Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Iyo surprise nukur🥺 Bellissima make me cry
Ndanezerewe nokubona abobatumirwa Ndabakunda cane ❤❤❤❤❤❤
Mbega ikiganiro kiryoshe waouh 🤩 merci bcp vmt ndagikunze ik kiganiro sn vmt
Ikiganiro kiryosh CNE ❤❤❤ bellissima na DJ Fernandon ndab❤
THE BIG BANG❤was cute my Big Brothers❤🎉
❤❤❤❤
Respect El Pro ❤ 💪 . I like yr Words
Good jobb hanyyuma mushakee secand camera
Oyooooo nivyotuba dukeney nivyonyene❤️💞🇧🇮💯✍️
www.youtube.com/@guenstoryhero
Ewana uyumwana arabasha iyindirimbo no murwanda irikumwanya wambere muzikunzwe murwanda 👍👍👍👍👍
Abobahung bacu mubampere ❤❤❤ barashir mur mood kl
Love you sana Fleurina❤❤ courage bro
Nanjye ndi USA ariko , I play it several times for real this guy arashoboye.
Much love from Rwanda
Kyza b-up🔥🔥
Abana b'IGIHUGU.❤❤❤❤
Abo ba type baramoimbara kbxa d one el pro. Na dj fernando
Umuziki ndundi hejuru kbs
Ewaana iyi radio yubahwe kbs
Cyakoza uyu we yarabikoze pe! Fernando Ari hejuru niyo ndirimbo yo mu Burundi numvise ibinkorera kbsa
El pro cool kbx🎉
Kayanzaaaa Gitega hejuru cne 😂😂😂😂😂😂😂
Turabakunda from 🇷🇼
Fernando big up💪✊
Hurrahhhh, Burundi's singers
E-lpro 👍👍🇧🇮💫✍️👍
Big up DJ fernando
Mbega aabatumire beza wee,El pro na Fernando.courage
All my flowers kuva muri kenya🇰🇪🇰🇪🇰🇪
Fernando Big up kbx urashoboy
Mr yves ndizambia ibintu birandenz pee abasitar ndabakunda bosi sana hama Fernando numukunziwiwe bakomereze ahoo amajambo yabo arandijije
I like Black FM
Impano zakoranirijwe Mr black FM 🔥🔥
Iyi ndirimbo ni nziza peeeeeee❤
I like you mwese kabisa
El pro hejuru cyane❤❤❤
Congrats Mr Fernando
Burundi 🇧🇮 hejuru cane 🔥🔥🔥🤩
D-One hejuru brooo
Ndabakunda vyimazeyo 🔥
Thx xan El-pro
Hejuru cane
Mr Ayé congélation
Fernando indirimbo ye ifite kugera kure kuko irarenga imbibi
Tuzoguma ni 🔥🔥🔥🔥El pro ukora ibikorinka muta
hit song in rwanda
Muvyukuri D-ONE na Fernando ndabakunda baradushimish kumpan bafit
Vrt abobagabo batatu bubahwe bazoze murugombo Bose baharurire tubahe ibijori
Fernando big up
Abo bahungu ndabakunda cane .nabasabire ntibaze bankane Bose bankundane
Muzogumane urukundo hagati yanyu sha fleurina
Ni bn kabxa
New Generation🔥
Kayanza❤❤❤
Bayidaweee komurenze mukuhatwika .hewe nanje murantumira kuri brack FM by Sisi boy
❤❤❤❤❤❤❤
Mu Rwanda iyo ndirimbo yaradukomye kabisa, hari haciye imyaka myinshi mutadukoma. Mukomereze aho. Sat B areke kwigana music style y'abanya merica nawe bizagenda neza. Ubu uwabaza umwana w'umunyarwanda umuririmvyi w'umurundi azi yavuga FERNANDO
❤❤
Iyondirimbo ya Fernand nanj intera intege narayikunz yubahw
El pro💥💥
Kbx urakaz mwan
Mr Ayé x Guén Story 💙🤓
Hey
@@PAIN-TV152 yeah 👊🏽💙🍾💙www.youtube.com/@guenstoryhero
Hagariko ko babamenyera Mara KumaradioMara kuma fbNivyiza apana buri mwanya ntaua nyota yenu uzoefu mbaya kwanyota
Kl dj fernando
❤❤❤
Kabisa jay
NdAbakunda😊
Hello burundi
❤❤🎉
❤❤❤❤❤
🌹🌹🌹🌹muyakire
🇧🇮🇧🇮🇧🇮hejuru can
Mwubahwe basaza mubikora neza
Mwirambire
Najewe aramfise kabisa😂😂😂😂😂
Black fm mwankoreye amateka abobose nabantu banje nkunda
Nigifaransa azi kiramurenz mama yangu, uw mwana ater imbere nkimbanyi
Ikiganiro cari kimez neza
Barashoboye bose
Mwubahwe
Fernando ndakund ukuntu utuje vrmt
Colab yab irakenew
❤❤🤌🙌
❤❤❤❤❤❤
Mukeneye Cameras 2 kugira montage iryohe ...
mwee ndababon murikubikor nezacan ma br
Mufit Ama vutap!
Une belle emission
❤
Ilpro mwagala
Ese ferenando. Numuridi canke numu nyagwanda?
Ubwo mu type w'i Gitega uti wubahw cane uratwubakira
Wubahw fernando
ikiganiro kiraryosh caneee
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Muraryoshe cane
Ebana bakoze igikogwa cingira kamaro vrt guko bmuribo ntanumwe ahobahoba vrt
ko mwabicikirije hagati ndabanse
Komeza turabanezewe
Abobatyp bos uko arik 3 ndabakunda cn
Niyumwaka

Hagariko ko babamenyera
Mara
Kumaradio
Mara kuma fb
Nivyiza apana buri mwanya ntaua nyota yenu uzoefu mbaya kwanyota
Kl dj fernando
❤❤❤
Kabisa jay
NdAbakunda😊
Hello burundi
❤❤🎉
❤❤❤❤❤
🌹🌹🌹🌹muyakire
🇧🇮🇧🇮🇧🇮hejuru can
Mwubahwe basaza mubikora neza
Mwirambire
www.youtube.com/@guenstoryhero
Najewe aramfise kabisa😂😂😂😂😂
Black fm mwankoreye amateka abobose nabantu banje nkunda
Nigifaransa azi kiramurenz mama yangu, uw mwana ater imbere nkimbanyi
Ikiganiro cari kimez neza
Barashoboye bose
Mwubahwe
Fernando ndakund ukuntu utuje vrmt
Colab yab irakenew
❤❤🤌🙌
❤❤❤❤❤❤
Mukeneye Cameras 2 kugira montage iryohe ...
mwee ndababon murikubikor nezacan ma br
Mufit Ama vutap!
Une belle emission
www.youtube.com/@guenstoryhero
❤
Ilpro mwagala
Ese ferenando. Numuridi canke numu nyagwanda?
Ubwo mu type w'i Gitega uti wubahw cane uratwubakira
Wubahw fernando
ikiganiro kiraryosh caneee
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Muraryoshe cane
Ebana bakoze igikogwa cingira kamaro vrt guko b
muribo ntanumwe ahobahoba vrt
ko mwabicikirije hagati ndabanse
Komeza turabanezewe
Abobatyp bos uko arik 3 ndabakunda cn
Niyumwaka