KAMIKAZI avuye mugacerere kubavuga ko yashaka kwiba amahera..|| Isaac amusanze imuhira iwiwe
Вставка
- Опубліковано 7 лют 2025
- Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Imana ibababarir canee abavuga nabi Umukozi wi Mana Kamikazi . Imana izobakubida kuriyo minwa yanyu muvuga ivyo mutashishije nez. Kamikaz turamukunda canee. Kandi Nukuri yavuze nezacanee . Kamikaz abobavugivyo barik bateza imber ahubwo Umurimo wawe Ahuri hose umenyek tukunezereregw caneeeee kuk uhembur Imitima yacu. Muvyeyi mwiz💞💞💞💞❤❤❤
Mama 😘😘😘😘😘 turagukurikirana can ARIKO JEWE Kami ndipfuza ikiganiro cawe nanje
Amen Maman wacu mwiza twubah canee kandi dukunda
Courage kamikazi uwuvuga uba waramusizeee....barek bavuge...wew iterere imbere ibikorwa Imana igukoresha twese turabizi abavuga nibabe barata umwanya
Abavug nukukongerere imbarag iman igukomez kumurimo way
Camikazi nanje ndamunda caaane imana imuhezagire
Waaaooo kamikazi ndagukunda.dusenge ndukora👏👏🙌🙌🇧🇮
Umugabo yakurongoye yaratomboye😂😂gutombora bibaho.Tu es une femme trop puissante,intelligente
Kamikazi ndagukunda imana igime ikworohereza muvyo urimwo vyose
Kamikazi courage nanje ndagukunda cane
Kamikazi Ndagukunda Cane Kandi Ndakurikirana Ibiganiro Vyawe From Arabic 🇸🇦 Yesu Kristo Aguhe Umugisha.🙏♥️
Courage Sandrine abamajambo ubihorere uteribere tura💕💕💕
Ndakunda KAMIKAZI kubudyo n'ubwo nzoba ndumwe nzoguma ndamusengera 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🥰
Nawapata vyema kabisa kutoka dar big up Sana isac kwakipindi Bora kabisa
Nanje ndumuvuga butumwa ngomba ko yesu kristu yamamara mwisi yose ndaje nanje tubwamqmaze
Kamikazi ndamukund cane Iman imuhezagir
Nanj kamikazi ndamukunda nukuri 😘
Nanje Shaka kuba mwivugabutumwa
Turamukunda.kamikazi..nukuri..kandi.imanihezagiye.uravyibuhanyene.komeza.wivyibuhira.mwizawanje..nukuri..kami..uwiteka.aguhumu.gisha.mwishi.amen
Kuraje turabakunda💕💕💕💕💕
Courage courage kamikazi❤
Kamii najew ndagukunda❤
Imana ishimwe kwongerakubona kamikazi nanjendamukunda vyimvamutima ikibazosindihafi jeweyobonyetureha muhira
💖💖💖💖💖💖💖
Uwumvise Isaac ashak kuvug nka Kamikazi ngo egoo shaah 🤣🤣🤣🤣uwukumvis ansigir like kbx ego shaaa
Thanks
Tera ujimbere kamikazi sadrine imana igufashe ivyamajambo navyo vyihorere wewe warahezagiwe kand courage
Ngukunda kubi numuryango waw.ramba
💕💕💕💕💕❤️❤️❤️ Ndumva ari saw hma tuzobarondekweri mufise icyi yumviro cyiza💞💞muduhe iyomitahe dukore twe bwe abamama tu reze abana bifpuvyi🙏🙏
Wubahwe
Kami bajogume baguhumwanya
Turakeneye inoti kbs 😁😁😁😁kugira tuvuge umukama😄😄😄
Uvuzenezacan kamikazi ndagukund
Kami wavyibush caneeee 💪💪💪
Kamikazi warabaye munini. Good bless you
Wavyibushe cane kbx ja muri jimi
Harindirimbo yawe ivuga urumwuzigigwa MANA urandemesha ibikogwa ugezemwo UBU naho bingeze ahantu mama ndafukamye shaka umubonano wiwanje nawe
Kamikaz sandrin ndagukundir kuk ukundijamb ryiman utiger uritererany iman iguh icubahir🇧🇮🙏
Kkkkkkk😱😱😱
Uyo ntawutamwemera turamwitaho
Turagukunda cane mami nimwubahwe
Por maman abantu baragoy baharire kandi ubasenger
Kamikazi naje ndagukunda kuko atanga amajambo aruhura umutima
Kamikaz ndagukunda cyn
Uvuzeneza cyane Kami
Aiza courage
Yooooo ndagukunda can maman mwiza kamikazi
Mama gospel Burundi kamikazi big up ariko zurafungura indimu kuko sport birashika mukabura akanya
Urakwiye kurya ingaburo yo kugabanya ibiro,turagukunda kamikazi
Imana imukomeze cane ahomukiyange aba niwe💪
Karibu mwana wo kugatumba ndagukunda cane mamy n'ingabire mwakurany kuri chevehashi from omani
Murakoze. Cane. Umwami. Abahe umugisha. Muhezagigwe
Nanje ndamwikundir kami Imana imukomeze mumurimo
ndashak nime yakamikaz nikint nshak kotuyag kand wob unfashij isaac
Amahoro celine umez neza naguheruk kera cane mabuja untahiriz maman dorcas ni ngabire amutasha
Isaaac kaka yangu iyomwesho yawe wapi ntabwo ikubera raba uhindure hama turikumwe kubiganiro
Kamikazi ndabakunda
Kamikazi turagukunda❤️❤️❤️❤️❤️
Taragukunda
Nivyo uravuzukur harabantu bishinga ngo imana izobashigikir ntibatahur ko imana igushigikir mugih ufisumwet wogukora hama iman igahaguruka igashigikira igikogwa cawe
Ndamwikundiracya ningene babwirako arinkiyasa ryanjye abavuga bakureke mukuzi wimana
Ngo ntamahera mfs ark ndabwira yesu iconkeney akakimpa , Mana yacu nguwuciy bugufi umushira hejuru
Nanje i love you kamikazi❤️
Irambir mukunz uterujimbr ndagu💕
Ooo you arimu burundi karibu kami
Nimyubahwe
IMana igu fashe kami
Kamikazi yavyibushe cane nokuvuga bisigaye bimugora
Sandrine ndagukunda cnnnnn numutima wanje wos Imana iguhezagire ndakund imndirimbo zaw cnnnnnnnn ndazunv ntazihag
Imana imber
Kami nanje ndashaka kuba mubakozi b'ivugabutumwa mugabo nyene nkumukozi nagahembo
Hello muhoneze ezake nonekweriwodufashaukatubariza kamikazi koatakiduhaibyishimo turamukunda arikotwaramubuze
Imana igukomeze
murakoz nazirons iz nimero
Kamikazi niyubahwe arakunzw sana
Kami turagukunda
Asigaye avuga ukundi kuntu🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Jew ndarengana kbs😂😂😂navuge adashiramwo ubwishime 🤣🤣🤣😂😂😂
Ashiramw'ubwibone n'ubusutwa burenze nukuri bisa nabi
@@inesirakoze8642 naw wabibony😂😂😂
Impamba yumusi ikora neza cn mwubahw cn🌹
kamaikazi ikiganore ciwe naravunvirije ukwo abivuga ni vya vrai akaneye sapot
Turamukunda kuk imana yamushizekwigikundiro imuha nimpano nanj ndifuza ninatafiburund imana izobimfashemwo tubonane
Nanje nkunda kamikazi birenze🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰❤️
Imana.iguhezagire.cutiyanje.kandimwubahwe
Narakwandikiye kuri fibi ntiwanyishuye mama ndakeneye umubonano
Ndagukunda kamikazi
Isaac. Nukur. Nawe we. Ndakikunira. Cane ukur. Warahezagiwe. Isaac
Kamikazi. Sandrine. Nanje ndagukunda. Cane. Gosepe
Usabe.imana.igushishebugufi
Courage courage Kamikazi
Non komwese mumukunda
Tumugire
Umukuru wigihu c'uburundi
Hemwe sivyo non 🤦♂️😂🤣kandi jew turasa
Courage kami
Ndakunda kamikazi ukuntu avuga nukuntu a twenga.
Ndagukundacanenahobokuvuganabitwetuzogukundatu❤️❤️❤️
Kamikazi zuragira sport ma cherie wavyibushe cane
Ivyobintusivyiza basha keshidutera comment umwewese avuga ukoyumva ibintu arikoharinibikomereat
Sa uziko ushlborakubwira umuntu ngoyaronze Bikamubabaza Kandi Hari fière yavyo ahayonze nahowovuga ayandi
Ariko umengo afisi shavu ryishi nkanj
Wabibonye gt??
naje mbaye mubambere kl
Kamikazi.komera wewe turagukunda cane.uvugukuri❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
isaac niwubahw
Kami ❤️❤️❤️❤️
Nimwirambir
Uzuze .uvuga.witonze
Najewe ndamukunda gusumba uwomunyarwanda
Kami ariko ubwobuvyibuhe wapiiiii.
Sandrine komera cyane
kamikaz numukoz dimanche vrmt
Kamikaze ndagukunda
Yubahwe
Kamikazi sandrine love u💕💕💕💕
kamlkazl