Yoooo nsoro ubwo bwanw waaaapiiiii bwaciy bukugr nabi kl nukuntu warumugabo mwiza so nd❤ cn we have the best talent bandanya mudutamw utwubweng kl muradusaz pee🎉🎉🎉😂😂😂❤❤❤
Muri 12h 2,068 vues ntibarose amakuru canke bari bazi ko fresh yahambwe,,, iyoooo ari film isubwa n ibiganiro vya Dico kurebwa ariko courage bagire partage 😢😢
ewana amajambo ambanye make kbx libert congratulations kbx ubu ndemey uri king wa cinema muburundi cadeau ravelk wewe ndinumiye courage cane ndinyuma yanyu🎉❤❤❤❤
Yoooo nsoro ubwo bwanw waaaapiiiii bwaciy bukugr nabi kl nukuntu warumugabo mwiza so nd❤ cn we have the best talent bandanya mudutamw utwubweng kl muradusaz pee🎉🎉🎉😂😂😂❤❤❤
Nsoro hejuru cn ❤naho nzoba ndumwe nzokuguma inyuma
Oooh là là laaaa iraheze kweri , !!!😅😅 , Liber ndagukuriye Inkofero kweri kurako ga Film udutayemwo Kari amavuta felicitation brother
Courage turabakunda cn🇸🇦🇧🇮
Ivyombonye kukanyuma sivyo nar niteze😂👍🏽👍🏽👍🏽
Nsoro Burundi.🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Buragufise komeza nizo mpano zawe
Nsoro shaaa❤❤❤❤❤bien joué, félicitations !!
Iyi idasobanuye niyo nziza ❤
Ivyo bintu vyo gusobanura muzobikuremwo vrt abarundi turazi gukina film nziza tumenyere gukina ikirundi cacu bidasabwako abandi baza kudusobanurira kandi abari ikirundi twese dutahuraa
Muvyiyumvireko muze muraduha film orginal atabintu vyo gusobanura birimwo plz
Hahiyeeeeee mu gisagara🎉🎉🎉 ju zaidi kabisa mr Nsoro
Mwubahwe cane iyiminota yanyuma irimwubwenge
Maka nyaga ngo congratulations. Kuba warabuze mutoy wawe😂😂😂 sh makanyag wapi kwel
None raver niwe yabaye ravine nciye ndayibuka wanguuuu murazukurura ppppp😂😂😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Nsoro wari waraduhevye😢😢😢ariko ubu uju nkuwuje nyene kimwe uruwacu 😊
Ewe Makanyaga shaaa😂😂😂😂
Nguma nsubiramwo 15min yanyuma🤯🤯
Abandi nkamwe twabakurahe ko mubikora nezya cyane ndabakunda
Jw nkuri ub bwanw bw nsoro😂😂😂😂yooo Mana courag flm.nziz cyane
Ndabakuriye inkofero
Mwari mwateguye kabisa
Eeeeeeeee urategura pe wubahweeeee ❤
😂😂😂😂ubu bwanwa nibwo butanguye kuntwenza ntarauiraba, bugurigwahe ga basha😂😂
Nukuri film nziza caane
Ubwo bwanwa rero😂😂😂
Nta muntu antwengej nka makanyaga ari kuba icabona😂😂😂
So, muduhe 3 SVP dusigarany inyota🙏🙏🙏
Hejuru cane bro muga urakwiye gukora iyindi amajambo akama make igifunsi akaba arico cikorera
Uwo mukozi aratweza
Ng congratulations🤣🤣🤣🤣🤣
Courage 💪💪
Muri 12h 2,068 vues ntibarose amakuru canke bari bazi ko fresh yahambwe,,, iyoooo ari film isubwa n ibiganiro vya Dico kurebwa ariko courage bagire partage 😢😢
Nukur feu rouge mudutemw
Libert uranryoheye pee
Vyza gose mugum mudutamw ukw nyn mugum kukiv ❤
nsoro ubahwa cne urashoboy
Nukur wubawep ❤❤❤
Nsoro shaaa❤❤❤❤❤
Umuntu abonako aba bagabo batanguye gukina bambaye nk'abazungu beger han tumenyane
Sinagombako ihera p murashoboyeee cn
Makanyaga urantwengej eeeee uranyishe
Nsoro hejuru gose
Courage
Ok murakoze cane
👍👍💯💯
Feu rouge igezehh
Sinashaka kwihera peee
😮
Murafis nukur mubikora nez
🔥 🔥 🔥
bamwita NSORO
Nuk bitabona nezaa
Nne nsoro ntimwosubirana na fanny baricanye ntazibana zidakomana amahembe knd mwese ko mukijijwe mwoharirana
❤❤❤
❤❤❤❤🎉🎉🎉
Ndagkund libert ark ivuovyanw non
Na feu rouge mudutemwo
Nsoro hejuru cn ❤naho nzoba ndumwe nzokuguma inyuma
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉