Fun&facts:hari abahungu bari brutal/abakobwa bakunda uwubaha ntibatanga/language d’amour si zimwe

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 9 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 53

  • @kalyka4107
    @kalyka4107 Рік тому +16

    Iyi sujet iri interessant kandi si kubakundana gusa, iri important no ku mugenzi.
    Kenshi tugirira umuntu ico twoshima ko botugirira tutabajije ico uyundi akeneye réellement.
    Ikindi naco nibaza ko na langage ishobora kw evolua avec le temps, l'âge, l'environnement...
    Exemple: Kera nkiri umukobwa narakunda udu cadeau nudu sorties
    Ariko ubu langage principal ni service
    Urazi utashe ugasanga Mr yakoze ivyo waruzi ko ushikirako.... la soirée ica ihera neza 😊

  • @jilu1095
    @jilu1095 Рік тому +3

    Jew muranyishe kwel mbayumbere abakunda ikiganiro👍👍👍👍👍👍

  • @mireille2452
    @mireille2452 Рік тому +2

    Mweyeee sasa😅 ico nzi murashoboye ndabipfurije kuronka aba partanaire babakunda nkuko muvyipfuza naho bigoye

  • @evelynekaneza
    @evelynekaneza Рік тому +1

    Dada uravuga cane reka nabandi bavuge

  • @doucenoellaishimwe1951
    @doucenoellaishimwe1951 Рік тому +2

    Abagabo barahari. Ba Nyeninganji Hervé... N'abandi.

  • @inesineza7457
    @inesineza7457 Рік тому +3

    Je valide iyo sujet😇😍😌muramugarukan hamw n'umuhung kugir twumv k ma côté yos🤗

  • @ck8137
    @ck8137 Рік тому +9

    Ikiganiro kiryoshe. Kumenya les languages d-amour z'umu partenaire wawe Ni très important et pas facile à les reconnaitre: Moment de qualite ( kuraba movie hamwe, gutermana muri restau, gukora ibintu hamwe), services , paroles valorisantes ( les compliments uraberew , uri mwiza, je t'aime), cadeaux ( amahera, amashurwe anything material). Hama comment ya Nickita ngo " kenshi abantu nk'ava sexy baba ari ibinebwe" ntiyari nziza. Ni prejugé ko abantu bavyibishe ari ibinebwe ibintu twe dufise mumitw yacu abarundi.please iyo mvugo tuyihebe.Dada beautiful make up. Hosy ishati nziza. Sexy na Nickita namwebwe muraberewe 😊

    • @张鑫-o7m
      @张鑫-o7m Рік тому +2

      Mwibagiye, Le toucher physique

  • @Bestof257Official
    @Bestof257Official Рік тому +4

    Sujet iri 🔥🔥🔥 we need this in our society 👏🏾

  • @pethrusmugisha6915
    @pethrusmugisha6915 Рік тому +3

    Emission n bn gus mukuvuga muraciranako,mahan ijambo

  • @carinenisubire
    @carinenisubire Рік тому +2

    Hosy uzoze uravuga ikirundi sha ...kuko indimi ziragoy.

  • @michaellalyssellehakiziman6261

    Yooo at savage😭😭😂😂😂😂😂😂

  • @girukwishakadivine9836
    @girukwishakadivine9836 Рік тому +2

    Kugir umenye langage y'umu partenaire Wawe vyose biva mukiyago mutayaga vyose birapfa

  • @kyjojennish8679
    @kyjojennish8679 Рік тому +2

    Ikiganiro kiratwengeje pee 😂😂😂merci du sujet

  • @ndayizigiyeesther9371
    @ndayizigiyeesther9371 Рік тому +1

    Ukuntu rero ama couleurs mwambaye ajanye😍

  • @msn1781
    @msn1781 Рік тому +1

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣ikiganiro gihez kikiryoshee ,muratesaaaaa

  • @measme4721
    @measme4721 Рік тому +2

    Émission ya butamu 🔥 gsa umutumire ntimumuha umwanya ukwiy

  • @biganda
    @biganda Рік тому +4

    Mba nkunda akajagari kaba kahari🇧🇮🥰

  • @ndayizeyeaboubakar4585
    @ndayizeyeaboubakar4585 Рік тому +1

    Hello
    Love from Uganda 🇺🇬🇺🇬🇺🇬

  • @kyjojennish8679
    @kyjojennish8679 Рік тому +3

    Merci darcy kuba wishize muri place yacu😂😂

  • @richardsabiteka3314
    @richardsabiteka3314 Рік тому +1

    You guys (girls) ndabafana sana.

  • @soniakamutako7234
    @soniakamutako7234 Рік тому +1

    Waaa ikiganiro ciza cane.bravo les filles

  • @ndayegamiyeclaude1383
    @ndayegamiyeclaude1383 Рік тому +2

    Ndakundaa ijwi rya nikitaa🤗🥰

  • @hamugish
    @hamugish Рік тому +1

    Mercii ku kiganiro ciza, 😊

  • @giritekaquintia5277
    @giritekaquintia5277 Рік тому +1

    Hosy wambae am hereni mez,🥰

  • @christabellanineza113
    @christabellanineza113 Рік тому +3

    Commentaire ya Nikita kuri 1:19:34 irasarisha. Les préjugés sinziza. Otherwise, big up Sirens!

  • @Ornellaakaneza
    @Ornellaakaneza Рік тому

    ❤Love

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 Рік тому

    😂😂😂ico cuko abahung ko bataki dragua nivyo murarindir mwese kovyikora mug ivyo vyuk mwitanaho kurya witaho umugore waw umuha vyose siko woc uja kwitah umu copine kuko wew uba ufise aho ugeza

  • @nishimikijimanabelyse1053
    @nishimikijimanabelyse1053 Рік тому +2

    Hosy urasa neza

  • @uwinezajohara8362
    @uwinezajohara8362 Рік тому

    Hosy duteye kumwe nanjye sihunda umuhugu kuguma andondera muri mwanya

  • @Bikorokoro123
    @Bikorokoro123 Рік тому

    capitale politique ya Benin ni Porto-Novo. Cotonou ni Capitale economique du Benin!aho mbariye

  • @jilu1095
    @jilu1095 Рік тому +1

    Nukuri ivyonivyo aba typ bubu ntamitoma bagira arangenda akamara idwi yose atakuramutsa kandi afise umwanya akirirwa muhira aryamye ariko ntakwandikire mpaka igihe anzoshakira sha 🤣🤣🤣🤣🤣🤣ntibagikunda

  • @ncamuvyumaeddy3721
    @ncamuvyumaeddy3721 Рік тому

    Nikitta numwana mwiza ntakavuyo agira anavuga neza

  • @irakozefelicite7309
    @irakozefelicite7309 Рік тому +1

    Dada wiyubuyee

  • @bizindavyidavid3596
    @bizindavyidavid3596 Рік тому +4

    Murashobora kuza murabwira uyo Dada akavuga make mukareka umutumire atuyagire. Si non Dada niwe agira ikiganiro wenyene

  • @kikikiki579
    @kikikiki579 Рік тому +3

    Nibagiye kwongeramwo parole muma language d’amour
    Hariho umuntu naho woba ubimwereka gute kumunda aba ashaka ko ubimubwira avyitumvire bivuye mukanwa iwawe

  • @patientirambona7178
    @patientirambona7178 Рік тому +2

    Nihombandi.

  • @lnaa7174
    @lnaa7174 Рік тому +3

    ❤❤❤

  • @ntwarielyse4345
    @ntwarielyse4345 Рік тому

    Relationship ni mpa ndaguhe hosy mambo??

  • @kyjojennish8679
    @kyjojennish8679 Рік тому +2

    Na sexyy azoze arahaca kenshi 😃😃😃

  • @holinessamandine9047
    @holinessamandine9047 Рік тому +1

    Ico kiganiro muzokibandanye ,hariho abahungu bandika message mugabo ugasanga ico akubajije,sico umwishuye ugasanga murabipfuye les languages ziri codé.Canke akubwiye ibintu vyo kuryamana mutarabana vyukuri uwo muntu aba agukunda ?muzokivugeko.

  • @marlobertosenior8404
    @marlobertosenior8404 Рік тому

    Ndarenganye

  • @phocasndayikeza2892
    @phocasndayikeza2892 Рік тому

    Nivyiza arik ibikorwa birigisha kurusha

  • @ericndugaritse4734
    @ericndugaritse4734 Рік тому

    Nimuryame

  • @nduwimanaange-marlene9898
    @nduwimanaange-marlene9898 Рік тому +1

    Nikita utwenga nezaaaaa ga mana

  • @dylan2227
    @dylan2227 Рік тому +1

    nice topic but I’m so sorry to say that mur relationship umuhungu niw yimbwir guh gift umukobw bakundana kbs apana umukobw ko ar w ayimuh pls ham rosy, darlene kbs ninaz buja nzob ronder tuyag kbs muntumir kbr ndakund ikiganiro canyi gos cane

    • @kalyka4107
      @kalyka4107 Рік тому +2

      Good point ariko ngaho aba ari muri relationship yawe.
      Hari izindi relationships abagabo bakunda gifts kandi ntigitegerezwa kuba ikintu kinini.
      Naho womuhitanira akantu muri supermarket arashobora kumva ko ari une marque d'attentiom.
      Kenshi nibaza ko biva no kumico...

  • @didiergatabazi4382
    @didiergatabazi4382 Рік тому +2

    Izompuzu za Nikita amaze misi yambara ashobora Kuba ufise inda🙄🙄😀😀😀

  • @manirambonaemeryhasta3739
    @manirambonaemeryhasta3739 Рік тому

    Huuuuummm ntacomvuze

  • @lyneburundi2443
    @lyneburundi2443 Рік тому +1

    ❤❤❤❤

  • @amiebienvenueabayo9891
    @amiebienvenueabayo9891 Рік тому

    ♥️♥️♥️