20:05 samahani! Watoto wa Mungu hawatelemki, ila kwa sauti ya parapanda tutanyakuliwa kumulaki Bwana wetu YESU KRISTO hewani! Nawaomba muishiye hapo kuchanganya mda wa kuabudu Mungu na kuufanya kama mambo ya kidunia!
Abanta bifuzagako hazamo ibirango by uburundi rwose sibarimugikorwa cya politique bari mugiterane cyo gusenga ntabyibirango by igihugu kbs ahubwo Imana ibahezagire cane
Ni baza ko ambassador w'uburundi ikigari yabitangiye uruhusha. Kuko izo ngoma ni patrimoine culturel y'u Burundi muri Unesco. Ibisigaye n'ubumwe kandi namahoro kuko Burundi+Rwanda =1
Ni vyiza cane. Ariko, nta mwambaro w'umuhondo ku ngoma z"Uburundi (No muri UNESCO barabishizeko igikumu). Ntizishobora gukoreshwa mu guserukira ibindi bintu. Oya kabisa. Ingoma aho ziba ziri hose ziserukira Ibendera ry'Uburundi: Blanc, Vert et Rouge.
ikintu bagizeko erreur abo batambourinaire ni couleur yumwambaro wabo iyo bambara ya couleur yidarapo ry'igihungu vyari kuba vyiza cane niko je mbibona
Abakunda uburundi mumpe like zanyu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Turahari abarundi.
We love our culture
Wapi ako kajagari siko!
@@pepeinno4002 ati akajagari umuco wigihugu urawutuka nkuko
Uwo muntu ashobora kuba yibeshe uwo numuco wacu kandi mwiza cane
Tena Bana uragije n,Imana nivyiza cane
Abarundi murihehe??❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯
❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇬🇦🇬🇦🇬🇦❤❤❤❤
Burundi 🇧🇮 ❤❤❤❤
With that shameful performance? Canke nta mucu kama mukizi?
Mbega burya Abapolo ni mpaka muvuge English? Kandi ntaco muzi? So sad!
Très très très bien la culture, l'ambiance.❤❤❤❤❤❤❤💪🏿💪🏿💪🏿💪🏿💪🏿💪🏿💪🏿
Niba ukunda abarundi nkange nkorera kwifoto twigendere 🥰🥰🥰🔥🔥🔥👌
Hakenewe ko izi ngoma tumenya icyo zivuze kuko ni 12 iyo ziri kumutagara wo hejuru,ibaze ko na Bwana Yesu intumwa ze zari 12
Ndumva inyishu wayihaye kare !!
@@GilbertKwizera-u1iimyishu niyihee nkeka Ari abami cumi nababiri batwaye uburundi hatarimwo ABA president😂😂😂
12 tribes of Judah
Iki n'icyo bita "umuco gakondo" identité uranga abarundi. Nkuko tuvuga ngo dufite ubwoko butatu bw'u Rwanda :urwo tugendaho, urwo tugendana n'urutugendamo n'iko bimeze no kubarundi. Aba bavandimwe basize u Burundi bugendwaho ariko ubwo bagendana (twe tubabonana batwereka consciemmet où inconsciemment kibatandukanya n'abandi) urugero ururimi rw'ikirundi, accent yabo iyo bavuga izindi ndimi, imbyino, indirimbo,etc Hari n'u Burundi bubagendamo (akaranga cyangwa ikibaranga Identité) umurundi wese warezwe kirundi adashobora kwitandukanya nabyo. Abavuga rero ko u Rwanda rwibye ingoma z' u Burundi sibyo. Ubu n'u Burundi bugendanwa na benebwo bwahawe ikibanza cy'icyubahiro m'u Rwanda kugira ngo budusangize ibyiza biri m’umuco wabwo. Kera tukiri impuzi i Burundi baraduhaga umwanya tukabataramira mubyino n'indirimbo gakondo maze tukishimana. Gusa icyo wamenya Abarundi n'abanyarwanda turasa, tumeze kimwe nka 98 ku ijana. Nukuri ndabakunda cyane. Imana ibahezagire.
Wow uvuze neza disi turi bamwe
Ufise umutima runtu, uvuga ukuri
Nshimye umwany wafashe wandika kd mbony kuku'da burundi bwacu
Merci bcp
Mrc bien mukundwa,natwe turakunda abanyarwanda cane hose❤🎉
Erega ntacyatandukanya abanyarwanda nabarundi Yesu numwami wabami
Amen😊😊😊
Abanyaarwanda n'abarundi n'umuryango umwe ntanicodutandukanya turi bamwe. Mukomere banyarwanda natwe barundi Imana ibahezagire cane. Hama imyambaro ntanakimwe itwaye.
Nikosa ridasanzwe ahubwo! Ningoma nkuru mbona barayihinduye abo batimbo bazananyehe?
Nkunda ingoma z'abarundi cyane kabisa! Ariko imbyino zabo zo wapi!
Turabemera bavandimwe babarundi
Komera Burundi namwe barundikazi nukurirwose muranejeje ,Imana ikomeze ibongere ubumenyi. Ndabakunda cyane
Vyose vyari vyiza ARIKO ico kintu mwakoze co kuzimanganye imyambaro yabahebera no kuzimanganya ibiranga ingoma ija imbere ya zose ,ubwo nubugambanyi mukorera igihugu 'Uburundi
Imana Ibahezagire bene Data,ariko umwambaro wo kungoma urangwa n'ibara ritukura,iryera n'icatsi kibisi,muzohore muvyitwararika bijana n'ibendera ry'igihugu cacu ciza c'Uburundi
Ngira bivana na circonstances uyo mwambaro wa jaune blanc urafise ico usigura kandi kijanye n'ivyo bariko bararirimba
20:05 samahani! Watoto wa Mungu hawatelemki, ila kwa sauti ya parapanda tutanyakuliwa kumulaki Bwana wetu YESU KRISTO hewani! Nawaomba muishiye hapo kuchanganya mda wa kuabudu Mungu na kuufanya kama mambo ya kidunia!
Mwarahinduye imyambaro abatimbo haaaa gusa turabakunda❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🕺🕺🕺🕺🕺
Ibi ntibibaho, umwambaro uguma Ari darapo ryuburundi
@@nizigiyimanayves9485 abo nabatimbo bugwa ntabwo ari aba🇧🇮🙅♀️
Wapi bariko baravang'ibintu.
Wari umwambaro wa afrika haguruka
nivyo navuze naje baragize nabi kumwambaro bambaye raba abakobwa ingene bambay neza
Mwaberewe Cane Basha . muhezagwe 🔥🙏🏼🥰👌🏼🙏👏🏼🙌🏼
Umuco wu Burundi
Mpise nkumbura Bujumbura kbs
Icubahiro gihabwe Imana Apostle we love you to day and forever
Hallelluia natwe abanyarubavu turikumwe muri Africa haguruka Appotre wacu turagukunda komeza udusengere dore urusengero rwacu barufunze ariko dukomeje kuramya imana Aho turi hose
Nukuri ni vyiza pe umwam'abahezagire mwese turabakunda
Ndakej' abarundi kungoma zacu abanyagitega tumenyane❤❤❤
So so so so so so good
Burundi oyeeeee
Ndabakunda Imana ikomeze ibashyigikire ❤❤❤
Burundi 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 hejurucyaneee
Murakoze abahungu bomuburundi
Jewe ndakunda imico yibibihugu umenga namahasa Burundi haguruka
Bari muvy Imana ntibari muvy igihugu. Nta drapeau rikenewe
Neza cane baserukiye uburundi imbere y,Imana.haleluuuuuuaaaa warakoze Mana kungira uburundi est i drapeau ryacu ryokwama rizamurwa riguha icubahiro musi y,i drapeau ryawe
Abarundi bubahwe l really miss your drums guys ❤❤
Ibi bintu birandyoheye cane.❤❤❤❤❤
🇧🇮 my country, Oyeeeee !!!
Nubwo benshi bari mu buhingiro, ubwicanyi mu gihugu, ubusuma, inzara,.... ndashima Yesu kuko imico n'akaranga nivyo bisigaye bituvugira.
🇧🇮 Gihugu canje, Oyeeeee !
Abarundi turibamwe njyembakundakubi ariko ababiba urwango bazasarura iki😂😂😂😂😂😂😂❤
Moçambique abarundi nabanyarwanda turibamwe
Mwabuze imbwa n'imbwebwe! Be musonera umuco. Gutambira Imana ni vyiza ariko kuvangavanga biragayitse!
Abarundi tumenyane ❤️❤️💕💕
Komera kukaranga benewacu❤❤❤❤
Nikundiye abobana baje bikoreye agaseke, ingoma ntazo nababonye😊
HIMBAZA ntibavuye I Burundi ahubwo basanzwe baba murwanda
Imana Ibahe umugisha
Uwo n' umucokama w' abashingantahe kbs!!!!!!!!!!!!
Nubusanzwe turi abavandimwe
They are our identical twin brothers and sisters can’t separate
Muhezagigweee shaaa🙌🙌🙌🙌🙌
Ariko imbaro bayihinduy kndi iyi ntabwo iboneka nezaa kuko iyo bahora bambara niyo iri mumabara yidrapo yacu bikagira insiguro nziza kurushaa😊
Good culture is like Rwandans
Bakugiriye iki ga muntu w Imana.
Ivyo nubusuma kandi imyambaro yacu siyo izompunzi no no
Louange à Dieu. Alléluia.❤❤❤❤❤❤❤
Abarundi❤
Aranganje , ingo Mwana w’imana turagusaye Hallelujah Amen
Burundi❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Dent tv loves Burundi's
Murashoboye,muri abambere kbx
Abana b'Imana nibeza
Nice 👍❤❤❤ video i have enjoyed
Ntaho ntakunze uwu mwambaro ariko ndabakeje!
Yeweeee 😮 byabaye uruvange pe!
Fantastic
Proud of you guys
God bless u
Ambiance a gogo
Muhezagigwe caneee
Ese ningoma zurundi urwanda rwarazitwaye ntaco badashaka kuburundi
Wasazee😂
Ndabakunda cyane ❤❤❤
Imana ibaragire ibarinde kiriya gikoko shitani yabaragije 😭
Hallelujah ❤❤ 🇧🇮 🙌
Waooo nice one
Ibiranga igihugu🇧🇮 vyose ko mbona bavyambuye
Erega tahura kimwe Abo babake gusenga nomubwe ntibacambara impuzu zigohugu gusa baserukiye igihugunihhobazambar
Tahura marumusi uvuga ngwiki?
Izongoma siz'uburundi ibiranga ingoma ndundi turabizi,ubwo burofa bwanyu mumenye iyo mutwara.
Abatukana ntabwo ari byiza Imana ibababarire
Abanta bifuzagako hazamo ibirango by uburundi rwose sibarimugikorwa cya politique bari mugiterane cyo gusenga ntabyibirango by igihugu kbs ahubwo Imana ibahezagire cane
IBURUNDI IVYOMURIKO MURIKINISHA NGOMURAVUZA NGOMA N'ABATAVYIZE BARAKORA IBISUMBA NKIVYO MURIKOMURATAKANGA
MUGUSIMBA HOHO UMENGO MUHERUKA KURYA MUNDWIHEZE
MUGUTAMBINGOMA BABANZA KURYA MWABIROFA MWE
Wew ubizi KO batagutumiye none ?abarundi baba bafise ici bita indero
Kugiririshar bagenzawe mwabikoz namw mwemury mukarek kubumvirishar
Mbega umutima mubi !!!😮😢😢😢
Burundi❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Abo ngibasa nabarindi ahubwo nabanyaranda bigizabarind
Ni baza ko ambassador w'uburundi ikigari yabitangiye uruhusha. Kuko izo ngoma ni patrimoine culturel y'u Burundi muri Unesco. Ibisigaye n'ubumwe kandi namahoro kuko Burundi+Rwanda =1
Pienso igual que tú, si no bobihanirwa!
Idarapo rya vatican mbpna ariryo bambaye ivyo ntibibaho
Tupo 🇧🇮♥️♥️♥️
Ni vyiza cane. Ariko, nta mwambaro w'umuhondo ku ngoma z"Uburundi (No muri UNESCO barabishizeko igikumu). Ntizishobora gukoreshwa mu guserukira ibindi bintu. Oya kabisa. Ingoma aho ziba ziri hose ziserukira Ibendera ry'Uburundi: Blanc, Vert et Rouge.
Harya nibi nukuramya lmana cg nigakondo😮😮😮😮😮😢😢
Ushobora kuramya Imana no muri gakondo
@@inesgacuti4017cane mwiza wew Uzi guhimbaza Ico bisobanura
@@cynetteIninahazwe😂😂😂😂😂😂😂😂
Nukwitwarira urwanda
Amazing too
Uburundi burakarama
Iki kiror ziraryosh p
I love the drum ❤❤❤❤
Very good😅
Wiooooow 👏🏽👏🏽👏🏽👏🏽👏🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 good culture
Great
We ❤ our culture 🇿🇲🇧🇮🇿🇲
Sorry that is not Burundian culture. Totally disgraceful.
Good burundian
Inka na mata mbifurije
Burundi hejuru
Gusa byari byiza ariko ntakigaragaza igihugu mufite
Ku ngoma hacafyeko Uburundi.
Wibaza KO arabo mukihe gihugu ingoma nkizo naho woziba ISI yose ntahandi izizi atari Burundi
Barya bakobga bambay amabara y'ubururu n'umuhondo?
Gusa abakobwa barabitoye
Imana gusa
Ntavangura bagira
Amazing
Mubyina kumapave nta nkweto😢😢😅
Amen
ikintu bagizeko erreur abo batambourinaire ni couleur yumwambaro wabo iyo bambara ya couleur yidarapo ry'igihungu vyari kuba vyiza cane niko je mbibona
Ntibikwije mumyambaro kuko imyambaro yabatimbo siyo
Ntangorane
Àriko abantu kuki muba injiji Hano murwa haba abarungi kuraho ubujiji wa murundi we
None na banyarwanda????
Kand mur africa ntakindi gihugu gifise ucowokuvuza ingoma ataruburundi?
abanyarwanda barazivuza nuko abarundi bazivuza neza kurushaho
Mbakunda cyane
Kuberiki batambaye umwambaro wabigenewe bagahindura irangi ryidrapo sugutitura umuco