KANGUKA YO KU WA GATANDATU 13/04/2024 by Chris NDIKUMANA
Вставка
- Опубліковано 9 лют 2025
- ITANGAZO
Hari abahora bakoresha izina ryanje mugusaba amafranga canke kubesha kugira mubahe amafranga. Uwuzobandikira akoresheje izina ryanje ashaka kubasaba amafranga ntimuzomwishure.
Chris Ndikumana
Amen Ndiho Ndagushimiye kubantu wakijije nanje ndakwinginze unteturure umpe uruvyaro umpindurire izina nanje nzoshinga intahe mvuge ubukuru bwawe nukugiraneza kwawe Mwami wanj Amen
Humura har,Imana tuzaheka natwe Cher
Humura har,Imana tuzaheka natwe Cher
Humura har,Imana tuzaheka natwe Cher
Humura har,Imana tuzaheka natwe Cher
@annyniyukuri9577 Ego Imana iturengere kwel
Ndacakiye uruvyaro Amen
Amen Mana wew wahaye uruvyaro abandi nanje urashoboye kumpa uruvyaro Amen
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤m❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mana aho ugejeje ukora wumveko ndagushimiy nanje ndizeyeko uzampa uruvyaro ndindiriye isezerano ryawe
Amen Yesu urashoboye nanje urashoboye kunteturura ukampa uruvyaro kuko ntakintu nakimwe kikunanira Haleluya Amen❤❤❤❤❤❤❤
Imana ihabwe icubahiro kuwo mwana yakize cacer ,nanje iyo ntahe irankomeje cane
Amen Amen Amen! Mwami Yesu kristo ndagushimira ineza yawe. Ariko nanjye ungenderere unkize ubugumba maranye imyaka 23.
Imana yo mwijuru ivyumve mukunzi ikugenderere umugongo wawe wakire guheka mwizina rya yesu
Yesu wizeye azobigukorera ncuti nziza,iyabampaye ibaguhe ntitoranya ku butoni❤
Iman ikugender
Iyagendereye Hana iguh guheka komez uj ku mavi ntucik intege muvyeyi uyu mwaka uzorangir naw ufis intahe.
Ndiho ashobora vyose ntakimunanira ntucike intege komeza umwizere umusenge buri munsi utitirize ukenguruka muri vyose uzobona igitangaza cawe isaha ya Ndiho igeze 🙏🏻
Amen amen mwami umbohore unkize indwara zakarande
Yezuu mwiza ndizey Can ubushobozi bwaw buza kugaragaara kur nje ukankiza nanj ❤❤❤❤❤
Shalome.sharome ndashima à yaraye inkijije'ibihutemukwaha imanishimwe ibihenibihe amena
Mana ndagushimye nizeye gukora kwawe intake yanjye ndayi declare Amen
Amen amen mukam ndakwinginz unkize inrwara yibizunguzungu imazeko imyaka biri uzobukoze mwami yesu amen
Amen IMANA irakora burimusi irakiza nanj ndakiriye gukira Mwizina rya Yesu ikize n.icuti yanje
Mwami Yesu kristo ndagushimiye ko umbohoye n'umuryango wange! Amen❤
Manazima urimana itabara abihebuye nanje mubihebuye narimo ariko ndakiriye ugutabarwa kwanjyye mana habwicubahiro mwisi nomwijuru amena
Amen amen Yesu akomez kubahezagira ❤❤
Mana nanje ndakwinginze urabe ubuzima bwanje Amen
Amen Imanishimw kubwa Kanguka ntarayumviriza sinumva konkwiy tuhakirira vyinshi
Amen Yesu arankijije❤ merci Jesus
Nanjye mana ndakwinginze umbohorane numuryango wanjye amen amen
Mana ushimweb kowanyijije umugongo Amen Amen hallelujah hallelujah hallelujah
Amen Mwami wanj bishitse wiyubahishe Ndakwingize umpe uruvyaro nanje nzoshinga intahe mvuge ubukuru bwawe nukugiraneza kwawe Mwami wanj.
ndakwizeye yesu kubitangaza udukorera .Amen
Imana ishoborabyose nanjye imbohore nkuko ibohora abandi ndayitegereje kd nizeye amen
Uk' ugenderera abandi nange ntusige nagushimiye ko ur' Imana itegeka bikaba Amen🙏🙏🙏
Imana ishobora byose nange nizeyeko nibyange ibishoboye
Mwami wanje yesu urashoboye gukiza nanje ndizeyeko uzankiza nzokwamamaza hose niyo wantabara ukamkorera delivalace ukampa umwana ukankiza ingwara inturira Munda no mumugongo nanje nzokwamamaza hose Ndiho rwanirira intambara mwami wanje yesu kuko ndarushe
Ndakwiye gukira mwizina ryumwami wacu yesu kritu❤❤❤❤
Amen Mana urashoboye
Amen amen mwarahezagiw can
Imana iguhe umugisha mwinshi mukuzi w Imana kudusengera no kumva ubuhamya biradufasha bikadusubizamo ibyiringiro
Ndashima imana kondamahoro munsengere mama wange arwaye canser
Gumya usenge wizeye azacyira shuti
Mana ndakiriye igitangaza canke mwizina rya yesu amen'
Amen ndakiriy igitanganza c'lmana mw'Izina rya YEZU Kristu umunyanazareti Amen 🤲🤲
Imana ishimwe nanje ndizeye konzakugenderwa.Amen
Amen Mana ndakiriye gukira mwizin rya yesu Christo
Amen amen Imana ishobora byose,kdi Ihe umugisha grp kanguka🙏🙏🙏
Amen nanjye nizeyeko unkijije yesu🙌🙌🙏
Yesu mwami wanje ndakwinginze unomunsi ungendere wishure imitwaro yanje 🙏
Amen Amen 🙏🏼🙏🏼🙏🏼
AMEEEN AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Amen ibahezagire cane,🙏🏼🙏🏼❤️
Wamana we ndakwinginze ubwo ugenderera abandi nange ntunsige ndakenye gukira indwara zose zimbujije amahoro
Ikindi ndagusabye umpe umwana wumuhungu najye wongerekunezeza
Amen amen naj ndizey ko naj nzobohok
Mana urakoze caneee kunkiza 🙏🙏
Nanjye nakiriye.gukira mwizina rya Yesu
Mama nanjye unkirize umwana urwaye
Mana ndagushimiye kowakijije abobantu bose nunvise nanje uyumunsi ndizey igitangaza cukuronka umwana
ndagushima Mana bishitse wiyubahishe
AMEN AMEN AMEN IMANA yo mwijuru ihabwe icubahiro kumirimo yayo yama udukorera
Man ndakiriye gukira irwar yanj imbabaj cn amaen
Urakoze Mana kuvyukoze vyose uhabwe icubahiro nanje nakwizeye ko ntakikunanira
🙏🙏🙏
Murakoze mwese
Imanirakomeye pe ndavyizeye
Imana ihabwe icyubahiro
Amen mukama ubishatse nanje wonkiza
Imana lrahari Kandi lrakora natwe lturemere amashimwe🙏
May God bless you 🙏
Nanjye ndakiriye pour mon grand fils,ndizeye100/100.Imana yacu Ikora ibyo abantu batashobora. 👏👏👏👏👏
Amiina and Amiina
Manawakijije uyumugabo icyahacyokubshya najye nizeye ntashidikanyako ugiyekunkiza kubeshyakuko ndarembye birandembeje Amiina
Amen muhezsgigwe cane
Nshimye Imana ko nabohokeye byinshi muri Kanguka.
Mana ndakiriye igitangaza canje amen
Imana ninziza cane
Yesu niyamamare
Amen Amen 🙏🙏 allelluyaàaaa
Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen
Yesu nange ndategereje ko umbohora
Yesu weee uko ugenderera abandi ntunsige nkiriza umutware blood pressure 😢mpera aba umugisha kdi bazagukorere🙏
Mana ndagushimiye kubwuyu mwana wakijije kanseri nanjye ndagusabyengo ugirire impuhwe urugo rwacu udukize indwara zose kd uduhe kubyara tumaze imyaka 22 mudufashe gusenga
Imana yacu itarobanura ku butoni ibibakorere bakunzi beza,ibakize kandi ibahe guheka mw'izina rya Yesu kristo
Murakoze@@joeniserukira3391
Mwami mwana ubishatse nanj wonkiza🙏🙏🙏🙏
Urakoze Mana kunkijije❤
Merci Jésus
Hallelujah thank you so much Chris God be with you and your family 🙏
Amen Âme🙏🙏🙌🙌🙌
Wawuuu lmana ishimwe ko ikora
Amen 🙌🏼🙏
Nizeye ko nanje ntabawe Amen
Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah
Amen.Imana ibane naburiwese uri hano.
amena🙏🙏🙏🙏❤
Amen and Amen 🙏 imana nibyose
Amen amen❤❤❤
Mana ahugendera abandi nanje ntusige benabana banje numuryango wanje amena
Nanjye ndakwizeye inkorere igitangaza mana
AMEN AMEN ❤❤
Ndashima ndiho ko nanjye ambohoye🙌🙌🙌🙌🙌🙌
Amen 🙏🏽 Imana Ishimwe
Amen Amen 🙏🙏🙏🙏🌲
Mana ndakwinginz nanj ungender umpindure unyishure nimitwaro yos mfise.
🙏🙏🙏🙏🙏aman❤yesterday ❤yesu
Amen Amen
Shimwa Mana kubitangaza uguma ukorera abana bawe
Ndagushimiye mwami lmana kubwa babenedata wakijije
Amen 🙏🏽
Halléluaaaa
tuguhayi icubahiro Mana kumirimo irimwo gukora icubahiro nicawe Baba
Amiina
NDAKIRIYE GUKIRA AMEN
Ameennn
Amen🙏
Ndashimimana ko yadukijije indwara njye numuryango Wange wose shimwa Mana