Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Hari ukuntu ndi murukundo na Solution couple, Imana yivange mu vyanyu vyose
Muraberew vraiment 👌👌👌ntaragir ico mvuga musa neza 🥰🥰🥰🥰 wubahw Yvan kubazana👊👊
URUKUNDO NKURU TWARI TURUZI KUBANYARWANDA NONE NIWACU RURIHO .NORASKE WUBAHWE CANE NUMUKUNZI WAWE RAVINE ❤💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕
Nono respect🎉🎉🎉Komeza umukunde diiiiii ntuze wite kumajambo kuko basiba kurima ntibasiba kuvuga🗣️🗣️🗣️🗣️
Yvan urakoze kutuzanira solution couple ndabafana nawe nkwifurije gushika kure cane hashoboka❤ muri bwabumwe team saudia muze dushigikire yvan
Ndabakundaaa caneeee vrmt ababanka babandureko Kuri je vrmt nubwo nzoguma ndumwe. Fanny wanjeeee bz bz❤❤
Na jewe mwiza✌️
Yvan waratutswe pole sana😁Nabafana baratukwa yvan rero mwihangane mwebwe mugomba kubibamwo
Abafana nkanj mutavuye inyum Fany kubwamajambo mwes commentaires ❤ndabakunda basha
Haduga hamanuka tuzomuguma inyuma🙏🙏
Ndabuze Nico mvuga urukundo ruraryoshe nukuri ,muzohore ukwo maze Courage my solution couple ❤❤❤❤❤
Imana ibajimbere murukundo rwanyu murukundo habahibibazo nimwihangane Imana izobagirira neza
Ndabakunda ba chéris banje ndabakunda cane imana ibakomeze
Nabakuri kiranye kuva 7h10 mwubahwe mweeeeeese murakunzwe atawuvuyemwo❤❤
Ababon ko nono yavyibush niband ham ndabakunda cneeee ndabafan❤❤❤
Yvan wanjye dis yagaruts cuorag watoye mitend Yvan iman ishimwe
Ikiganir kiryosh couple nemera❤❤❤ courage Yvan wanj
mbega ikiganiro kiryoshe Yvan wakoz cane kutuzanir abantu bacu dukunda cane kandi twemera baragahorana iteka baragahorana Imana bz bz ndabakunda sibanga 💕💖
Waww💕💕💕🥰🥰❤️
Love nawapenda kbs 🍷🍾🍷💃🔥🔥🔥🔥🌹
Guma guma🇧🇮🇰🇪👍
Yvan karibu cane twari tubakumbuye 🗣️🗣️🗣️
Iyo mbabaye nkaca mbona abo bantu canumv subiriye kunezerwa❤❤❤murakunzwe caan
Yooo norsike ndamukunze avugishije ukuri umuntu ashiramwo amanyanga nifann niwe adashaka kuvugisha ukuri
Ndabakunda cane kuk ntabibazo mushak kwiteza
Love from Muganwa Kent,..
Ndabikundira cane ❤❤❤❤❤❤
inkuru.yumukobwa.wiyahuy.ni.akes.yayizanye😂so my favorite couple mwubahwe.bantubeza.banje.iman.ikunda.couple ama couple nyagasani rero.nkomereze.kubankundira.numugishs.mwishi.mwishi❤❤❤❤
Nono na Slavíne nimwirambire turabasengera bigendeneza😍💕💕🌹
Ndabakunda caane muratwigisha caaane courage
Yvan mazina non kutagahibongoza cyane ijwiryawe riratesa pe kandi wakoze kuzana iyo couplé ndayikundira vraiment ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
NORASKE RAVINE NDABAKUNDA CANE 💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕
Abavuga nibavuge kk umunwa uragoye guhoza kuba barakundanye nitubareke ntawe bitoshikira ndaba❤
Courage nono ivyakera nivyakera kuk naruhebwa yokizwa gumya
Nubwo wobufise imbanyi twebwe abakunzi banyu ntaco bidutwaye🗣️🗣️🗣️ mwese muri abavyeyi akambu kanyu mwomurerera mubandiJewe rero ivyoba vyose nzoguma ndabikundira♥️♥️♥️ uko biri kose ntabisigaye kubavurwako bizotuma ntabakunda🗣️🗣️ ahubwo mutore amashurwe yanyu bantu banje🌹🌹🌹🌹
Vava WE turikumwe uko bizob bimeze kwose sinzigera ndamuheba Fanny 😥ibindi navyo umukama niwe mwungere wacu ntituzigera ducanganikirwa nisegonda narimwe 💃💃💃
@@kubwimanayvette6203 🥰🥰🥰
Muraberanye peee imana ibakomeze bantu bacu
Yvan ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉😊
Mwubahwe
Imana izibubakire ndabakunda cane❤🎉🎉🎉🎉
Kazima ndabikundira sha Nono na Fany
Imana bahezagire
Yvan courge❤🔥🇧🇮🇸🇦
Ndaba❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
🎉🎉🎉❤
Courage bez banj❤❤❤
Nice❤❤❤❤
Ndabakunda kuburyo ikiganir cabo umengo noguma ndagisubiramwo kukuraba
❤❤❤couple nkunda
Jew Hafsa ndabaknda Wallah.
Ndabakunda
Akantu ko guheba kwambara amahereni niko vt
Nec
Couple yumwaka urakunzwe fanny❤❤❤
🎉🎉🎉🎉
Mwirambir sha murukundo gwany.gs ndabona shah ndabon.ntimuz muragasig
CI FANY NI CIZA GA MANA . FANY URIMWIZA VLM NORASKE UZOKWAME WIGURIRA IFANTA KUMUNSI KUMUNSI UFISE UMUGORE MWIZA VLM UKURI KURAVUGWA
Merci yvan kutuzanira iyo couple ndayikunda caaaane ❤❤
Nimba muzi Abantu nkunda nimw ❤❤❤❤❤
Muranyishe'borokaboroka'manamuranyishe'pe😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🥰🥰🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️
Ndishimira solution couple
Voice y yvan irantesa ❤❤
Ntare turasubira uririmbesha uririmba neza
♥️♥️♥️♥️
❤❤❤ ntakanyandironkera numvumunoho😂😂😂
Ndabakunda bez kd muraberew❤❤
sha iyo couple ndayikund nasanze papa wa Nono ararumugenzi wanj jewe ndi saudia mwubahwe❤
Se wa Norasque numugenzi wawe ibintu biraza nabi
Ndabakunda cane Fanny nanono,😂😂💕💕💕
Fany na norasque mwikundanire maze
Yvan courage🎉🎉🎉🎉 wakoze kubatuzanira💞💞💞
Naho nzosigara ndumwe nzoguma ndabakunda
Ivyo nivyo kweli kbs
Muranezera beza banj ❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤
Love from❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉😂😂😂😂😂
❤❤❤❤❤murakundanye nukuri imana ibishimirwe
Big up sana noravine❤Cnk runyuvine .mubalikiwe sana🙌
Komeza mwikundanire nanje ndabakunda
❤❤❤🥰🥰🥰
Noraske uratomboye urose Fanny ndabakunda cane❤❤❤❤
Ndabakundaaaa❤❤❤
Courage ❤❤
🥰🥰🥰
❤❤❤❤❤❤😊😊
Nimwibereho bagenzi .mugume Ku Mana
❤❤❤
reka mbanze nkande .kazogera
Ndabakund❤❤❤❤Bez banj 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Kutampamagaye😂😂
@@MucoInes-d5p ahonigiriy hos unsangay hing nzoguhamagar siker
Ndabakunda cane ❤ vyan courage papa🎉
Uwushaka comantaire ushireko ibiganiro cank post zaba bantu kk ndabakunda caaane ❤❤❤
Twese duca tuja kuraba weee😂😂😂😂😂😂😂
Ndabikundir can ukunt mwikundanir nukur muranezer mubikor nez can
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mwirambire muranteramishije nukuri
Coucou❤
Yvan guca inyuma si ikirundi svp. Mu kirundi bavuga KURENGA IBIGO.
Komeza mugubwe neza bantu banje🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Iyi couple Vava izonatwicisha umunezero💃💃💞💞💞💞
@@AssiaClaudineMukaremera-3066cane nukuri IMANA ikomeze kubagirira neza🙌🙌
Ko ntanguye gutwenga ntarakimara 🤣🤣🤣🤣🤣 Yvette urihe🙈🙈😆😆
Ndakubwiyeko arih nkirab interview ntiwonyizera😂😂😂😂Gusa nguma ntwenga🤣
@@kubwimanayvette6203 ndeka aha uranyeguye😂😂😂 bareheee barihe💃💃💃💃
Yvan iyo ndirimbo mwatanguriyeko turaza kuyisubiramwo ntivyoherere ngaho🏃🏼♀️🏃🏼♀️🤣🤣🤣🤣
Ntivyohereraho vrt erega sinar bwumvirize ino interview 😂😂😂😂😂😅turabisubiramwo un musi😂
@@kubwimanayvette6203 😂😂😂😂🥺
Hi😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Muzi gukina film live🤣🤣🤣
😂❤
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Yvan we nawe wabaye mukuvugako atoyo yoronka kandi wumva ayifitiye 😂😂warakoze kubesha Yvan nkagirira ikigongwe umubeshi nkuwo Ahubwo nyibutsa numéro ya isaac nyandikira inbox
Hari ukuntu ndi murukundo na Solution couple, Imana yivange mu vyanyu vyose
Muraberew vraiment 👌👌👌ntaragir ico mvuga musa neza 🥰🥰🥰🥰 wubahw Yvan kubazana👊👊
URUKUNDO NKURU TWARI TURUZI KUBANYARWANDA NONE NIWACU RURIHO .NORASKE WUBAHWE CANE NUMUKUNZI WAWE RAVINE ❤💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕
Nono respect🎉🎉🎉
Komeza umukunde diiiiii ntuze wite kumajambo kuko basiba kurima ntibasiba kuvuga🗣️🗣️🗣️🗣️
Yvan urakoze kutuzanira solution couple ndabafana nawe nkwifurije gushika kure cane hashoboka❤ muri bwabumwe team saudia muze dushigikire yvan
Ndabakundaaa caneeee vrmt ababanka babandureko Kuri je vrmt nubwo nzoguma ndumwe. Fanny wanjeeee bz bz❤❤
Na jewe mwiza✌️
Yvan waratutswe pole sana😁
Nabafana baratukwa yvan rero mwihangane mwebwe mugomba kubibamwo
Abafana nkanj mutavuye inyum Fany kubwamajambo mwes commentaires ❤ndabakunda basha
Haduga hamanuka tuzomuguma inyuma🙏🙏
Ndabuze Nico mvuga urukundo ruraryoshe nukuri ,muzohore ukwo maze Courage my solution couple ❤❤❤❤❤
Imana ibajimbere murukundo rwanyu murukundo habahibibazo nimwihangane Imana izobagirira neza
Ndabakunda ba chéris banje ndabakunda cane imana ibakomeze
Nabakuri kiranye kuva 7h10 mwubahwe mweeeeeese murakunzwe atawuvuyemwo❤❤
Ababon ko nono yavyibush niband ham ndabakunda cneeee ndabafan❤❤❤
Yvan wanjye dis yagaruts cuorag watoye mitend Yvan iman ishimwe
Ikiganir kiryosh couple nemera❤❤❤ courage Yvan wanj
mbega ikiganiro kiryoshe Yvan wakoz cane kutuzanir abantu bacu dukunda cane kandi twemera baragahorana iteka baragahorana Imana bz bz ndabakunda sibanga 💕💖
Waww💕💕💕🥰🥰❤️
Love nawapenda kbs 🍷🍾🍷💃🔥🔥🔥🔥🌹
Guma guma🇧🇮🇰🇪👍
Yvan karibu cane twari tubakumbuye 🗣️🗣️🗣️
Iyo mbabaye nkaca mbona abo bantu canumv subiriye kunezerwa❤❤❤murakunzwe caan
Yooo norsike ndamukunze avugishije ukuri umuntu ashiramwo amanyanga nifann niwe adashaka kuvugisha ukuri
Ndabakunda cane kuk ntabibazo mushak kwiteza
Love from Muganwa Kent,..
Ndabikundira cane ❤❤❤❤❤❤
inkuru.yumukobwa.wiyahuy.ni.akes.yayizanye😂so my favorite couple mwubahwe.bantubeza.banje.iman.ikunda.couple ama couple nyagasani rero.nkomereze.kubankundira.numugishs.mwishi.mwishi❤❤❤❤
Nono na Slavíne nimwirambire turabasengera bigendeneza😍💕💕🌹
Ndabakunda caane muratwigisha caaane courage
Yvan mazina non kutagahibongoza cyane ijwiryawe riratesa pe kandi wakoze kuzana iyo couplé ndayikundira vraiment ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
NORASKE RAVINE NDABAKUNDA CANE 💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕
Abavuga nibavuge kk umunwa uragoye guhoza kuba barakundanye nitubareke ntawe bitoshikira ndaba❤
Courage nono ivyakera nivyakera kuk naruhebwa yokizwa gumya
Nubwo wobufise imbanyi twebwe abakunzi banyu ntaco bidutwaye🗣️🗣️🗣️ mwese muri abavyeyi akambu kanyu mwomurerera mubandi
Jewe rero ivyoba vyose nzoguma ndabikundira♥️♥️♥️ uko biri kose ntabisigaye kubavurwako bizotuma ntabakunda🗣️🗣️ ahubwo mutore amashurwe yanyu bantu banje🌹🌹🌹🌹
Vava WE turikumwe uko bizob bimeze kwose sinzigera ndamuheba Fanny 😥ibindi navyo umukama niwe mwungere wacu ntituzigera ducanganikirwa nisegonda narimwe 💃💃💃
@@kubwimanayvette6203 🥰🥰🥰
Muraberanye peee imana ibakomeze bantu bacu
Yvan ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉😊
Mwubahwe
Imana izibubakire ndabakunda cane❤🎉🎉🎉🎉
Kazima ndabikundira sha Nono na Fany
Imana bahezagire
Yvan courge❤🔥🇧🇮🇸🇦
Ndaba❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
🎉🎉🎉❤
Courage bez banj❤❤❤
Nice❤❤❤❤
Ndabakunda kuburyo ikiganir cabo umengo noguma ndagisubiramwo kukuraba
❤❤❤couple nkunda
Jew Hafsa ndabaknda Wallah.
Ndabakunda
Akantu ko guheba kwambara amahereni niko vt
Nec
Couple yumwaka urakunzwe fanny❤❤❤
🎉🎉🎉🎉
Mwirambir sha murukundo gwany.gs ndabona shah ndabon.ntimuz muragasig
CI FANY NI CIZA GA MANA . FANY URIMWIZA VLM NORASKE UZOKWAME WIGURIRA IFANTA KUMUNSI KUMUNSI UFISE UMUGORE MWIZA VLM UKURI KURAVUGWA
Merci yvan kutuzanira iyo couple ndayikunda caaaane ❤❤
Nimba muzi Abantu nkunda nimw ❤❤❤❤❤
Muranyishe'borokaboroka'manamuranyishe'pe😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🥰🥰🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️
Ndishimira solution couple
Voice y yvan irantesa ❤❤
Ntare turasubira uririmbesha uririmba neza
♥️♥️♥️♥️
❤❤❤ ntakanyandironkera numvumunoho😂😂😂
Ndabakunda bez kd muraberew❤❤
sha iyo couple ndayikund nasanze papa wa Nono ararumugenzi wanj jewe ndi saudia mwubahwe❤
Se wa Norasque numugenzi wawe ibintu biraza nabi
Ndabakunda cane Fanny nanono,😂😂💕💕💕
Fany na norasque mwikundanire maze
Yvan courage🎉🎉🎉🎉 wakoze kubatuzanira💞💞💞
Naho nzosigara ndumwe nzoguma ndabakunda
Ivyo nivyo kweli kbs
Muranezera beza banj ❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤
Love from❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉😂😂😂😂😂
❤❤❤❤❤murakundanye nukuri imana ibishimirwe
Big up sana noravine❤Cnk runyuvine .mubalikiwe sana🙌
Komeza mwikundanire nanje ndabakunda
❤❤❤🥰🥰🥰
Noraske uratomboye urose Fanny ndabakunda cane❤❤❤❤
Ndabakundaaaa❤❤❤
Courage ❤❤
🥰🥰🥰
❤❤❤❤❤❤😊😊
Nimwibereho bagenzi .mugume Ku Mana
❤❤❤
reka mbanze nkande .kazogera
Ndabakund❤❤❤❤Bez banj 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Kutampamagaye😂😂
@@MucoInes-d5p ahonigiriy hos unsangay hing nzoguhamagar siker
Ndabakunda cane ❤ vyan courage papa🎉
Uwushaka comantaire ushireko ibiganiro cank post zaba bantu kk ndabakunda caaane ❤❤❤
Twese duca tuja kuraba weee😂😂😂😂😂😂😂
Ndabikundir can ukunt mwikundanir nukur muranezer mubikor nez can
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mwirambire muranteramishije nukuri
Coucou❤
Yvan guca inyuma si ikirundi svp. Mu kirundi bavuga KURENGA IBIGO.
Komeza mugubwe neza bantu banje🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Iyi couple Vava izonatwicisha umunezero💃💃💞💞💞💞
@@AssiaClaudineMukaremera-3066cane nukuri
IMANA ikomeze kubagirira neza🙌🙌