Ryoherwa n'Ihuruma intambo y'igiharo mu Rutana

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 4 вер 2024
  • #Akaranga| Nta handi uzosanga #ihuruma kw'isi yose atari mu #Rutana.
    Mu gihugu c'#Uburundi intara kama yose ifise intambo n'imvyino yisangije.
    Ihuruma ikaba ibarizwa muri Komine ya #Gihofi mu Ntara ya Rutana mu Ntara kama y'#Ukumoso

КОМЕНТАРІ • 5