Iyi film INGARUKA iracangany cane. hamw sabbas yatwerk ar umwami yambara inyambarabami mu gihe diva ariwe mimi ari mushikiwe. ubu naho Diva ni umukunzi wiwe bambaye nk aba star. Ntac iy serie itazotwerka ❗Reka nda(tu)rabira hamwe amakenga azogenda arahera
Guys abakunzi b'ingaruka tumenyane abacyerewe gato nkanjye shiraho 5 likes twimanukire na team INGARUKA
Abantu bakunda Yvette ingene akina mump like🥰🥰
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤yvette
Abari murukundo na king sabbas na diva tumenyane ❤❤
❤❤❤❤
Waoooo💃💃💃welcome ingaruka series guys abacerewe nkanje bari murukundo ningaruka mumpe like tuhatwike ndabona today ni🔥🔥🔥👌👌👌courage beza banje♥️♥️♥️🌹🌹🌹mubirimwo neza film ndundi hejuru cn💪💪💪💪
Guys uwubona ko Ivette ashoboye andabire like 👍
😂😂😂😂😂 Yvette woe burya imbavu zanje uzozindiha Gus ndagukundaaa ❤❤❤🎉🎉
Sabbas ndagukunda cane kuko wew ntarusaku ndakumvako naba fana bawe ubikora neza cane niyompamv nkund flm zawe❤❤❤
Waouuh iyi film iratesa peee courage King Sabbas
Basha mumpe twatuntu, mungurire ifanta ikanye kuko nabahaye na Bonus ino ep 11 ni fire
Nukur urayikwiy sinkubesh mwubahw ahubw ntukwiy imw gus
Tugusanga hehe?😂😂
Tubwire aho tugusanga😂😂
🥂🍾❤❤❤💕💕💕💕💪💪
Ukwiye nka cumi
My favorite series abakunzi b'lngaruka series hejuru cneeee ibintu biraza neza kwel sabbas lmana irikumwe namwe ❤❤❤
Umuntu yisanze yatwenze nkanj aho Diva yaravuye mundoto tumenyan😅😅 urukundo ruraryosh kbx❤❤
Mbega ga season gasukuyeeeeeeee diva na king disi mbegivyizaaaaaaa
Yooooo harahiye nduwambere ntimuregane mutampay like hano👇 hama twibandanirize INGARUKA❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤
Wawoooo harahiy nubw nacerew abakunz bingaruk hejur Can tumenyan ngah courage team yaking sabbas mutere mujimber ndabak❤❤❤❤
King sabbas courage komeza wihangane ahowaririye uzoharirimbira
Nembe one ingaruka hejuru cane ❤❤❤uyomugore nyina wa diva nintare Yingore manayanje Ahusanga nomubuzima busanzwe arikwameze kbsaaa nintare pee yesuweee ndababaye nukuri 🤔🤔🤔
ndashimy Imana nukur kubon yibuts King sabbas biciy mur Diva wacuuu ndabakund mumabara yose vub tubone mariage yanyu❤❤❤❤❤🎉
Waaoooohhh muranryohey vrm ndabakunze Diva n'a King❤
Abakunzi bi ngaruka tumenyane😂❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🤗🤗🤗
Iyi film INGARUKA iracangany cane. hamw sabbas yatwerk ar umwami yambara inyambarabami mu gihe diva ariwe mimi ari mushikiwe. ubu naho Diva ni umukunzi wiwe bambaye nk aba star. Ntac iy serie itazotwerka
❗Reka nda(tu)rabira hamwe amakenga azogenda arahera
😂😂😂 ahwiiiiiiiiiiiiiiiiiiiii king disi mukumeny guterimitoma akanako kaje karenze
Ingaruka hejuru cane thr best movies of the year🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Ivette wangu yoooo uragahoraho urimwiza disi undyohera uriko uravuga sha ndagukunda pe
😂
🎉yvette arimugahind Kababaj
Kabxa lmana ntanzigo King lmana yishurir igihe kure cn mw n diva ndabon bitera bib amateka mazima ♥️♥️♥️♥️
King na diva murukond murashoboy muzoshik kucumutima wany wipfuz turabakund❤
Diva pole sana rabuj kwubak urwaw imyak urumva KO wayikwijij muranyeguye team yose courage vrmt murashoboye ❤
King,ndagukunda cyane ndi rwanda,❤nomundirimbo yawe humura yesu aracyakora ndagukunda hoseeee❤❤❤❤
Yvette wewe uzomvuna imbavu😂😂😂😂😂 Sabbas courage vrmnt urashoboye💪💪💪🔥🔥🥰🥰🥰🥰🥰
Imana ikura kure 🙏🙏king Sabbas ♥️♥️Diva🥰🥰🥰ingaruka zikomeza kwigaragaza kubahemu💔💔,mama rupangu uraryohereza umunsi😂😂😂😂😂😂gira amahoro
Gooo
Yooo nivyiz can diva akinan nez. the
King Sabbas Tubandanya twumirwa kwel Uhoraho abane namwe Bonne chance merci beaucoup Abarabe neza Bavukanyi ❤❤❤❤❤❤❤❤
Ewana ni bala iyo sema yumugore yo,🤔ariko reka dushire Imana imbere bizogendekana neza🇧🇮🇰🇪👍👍
Yooooooooooo king sabbas ntasubire kubabara nukur muriy film yar yageragejwe kubabazwa kl hagez k tumubona kuyind revel
Ndasavye mureke kugwaza umutima Claude😢We Claude ngwahano ico nkwereka ntizogenda utiyahuye,courage bantu banje Claude azopfana intuntu nagahinda kwikura ikirezi nka Mimi
Ego uko bakabivuze ije muyandi mavuta diva king sabas ntibaje ngo bavyorosh rek turabe iyobihinda bija❤❤❤
Eti nikula kwa macho,kaza buti baba, mwanaume hapaswi kuogopa.Diva kashajiweka mwenyew kweny anga zako King.
Igic gikurikira ndagihabw vyihuta.yeeee❤❤❤❤❤
Ntamuntu yama asetsanka yvette 😂😂😂 sabbasi ugomba ubemunyishupe❤ intare yingore ntamikino ishaka murugo gwiwe❤😂❤❤❤
Mwirambire Imana ibakomereze imirimo yomumaboko yany nd❤️❤️❤️❤️❤️
Mukama Yvette nukururi j uramvunyimbavu ngo twaramutse naho beshi batabishaka 😂😂😂😂😂😂😂
Mbegigihere c'umugoreee,sabass ngwaho❤❤
uyumus nanje ndi mu bambere😃ingaruka hejur cane❤
Waouh🎉🎉muranryoher vrt❤❤❤courage kbx🤝🤝
Abafana b'ingaruka oyee mundemere utu like ❤❤
Courage toujours king sabaste❤,Diva mwana mwiza
Courage cne nukur iratesa diva Mama ww akag'da atakwiciy kur Sabas uzobumbwira ariko mubirimw neza
Ingaruka❤❤❤❤
❤❤❤❤❤ biraryoshe PE mwirambire j vs courages
Nashitse ❤❤ rek ntore agateb nicare😊😊
I'm the second courage bantu banje mumpe like ntanzigo😂
Ubwo nanje nkaba ndahageze from maman cheiilla ❤❤❤❤
Ingaruka serie my favourites hejuru cane👌👌👌
Turabakunda❤️❤️mubikor neza
Yvette n'ukuri uranyishe ndavunitse imbavu😂😂😂.courage bagenzi ndabakunda
Yvette Nukur😂
Mbega imitoma ya king sabbas!! Ingaruka yatanguy kuryoha can
5:20 king sabass uri muntago yinyishu❤❤❤❤❤😂
Yvette uranyic nukur 😂😂Mama w Diva akwiy guhinduk 🔥🔥💪💪🥰
Mrc king sabasi kungaruka ikunzwe courage❤
Yvette arahuye nintar yingor ndakunz❤❤❤
Mukomeze ingaruka sere turabakunda💓💕
😂😂😂😂😂Yvette uranyiciye imbavu😂Hama Sabbas ndabona ibintu bigiye kuba🎉🎉
Abafana Yvette oyeeee😂😂😂😂
Sha muriyi film bagapiripiri nibenshi pe.mukomez kndi mukomere
My favorite series
Mureke king naw agire umunezero yemwe!❤❤❤❤❤
Yoooooo mukama mama diva numugusera rero turose ntare yingore wakabiri muburundi
Uwo mudame apangisha inzu aranryohera.arashoboye iyo rôle pe
Waaaaooo king Sabas nibindi imana izobikora kbs
Nukuri nkuramo icirwa cyokutishira hejuru abantu mubona ndiva nakingi sabasi arigishiki nagisaza kuri papa haaaa nzaba ndeba❤❤❤❤❤❤❤
Ingaruka nahageze courage 💪💪💪
❤️❤️❤️❤️ ndabakunda cne Imana ikomeze kubongera imbaraga nubumenyi 🙏🙏
Likes hano👇ham dutwike na INGARUKA💓💓💓💓
Ntamuntu ampimbara nka Yvette 😂😂😂😂
Ingaruka hejuru cane hashoboka
My favourite series ❤❤❤❤
Iyi film iraryoshe Can ariko hamwe hajamwo ingumu yoryoha kurusha kuk harimwo abantu baba bakwiye gukubitwa bikarangira badakubiswe😂😂😂
Yvette shaaa 😂😂😂courage vrt ndabakunda caaaane ❤❤
😂😂😂😂sabassi imitoma irihanoo.ndabakundaa❤❤❤
Yvette urusaku yumvise rutumye atanga agatebe 😂😂😂😂🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤
Yvette nae rr n final kabxa ngo mana ngira ndahakubere 🤣🤣🤣🤣🤣
Imbeba y aya masaha???😂😂😂
Yvette uno musi uranyeguye 😂😂❤❤
Ngo ugira uhorere Imana
Mukomeze mu irimwo bien ❤❤❤
Imbeba yinkumi😂😂😂😂ewe Yvette
Hejuru cyane bantu banj
Ingaruka💓💓💓💓🌹
Ndabakunda sana❤❤❤mbegumugor mimiurandijije kwer ukuntu umwumviye impuhwe
Ntamuntu andyohera nka Yvette❤❤
Waoooooo turabakunda😊
Mabuja wabowazi urumuntu mubi😢😢😢 gusa nda❤❤❤❤❤❤
My favorite series ingaruka
Sonia ingero yicaha nurupfu nyene sabass na Diva komeza❤
Courage bantu banje ndabakunda sibanga
Umwan wa Boss ntangucik😊
Ewe yvette uranyishe imbavu zanj urazivuna pe❤❤❤ turindire ivyizo ndoto 😂😂😂
Nukuri j Yvette arantesa😂😂😂😂😂😂😂😂
Yvette wubahwee😘uraryosha film👍
Mpo sabass biva ahagumy gusa imitoma irarenz 😅😅😅courage vrm 🥰🥰
Nivyiz iman iramwishuy
Yvette uranryohera kavisa😀😀😀😀😀😀
Mubikora neza❤❤
maman diva umugore akora ikibi akavyerekana king pole sana ndagukundira ukuntu wihangana wubahwe cane❤
Umukobwa asa nkikirezi nkukwo kwawe asha ndakwumvise