Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
REBA INDIRIMBO YABO: ua-cam.com/video/gFQBcdcPdP0/v-deo.html
Nice song kbsNdabona batwiiiika umwotsi ugacumba🔥🔥
Chita Muminembwe turagukurina 5/5 ndagukunda cyane
Chita Olivier ni célibataire ? Nimba akiri umusore namukunze ndashaka kumenyana nawe 😁 Heheh afite ijwi👌
Turabakunda cyn!
Woouw nkunda abavandimwe b'Iburundi nubusanzwe ark nnh aba bo ndabishimiye cyane bazi no kuririmba cyane p, bafite amajwi 👌👌👌 kbs....... chitta merci bcp kutuzanira aba bavandimwr...🤝🤝🤝
Sha nkunda Abarundi cyane Nkunda ukuntu bavuga neza 😍😍
Thank you for supporting our Burundians who do their music in Rwanda 🙏🙏 we love Chita magic TV
😅😅😅Aho sh abarundikazi tugira umuco wukutavug ivyarivyo vyose nukugira isoni 😂😂😂chita pole wageragej ngwavug ariko urabon k vyamuteye isoni👌👌niwo muco uranga abarundikazi💪💯🇧🇮
Bravo chita uririmba neza kabisa. Uzaze tuku recrute muri Chorale ya barundi iririmbira kuri Christus .👏👏👏
Nzohezagigwa kuririmbana namwe
@@CHiTAMAGIC7 karibu cane kabisa
Choral ijwi ry'abamarayika murahooo? Chita nzoza kubafasha kumwakira nanje ndamukunda.
@@beatricenezerwa3809 Eeeh Betty uraho? Nukuri kabisa uzoze
Bravo chita ugaruye wamukobwa mwiza !!!
Bravo Chita 👏ikirundi kiragusaranye😂Bonne année2022
Chita uri 🇧🇮 à 100% ngushimire cane kuriko ufasha benewacu!!! Umwaka mushasha mwiza ukubere mwiza nawe utere imbere 🙏🙏🙏
MERCI BCP! MON FRÈRE ❤️🇧🇮🇧🇮
Mana we chita ikirundi umenga yaracize pe 💞💞💞💞
Nakivukiyemwo 😁
@@CHiTAMAGIC7 umva noneho ngo yakivukiyemwo! mba numiwe
Chitta you are amazing guy with multilingualism skills. Cheers
Thank you Louis
Featuring naba musicians b' irwanda byaba ari agahebuzo!💪 Baduhe show😎🙏
Chita nkunda ingen uha ijambo abarundi sha.Imana iguhe umugisha😘 from🇧🇮
Love from burundi 🇧🇮 ❤ ndakwemera shahu
Gusa mbuze icyomvuga ndabakunze❤❤❤❤ Nicol ndagukunda cyaneee nzaba umuririmbyimwiza nkawe ndafise intumbero
Sha uyumusi chita ankoreye umugoroba pe 🇧🇮🇧🇮✌✌✌✌
19th minute 👏👏👏Amajwi meza cyaneMuch Respect From#kajoguitar 🎸🎸🎸
Sympatique Nicole
They are very talented really!
Abarundi b iwacu Saint Josephhh😂😂😂😀👌👌Waaaaaooooohhh😍💋
Chita nuza mu Burundi uzotubwire tukwakire kabisa you make us proud
Murakoze bane bacu tuzobakurikirana ku munota ku munota
Ndakunze ukuntu muvuga ikirundi ciza apana babandi baguma bivugisha ikinyarwanda batazi
Abarundi biwacu sha!!Chita big up sana
Komeraa ❤️❤️🇧🇮
Chita ,turakwemera cane mu BURUNDI
Chita ndakundukuntu ukunda abarundi nanj ndagukunda
Mbega amajwi👌abacu🇧🇮 komera kw'ibanga ryo kuririmbira UMUKAMA🙏
😢😢 vraiment murankoze ku mutima..!!!
Chita,Bizoza, uriko uragerageza ivy'indimi zacu!
Bsr, la jolie Nicole.uraba amakara ntube urubeya.Chita,nahora nkunda iyi chaîne yawe,Ubu ngiye kurenza...ugir aho uba wubahwe.
Chita urumuhanga peeeeeee mukwigana abantu
Chita nukuri uri ikirori ariko i Burundi kalibu ukunda ikirundi kndi nivyiza
Mwakoze kudutaramisha,muri abagaciro kbs,thank you Nicole Bandora et Olivier
Vyiza cane chita Ku kirundi ciwacu
Iyi famille izi kuririmba peee👏👏Much Respect From#kajoguitar 🎸🎸🎸
Bravo Chita...ikirundi urakizi ...from burundi ndagufana
Wooow amajwi yaba baRundi arakaze iyindirimbo yabo nayo twayirebye ntisanzwe
Chita weee ikirundi cakubanye cinshi weeeee ! Harakantu niwaza i Burundi 🤗 kalibu turagukunda caaane 🤣🇧🇮🇧🇮🇧🇮 ark ikikiganiro kukinyarukij Chita? Vyaribiryosh Sana
😁 MURAKOZE CANE
Guma uvuga ikirundi ikivuga neza 🤣🤣🤣😂😂😂🤣😂🤣🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
CaNke tuje twivugira ikirundi gusa Lol
That's why we love you Chita in Burundi
Uyu mukobwa yarancitsee
🤣😂😂😂 sorry brother bibaho🤣
Yeee Chita wakoze kuduha abaririmbyi beza
🤗
Chita gabanya iteka mitwe, ngo ndumurundi. ukavanga musaga hama ngo ngagara
Umurundikaz wubahw 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Chita urabacanganije 🤣🤣🤣🤣🤣 mamawe🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ikirundi umengo ni Chita yakizanye
Amahoro ega sha ChitaUrazi ikirundi ga mugabo😀
🇧🇮❤️ ASANTE
Uyu mudamu nimwiza kweri!
Chita wamenye ikirundi c' iwacu. 😀
Barirwimba ne.❤️
Wow mwarahise.Be blessed 🇧🇮🇧🇮
Chita ndakwemera cne broo
Chita kwazi ikirundi cane none , yakimenyey hé? Afise accent nziza ntiwokuibaza
Vitu ni fresh
From Burundi 🇧🇮
Ndabakunda san😂
Muraryohey cane
Courage Olivier imbere niheza cane!
Ntabwo bavuga umurundi kazi mugabo bavuga umukenyezi
Uziko urimbye neza wana
Chita wamenga numurundi
iwacu ni Kumusaga 😁
Chitah reka kurasa imbogo z,ikirundi
UBUTAHA WIFUZA KO TUZAKOSORA IKI?
@@CHiTAMAGIC7 Oya nivugiraga ahubwo uragerageza ariko prononciation ni hatari
Kowavukiye mungagara kwa Marango urahazi?
Ndatwitse
Hhhhhhh Chita urisi kabisa
Nice song
Mana mbega amajwi Abarundi hatari
Nukwambara URUBEGA.
En Pluriel izo mpuzu bazita ngwiki? Donc ico gikorwa co kuzambara?
Amen Amen
None ko mitaza kuvyigisha abiwanyu? Sivyiza pe
Chita ntukivugishe ikirundi utakizi
Uzakinyigishe nibyo byiza! 🤔
@@CHiTAMAGIC7 sivyo nyene 😂😂aho kuvuga nabi. Ariko urakivuga neza ncuti
Odetta 😁 😂
👌👌👌👌👌👌
👌👌👌👌👌👌👌
👌👌👌❤❤❤
Kanda kuriyo foto ukore subscribe
🤣🤣🤣🤣🤣
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🇧🇮
👏👏👏❤
Murazi guteramisha abantu vraiment. Imana ibahezagire!
REBA INDIRIMBO YABO: ua-cam.com/video/gFQBcdcPdP0/v-deo.html
Nice song kbs
Ndabona batwiiiika umwotsi ugacumba🔥🔥
Chita Muminembwe turagukurina 5/5 ndagukunda cyane
Chita Olivier ni célibataire ? Nimba akiri umusore namukunze ndashaka kumenyana nawe 😁 Heheh afite ijwi👌
Turabakunda cyn!
Woouw nkunda abavandimwe b'Iburundi nubusanzwe ark nnh aba bo ndabishimiye cyane bazi no kuririmba cyane p, bafite amajwi 👌👌👌 kbs....... chitta merci bcp kutuzanira aba bavandimwr...🤝🤝🤝
Sha nkunda Abarundi cyane
Nkunda ukuntu bavuga neza 😍😍
Thank you for supporting our Burundians who do their music in Rwanda 🙏🙏 we love Chita magic TV
😅😅😅Aho sh abarundikazi tugira umuco wukutavug ivyarivyo vyose nukugira isoni 😂😂😂chita pole wageragej ngwavug ariko urabon k vyamuteye isoni👌👌niwo muco uranga abarundikazi💪💯🇧🇮
Bravo chita uririmba neza kabisa. Uzaze tuku recrute muri Chorale ya barundi iririmbira kuri Christus .👏👏👏
Nzohezagigwa kuririmbana namwe
@@CHiTAMAGIC7 karibu cane kabisa
Choral ijwi ry'abamarayika murahooo? Chita nzoza kubafasha kumwakira nanje ndamukunda.
@@beatricenezerwa3809 Eeeh Betty uraho? Nukuri kabisa uzoze
Bravo chita ugaruye wamukobwa mwiza !!!
Bravo Chita 👏ikirundi kiragusaranye😂Bonne année
2022
Chita uri 🇧🇮 à 100% ngushimire cane kuriko ufasha benewacu!!! Umwaka mushasha mwiza ukubere mwiza nawe utere imbere 🙏🙏🙏
MERCI BCP! MON FRÈRE ❤️🇧🇮🇧🇮
Mana we chita ikirundi umenga yaracize pe 💞💞💞💞
Nakivukiyemwo 😁
@@CHiTAMAGIC7 umva noneho ngo yakivukiyemwo! mba numiwe
Chitta you are amazing guy with multilingualism skills. Cheers
Thank you Louis
Featuring naba musicians b' irwanda byaba ari agahebuzo!💪 Baduhe show😎🙏
Chita nkunda ingen uha ijambo abarundi sha.Imana iguhe umugisha😘 from🇧🇮
Love from burundi 🇧🇮 ❤ ndakwemera shahu
Gusa mbuze icyomvuga ndabakunze❤❤❤❤ Nicol ndagukunda cyaneee nzaba umuririmbyimwiza nkawe ndafise intumbero
Sha uyumusi chita ankoreye umugoroba pe 🇧🇮🇧🇮✌✌✌✌
19th minute 👏👏👏
Amajwi meza cyane
Much Respect From
#kajoguitar 🎸🎸🎸
Sympatique Nicole
They are very talented really!
Abarundi b iwacu Saint Josephhh😂😂😂😀👌👌Waaaaaooooohhh😍💋
Chita nuza mu Burundi uzotubwire tukwakire kabisa you make us proud
Murakoze bane bacu tuzobakurikirana ku munota ku munota
Ndakunze ukuntu muvuga ikirundi ciza apana babandi baguma bivugisha ikinyarwanda batazi
Abarundi biwacu sha!!Chita big up sana
Komeraa ❤️❤️🇧🇮
Chita ,turakwemera cane mu BURUNDI
Chita ndakundukuntu ukunda abarundi nanj ndagukunda
Mbega amajwi👌abacu🇧🇮 komera kw'ibanga ryo kuririmbira UMUKAMA🙏
😢😢 vraiment murankoze ku mutima..!!!
Chita,
Bizoza, uriko uragerageza ivy'indimi zacu!
Bsr, la jolie Nicole.uraba amakara ntube urubeya.Chita,nahora nkunda iyi chaîne yawe,Ubu ngiye kurenza...ugir aho uba wubahwe.
Chita urumuhanga peeeeeee mukwigana abantu
Chita nukuri uri ikirori ariko i Burundi kalibu ukunda ikirundi kndi nivyiza
Mwakoze kudutaramisha,muri abagaciro kbs,thank you Nicole Bandora et Olivier
Vyiza cane chita Ku kirundi ciwacu
Iyi famille izi kuririmba peee👏👏
Much Respect From
#kajoguitar 🎸🎸🎸
Bravo Chita...ikirundi urakizi ...from burundi ndagufana
Wooow amajwi yaba baRundi arakaze iyindirimbo yabo nayo twayirebye ntisanzwe
Chita weee ikirundi cakubanye cinshi weeeee ! Harakantu niwaza i Burundi 🤗 kalibu turagukunda caaane 🤣🇧🇮🇧🇮🇧🇮 ark ikikiganiro kukinyarukij Chita? Vyaribiryosh Sana
😁 MURAKOZE CANE
Guma uvuga ikirundi ikivuga neza 🤣🤣🤣😂😂😂🤣😂🤣🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
CaNke tuje twivugira ikirundi gusa Lol
That's why we love you Chita in Burundi
Uyu mukobwa yarancitsee
🤣😂😂😂 sorry brother bibaho🤣
Yeee Chita wakoze kuduha abaririmbyi beza
🤗
Chita gabanya iteka mitwe, ngo ndumurundi. ukavanga musaga hama ngo ngagara
Umurundikaz wubahw 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Chita urabacanganije 🤣🤣🤣🤣🤣 mamawe🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ikirundi umengo ni Chita yakizanye
Amahoro ega sha Chita
Urazi ikirundi ga mugabo😀
🇧🇮❤️ ASANTE
Uyu mudamu nimwiza kweri!
Chita wamenye ikirundi c' iwacu. 😀
Barirwimba ne.❤️
Wow mwarahise.Be blessed 🇧🇮🇧🇮
Chita ndakwemera cne broo
Chita kwazi ikirundi cane none , yakimenyey hé? Afise accent nziza ntiwokuibaza
Vitu ni fresh
From Burundi 🇧🇮
Ndabakunda san😂
Muraryohey cane
Courage Olivier imbere niheza cane!
Ntabwo bavuga umurundi kazi mugabo bavuga umukenyezi
Uziko urimbye neza wana
Chita wamenga numurundi
iwacu ni Kumusaga 😁
Chitah reka kurasa imbogo z,ikirundi
UBUTAHA WIFUZA KO TUZAKOSORA IKI?
@@CHiTAMAGIC7 Oya nivugiraga ahubwo uragerageza ariko prononciation ni hatari
Kowavukiye mungagara kwa Marango urahazi?
Ndatwitse
Hhhhhhh Chita urisi kabisa
Nice song
Mana mbega amajwi Abarundi hatari
Nukwambara URUBEGA.
En Pluriel izo mpuzu bazita ngwiki? Donc ico gikorwa co kuzambara?
Amen Amen
None ko mitaza kuvyigisha abiwanyu?
Sivyiza pe