +3

    Yooo ka Joachim karambabaj gabany urumogi nimba ukunda Urugo gw fanny na norasque Mubahanur bagabany imyiparatur kuk iracar intango nt hit asumvy Assia mutoni knd aratuj ikind nac urugo si foto cNk videos rer akazi nurugo biratandukany nimb arik akor ng apirikishe libert ah arik yihend naseng cane kuk urukundo ni nkisabuni uko buc niko rushonga knd urugo si reseau sociaux narwngan✍️

    • @AudreyNiyodusaba
      @AudreyNiyodusaba 7 місяців тому +2

      Harya birigwa barahena bahenura ngo bagomba bemeze libert shaaa bazohova bimara kuko libert we ntabamenya

  • @AngeAmanimana
    @AngeAmanimana 7 місяців тому +3

    Libert ntimunanganya ubwenge wew buracingero kur fanny uribuka ko yanakwigishije icongereza wakarofawe kururusaku ngaho

  • @mytalent2031
    @mytalent2031 7 місяців тому +6

    Sha ndabona muziyahura libert arikarakora cane,courage nsoro

    • @benignemanirakiza5440
      @benignemanirakiza5440 7 місяців тому

      Wapi arasanzwe ntacane.Johachim reka amubwire libert afise ubwibone birenze nokuvuga nabi kwinshi.
      Umuntu yubahuka akavuga KO akeneye inoti gusa ariyo ryirukako gusumba kubana n'abantu!
      Ngo ntamanza yojamwo.
      Nta buntu agira nukuri ivyavuga ntibimubereye.
      Inoti burya urironka igihe ufise abantu.Ntiyigire rero umu insociable.

  • @IrankundaAnick-y6h
    @IrankundaAnick-y6h 7 місяців тому +2

    ww wamye ugirira inzigo ribert

  • @Beatrice-t4y
    @Beatrice-t4y 7 місяців тому +2

    Abansi ba libert ahubwo muzonagwara imitima.gusa nyene muba mushaka kumudugirako.

  • @FifiCongera
    @FifiCongera 7 місяців тому +1

    Ikiganiro kirimwo Joachim ndamukunda kuk arantwenza

  • @NgendakumanaViolet
    @NgendakumanaViolet 7 місяців тому +6

    Joachim uracari kurecane tekana ayomajambo wibazako yogufashiki? Uri umwmana mumutwe.

  • @أبو-ر1ي
    @أبو-ر1ي 7 місяців тому

    Yooo uribagiy ukuntu wavuga fani nabi non ubony akugaburiy agatanzaniya uciy umwemera

  • @Burundistartv
    @Burundistartv 7 місяців тому +1

    ❤❤❤❤

  • @justinendayisenga7180
    @justinendayisenga7180 7 місяців тому

    Joachim nukuriiii uranyisheee umalaika vrmt nukurii ndagushigikiyeee peeekuko yaraje pee

  • @NoellaBurundi
    @NoellaBurundi 7 місяців тому +2

    Weeee Ribére mwatake Joachim twirire sho twomvirize ivyobintu yakubikiye bitotuma umwataka

  • @AudreyNiyodusaba
    @AudreyNiyodusaba 7 місяців тому +10

    Aha rero bakwishuye kugira uze gutyoza libert atanarimwe arigera agucisha mukanwa ububukene bwomuri eden buzotuma abantu batamajambo kubera umufa wibiharage😂 fanny na norsque bakurishangahe kugira uhebe utamajambo uvugumuntu atanakwitayeho iterambere ryiwe rirakubabaje

    • @chachaniyukuri
      @chachaniyukuri 7 місяців тому

      johakim,nukuri,sinarinzi,kurikirofa

    • @AhishakiyeJoselyne-ir4sx
      @AhishakiyeJoselyne-ir4sx 7 місяців тому

      Inzara nimbi 😂😂😂

    • @emelynetuyishime6968
      @emelynetuyishime6968 7 місяців тому

      Ibaze ng bamuhemvy umuceri wumu Tanzania ah yahejj kuwury acaj kuwunya 😜😜😜🤮niya subiray 2cnk 3bac batangur kumuvug ko arobez ar umugab 🤣🤣🤣

    • @yvettekazaneza8632
      @yvettekazaneza8632 7 місяців тому

      Ikirofa gusaaa libert wacu hejur caaan itekanir ibikirw vyivugire

  • @Hazfir.Official
    @Hazfir.Official 7 місяців тому +5

    Reka mpige agasongabugari tuhaturire na joachim🤣🤣 oya rubere😂 nagende hariya ubumenyi butarimwo ubwenge nindero ntaco bumaze❌

  • @mbonyumugenzijules9345
    @mbonyumugenzijules9345 7 місяців тому +7

    Twemera libert wambwaw toka genda ingozi

  • @GloryIranzi
    @GloryIranzi 7 місяців тому +1

    Ndakunda johakim

  • @khanwkk
    @khanwkk 7 місяців тому +1

    Joachim uvuga ukuri gusa uratwenz 😂hama NYAMA ABA arko abakebura. Gus Ribert yaranshavuje.igihe avuze Fanny nabi vyaranshavuje.arko mwige guhariranira Kuk kwisi tuhaca tugenda.siwacu.

  • @nsanzamahorodominique9724
    @nsanzamahorodominique9724 7 місяців тому +5

    Joachim ndakunda ibikorwa vyahe uri numubanyi ingozi urabizi arko urigisebo kubakinyi ba film ndundi kk libert ntanubwo ufis irob yivyo azi ww ndabaz mwese murabiwacu ntanumwe mfungura iwe arko gezaho uratey isoni vrr

  • @AsiaBeond-lo6gs
    @AsiaBeond-lo6gs 7 місяців тому +4

    Ntariberi yabisonoroye vyari vyarasonorotse liber azandondere kwer ndamuhe nifanta urya nimetwe

    • @emelynetuyishime6968
      @emelynetuyishime6968 7 місяців тому

      Ew nimpuz irasonyw hama igasonorok cNk igatabuk rer Fanny kub aban na norasque nt birenz knd na libert afis uwiw babn mug guc AZ gucafuz mugenz wee knd umugab nkawe kuber Fanta nisahani yindya yariy kwa Fanny nakamaramaz kumugab

  • @BenemuluBillyado-ji4ze
    @BenemuluBillyado-ji4ze 7 місяців тому +2

    Toka Kure wambwawe Libert ntimungana wewe kandi sinibaza KO muzopfa munganye,Hama Libert Maze wicyecyekere ntuterane amgambo niyo mbwa,shugurika n'a maisha Yako wa mbwebwe,none nkivyo bikungura iki shenzi.

  • @NeaqsSobg-kw8ug
    @NeaqsSobg-kw8ug 7 місяців тому

    Zo.zo.zo🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉wubahwe.hezuru❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @cedrickthebarber
    @cedrickthebarber 7 місяців тому +1

    Kuvuga kumuntu wumugore wah abagore nibo bacokorana nkuko

  • @NingabireAnneMarie
    @NingabireAnneMarie 7 місяців тому

    Birakwiranye kwa bantu bagize ivyo batahurijeko bobitunganya bitaragera kure nivyo vyiza

  • @GloryIranzi
    @GloryIranzi 7 місяців тому +2

    Joachim aciy bugufi nicogituma aranadhigikira abaciy bugufi kand na Abel araciy bugufi Nico gituma ategerezwa kuba akunda na NORAVINE hejuru cane Jojo ubirimwo neza

  • @pierrezihuwiruka
    @pierrezihuwiruka 7 місяців тому

    Uravuga

  • @mytalent2031
    @mytalent2031 7 місяців тому +6

    Non kudandaza ibirato sumutahe,ahubwo ndumva ataranakina yarafise ibimutunze,iyonzigo mumufitiye ntacobizomutwara,imodoka ni revo kuko gushobora kugurigitoro sivyawewe

  • @ndayishimiyerenovat3840
    @ndayishimiyerenovat3840 7 місяців тому +2

    Joachim numva nkwase n'umutima wanje wose. Uri rofa. Ubu rero wabaye umuvugizi wa Fanny?

    • @florencekubwayezu706
      @florencekubwayezu706 7 місяців тому

      Joachim yishakir umuceri wumu tanzania😂😂😂😂😂😂😂mumureke

  • @HarerimanaApoline-ks4dw
    @HarerimanaApoline-ks4dw 7 місяців тому +2

    Joakim urabaye umugore ribert aragusumba akazi nakazi uzoguma uvuga uburof

  • @emelynetuyishime6968
    @emelynetuyishime6968 7 місяців тому +2

    Yamuririmbiye kubera amusege umuceri wumu Tanzania Sha nt vyinsh mwakorany bisumb libert ah murazempera

  • @denisensengiyumva7151
    @denisensengiyumva7151 7 місяців тому +1

    Ico mukora muranyishe

  • @emelynetuyishime6968
    @emelynetuyishime6968 7 місяців тому +3

    We benichou ubwir Joachim akur uburof ngah arumuntu wumugab ahanur aband nabanz yihanur emw ntarurukund mukunda Fanny ahubw mwishakir inyungu zanyu gusa naw niyaj an namajamb yabant emw urugo ruzomunanir nay ng nta fanny nt libert ng nta norasque nt Fanny nab bavyarany bar abagab Sha knd bamuvyaj ivyana vyiz rer kiry catumy abaho at abafis ab bagab bompi 2 ninac cotum abah adafis Norasque sivy mwipfurij ahubw nagabny ubwirate aseng Imana arek kurungik abacafuz abandi ng ararenz 🙅Libert na Fanny Etapes bar bagez ntawe baj gucafuz rer nimb barashwany nibisanzw numugor numugab barashwan bishits bagasubiran cNk baka van Burundi rer kuz mucafuz abandi abarundi bihagarare kbsaa hama ng mushak guter imbere non muzokwigish iki aband mwuzuyemw ugwank 🤮🤗🤗Joachim gabany wotum uronk bike bihezagiy apan vyinsh vyumuvumo libert Sha numugab aritunz knd na Fanny azotung abiw rer kub batagikoran si intam yuriye inzu ubu wew ab mwatangurany batarakwiba inkinzo TV nib mugikoran toka Kure wamuswawe🤮mber numv nokudahw Sha ndavy ik kiganir kuber Benichou na libert nay wew uz kwisuzuguz gus ng wariy umuceri Wumu Tanzania niw urik utum ucafuz aband 🤔urarush Ager sabbas aguhe Inama yingen akin Films knd yubats urugo gwiw ndets akaban nez naband ✍️

  • @OsiasNshimirimana-bu2fx
    @OsiasNshimirimana-bu2fx 7 місяців тому +5

    Joachim ndakugay urumunyengoz utuk libert wacu .ndabibuz Toka kuko libert ntaho muzigera muhurira.iyo ninzara yabafash kugir mwitonesh kwa Fani.imodok rero nawe genda uyigur turab .u
    Atari ubujambo wotera imigere ingahe?

    • @emelynetuyishime6968
      @emelynetuyishime6968 7 місяців тому

      Ehhh uko nukwitonesh Bw bundi libert yarabary umutima kub yarakoran n Fanny ahubw usang nib bohej Fanny ng genda ubishire kur reseau sociaux kugir muvan muvany 😜😜😜bararush nukuri Sha azory bike asengey knd vues zos Nsoro afis zirasengey kuk nta muntu AZ kuvug Nabi na biry yavuz yaj kwishur kuvy Fanny yarik amubesher ac atang umuco ✍️

  • @AimewaldadigneNiyonsaba
    @AimewaldadigneNiyonsaba 7 місяців тому

    Nukuri Urantwengej xan uratwika ndabakunda pe❤❤❤🎉😅😅😅😅😅

  • @RoseAleose
    @RoseAleose 7 місяців тому +1

    Jew uranyic kwer

  • @DevoteKabura
    @DevoteKabura 7 місяців тому +8

    Ushobora kuba urumuntu wumugabo ugafata akanya Ukicara uvuga uwundi mugabo?Ikiganiro gitangure uvuga Libert mpaka kikarinda gihera?Umenyeko umuntu winzigo n’Imana itamuhezagira.Kora ibikorwa vyawe abe arivyo vyivugira.Ubwo subugabo.Ndakugaye.

  • @arcangeriziki4819
    @arcangeriziki4819 7 місяців тому +1

    Joachim avug ukuri kuk nasanz mur film mufis isaku pe nander iriy

  • @gloriaminani3067
    @gloriaminani3067 7 місяців тому

    😂❤Wewe, uranyica, murikumwe, na, shangi😂sukonyene, barakurerera, nyene❤yohakimu🎉uratwika😂

  • @nadinebahati8612
    @nadinebahati8612 7 місяців тому

    Niwubahwe uvuzikuri

  • @dianekantabaze5544
    @dianekantabaze5544 7 місяців тому +5

    Non nkawe ukorik ko wishinga usakuza gusa libert nater imbere naw kakurye wishinga gufyeta inyuma y'abandi wew umengo uri imbobo😂😂

  • @carinengabireyimana3731
    @carinengabireyimana3731 7 місяців тому +2

    Iyi rofa

  • @BlessingIgiraneza-jw4qv
    @BlessingIgiraneza-jw4qv 7 місяців тому +1

    Abakinyi ba Film.lmana ibababarire murapondana sana

    • @emelynetuyishime6968
      @emelynetuyishime6968 7 місяців тому +1

      Ham ng bashak guter imbere ukaz wumv ng tubashigikir nab ubwab batishigikir🤷