Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
She’s so confident, I like that a lot. This couple is so honest and innocent😍
U got be kidding 😅😅😅😂😂😂
Jenny IRAKOZE I know right 😅
Urunigo rukundo tubadukeneye not birya vyogucisha kuruhande ..this is a pure love ...am from Zambia
NumuriromuburundiharihihoAbagafasheEsivyonibikiJewMusangeyesu
Ndavye ama commentaire y abantu benshi ngaha sanze abarundi ari aba hypocrite... peee. Iyaba ari couple iri instruit ivuga kuvyerekeye urukondo gwabo mwese mwari gukoma amashi....urwo nirwo rukundo gwa vrai., pure, ata intérêt rurimwo.Ahubwo jewe ndabakeje..
Nukuri umunsi bagize Marriage bazotubwire Tubaterer kweri 🥰 Uwomukobwa ndamwemera saaaanaa
Je valide🤝🏾
Ahubwo baduh update aho urukundo rwabo rugeze💃🏽💃🏽
Kumbe ibirundi turafise ba masha love naba amba lulu😂😂😂
Wow 🤩 aganira neza avec honnêteté 🤩😍😘🥰 so impressed 💓
Hahaha ni khatare balaaa mapenzi nomaaa
Emweee Basha uyo muhungu yafashwe kunguvu😃😃😃😃😃😃😃
Igikobwa cikirofa ewe bavyeyi mwatuvyaye muzoze murihangana
Uyo mwana angana numwana wanje kweri eeeeeew mana yanje
Waooo urukundo lura saza no mwibarabara ni atar 🤣🤣🤣🤣🤣
Reka kumugora muri adolescence yari mwayene
Iso igeze habi barunfikazi ,abakobwa baramazr kumenibanga nukuri pe😂😂😂
Young lover, so are they!!Tyooooooo duduweeeee...
Neza ndapfuy, benichou urankunkumuye
Mbega ibibazo mukama umukobwa nawe araho numweruzi kbx
Mana dukize abadayimoni Amen!
Iyi vidéo izorabwa Sana...
Beni penda san wew wallah 😂😂😂
ARAGAHENDA🤣🤣🤣Agahungu nkaracarigato🤔🤔🤔nihatar
Uwomukomba arasar🤔
Haka kanaume bado katoto mwanamke mzee
Hhhhhhh basha ningora nkabisa ico gikobwa kirashiri soni ikikiganiro ningorane 😜😁😁😁😁😁😜😜😜
Ngwaryohegwa bamufash kumabere🤔🤔🤔🤔🤔
Ngo ntarafata umuhungu kunguvu,naho yari yamufashe kunguvu🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Mbabazwe nuyumuhungu pole
Nukuri mushira ibintu bisetsa kbx 😍😍😍
Wiriwiri nagahoma munwa mbega umukobwaweeeee😅😅😅
Yoooooooooo😭😭😭😭uracari umwana nukuri ndakuririra wamuhunguwe Imana igufashe mutandukane peeeee🤒🤒🤒🤒🤒
Ahubwo je numvubwoba kko iyonimyaka ibahenda
Mukama mwaragahitanye basha nugusenga p
Haha umaze kuvuga ko uri uwo mu cibitoke CA Rugombo ndemey ni bamaraye pe
Icogisimba c'igikobwa kiramuhenda cane kuko kiramusumba🤣😂
Ngira gishaka kumurya gusa kuko akogahungu nakana 😃😃😃😃
@@lilianeerica3318 birashika kikaba gifis intumbero yaca🤣😁
Nidanje
Hhhh aragira vyabindi mutavuze?kuberiki utabivuze urantwengeje wallah
Hhhaaa Danny gabanya ama questions vrmt duuuh 🤣🤣🤣
Uwo mukobwa😂😂 ukuntu avugira mu mazuru,usanga yigana agafyinyi k'abana ba mabuja😒😒😒 anadeka sana
hahahahahaah
😁😁😁😁😁😁uranyishe
😂😂🤣😂😂😂😂murhamaaa aramugumbiriy ga yemweeeee
Ndumva umuji umugeze habi. Abavyeyi ngobararungitse umwana kukazi
Avugira muzuru🤣😂
Murashushe.
Murashushe nukuri
Ako gahungu kafashwe ku nguvu!
Uwomuyaya aruta imyaka uwomuboyi ariko amweruza munguwe
18:35 yipfuza kuzob umukenyezi mu bandi akwije CONDEX😂😂😂 ((conditions))😂😂😂
😂😂😂
iyo agira anahirwe yo kwiga neza urumva ko yari kuba abivuga neza kurusha
@@williamndayikeza427 egoo
Layike kometa na ceya3🤣😅
Turafise 2ème VIZE PEREZIDA😋
Ako kabotique kazohombasha🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😆😆😆😆😆
Haaaaa abarund iyingeso mwazikuyeh ga yesu wanj mbeg umukobw wikirara
Imana nitabare
Indaya mbaya vrmt,uwo mukobwa
🤣🤣🤣🤣🤣niyo nayo niyo
Isi yaheze nukuri Mana yanje iyisi igeze habi
Waoooo nice couple
Rek kugoraaa ab bntuu 😂... Ivyooo vyo kuja muma Bwateeee .... Ndajagaray tchouuchouuu
Hhhh nukur ndagagaye mungu weee arik uyo mukobwa arakuze kuruta umuhungu
Bakora kumu Boss umwe😀😀😀😀
😀😀🙂😀imbav zanjy wee
Numwana nanyina nukuri
Mbegumukobwa we ndagagaye ndamanyutse
Ababantu nabahe
Inkundo zirarwira ako gahungu gafise isoni kazokubaka urugo nihatari Sana.
Mukure ugwamo.mwebwe mubikora mwinyegeje wewe arabigaragaje.ndabemera
Ebahungu ndemeye ndk ryooo ariko bafita aho babikura
mbega uburofa none nkibi vyungura iki abenegihugu aho kuzana ibiganiro bituma abenegihugu babona ivyo bokora muza ubugugu ubona abarundi twotera imbere gute
nimwikundanire cane
Ariko beny ngwaratanguye kwonka
😂 😂 😂 😂 😂 😂 😂 😂 Ngumuhungu ntaba umwana uyo numubebe kbsa
Nkuwarumwanawanj ndumvatwohurap
Kuki mukunda gutukana yamukunze se mutari hariya ni mukinjire mubuzima bwabantu
Ngo yogendana numuhimbiri hhhhhhh
Neza ndapfuy Berry urashikanyeyo😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂urakoz kurindengereza
Ntimugatukishe province yacu ya cibitoke kuko ntabuswa nkubwo dukora. From Zambia lusaka
Mukwirikire UA-cam yanje kuri Jenny Irakoze. Subscribe please. Thank you.
Nkuyo arumukozi wanje noca ndamusubiza iwabo hakiri kare kuko abana azobiza vyishi🤔🙊
Mwarasaze kabisa agahungu nigato
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ariko mana haribintu bitakunda kuko uwo muhungu ngira uwo mukobwo yamuhay umuti
😁😆😆😆😅😅😅😂😂🤣🤣😅😅😆😆😁😄😄😄😆😅😅😅😅🤣🤣🤣🤣🤣🤣😅😅😆😅😅😅😅🤣🤣😂😂 MBEGA URUKUNDO RWUKURI ZOBADANYA NDABASEGERA NUKURI MUFISE URUKUNDO RUDASANZWE IMAN NYEN AMAHORO ABADANYE KUBAYOBORERA MUNZIRA YAYO NURUKUNDO RWANY😆🤣🤣🤣😅😅😅😅😂😂🤣🤣 burya ivyo sibyabose
Umunti yibwa uko kweri oe nkako gahungu ngo kari murukundo nicokirarakazi🤣😫🙊🙈
Ryooooo 😀😀😀
😂😂😂😃😃kbs ndabemey
Abo numwana na nyina
Vie privée yahonyanzwe!!!
Gute?
Mukama ubuho vyabuze nukuri kose...Hahahahaha
😀😀😀😀nakufa mie wallahi hii dunia inamengi 🤔🤔yoooooooo
Yakoresheje imiti kugiramukunde. Nagakecuru
Yooooooo mbega uburambe mukaz sisei napita 2
Hhhhhh ariko belly nizina ry'imana urahebuy umugire umusazi😂uwo ari mwayene diiii😂
Ako gapett karachari gato😂😂😂😂
🤣🤣🤣🤣🤣🤣ngo baterurana ngaha kuri kiosque
Ivyo bintu mugiye kwigisha abanabacu turavyiyamirije
Uyo mwana arambabaje yaguye muruzi arwita ikiziba uwomugore nikirara
🤣🤣🤣🤣 ndagagaye pe.
Mbegayemwe kwarasaze
😁😁love doesn't ask why!! Kandi imyaka ce n'est que des chiffres.Ako gahungu uyo muyaya aragahenda biboneka kuyo mukobwa yagatanze gusirimuka.Eeh si mumuji none!!
Chris Muganwa eeeh man ibi ntibizorama kweli indero yikirundi iminsi yose umuhungu akwiyr kubona kure in fact uyu ni nka tantine wiwe
😍😍😍😍😍❤❤waouh bararyosh
Afise taille française basha mureke kumubaza vyinshi 😂😂😂
Rega sha bikura mwubwenge nkubu ntibari baziko ar TV ko baza kubabona abantu beshi
Ng bebi Ala sante😋😋😋 basha umukbwa yarakobotse kabis umuhung we yanyegej inzara😜😜😜umukbwa we zararutse🤔🤔🤔🤔
A LA Sante !!!Numvise hakirikareko uwomukobwa nizina ryiwe atazi kuryandika Abakobwa batagiye mwishure muze mwumvirize imvugo zamafyeri ngobahishe icobari
Muransekj
🤔🤔🤔🤔🤔ndumiwe nukuri mbegumukobwa weee
Kanaume kazuri ila kijidada kizee
Couple ya butamu 🤣😂🤣😂
Mana nihatari😂😂😂😂😂😂
Burya naho turiko tugana iteramber, tutaravy neza tuzohava twisanga muvyitwa iteramber kumbe twibagiy akaranga
Jizasii none nkuyu mukobwa,ehe rero ukuntu amwikura🤣🤣🤣🤣
Muracarabana kkontimurakundana nimuve mwivyo basha😏😏😏😏
Nda pfuy jew ninshwe na commenter yo man mbeg mbeg 😂😂😂😂😂🙈🙈🤭uyo muhung arantey ikigongwe
Can anyone explain to me what's going on there cuz I don't know what they are saying
😂😂😂😂😂😂😂😂 Bisanga manUmwana wumuhimbiri bamwita umuhitatu😃😃😃😃😃espe ntazobana numuhimbiri azobana na chr wiwe
ndagukeneye
Ibibintu vyokumbura muzobonekesha igihugu cacu nabi urumva akoo
Ama dyer yabakobwa baticaye kuntebe yishure muzoze mwumviriza udu termes twabo gwazoba yumugore akwije Condexe Ndumiwe 🤔🤔
Ama fyeri yabakobwa baticaye kuntebe yishure .hejuru nihenze nanditse(aMA dyer)
Mb commenta nind😭😭😭😂my people 💜😂
🤣 🤣 🤣 Manaww
Icogikobwa connexions zarahagaze
😂😂😂😂
Eka uruwo mubukinanyana kwl🤣🤣🤣🤣
She’s so confident, I like that a lot. This couple is so honest and innocent😍
U got be kidding 😅😅😅😂😂😂
Jenny IRAKOZE I know right 😅
Urunigo rukundo tubadukeneye not birya vyogucisha kuruhande ..this is a pure love ...am from Zambia
Numuriromuburundiharihiho
Abagafashe
Esivyonibiki
Jew
Musangeyesu
Ndavye ama commentaire y abantu benshi ngaha sanze abarundi ari aba hypocrite... peee. Iyaba ari couple iri instruit ivuga kuvyerekeye urukondo gwabo mwese mwari gukoma amashi....urwo nirwo rukundo gwa vrai., pure, ata intérêt rurimwo.
Ahubwo jewe ndabakeje..
Nukuri umunsi bagize Marriage bazotubwire Tubaterer kweri 🥰 Uwomukobwa ndamwemera saaaanaa
Je valide🤝🏾
Ahubwo baduh update aho urukundo rwabo rugeze💃🏽💃🏽
Kumbe ibirundi turafise ba masha love naba amba lulu😂😂😂
Wow 🤩 aganira neza avec honnêteté 🤩😍😘🥰 so impressed 💓
Hahaha ni khatare balaaa mapenzi nomaaa
Emweee Basha uyo muhungu yafashwe kunguvu😃😃😃😃😃😃😃
Igikobwa cikirofa ewe bavyeyi mwatuvyaye muzoze murihangana
Uyo mwana angana numwana wanje kweri eeeeeew mana yanje
Waooo urukundo lura saza no mwibarabara ni atar 🤣🤣🤣🤣🤣
Reka kumugora muri adolescence yari mwayene
Iso igeze habi barunfikazi ,abakobwa baramazr kumenibanga nukuri pe😂😂😂
Young lover, so are they!!
Tyooooooo duduweeeee...
Neza ndapfuy, benichou urankunkumuye
Mbega ibibazo mukama umukobwa nawe araho numweruzi kbx
Mana dukize abadayimoni Amen!
Iyi vidéo izorabwa Sana...
Beni penda san wew wallah 😂😂😂
ARAGAHENDA🤣🤣🤣Agahungu nkaracarigato🤔🤔🤔nihatar
Uwomukomba arasar🤔
Haka kanaume bado katoto mwanamke mzee
Hhhhhhh basha ningora nkabisa ico gikobwa kirashiri soni ikikiganiro ningorane 😜😁😁😁😁😁😜😜😜
Ngwaryohegwa bamufash kumabere🤔🤔🤔🤔🤔
Ngo ntarafata umuhungu kunguvu,naho yari yamufashe kunguvu🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Mbabazwe nuyumuhungu pole
Nukuri mushira ibintu bisetsa kbx 😍😍😍
Wiriwiri nagahoma munwa mbega umukobwaweeeee😅😅😅
Yoooooooooo😭😭😭😭uracari umwana nukuri ndakuririra wamuhunguwe Imana igufashe mutandukane peeeee🤒🤒🤒🤒🤒
Ahubwo je numvubwoba kko iyonimyaka ibahenda
Mukama mwaragahitanye basha nugusenga p
Haha umaze kuvuga ko uri uwo mu cibitoke CA Rugombo ndemey ni bamaraye pe
Icogisimba c'igikobwa kiramuhenda cane kuko kiramusumba🤣😂
Ngira gishaka kumurya gusa kuko akogahungu nakana 😃😃😃😃
@@lilianeerica3318 birashika kikaba gifis intumbero yaca🤣😁
Nidanje
Hhhh aragira vyabindi mutavuze?kuberiki utabivuze urantwengeje wallah
Hhhaaa Danny gabanya ama questions vrmt duuuh 🤣🤣🤣
Uwo mukobwa😂😂 ukuntu avugira mu mazuru,usanga yigana agafyinyi k'abana ba mabuja😒😒😒 anadeka sana
hahahahahaah
😁😁😁😁😁😁uranyishe
😂😂🤣😂😂😂😂murhamaaa aramugumbiriy ga yemweeeee
Ndumva umuji umugeze habi. Abavyeyi ngobararungitse umwana kukazi
Avugira muzuru🤣😂
Murashushe.
Murashushe nukuri
Ako gahungu kafashwe ku nguvu!
Uwomuyaya aruta imyaka uwomuboyi ariko amweruza munguwe
18:35 yipfuza kuzob umukenyezi mu bandi akwije CONDEX😂😂😂 ((conditions))😂😂😂
😂😂😂
iyo agira anahirwe yo kwiga neza urumva ko yari kuba abivuga neza kurusha
@@williamndayikeza427 egoo
Layike kometa na ceya3🤣😅
Turafise 2ème VIZE PEREZIDA😋
Ako kabotique kazohombasha🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😆😆😆😆😆
Haaaaa abarund iyingeso mwazikuyeh ga yesu wanj mbeg umukobw wikirara
Imana nitabare
Indaya mbaya vrmt,uwo mukobwa
🤣🤣🤣🤣🤣niyo nayo niyo
Isi yaheze nukuri Mana yanje iyisi igeze habi
Waoooo nice couple
Rek kugoraaa ab bntuu 😂... Ivyooo vyo kuja muma Bwateeee .... Ndajagaray tchouuchouuu
Hhhh nukur ndagagaye mungu weee arik uyo mukobwa arakuze kuruta umuhungu
Bakora kumu Boss umwe😀😀😀😀
😀😀🙂😀imbav zanjy wee
Numwana nanyina nukuri
Mbegumukobwa we ndagagaye ndamanyutse
Ababantu nabahe
Inkundo zirarwira ako gahungu gafise isoni kazokubaka urugo nihatari Sana.
Mukure ugwamo.mwebwe mubikora mwinyegeje wewe arabigaragaje.ndabemera
Ebahungu ndemeye ndk ryooo ariko bafita aho babikura
mbega uburofa none nkibi vyungura iki abenegihugu aho kuzana ibiganiro bituma abenegihugu babona ivyo bokora muza ubugugu ubona abarundi twotera imbere gute
nimwikundanire cane
Ariko beny ngwaratanguye kwonka
😂 😂 😂 😂 😂 😂 😂 😂 Ngumuhungu ntaba umwana uyo numubebe kbsa
Nkuwarumwanawanj ndumvatwohurap
Kuki mukunda gutukana yamukunze se mutari hariya ni mukinjire mubuzima bwabantu
Ngo yogendana numuhimbiri hhhhhhh
Neza ndapfuy Berry urashikanyeyo😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂urakoz kurindengereza
Ntimugatukishe province yacu ya cibitoke kuko ntabuswa nkubwo dukora. From Zambia lusaka
Mukwirikire UA-cam yanje kuri Jenny Irakoze. Subscribe please. Thank you.
Nkuyo arumukozi wanje noca ndamusubiza iwabo hakiri kare kuko abana azobiza vyishi🤔🙊
Mwarasaze kabisa agahungu nigato
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ariko mana haribintu bitakunda kuko uwo muhungu ngira uwo mukobwo yamuhay umuti
😁😆😆😆😅😅😅😂😂🤣🤣😅😅😆😆😁😄😄😄😆😅😅😅😅🤣🤣🤣🤣🤣🤣😅😅😆😅😅😅😅🤣🤣😂😂 MBEGA URUKUNDO RWUKURI ZOBADANYA NDABASEGERA NUKURI MUFISE URUKUNDO RUDASANZWE IMAN NYEN AMAHORO ABADANYE KUBAYOBORERA MUNZIRA YAYO NURUKUNDO RWANY😆🤣🤣🤣😅😅😅😅😂😂🤣🤣 burya ivyo sibyabose
Umunti yibwa uko kweri oe nkako gahungu ngo kari murukundo nicokirarakazi🤣😫🙊🙈
Ryooooo 😀😀😀
😂😂😂😃😃kbs ndabemey
Abo numwana na nyina
Vie privée yahonyanzwe!!!
Gute?
Mukama ubuho vyabuze nukuri kose...Hahahahaha
😀😀😀😀nakufa mie wallahi hii dunia inamengi 🤔🤔yoooooooo
Yakoresheje imiti kugiramukunde. Nagakecuru
Yooooooo mbega uburambe mukaz sisei napita 2
Hhhhhh ariko belly nizina ry'imana urahebuy umugire umusazi😂uwo ari mwayene diiii😂
Ako gapett karachari gato😂😂😂😂
🤣🤣🤣🤣🤣🤣ngo baterurana ngaha kuri kiosque
Ivyo bintu mugiye kwigisha abanabacu turavyiyamirije
Uyo mwana arambabaje yaguye muruzi arwita ikiziba uwomugore nikirara
🤣🤣🤣🤣 ndagagaye pe.
Mbegayemwe kwarasaze
😁😁love doesn't ask why!! Kandi imyaka ce n'est que des chiffres.
Ako gahungu uyo muyaya aragahenda biboneka kuyo mukobwa yagatanze gusirimuka.
Eeh si mumuji none!!
Chris Muganwa eeeh man ibi ntibizorama kweli indero yikirundi iminsi yose umuhungu akwiyr kubona kure in fact uyu ni nka tantine wiwe
😍😍😍😍😍❤❤waouh bararyosh
Afise taille française basha mureke kumubaza vyinshi 😂😂😂
Rega sha bikura mwubwenge nkubu ntibari baziko ar TV ko baza kubabona abantu beshi
Ng bebi Ala sante😋😋😋 basha umukbwa yarakobotse kabis umuhung we yanyegej inzara😜😜😜umukbwa we zararutse🤔🤔🤔🤔
A LA Sante !!!Numvise hakirikareko uwomukobwa nizina ryiwe atazi kuryandika Abakobwa batagiye mwishure muze mwumvirize imvugo zamafyeri ngobahishe icobari
Muransekj
🤔🤔🤔🤔🤔ndumiwe nukuri mbegumukobwa weee
Kanaume kazuri ila kijidada kizee
Couple ya butamu 🤣😂🤣😂
Mana nihatari😂😂😂😂😂😂
Burya naho turiko tugana iteramber, tutaravy neza tuzohava twisanga muvyitwa iteramber kumbe twibagiy akaranga
Jizasii none nkuyu mukobwa,ehe rero ukuntu amwikura🤣🤣🤣🤣
Muracarabana kkontimurakundana nimuve mwivyo basha😏😏😏😏
Nda pfuy jew ninshwe na commenter yo man mbeg mbeg 😂😂😂😂😂🙈🙈🤭uyo muhung arantey ikigongwe
Can anyone explain to me what's going on there cuz I don't know what they are saying
😂😂😂😂😂😂😂😂 Bisanga man
Umwana wumuhimbiri bamwita umuhitatu😃😃😃😃😃espe ntazobana numuhimbiri azobana na chr wiwe