😭 YOOO INTAHE Y'AMARIRA N'AGAHINDA KENSHI YARI YAPFUYE AB'IWABO BARINDIRIYE KO BAMUJANA MURI MORGUE
Вставка
- Опубліковано 12 вер 2024
- 😭😭 YOOO INTAHE Y'AMARIRA N'AGAHINDA KENSHI YARI YAPFUYE AB'IWABO BARINDIRIYE KO BAMUJANA MURI MORGUE ,NONE IMANA ICA IRAMUHA UBUZIMA , UKUNDI .MBEGA UMUNEZEROOOO
Biciye kumusavyi wayo Prophet of Jesus Joshua Joshua ,Yesu Abishimirwe,
None ubu ngo ni muzima arashima KRISTO ,Glory to Jesus,
Prophet nawe ati : Ibi ntibisigura ko ari jewe nkomeye vyukuri vyerekana ko Yesu Kristo Ashoboye kuko Ijambo ry Imana rivuga ngo Nshobozwa vyose nuwumpa Inkomezi uwo nawe aduha inkomezi ni Yesu , ( Ab'i firipi 3 : 4 ) vyose Bigarurire Icubahiro Kristo..
Joshua yesu yarakuduhayeko umugisha mbega yesu ivyakorq
Yesu, Jesus
Icubahiro nic'Imana
Hallelujah Glory to Jesus 🙌
Amém amém
Heleluyaaa Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah
Amen
🎉🎉p😂🎉🎉
Nakunze ukuntu ashinze iyo ntahe ingene yabigenza aho avuga ngo abavuze ngo nzoba napfuye ariko "uno musi ndiko ndatambuka". 😂😂😂 Yesu Kristo ni Mwiza pe intahe
😂😂😂😂😂😂😂😂