Nirnah hari imvugo ukoresheje itabereye kuba uvuze ngo mama wiwe, mubisanzwe mama wu mugabo wawe aba ari mama wawe na wewe. Gusa ntuzohore ubivuga cane bica bizana iyindi sura. Ariko bivana nuburyo ubanye numugabo wawe hariho abagabo benshi batabikunda. Sorry nimba mvuze nabi
Basha Alvin n'a Nirnah ni bab Bark kubabaza ibibazo biri bizar namw mukibonh muzoz muraraba ingen mucishura umuntu ashobora kujana ishavu aha ni kuri réseau sociau donc abantu ni bamaneko baca babikata bigakwira ahantu hose.
Turamukeney madame wawe yambaye ibitenge nukur ababishak mumpe lik ngah 😂❤❤❤
Ntavyo dushaka hewe😂😂
@@Profesakiriku1😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Wait niyavyar abana ba Alvin Smith
❤❤❤❤❤
Niyambar ivy ashak
Ndashaka kubona nirnah yambay ibitenge n'iribaya🥰🥰🤗
Umugore iyo ariwe afise inoti gusumba umugabo,kenshi umugabo acacika umwana imbere yumugore wiwe
Waouh Mbaye Uwambereee Nariiii Nkumbuyeee couple Quiz❤❤❤❤❤❤❤
Welcome again Nirnah urukundo rwanyu ruganze mwiirinde abitambika murukundo rwanyu♥️♥️♥️♥️♥️
Yeegoo twari tubakumbuye sana murikumwe nice family
Number one abar bakumbuy Quiz couple yab benewacu mur rwarukund mubinyerek mum like mensh
Couple y bien san😁💪muzogaruk mur G3 nukurii☺muratesa❤❤❤
I like this couple Wallah❤🤗
Muduhe ama volg👌🥳na couple quiz n bn
Vyz ngira tuzonamubona mumwana womumuji vyoba vyz cn
Nirnah hari imvugo ukoresheje itabereye kuba uvuze ngo mama wiwe, mubisanzwe mama wu mugabo wawe aba ari mama wawe na wewe. Gusa ntuzohore ubivuga cane bica bizana iyindi sura. Ariko bivana nuburyo ubanye numugabo wawe hariho abagabo benshi batabikunda. Sorry nimba mvuze nabi
Narinkumbuy couple yanyu 🥰🥰
Ndabafana xaaaana ntanuko nobivuga nukur ahomuri hos muvyumveko ndaba❤❤❤
7:26 😍😍😍
Courage mon frère travail bien ❤🇧🇮❤🥰🥰🥰💞💞💯✅🔥🔥🔥🔥👊👊👊✌✌
Rerrrerrrrrrrrrrrrrrrrrrrrrrrrrrrr
😂Muranyicaa❤😂la famille 😢❤
Good job watu wangu
Courage Brother Papa Wa Mabuno ❤😂 from Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Pap.wingidi😅😅😅
Muguma muduhenda ndk nzongera kuba raba natoye umugore ndk
😂😂 ngo yavyutse anterikofi hhhhhh mwar mukumbuw pe
Niiice couple quiz
Waoo mwar mukumbuweee🤩
Waooo nar mbakumbuy vrt❤❤m'y fav coupl
Ufise umugore mwiza ❤️🙌
Je ga mana yanje mwe muranyica gsa ndabakunda kndi Nirnaah twar tumukumbuy💖💞💔
nirna yubahwe bigaragara kwakunda umugabo wiwe alvin kundumugore wawe nkuk agukunda asyiiiiiiiiiiiii
😂😂😂😂bash ndabakunda arik Alvin ic kibazo ca bantu batanu kiragoye kwl 😂😂😂
Alvin ndasubiye kugufana kubona nirna wacu yagarutse❤❤
Oohh narindabakumbuye kubi
Munsubiriza ubwenge kugihe❤😂😂😂😂
Yoooh!igiteng cokubera shaa ,Alvin yoryoherwa abony iyo ngidi mugiteng
Nirnah nari mukumbuy.alvin naw nukuri felicitation ubu w actinga nkumuntu wumugabo.avant utaragira mariage heiiiin ntiwi controla
😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣 Nari mbakumbuye peeuu: bizuu Nirnah 😘😘😘😘
Much love uuu Alvn & Nirn❤❤
Iyi couple ndayikund ❤❤
Alvin jew uranyica kl 🤣🤣🤣🤣🤣
Alvin weeee ngo the one question hhhhh
Twerek iyo pilao nizo salade twic umuzungu.
😭🤣🤣🤣the last kstion
Turashaka love story yanyu..
Nari mbakumbuye nukuri😅😅🎉🎉❤❤❤
Hello twari tubakumbuye
Nirnah turamukunda.
Ati umutera stress 😂😂 Erega Alvin umuntu atanga ico afise mur Canada dufise stress rero niyo dutanga 😅
Kuberiki Nirnah afise ikibiriti Alvin 😂😂😂😂
Mwe mwarasaze nimpeta mwarashibuye😂😂😂😂😂
😅ubushuhe bwa buja 2:33
😍😍😍 love you guys
Basha Alvin n'a Nirnah ni bab Bark kubabaza ibibazo biri bizar namw mukibonh muzoz muraraba ingen mucishura umuntu ashobora kujana ishavu aha ni kuri réseau sociau donc abantu ni bamaneko baca babikata bigakwira ahantu hose.
I like this couple but sometimes you can do quiz English please
Alvin mpa numéro ya Nirna uzob ukoze cneu ico ndamwibariz😁😂😂
Jwe nokwica abantu 5 nkasigaran umugabo wanje nukr😂😂
Ndagund cn vy danj❤
Future millionaire uremewee
2:51😂😂😂😂
Wap kwel uyu mutip arishim sa kuk akoribiganiro vyubwishime san
Ako kanyishu kanyuma Niko kabi
Nic couple❤❤❤
Ndabakunda❤❤❤
Madame ntatebahew yahageze🤔🤩❤️
Questio yanyuma irantwengej gushik ndabakunda
😂😂😂😂😂n ubund iyo muhez mwumvikany ntivyar kuryoha lol
Ndabakunda nukur 🥰🥰
Nirna yavyibushe
Je vous Kiff Guys🎉🎉🎉
Urworwuki kl niwuruhakura asha ururyamye mumabera ntabaraha
🤣🤣🤣🤣😍
La famille 😢😂❤
Ucuteraa akanyanyanya urak😂 iyo umukumbuye😂
Nari ndabakumbuy pe
Nukur mwari mukumbuwe cane pe
Ndabafana naho nzoba umwe ❤
Nirnah agabanye dose
Eeee Alvin p'tite sœur waw turitiranwa 😂
miss u
Nn ushaka agufashe ikii🤦♂️👌
Smith igituma umugore atagomba kugusoma ngira nuko 💋zawe zirabura😮 ark mwambara ipete
Ndabakunda ❤❤❤
ariko ga ruvini, ngo widing day 😂😂😂
Inka 🐄✅✅🤝
😂😂😂Alvin j urantesa kl ww🙈
Mwokina bimw dogo 😂😂😂😂
Papa na mamann muratesann. Foooo
Vyaribikumbuw ✌️✌️✌️
Banza umutere inda man urabona ingene couple yanyu arinziza habuze umwana
Alvin nambarutavyara😂😂😂😂😂
Umugore yanse kukuvyarira numwana yoreka kukwica vyagenze gute ????
Courage brother mukomerezaho
Nawapenda
Ikibazo nfise kigira ngo nikuki mutambara impeta kandi mwarakoze mariage?
Kumbe yagukubise mumutwe kugira ubabare ngwarikwic imibu?
Umugore ntiho agishika manza umuryoheshe eeeeaaahh Alvin uri babilony 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Bareke gucamahera ngo nukuryosha ntibari muhira ubu ntibavyutse 😊😊
@@nininahazwedonavine3349😂😂😂😂😂😂😂😂
Noe nirna iyo brique ufise vip 😂 hama iyo minwa ya Alvin vrt wapii naze arisiga akantu 😎
Ereg baranwa itabi sinzi k nirna arinwa ark alvin aranwa bimwe vyitwa ngo shisha
😂
mbega Nirnaah yarabonye ya prank wamugirira mama wawe 😅😅
Yooo ndaryohew nar ndabakmbuy Imana ibandany ibazigama
Ikintu c’isusa cnk ubupupu😭😭😭🤣🤣🤣🤣🤣🤣😭😭😭🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ko wakuye bague nirnaah
Ako kanyuma 😅😅
Ntimuzogir video ya moi et ton ex bituma mutumvikan 😢
😊
❤❤❤❤❤❤❤❤
Aiss mwa ni kosha loho
Muter'inda😂
😂😂
Je vous aime bcp