Ndi umu HINDI mvuga IKIRUNDI neza caaane..|| Udafise amahera ntiduhuza..|| Ndakunda abahungu cane
Вставка
- Опубліковано 3 гру 2024
- Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
She is so beautiful 😍
Uyo mwana afis indero yishurana urufasoni
Ndamwikundir gus abant bazohav bamufat ukund kuber ub queen video umeng abarundi babifat ukutariko
Mukuri mudatwenza ngumu hindi arumuhindi avuga I kirundi nkuko canke arumuhindi yambara prante canke iyo nkambaro niyabahindi jewe nsabe gusa a bantu mwese mwabonye nkanje kuyu mukobwa atarumuhingi nimumpe iyo like
Abahindi birabura barabaho kd nabeshi rero ninabo basangwa butaka babita aba banjabi kumenya ikirundi naho naw ninkuko womenya English cnk franc igi chinois etc.. ugerageje kumurab nimb warabany n abahindi comportmnt naho atar ikirenga zabo ark karimwo
Numuhindi nyene kandi urumva ko nikirundi kwakivuga yikwega nyene ngira yaritayeho kukimenya kandi nabarundi bari mubuhindi nabo baravuga igihindi noe bivuze ko atarabarundi
@UCEts_UdGKqtDM0y0JbbgeJgwombarira aho nihenze kwandika Nabi nkikosora canke ukankosora?
@@francineumurundi1916 uy ntabw ar umuhind
Je sindamuzi ngo bose baramuzi 😂😂🤔
Abahindi barubwoko 2 njewe ndabaz kand ubu turabarna rro ni muharire hariho abirabur hama star boy usigay wikundira aba dada kl kubahugu nukiza kl 😊❤️
🤣🤣🤣Hhhh aho rero abarundi twese turabahindi rero, hhh ngo ntagikunda abahungu yikundira abadada 😂😂😂😂
Uwabonye yuko #star_boy_Isaac_TV asigaye akora cane knd neuzaa nampe like👍 🙏💯💥🔥🇧🇮🇨🇦
Ok
Mana nk'umuhindi avuga ikirundi ahahaaa ewe star boy uranyica ngo akwegere nk'umengo aragutinya buriya uratinyitse
Nanje ndumurundi mvuga igihindi nexa🇦🇪
Komuvuga ngo sumuhindi muranwenza...
We star boy wewe yacubutubesha
Kugira uronke ama views menshi
Wewe umubonye ubona
ASA n,umurundi nyimba mvuze 😁
Ukuri impa like🤑🤑🤑🤑🤑🤑
nta like yanjye noguha kuko uwo mukobwa niyo yoba arumurundi canke umuhinde umenye ko hariho abakobwa babarundikazi benshi bamurusha ubwiza. kandi uzajye wiga gushigikira abakobwa biwanyu babarundi
@@semuganzabicusulaiman2353 👌👌👌👌👍👍👍🥰🥰🥰
@@lilianeerica3318 nibyo pe abarundi ntitwigirira icizere kandi dushoboye
Darlene reka kuntwenza
Bemuja kugir'ikiganiro mufise ivyo mufise vy'ukubaza
Nivyiza Didi !!🇦🇪
Wewe musore zawikontror 👍
Nawe
Ntamuhind yirabur inkov ndavug kunkokor Kandi iryojwisiryabahind
Bibaho uwo.sumuhinde ariko bariho birabura
Bariho
Murazi kubesh
Mbay uwi 9 mana mmpe lk kwl
Vyiza chane muga isaac ndamukumbuye
Ewe dada
Iconikiganiro canke ninkuru
Ca kirofa kirasubiye ndabira
Umbabarire ariko ncuti irijambo wavuze ikirofa si ryiza naho warivuze uraraba wikosore ntihagire nuhundi uzoribarira "iconzi ntagendera kubwenge bwiwawe agendera kubwiwe imana yamuhaye uko bungana kose bureke uko nyene kuko imana yabumuhaye ibonako bumukwiye vraiment sorry ntimbankosheje kubikubwira vyananiye kuvyigulizamwo
Nawe nico kimwe muribirofa mweseee hahhh uraraba neza interview ziwe ntandero afise 🤮🤮🤮🤮🤮
@@evekany7698 isi irakubona ncuti Eeeee
I love Isaac TV as a Burundian
Wamugorew uragasutw puuuuuu ngonyeger amasoyaw aragus kowerur urangizikiganir uruhagara mwipantar gwahagaz
😳😳😳😳🤔🤔🤔🤔
Yoba iri umubagladesh nibo birabura
Reka kubesha nabahindi hariho abirabura
Asha mumpe izo like kbsaa nazindutse
Uyumu journalist nta displine agira nukur Raba ukunt yaragiy kumukor mubinu vyuyo mukobwa Isaac ukwiy guhanur uyumuhungu ahindur imyifato vraiment
@Nono bdi burya wew uvuz waravy ikiganiro nez cg ntamaso ufise?? Gus displine irakenew mukaz uyo muhung ntandero ashiramo mukaz nivyabaz ntabweng abishiramo
Ba muvug ivy muz. Mwe uw muhung mushak kumwirukanish ntakind. Ah haeikint yakoz kir grave citum unwit um indiscipliné. Iy ni jalousie kwl