Ahubwo bro turonderere gasore na yasoni kubera ikiganiro ca nilamu kuri zone yavuze ko gasore na yasoni bamushigiye rero rondera abobantu kugira turonke inyishu nziza baduhe umuco abo babiri bafise na yand ma bifu yabo
No Jojo you should say like my Little sister no my child 🤬🤬🤬🤬🤬 Isaac Keep digging dont let it go until it got to the end Bajojo barimwikosa kamdi we can tell nkuko urikubimubaza
Hy bakunz b Isaac tv,icondabasaba ihurir tv tureke kuyikurikiran kubera nibahemba abakozi kandi bafisi indambii,tumukurikir gasor tumusapot kur chano yiwe,yitwa:Ismail gasore comedy
Jojo rek kuz uravug ivyo journaliste atakubajije za urishur ivyo akubajiji kand uvuge make iyi n isi birahinduka gusa mukab mumuheraniy nimumurih ibisigay bihere
Ntamuntu numwe ashobora gushigikira akogashano ngo Jose wewe umesha jitangaza tayali umesha jitangaza Kama wewe unaloho mbaya bo ufee leo umewina nilam Kama anapendwa eti kasoma ana ongeya Kama mwenye musomyi musomyi anakula vumbi Kama wewe
Jojo, don't make things difficult, Suzan was intoxicated at that time. You are just speaking, I think just because you are more financially capable than Niramu, but you have also called her names and disrespected her. Don't just judge her because you as a boss or manager of the group, you have miss treated her wamwise kikopo, ntiyize numukene. If its not wealth pride you have what difference is there of what you said to what she has said. Grow up both of you!!!! You have also cold Cendajuru hell, shouldn't you also be questioned for your words. Let it go you won't die. If you do win that case it's money that spoke not your right or else you should also be questioned in the same case what have been sharing on media.
😳😳😳Ngomukuzimu!! Ewe mana nivyo wamigaburiy kwel sivyiza gucokorer umunt ivyoyariye, nicogitum a nank kurya mumuhana genda gake jojo
Jojo gendagahor isi nisakaye nawewonyagirwa
Ikindinaca Ushaka wokwitonda urabona kuhagaze hejuruyimanga urabona kowibungenze Ushaka wovugamake
Howa. are you
Ego Shaa chr yitonde
Uvuzukuri kbs nagende buhuro ntiyiterumwaku
Jojo wewe ndabwo ufise umutima wigikristu jojo urumundu mubi
Nukuri nareke kwitera kuko isi ntisakaye ashaka yitonde
Jojo reka inzigo.nimubijemwo mu biheze.kumuhana naho siyo solution
Nukuri ndabuzicomvuga nsanze Imana itwihanganiye kweli umuntu udatangimbabazi ntabumuntu abafite
👏👏👏👏kabisa Jojo ari ninzigo
Jojo tanga imbabazi please 🌟
Nilam naw nasabe imbabazi ✌️
Uwugutuka ntagutorera👽
Jojo unomsi urambabaj nukur ntukavug ukunt wamfashij nyimba waramgaburie ntiwar kuhivug kuko nawe harih uwakugaburiy ntakutangaz😌😥kand machumgani mukirundi ngo akatarets kabagasema ushak wobigezah ukamubabarir kuk naw urumwana wumntu uzocumur kandi uzoshakak ubabarigw ndaguhanuy nka mtoya wanj ndarengany🚶♀️
Uwumvise Isaac ingen yitabira ngoooo mmmhhhhhh 🤣🤣🤣🤣🤣tumenyane
🤣🤣🤣👍👍
Dada uramuvuze nabi can gose ariko Nilam ntiyakuvuze nabi sio vizuri ivo punguza majivuno dada uracari kwisi safari bado inaendelea
Yani uyu mwanamke anajionaga sana sio Ata mzuri anasura mbaya ashukuru uyo mkorogo anajipaka ana muhukum mwenzake utazani yeye ni mungu
Jo vangaho,wew ntamunt wotunga naw urumunt muto cane kwl
Kuberik
Uvuze ukuri
@@annickniyokwizera1414
Urabon ingen kirya ngaho afis ik yotung umunt
Abon yoronk igaram ya nilam
Vyumvikana KO mutabahemba kuko iyo muba mubahemba yarikuba yipangiye ntuba uriko uvuga KO wamutunze kandi tubona akora mwihuriro iwanyu
Mukobwa iconokubwira ntamuhinga wisi !!!!!isi sinyoko.jifunze kuongea machache..
Mung wang weee ndabuz icomvug kbx.gus mbon abar haf ya Jojo bomuhanur bigahererah agatang imbabaz
Akarimi nikabi puuuu wana wana wke mungu atusamee kusaidia mtu. Badae ukalopoka vyenye ulimufanyia ujinga huo. Midomo yawana wke nishida ungekuwa naloho nzuli hungeongea vtu ulisaidia wtu .wtatu nishida .dunia nimzunguko.mwanamke punguza maneno.
Ni shida ndungu yangu
Pol sana jojo. Ariko igore ubabarir incuro nyinshi, niho nawe uzobabarigwa incuro nyinshi!
Lov you jojooo
Jojo reka uniting mubi namajambo erega naho bomuhana wew vyokungura iki
Ahubwo Jojo ivyo bamuvuz nivyo kko "UKWURI KURABABAZA" knd Jojo birabonekako afise INZIGO nyinshi, ntawudakosha rro cabugufi witonde umuntu nubusa knd Show Buzzy ntiyarikeney ibintu nkivyo vyinzigo
Nukuru ivyuvuze nivyo kuko biribonekeza
Nimureke kuvuga ibintu bitarivyiza mureka gushirako na signature kuko bacumugani mukirundi ngo imyenge yinzu imenywa na nyeneyo
Kabs
Jojo aranduhije umutwe wanje kweli ndabira ingene kavuga kihanukira niyonda ikananiye nindambi ikaruta
Hwe pungura ureke kwikwegera imivumo nuwomuzigo ufita munda kuko kuriyisi ntisakaye kndi ngo nyakubura ikimuhanura niwe nyakubura ikimuhamba
Joj bose baguhanura ngo muvyimarire ariko uranse ibabibona kuko Iman sumuntu
Mbe jojo kuvuga ngo kugira umubabarire babanze bamuhane aho uzoba umubabariye ?urakanyenzigo bwabundi.mbe jojo ko widuza hejuru ww ufisiki cotuma wirata gutyo ?naho wize witwara nkabagore bo mwicité
Kana roho baya tu kajojo🤣🤣🤣
Kbs abize ntibitwaruko kbs
🤣 🤣 Sha arinizingo yizika kand mbona atacafise
Kako narombay kanajivunag San
Kako narom bay a
Ahubwo bro turonderere gasore na yasoni kubera ikiganiro ca nilamu kuri zone yavuze ko gasore na yasoni bamushigiye rero rondera abobantu kugira turonke inyishu nziza baduhe umuco abo babiri bafise na yand ma bifu yabo
nabazane kabis
Jojo iyi nisi wovug make mbe se k Imana iharira knd n ww ikaguharir kuko ntiwera
none lssac ko jojo avuga ko niramu atakora abakoreye imwaka ine birumvikana ko bandahemba
You right they selfish I feel you 😥😥😥
Guhembwa ashobora kuba yahembwa ariko atazi kuyaziganya
Noe umuntu atagira ahaba yomenya kuziganya amahera
@@lilianeerica3318 uvuze nkuko nagira mvuge pe umukobwa nkaworya akara akabura nogupanga basi
@@happypa2027 ibaze sha abantu nabo bapfa gu commanta batiyumviriye
Jojo naw yesu ntazo guharira Ww urimubi nawe urakora icaha nturu mugororots shaaaa
Jojo udahariye ntuharirwa nawe please nimubigezaho nuwakwiciyumunturamuharira
Uwumvis ko JoJo yavuze NGO " Epreuve zose zirahari" ampe like # " preuve " not " Epreuve"
Umuntu yize nuwutize harih "different"😁😁
Mbega bashahu ko ikirundi umengo muca mucibagira. Iyo muhejeje amashure. Epreuve nigiki??
Sha mwebwe murarenze🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😂🤣🤣
Mbe diplôme zubu ntizimbwa na invitation
@@bigirimanaflorence9099 ubu ni certificat
Jojo ndagukunda urabizi vrm ariko pls nimba uruwa CHRISTO utange imbabazi udahagaze kwikosa kko niryo tandukaniro ryumupagani numu CHRISTO muhezagirwe
ivyihuriro ndabisezereye ko ntazongera kubikurikirana kbx by by
Urugendo rwiza🙌🏻
Twe tuzogumako akagumye bagumako🤣👍👍👍
@@lilianeerica3318 😂😂😂😂Urantwengeje kweli
@@zainablove22 none ga sha ivyo twaharaba ko bitahavuye twogenda tujahe😆😆😆😆😆
@@lilianeerica3318 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@@Naylyy noma🤣🤣🤣🤣
Jojo genda buhoro kananirabagabo ntiyimye.
😂😂😂😂
Kabs
Jewe ndumva ataco novuga kuko bacumugani mukirundi ngo imyenge yinzu imenywa na nyeneyo👍👍
Ahubwo ico nohanura abantu mu commanta mwovuga make kuko ababana baba bazinanyemwo vyinshi aha mwogira ngo bapfa ibi mwumva kumbe hari nibindi mutazi
Jewe ntaco mvuze🏃♀️🏃♀️🏃♀️🏃♀️🏃♀️
Nuko waw we ndagushigikiye
Niwirenganir nanj ndaguherekej🏇🏇🏇
Mwese mupfa ubukene ntamuntu yosaba indaro afise akazi muhemba hama ntabe capable yokwitihira inzu wumva yarahebwa?
nibakwirekere naho bokwanka bose nzosigara ndumwe ❤❤❤❤❤❤
Jojo guher iyimis ndakwans pe namunt atang hama munyum akararaz 🤔🤔 vrt awun utu na mung akusam kbx
Nikaibwa
Noe ntakora yahora abakorera kuva aho namuboneye kwiyo huriro yanyu mwikebuke 🙄🙄🙄ntivyumvikana Na gato kndi ntaterambere nimivumo inyuma 🥴🥴🥴
Ahubw ntibiyumvira
Aka kajojo kanajionag San
@@iradukundadiattiradukundad6093 kabsa nawenyene ashimire amisi yamukuye kure🤔🤔🤔
Umugore wubwenge yubaka ?????? Muherare jojo wewe urimana xana kandi nutikebuka ibintu vyawe vyose biragiye kandi wewe sinokubesha sinkigukunda urashisha ubu natv yanyu nsinkishaka kuyiraba kare nahora ndondera ama 4n ngira subscribes kuhuriro ibunarabihevye kuko nabonye murabagesera
Mbe wew wandaya we ubona weho ufise iki ko uvuga ko ataco afise yoguha wew Mr Izaak ahubwo uyo mukobwa iyaba uwundi yarikubisabira imbabazi gusa kuko gukoresha umuntu ntumurihe nubuwa ntiyigire ikimana kandi arigishetani
Mbe Jojo uziko niramu umwishizemwo nabi
Iman yomuhimigisha isumbiyufise nawe urikiremwa wirate buhoro urikiremwa
JOJO.YOHINDUKA.ZARI.ABARUNDI.BOBA.BAGOWE
URININZIGO.I YUVA
WIBA.UHETSE.UKABA.URIKO.WATIRA.UWURI.KUMUGONGO.UKO.UMEZE.NUWUZOVYARA.AZOMERA.UKONYENE.NIWIKEBUKE .KANANIRA.ABAGABO.NTIYIMYE
Wew jojo uru mutusti wew udafise umutima mwiza turabizi ko wew urumutusti kubera wew turakuzi neza cane cane wew @isaac TV 📺
None ubona kameez gut nubutama bwavyivye umego kagwaye kwashi ubwo buronka bwarahavye niyompamvu butikura wewe uzobona nyuma yivyo urabona imivumo bakuvumy muri comentel izogushikire.urambabaje cane
Jojo la shakugende gahoro uraziyowavuye ntiwirate iminizomuhazagira nawozomusaba
Chr sibose uyo nikijunju nazi ubungezi icarico💜💜
Ati mama Ihuriro TV wakajujuwe burya JoJo urakarofa kweri uzopfa shaaaaaa
Jojo iconkubwira co bientôt uri mukuja muri maternité knd harya kuhaja bisaba kujayo witunganije ntumenyako uzovayo cnk utazovayo.vyiza wozojayo witunganije, conseil amical
Kabisa ahimana yimukubitirayo akumirwa niyiroshe umutima
Iyoninda ituma agira inzigo avyay bizohera bwabundi IMANA iratwihanganiy kweri ww IMANA ikuravye ntiyobura icowayicumuyeko harira jojo
Niho bavuze kufise umutima mubi biragusa kandi muze murahemba abakoresha kuko na rutwe yarabivuze nubu aba barabivuze mwikebuke
Jojo..nimwicare..hasi.mutunganye.namugenzaweee..kandi..kubawaramufashije.nivyizaaa..ukora.ineza.ukayisangimbere..ikibi.ukinesheshe..icica.hariraaa🇧🇮🇸🇦
No Jojo you should say like my Little sister no my child 🤬🤬🤬🤬🤬 Isaac Keep digging dont let it go until it got to the end Bajojo barimwikosa kamdi we can tell nkuko urikubimubaza
Abagore nimwebwe muzona akajagari hose
Uyo jojo yashatse kuzimanganya iyo Dossier yamahera baragutse
Narih amaher
Yaband hama bamuh amand yifuj k kanshish
Bashatse ntibamurihe
Ng'umuntu yize nuwutize hariho différent ? Mukama cank hariho différence ! Nawew naho wirata ntakigenda PE! Nimusabane ikigongw bihere ntakamaro ko kubigira birefuu aha ni kwisi aho ejo nawe ntuzi aho woba uri.Itonde
Eti umuntu yize? Umesoma nini mbona uko sa illettrée tu, eti iko nama Épreuves yote yooh alafu unajitapa msomi eeeh nenda uko n'a roho mbaya na usutwa
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@@kezanelly6192 acha kucheka ndugu we shiite msomi alafu ashindwe kutafautisha Preuves na Épreuves na kuongea kama illettrée anasikitisha 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
🤗😂😂😂😂
Ishire ryambere n ukiga kubana n abantu.
@@nizclemencelampslabiche2007 wallahi usutwa unafkiri uongo?🤣🤣kwanza anitwa nani Facebook na IG nende nimchambe na huko kote
Yoooh jojo girikigongwe disi kuko nimba yarakuvuze wihangane kuko uwase kuvurwa yaheze munda yanyina dii
Ariko.Jojo.kirazira.kugayumunt.atarapfa.ntuzi.Ic.Imana.yamuvuzeko
Jojo icho ndaguhanuye wibukeko uyo amiss numugabo nkabandi kandi wibukeko naba Sinya barasinyura uzohangaika iyi dunia
Mubwirentavyazi,,sha,,ntiyishime,cane,umugabo,numwanawuwundisha
Mbeg aho wirata kunugabo waw urikijuju kuko umugabo numwana wuwndi knd aguhinduts aguhinduk nkizok yo munda. Ikind Ufa kugayan ntanubwo uzi no gukina nez ikintu atanamagambo yubwenge uzi gukinisha uzi gukinisha aryamagambo yuburofa
Ngo ntakora!! Genda wamugorew ufisinzigo umutima mubi iiiitiiii.nn kuvugango mwaramuhemba .hama uwundimwany ngotakazi afis akora !gusa bagucunge.kandumeny isi irazunguruka
Mind your own business
Iyo mishatsi iramuhenda
Jojo uko naroho mbaya kwa kweli mumupe pesa zake hakisha mumuongope mungu
Jojo numugabo we nibamuhe amahera yiwe! Nibareke uburyarya. Jojo god will judge you one day😒😒😒
instablaster
Sha, jojo nciye ndamwanka peee, ni huriro, ndayihaze, peee,gko jojo, sinarinziko ko mufisumutima mubi gutyo, ufimbanyi, ntuzi icuzovyara peee,hama mbe kowoze abatize ubasumbijiki mbesire mwana heramu, ubwa gisi kako, pako watu watajiri hawakurnda ku masomo, mbesire unanini, weye, ubwa
Wewe Jojo unaongeaka vibaya Jojo tulia
Imihezagiro y'a Jojo ntaho ihagaze kabisa,kandi inyifato yajojo itumy numva atanezerey kweli
Non kuba utobabarira umuntu wumva utandukaniy hehe n'umurozi Hama harira nkuko naw uharirwa Hama kwishima sivyiza.
Jojo ndabakund muvyukur muharir ndagusavy umuharir🙏🙏
Mwese mupfa ubukene gusa
Jojo harir nawew warahariw sh 🤔🤔
Uvuze ukuri
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Wize iki we pumbafu uwirata yirate ko yamenye imana
Wewe wandika uko niwe wamenye imana!😂😂😂
Jojo ww urishim knd uragayan ngo nilam ngo Ntamaher yoronka nn ayo ufise ntiwoyabura knd waruyafise Ufa kwirata Jojo ntanubwo urinamwiza gusumvya nilam mbon uruwusanzw naho afa kugayan
Ahubwo kajojo nagasutwa ubuyuwayi gusa gafise
Oyaaaaa...harira..utahariye..nuzoharigwa...naweeee..
Kumbe ndemeye nizansaku zabagoreeee, we wumva jojo harinsiguro zumvikana arikwarasigura atarinsakuu,, nikimenyamenyaa umugabo wiwe ntacarikaravuga
Niba mukunda niramu ni mumuremere aronk icakora barek kumusuzugura urumva yase kumubabarira kuko at amahera afise ejo hiwe ntahuzi
Hy bakunz b Isaac tv,icondabasaba ihurir tv tureke kuyikurikiran kubera nibahemba abakozi kandi bafisi indambii,tumukurikir gasor tumusapot kur chano yiwe,yitwa:Ismail gasore comedy
Jojo ntavyawe. Wewe na Amisi nimureke kurya inguvu z'abandi. Ivyo bitenge uhindagura na Nilan arabikeneye. Amisi ubwo buzima ufise Gasore n'abandi barabukeneye.
Udahariye nawe ntuzoharirwa kuko ntiwera imbere y' Imana,burya iriko irumviriza iyi vidéo ,sois humble ma petite turikwisi.
Jojo kura uburofa ngaho,nimba mumufitiye amahera nimumuhe mureke ayo manyama ngaho!
Jembona nimba utotanga imbabazi vyogaragaza ko ivyoyavuze arikuri wewe retro mustinde umuharire kuko Burya ntazibana zidakubitana amahembe none John mwihutiro abakozi bakorira ubusa kuguma ngontakora kandi turavye amaze igihe akora mwisubireko Tanga Imbabazi jojo
icambere bakwise kuri urumurozi utariwe bigutwaye ik rekana nivyo bagenzi mwese mufis amakosa umwe ntahembwa uwundi yavuz ubugugu kuber ishavu
Ikindi nuko atabantu Bose bokwama bakuvuga neza ntanaho wobakura niyoroshe umutima twes tugenda batuvuga kandi ntitumanyuka n'imbanyi itaravuka barayivuga nketswe umugore angana uko
Nagabanye ishavu Jojo Vrm ntawutavugwa mabi na Meza vrm
Jewe. Jojo. Mpisendamwanka.. Kuko. Ntakuntumwokoresha. Umuntu. Mukanya. Kumuhemba. Ugirango. Iyazakumenyako. Mutsmuhemba. Yarigutakaza. Igiheciwe. Rekakwirakaza. Ahubwomwishure. Amafrangaye
Jojo sha ndaguhanura wew vyihoze sha ntibaze bakugirire nabi ubona wibungenze nimubabariranire kuko muzinanyi murivyishi kuko mwavanye kure
Ndabira aho ntabona KO ari ku manga
Mama lawo mweny lohombay jojo nikuulize wee na shetan munaundugu Gan??
🤣🤣🤣🤣🤣
@Alesa Alesa
Wallah
@@shurwedydy2715 😃😃😃😃😃😃😃😃
Jojo nciyenumva ndakwanse kumbe umezuko🤔🤔ntawuzisubra kubakurikirana kwihuriro TV
Hubwo usanga nawew urinka Nilam,jojo ndabarinyuma sha,burya umunywa urica kandi ugakiza
@@jean-marientezahorigwa5565 eka bos nicokimwe kuk Bos baganya akanyaro muga jw nzobakurikiran kuber famb sanwanwa
Jojo nawe unaropoka usiseme ungine mtoto🤫🤫🤫🤫
kuberki jojo utotanga imbabazi Iman koyama itubabarira ww urihejuru yayo
Umuntu wumuvyeyi atazi gutanga imbabazi ariko aravyara ndumiwe umwana niyakugora uzoca umufungisha hahahaha
Jojo koresh umutim mwiz erekan kur um Christo wukur 🙄🙄🙄🙄
Mbe gasor na yasoni bavuy mwihuriro musigaranye iki?
Nilamu niwizirino mubarabu sha iyo umenya iza munyuma iyo wizira ino mubarabu muriyo myaka ine ubufise vyisi shaka mumwitwarire hehe hazogerigihe muba imihimbiri nimihimbirikazi
Jojo urumuvyey buc wibaruk . Gira imbabaz kk utagiz imbabaz sivyiz . umuvyey nuwuharira bur ikint cos kugir avyar umu bébé witwenger apan amez nkuk umez muruy mwany . Sivyo jojo please muharire
Jojo rek kuz uravug ivyo journaliste atakubajije za urishur ivyo akubajiji kand uvuge make iyi n isi birahinduka gusa mukab mumuheraniy nimumurih ibisigay bihere
Ishavu pembeni Hama ikigongw imbere wibuk ukw'Imana ikubabarira kusanzw umuzi murek umwihoze.
Jojo urakwiye kwiga gutanga interview zurupfasoni
Ka jojo gafise umutima mubi ntamuntu adacanamwo nuyundi abasani bama bavugana reka kwiyonomera ivyomukora
Genda hiyo we jojo ufise umutima mubi gusa none abandu bose boca babababi bose genda hiyo kasura sanazehe
Ntamuntu numwe ashobora gushigikira akogashano ngo Jose wewe umesha jitangaza tayali umesha jitangaza Kama wewe unaloho mbaya bo ufee leo umewina nilam Kama anapendwa eti kasoma ana ongeya Kama mwenye musomyi musomyi anakula vumbi Kama wewe
Nikachawi
Nilam nimusema ukwel
Nakasula naskia ta kichefuchef rheeew
Urahereje akajambo keza abakobwa nihatari 🌷🙏🙏🥀
Jojo muharire kubera Yesu atubabarira vyishi rabumuharire abaharira nibo bazoharira
Amen namubabarir
Kajojo karafise inzigombi🤣🤣🤣🤣🤣
Nubusaya bumunanira
@@shurwedydy2715 🤣🤣🤣🤣
@@annickniyokwizera1414
Rek gutweng annick jew karansesema
Ng katunz nilam
Abon yoronk amavut nilam yisig
@@shurwedydy2715 ibaze ntabirenze afise kwishirahejuru gusa🤣🤣🤣🤣
Nikavugemake kuko mbona atabirenze afise nimisaya yumye imunanira Mbe jojo ndakubaze ayomashure witwaza urazi abayapfanye ubusa zuravuga wabanje kiraba nukumerewe ahontubonako urihejuru yikinogo vugamake sha
Ako ga kobwa ngo ni jojo karirata nigiswahiri kiboze😁😁
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Jojo vyitwaremwo neza ireke kumucokora ivyowamuhay nawe ntihabuze uwowasavye yobikugira woryohegwa raba uregere
Jojo mpore mama nibamuhane kutahanibwa bigwizimisega.abantu basirimuka nabi
Wamuhimbiriwe nawe ngira wirigwa urakombinkonto kwa jojo ako kagesera
Nono jojo uvuze ngo Nilam bamuhane niho uzomubabarira bamuhanye wumva uzoba umubabariye gute nimwumvikane bihere
Jojo, don't make things difficult, Suzan was intoxicated at that time. You are just speaking, I think just because you are more financially capable than Niramu, but you have also called her names and disrespected her. Don't just judge her because you as a boss or manager of the group, you have miss treated her wamwise kikopo, ntiyize numukene. If its not wealth pride you have what difference is there of what you said to what she has said. Grow up both of you!!!! You have also cold Cendajuru hell, shouldn't you also be questioned for your words. Let it go you won't die.
If you do win that case it's money that spoke not your right or else you should also be questioned in the same case what have been sharing on media.
Jojo ubwo uriyumvira neza ko uri kwisi, genda gahoro mukobwa , kuba kwisi nukwitonda.
Wallah jojo manan uwihayeyi giraumuhinga nikwisi sharekareka ahaturiharabandi pe🤦♀️😭😭😭
@@hadidjaniyosaba6663 cane vrm, natw tuzohav, haz abandi , igikuru numubano mwiz no kumvikana nabandi.
Ngonimurarahoye,,urumwanamubi
Duuuh JoJo mrofa sanaa kwahio umwita mulalahoi uhay umwima utwiwe 😏😏😏😏 uragaaaapuuu
Imana yaremye abagore n'abakobwa ngira iricuza .dukwiye kuvaho hagasigara igitsina Gabo gusa.
Muharire.. Vyihoze.
Jojo Guharira nivyiza N uwishe umuntu arababarirwa
Mukobwa jojo Igenze buhoro Kuko ndabona ko Uri mumakosa nico gituma vyakubabaje cane ,aho uvuga ngo wamufashe nkumwana wawe kandi mbona akurusha igihagararo mbe bimeze gute??Ewe Jojo teshwa ute ,ukuri kwamenyekanye,ahubwo nukumuha amahera ye basta