Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Hana ko nziko Ari mumana eanyeka who yaciye wsezerana wewe u urofa nkubwo u ukurahe❤❤❤🇷🇼🇷🇼
Na Alvella nagire atangure kuba mu mahanga ajane umuki woiwe hanze ntabwo mu Burundi gusa umuziki we wagera aho yifuza. Afatire akarorero kuri ba Kidumu na Big Fizo
Toka😂😂😂😂😂
🎉😂😂😂😂😂
Ndagukeneye kwico uvuze KO abantu dukunda urusaku iyomvuko sinziza gerageza iyuvuga uze uvuga imvugo mbabarira matwi kuko nkanje nanka urusaku kubi
Mbe gakuvuganabu abiwanyu urwanda benshi bakoresha imbaraga zumwijima
Ntarusaku dukunda ahubwo ntubeshe uriko uvuga urusaku kuko biraboneka kuvuga ivyutazi😂😂
Uvuga ubusa kweri😂😂nkivyo none bitwungura iki
🔥🏆🇨🇦
UA-cam channel mu Rwanda zikwije 1M subscribers zimaze kuba nyinshi cane. Hari internet inyaruka cane kandi ikoreshwa na benshi.
Abakunda urusaku je sindimwo zamuvuga ukuri uruzaku urugumane
Eka ntubeshe uri umunyarusaku kuko.uvuga ibitakuraba kandi udafitiye ibihamya nkubu wotubwira igihugu Alvella yagiyemwo canke wotubwira umukunzi wiwe hari uwo arakubwira ? Ugwo ni urusaku ba muvuga ibintu mufitiye preuves
Nkorera akantu ahubwo kotuma ndonka alvella nkamubona amaso muyandi dukorane indirimbo nama film woba ukoze cn
Ububeshi gusa
Non ivyo wandits nivyo uvuga birahuye
😂😂😂😂 nurusakukwerii
❤😂😂😂😂
❤❤😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂
Urabeshe nta soni ngo ngwiki?atumuduga nuwumuhungu mumbaze ndamuzi
Alvella urambabaj urasubij inyuma igihugu wakina neza
Kura uburofa bwawe ngaho
Kumbe rwari urusaku 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
wwe nyene,uriwe,nne nkivyo nivyo yagutumye ngubimuvugire,umugore wee aragowe
😂🎉🎉🎉🎉🎉
Nn urik utubwira ibitarivy kurusak abaribint vyokubesha
Kura urusaku ntikababaj nkovug ikiganir ntihagir uwugushigikira. Mbe wewe muri arrivera niwe yabigutumye?
Trois pieds, nakubari korakora turinyumayawe mwene maman, courage
Ndakubaha Cane Sinokwicara Muhagazee🙏
8😢😢@@Darcy_3P
Mureke kubesha ntaho yagiye bamutinya imana