Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Presunday wacu nyakubahwa yumve uyuvsndinwe wacu wuburundi amufashye niwejazozankuburundip
Biraryoshe cane kumva umunyamahanga avuga ikirundi neza cane nkuko vyukuri yumvirwe kubisabo vyiwe.
Nyenicubahiro umukuru wigihugu yumve kabisa, uyu numu RUNDI wacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪
Gaël urumuntu wumugabo ndakwemera uduha ibiganiro vyiza ariko uwomuntu vrt arakeneye ubwenegihugu gerageza umuvugire babumuhe mbona arumurundi kuko ahandi ni 5ans cank 8 ans ubuhamaze baca baguha ubwenegihugu
Nibakwihere disi wibere umurundi❤
Wooooa mbega ivyiza tuzagusengera babuguhe❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤💯✅
Pourquoi on ne parle pas des 100k abonnés de Umukubito😍🔥🔥🔥🔥🔥🔥 félicitations Juste Gaël
Umusaza ni Legend ntagugumwa kumunwa 100 k yarazibonye apfa kwihorera tu
Ndamwemeye!
Nibabumuhe vrt guk yavukiye muburundi akuriraho aranahaba. Numurundi mwenewacu. Vyiza bokworosha procedures
Babumuhe nukuri arakunda UBURUNDI❤❤❤❤
Numurundi vrt
Niyumvira kowisaba abashingamateka kuko niyumvira ko hariho benshi nkawewe babishaka mugabo batazi aho bobitangurira, vyose biva mwibwirizwa shingiro ko bohindura amategeko yabana bavukiye mu burundi bavuga neza ikirundi ko bobaha ubunyagihugu. Kwakundi nabarundi bavukiye mumahanga biciye mumategeko babaha ubunyagihugu bwivyo bihugu. Urashobora ku petitiona abashinga mateka babifitiye ububasha hamwe umukuru wigihugu asa nuwutayaya. Bonne chance!
Nukr kwose arakivuga neza cane ❤❤❤❤❤❤❤ Umuhinde wumurundi ❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🤍🤍🤍🤍. Se Barundi Azavyumva umuvueyi wacu 🇧🇮 azobigukorer❤❤ Knd courrage
Nukuri babuguhe urabikwiye
Nizere ko umukuru w'igihugu azoronka iyo message, n'ukuri bamuhe iyo nationalité we n'umuryango wiwe!!!N'iteka kugira abakunzi bameze nk'abo!!
Unve ndaguteterere iciyunviro urasabe ijambo ukuru wigihugu harya atanga ikiganiro mumpera zumwaka ndazi ko azoca abiguha
Ndashigikiye cane gose Zameer Kamal🙌 ndanamusabira ku Mukuru w'igihugu cacu c'Uburundi kumuronsa ubwenegihugu🙏 ndizera neza ko ijwi ryiwe rizoshikira umutima w'ababijejwe🤗
Aranyemeje kabisa nibabumuhe arabukwiy
Imana imuje imbere kandi izobikora
Umurundi Zam ndakubatij witwa Niyo Zam 🤝
Turamuhaye ikaze caanee,, kwisi ya kazozaa, ababijejwe bamufashe yibere umurundi wumutima
*🤔9ans umuntu akirindiriye ingingo yishurwa ko bishoboka canke bidashoboka?amategeko araba ugusaba ubwenegihugu araho mubitabo kumeza🙄 Abarundi bajejwe Inzego baratesha agaciro Amategeko y'Igihugu🤦🏾♂️Nibabahe iyo Nationality nibaba bakwije ibisabwa!Kutubaha amategeko twiyemereyenavyo bitugore???*Il est Cool ce Petit 👍🏽❤️*Abarundi dukoresha Izina Umuzungu à n importe qui🤦🏾♂️
Ubwenegihugu kwisihose sigupfayo kuburonka ariko uwavukiye mugihugu ni umwenegihugu
Manshaallah 🙏🏿🥰🔥🇧🇮👌🏾hejuru cane ikirundi ❤🎉
Uyo nimurundi yavukiye mu Burundi 🇧🇮 he don’t need citizenship he already citizen
Aba bateza imbere igihugu muri development kandi bakunda igihugu. Nibamuhe bwene gihugu abeho mumutekano.
@my brother zamil big up to juste Gael 🔥
Nibamuhe kbx arabikwiye👊👊
Niba buguhe❤❤❤
🔥🔥🔥
Nukuri nibamurabire bamuhe arabikwiye
Burundi hejuru canee🎉🎉
ndatahij abasirimuts🤣arik uw murund wacu Ubwenegihugu babumuh p.ndahatsw kushuramo ikingereza🙈🙈🙈
Uburundi nigihugu gifise ingorane kuvyerekeye amacakubiri ibindi bihugu ufa kuhavukira umwana akabaronse ubwene igihugu ariko uburundi usanga aguma yitwa umunyamhanga canke naho akabugira kumanyanga ,uravye abacongomani abanyarwanda hamwe batanzania benshi bafisecubwene gihugu bwuburundi mumanyanga ataco babisavye canke babihawe none ariko kubera uyo afise uruhu rwera aratinya kwiha ubwene igihugu bwuburundi ,itaba ataruko aba yarabwihaye ,nibashire hanze droit de nationalite hanze ababikeneye babusabe
Biragoye migihe dufise Indongizi zihumirije abkora mur ministere de interieur ntanubwo bashobora kuraba ati ayamatgeko arajanye nigihe canke tuyhindure kuneza yigihugu ubwo bararyamye mpaka president aze abikore atariwe abihembegwa,SA ,USA,na Europe iyo uhavukiye mukuguha ubwenegihugu barihuta kko barazi kwar ineza yigihugu cabo
Umuhushuro
Nukuri aravuga ukuli mutuvuganire.abarundi barandexe I muyinga sinopfa ark natwe tubura Aho tuca .ababanyi banjye hano Canada ni abarundi muvungure imiryango😊
Abarundi turakwiye gukunda ururimi rwacu mubindi bihugu umwana akura bamwigiha ururimi kavukire ivyobindi vyivyongereza biza munyuma
Nyimba yavukiye muburundi baramurenganya n’umurundi!!! Nahano mbaye mbese nahandi nkahose umwana avukiye ino avuka ari umwenegihugu avukana ubwenegihigu
Gose bakwihere
Turakwishimiye cane ,mbega bakwima ubwenegihugu bisunze iki?urumurumdi akwije vyangombwa
Mumategeko umwana agira ubwenegihugu bwigihugu avukiyemwo
uyo sio Muzungu uyo ni Muhindi n'a wako wengi asiatique wa wape nationalité wengine wako n'a plus de 100 ans astique
umusaza avuga neza cne ikirundi
Nibamuhe uyo numurundi wiwacu zamili
Nibamuhe nawe yumveko anezerewe kaze mumuryango wabarundi
Ubundi umuntu abaye mugihugu imyaka itanu irenga akwiye kuronka ubwenegihugu ntagisabwe,twe ko tuja hanze tukabuhabwa?nabarundi bangahe bafise ubwene guhugu bwiburayi Kandi batanhavukiye?Hari nabari abashingamateka iburayi uko turenganya abandi natwe turenganijwe biratubabaza,gukorera uburundi si ukuba wirabura kko nabagisambuye niywebwe nyne,nibamuhe uburenganzira bwiwe
Hahaha,Si umuzungu, ni umuhindi😂. Why not?😂Wosanga mu misi aradutwaye uziko abanyafrika twemera absfise urundi rukoba😂😂
Broo tha a niggaa umunzungu ntaso uko broo
Abahindi s’abazungu! 🙈🙈😁
Kubwaw umuzungu nuyuh?Ikirundi burya nirwo rurimi nasanzw rwikwij kuko umuzungu nuwo wese afise urukob rudasa nurwaba nyafrika, nayo bimwe bavug rwabera(blanc ) cank bas numuhodo(jaune) ntawufis urukob rwer ndabona(nkingwa? Cank urupapuro rwo gucapa )
@@Rugambamachine7714. Merci pour les précisions! 😀
Uyo sumuzungu abazungu ntibasuko ,abobageze mubazungu asha abazungu ntibigera bemera karabazungu,kanatsinda uretse iyomishatsi bafise ahasigaye iyonzobe hariho nabirabure bayifise,umuzungu usanga yera numushatsi wiwe uba Wera,abonab kumugabane wa asia.
Abatubeur nimumufashe kwegera abategetsi bamusigurire intambanyi zoba zihari kugira ngo aronke ubunyagihugu harya umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu nawene afise ububasha bwo kumufasha! Aba tubeurs nimumufashe canke mumuhuze numushikirangaji w'intwaro yohagati mu gihugu amusigurire amategeko atuma adahabwa ubunyagihugu! Yaco muguma mumwerekana mtamufasha!
Abantu bashigikira kuyo muhindi ahabwa ubwenegihugu ntimuzi ivyo murimwo c trist vrt
Ubwenegihugu buhabwa n amategeko.akwije ibisabwa ntagisivya akwiye kubuhabwa!Na Président Niko yomwishura!
Baze kudu coloniza bongere babahe ubwene gihugu koko aba hindi banka urukoba gwirabura niyompanvu batobubaha none ushima kuberiki atoringora umurundi kugira babumuhe nikubera gwagwanko nyene
Uwo aronse ubwenegihugu n'igisokiru ciwe mwokibonera aho muburundi. Mukwezi kumwe gusa ubundi bwoba bucitse ubuhindi. Burundi benewacu bamuha agaciro ikintu bita" ubwenegihugu" erega ubwenegihugu si sous-traitance uha mugenzawe? Mubaze mbega ubwenegihugu mubuhinde barabutanga? Mbega abirabure baba mubuhinde bafashwe gute?
Uyu numutima wigihere🤔
@@alickjere-dc9mm wigiki😂😂
@@alickjere-dc9mm wewe udafise umutima nkuw'igihere muhe ubwobwenegihugu? Canke se abwihe turabe .
None wewe nimba ushak kuja kubusab mubuhindi ntiwogenda ukibariza uca ubibaza wé mbe wunviseko Ari we president of India??
Nabavyeyi ntibavukiy mubu hindi. Uriko umuhora aho ava vraiment. Kubwawe umurundi niki ? Iyo ni racisme isesema 🤮. We vyokuryoher uba ahantu witwa muhira imyaka ishika 30ans muga bakagum bagufat nk'umu étranger?
Presunday wacu nyakubahwa yumve uyuvsndinwe wacu wuburundi amufashye niwejazozankuburundip
Biraryoshe cane kumva umunyamahanga avuga ikirundi neza cane nkuko vyukuri yumvirwe kubisabo vyiwe.
Nyenicubahiro umukuru wigihugu yumve kabisa, uyu numu RUNDI wacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪
Gaël urumuntu wumugabo ndakwemera uduha ibiganiro vyiza ariko uwomuntu vrt arakeneye ubwenegihugu gerageza umuvugire babumuhe mbona arumurundi kuko ahandi ni 5ans cank 8 ans ubuhamaze baca baguha ubwenegihugu
Nibakwihere disi wibere umurundi❤
Wooooa mbega ivyiza tuzagusengera babuguhe❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤💯✅
Pourquoi on ne parle pas des 100k abonnés de Umukubito😍🔥🔥🔥🔥🔥🔥 félicitations Juste Gaël
Umusaza ni Legend ntagugumwa kumunwa 100 k yarazibonye apfa kwihorera tu
Ndamwemeye!
Nibabumuhe vrt guk yavukiye muburundi akuriraho aranahaba. Numurundi mwenewacu. Vyiza bokworosha procedures
Babumuhe nukuri arakunda UBURUNDI❤❤❤❤
Numurundi vrt
Niyumvira kowisaba abashingamateka kuko niyumvira ko hariho benshi nkawewe babishaka mugabo batazi aho bobitangurira, vyose biva mwibwirizwa shingiro ko bohindura amategeko yabana bavukiye mu burundi bavuga neza ikirundi ko bobaha ubunyagihugu. Kwakundi nabarundi bavukiye mumahanga biciye mumategeko babaha ubunyagihugu bwivyo bihugu. Urashobora ku petitiona abashinga mateka babifitiye ububasha hamwe umukuru wigihugu asa nuwutayaya. Bonne chance!
Nukr kwose arakivuga neza cane ❤❤❤❤❤❤❤ Umuhinde wumurundi ❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🤍🤍🤍🤍. Se Barundi Azavyumva umuvueyi wacu 🇧🇮 azobigukorer❤❤ Knd courrage
Nukuri babuguhe urabikwiye
Nizere ko umukuru w'igihugu azoronka iyo message, n'ukuri bamuhe iyo nationalité we n'umuryango wiwe!!!
N'iteka kugira abakunzi bameze nk'abo!!
Unve ndaguteterere iciyunviro urasabe ijambo ukuru wigihugu harya atanga ikiganiro mumpera zumwaka ndazi ko azoca abiguha
Ndashigikiye cane gose Zameer Kamal🙌 ndanamusabira ku Mukuru w'igihugu cacu c'Uburundi kumuronsa ubwenegihugu🙏 ndizera neza ko ijwi ryiwe rizoshikira umutima w'ababijejwe🤗
Aranyemeje kabisa nibabumuhe arabukwiy
Imana imuje imbere kandi izobikora
Umurundi Zam ndakubatij witwa Niyo Zam 🤝
Turamuhaye ikaze caanee,, kwisi ya kazozaa, ababijejwe bamufashe yibere umurundi wumutima
*🤔9ans umuntu akirindiriye ingingo yishurwa ko bishoboka canke bidashoboka?amategeko araba ugusaba ubwenegihugu araho mubitabo kumeza🙄
Abarundi bajejwe Inzego baratesha agaciro Amategeko y'Igihugu🤦🏾♂️
Nibabahe iyo Nationality nibaba bakwije ibisabwa!
Kutubaha amategeko twiyemereye
navyo bitugore???
*Il est Cool ce Petit 👍🏽❤️
*Abarundi dukoresha Izina Umuzungu à n importe qui🤦🏾♂️
Ubwenegihugu kwisihose sigupfayo kuburonka ariko uwavukiye mugihugu ni umwenegihugu
Manshaallah 🙏🏿🥰🔥🇧🇮👌🏾hejuru cane ikirundi ❤🎉
Uyo nimurundi yavukiye mu Burundi 🇧🇮 he don’t need citizenship he already citizen
Aba bateza imbere igihugu muri development kandi bakunda igihugu. Nibamuhe bwene gihugu abeho mumutekano.
@my brother zamil big up to juste Gael 🔥
Nibamuhe kbx arabikwiye👊👊
Niba buguhe❤❤❤
🔥🔥🔥
Nukuri nibamurabire bamuhe arabikwiye
Burundi hejuru canee🎉🎉
ndatahij abasirimuts🤣arik uw murund wacu Ubwenegihugu babumuh p.ndahatsw kushuramo ikingereza🙈🙈🙈
Uburundi nigihugu gifise ingorane kuvyerekeye amacakubiri ibindi bihugu ufa kuhavukira umwana akabaronse ubwene igihugu ariko uburundi usanga aguma yitwa umunyamhanga canke naho akabugira kumanyanga ,uravye abacongomani abanyarwanda hamwe batanzania benshi bafisecubwene gihugu bwuburundi mumanyanga ataco babisavye canke babihawe none ariko kubera uyo afise uruhu rwera aratinya kwiha ubwene igihugu bwuburundi ,itaba ataruko aba yarabwihaye ,nibashire hanze droit de nationalite hanze ababikeneye babusabe
Biragoye migihe dufise Indongizi zihumirije abkora mur ministere de interieur ntanubwo bashobora kuraba ati ayamatgeko arajanye nigihe canke tuyhindure kuneza yigihugu ubwo bararyamye mpaka president aze abikore atariwe abihembegwa,SA ,USA,na Europe iyo uhavukiye mukuguha ubwenegihugu barihuta kko barazi kwar ineza yigihugu cabo
Umuhushuro
Nukuri aravuga ukuli mutuvuganire.abarundi barandexe I muyinga sinopfa ark natwe tubura Aho tuca .ababanyi banjye hano Canada ni abarundi muvungure imiryango😊
Abarundi turakwiye gukunda ururimi rwacu mubindi bihugu umwana akura bamwigiha ururimi kavukire ivyobindi vyivyongereza biza munyuma
Nyimba yavukiye muburundi baramurenganya n’umurundi!!! Nahano mbaye mbese nahandi nkahose umwana avukiye ino avuka ari umwenegihugu avukana ubwenegihigu
Gose bakwihere
Turakwishimiye cane ,mbega bakwima ubwenegihugu bisunze iki?urumurumdi akwije vyangombwa
Mumategeko umwana agira ubwenegihugu bwigihugu avukiyemwo
uyo sio Muzungu uyo ni Muhindi n'a wako wengi asiatique wa wape nationalité wengine wako n'a plus de 100 ans astique
umusaza avuga neza cne ikirundi
Nibamuhe uyo numurundi wiwacu zamili
Nibamuhe nawe yumveko anezerewe kaze mumuryango wabarundi
Ubundi umuntu abaye mugihugu imyaka itanu irenga akwiye kuronka ubwenegihugu ntagisabwe,twe ko tuja hanze tukabuhabwa?nabarundi bangahe bafise ubwene guhugu bwiburayi Kandi batanhavukiye?Hari nabari abashingamateka iburayi uko turenganya abandi natwe turenganijwe biratubabaza,gukorera uburundi si ukuba wirabura kko nabagisambuye niywebwe nyne,nibamuhe uburenganzira bwiwe
Hahaha,
Si umuzungu, ni umuhindi😂. Why not?😂
Wosanga mu misi aradutwaye uziko abanyafrika twemera absfise urundi rukoba😂😂
Broo tha a niggaa umunzungu ntaso uko broo
Abahindi s’abazungu! 🙈🙈😁
Kubwaw umuzungu nuyuh?
Ikirundi burya nirwo rurimi nasanzw rwikwij kuko umuzungu nuwo wese afise urukob rudasa nurwaba nyafrika, nayo bimwe bavug rwabera(blanc ) cank bas numuhodo(jaune) ntawufis urukob rwer ndabona(nkingwa? Cank urupapuro rwo gucapa )
@@Rugambamachine7714. Merci pour les précisions! 😀
Uyo sumuzungu abazungu ntibasuko ,abobageze mubazungu asha abazungu ntibigera bemera karabazungu,kanatsinda uretse iyomishatsi bafise ahasigaye iyonzobe hariho nabirabure bayifise,umuzungu usanga yera numushatsi wiwe uba Wera,abonab kumugabane wa asia.
Abatubeur nimumufashe kwegera abategetsi bamusigurire intambanyi zoba zihari kugira ngo aronke ubunyagihugu harya umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu nawene afise ububasha bwo kumufasha! Aba tubeurs nimumufashe canke mumuhuze numushikirangaji w'intwaro yohagati mu gihugu amusigurire amategeko atuma adahabwa ubunyagihugu! Yaco muguma mumwerekana mtamufasha!
Abantu bashigikira kuyo muhindi ahabwa ubwenegihugu ntimuzi ivyo murimwo c trist vrt
Ubwenegihugu buhabwa n amategeko.akwije ibisabwa ntagisivya akwiye kubuhabwa!
Na Président Niko yomwishura!