Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Be blessed Brothers, mukomez mugaragaz urwo rumuri tubone iyo tuja twitez imbere , Love You.
Gaël courage cane vrt,
It gives me joy seeing my people winning
❤❤❤❤ iyi products ya koudijih niyo iratomoye kuko ifise umwimbu utomoye kandi mwiza kuborozi
Koudijih igurirwah?plz
Murakoze kutuzanira abahinga bafise ubumenyi mwubworozi❤ natwe turinyuma turondera imitahe❤. None iyo training izotangura ryari?
Munsabire stage nzokwigire kuri terrain !!!please
Wakoze kudusabira nimero❤
Kbs ndakwemeye
Renovat komera cane urumwe mubutunzi uburundi bufise. Komera cane courage
Ikiganiro ciza caaaaneee gusa bwana Gael duhe num au moins turonke ivyo vyokurya kuko urumva bifise akamaro kanini caneee
Courage Gaël
Imana ibashyigikire twishimiye imirimo myiza
Courage kandi courage nyinshi kuri Karorero poultry Farm.
Duh adresse yah akorer ndamukeney ??
Jewe mubwire ukwo nobikora kugira nanje ndabikore nukuri pee
Komutaoininze nummer yiwe kngodumuhamagare from Sweden
Vyiza cane mon frère ! Courage !Contact ziwawe turazikeneye
Nzakurondera pe
Terimbere 🎉 musaza 🤝
Uwukeneye kworora inkoko zitanga amagi murashobora kumugurira no ku mufasha kuronka inyigisho?
Félicitations
Mukomeze gutera imbere mubere akarorero nabandi
😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮
Turateye intege Renova gusa twashaka umutubarize mbega izonkoko Isa blauni yazikuye hh kugira natwe tuzironke izonkoko
Tworonka gute imiswi y'inko kugirango ndabitangure
Livestock is better . Ienover courage brother agribusiness is apart of rich
Jew mbon kwl uwo mugambi utomoye cane gose wingirakamaro mu buzima cane nonger kandi ntere iteka uwo mworozi wakijambere
Jew ndaje kurondera kumukùbito banyereke abonyigisha kworora inkoko vuba nukuza
Muduhe nimero ziwe
Jackson Thomas Wilson Sarah Lee Ruth
Muduhe contact kugira umuntu akeneye ivyokurya vyi nkoko abaronke
Nukuri diaspora ni iyambere kuko Ubu ndavye abavayo bateje imbere ubworozi uburimyi
Muduhe address yahakorera please
Gaël ibiganiro vyawe biradufasha imana iguhezagire
Tanganimero,yanyu
Muduhe nimero yiwe wobukoze
Umuhinga caane , ingenieur karahabutaka
Twobironk gt ivyo bifungugwa
washyizemo angahe nk'igishoro?
Munyamakuru kutamubajije ayo yatangije???
Perez Lisa Walker Nancy Lopez Karen
Dukeneye abantu nkabo
Wotanga numérros ?
Ndasaba contact ya TV cank yuyo yorora
Uratubeshe. Ntamuntu Avuga ibanga Ryakazi
Gaęl turakeney intw murikumw na chr wae
2 millions?ivyo sivyo namba kuko aha bdi ntibikunda iyo ni publicité irimwo isukari
Kuri wew ntibishoboka
Imuduh nime ziwe muzoba mukoze
Allen Dorothy Martinez Christopher Allen Margaret
Thomas Jennifer Lee Thomas Brown John
None ko mutanditse izo ndya
Robinson Ruth Jones Shirley Thomas Jeffrey
📈📈✅📈📈
Ayo mahera tuguma twunva ajahe ?
Gaël umusumwe Uzotumire umukene Nawe twumve Nawe ivyavugaUreke kuguma utumirabakire
Nuruhombo kubavyeyi bakuvyaye uteyisoni musabe ikiganiro kuko numva ariwe mukene nubwenge bwawe burakenye
Igihugu kimwe muri Africa cadutsemwo umutunzi hama atera amakenga beshi,ubutungane bwamutumyeko bumunaza ahavuye ubutunzi bwiwe,nawe yishura ko atigeze abona abaza kumubaza impamvu akenye igihe yaramerewe nabi,ingorane nuko atawokwemera kwitaba nkumukene nawe ntuyobura ico ahindurira beshi,@@songamberetv2219
@@songamberetv2219 😀😀😀😀😀😀 uzikwitegereza
Gael azogutumire niwowe mukene dufite ahangaha mu Burundi
@@abrwanda uzikwitegereza disi
Abo bantu ubakura hehe basigura ibintu nkivyo , canke amahera hategerezwa kwerekanwa ahantu amahera yavuye ?😂
Uyumuntu yarikomeje ndk
7941 Zoey Knolls
Lee John Thomas Helen Anderson Deborah

Gaël umusumwe Uzotumire umukene Nawe twumve Nawe ivyavuga
Ureke kuguma utumirabakire