Izi ndirimbo wari kuzikunda iyo uzimenya/ Bahaga Prosper ati:"Baranteye amabuye ku Musaga''.

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 30 вер 2024
  • Urukurikirane,Album yise IMYAKA 20 Y'AGACERERE yasotse mu 2012 ntiyigeze ironka amahirwe yo kuvuzwa n'amaradio mu Burundi.
    Bahaga Prosper yavutse itariki 29 Ruhenshi1963 buca u Burundi bihimbaza isabukuri rya mbere bw'ikukiye ninaho yayiye aronka izina BURIKUKIYE,avukira mu Ntara ya Karuzi ahitwa i BUHINYUZA.
    Abavyeyi bamwise Martial Magloire Prosper Burikukiye ,umuziki umwita BAHAGA,afise umwana w'umukobwa yitwa Nikita Burikukiye.
    Bahaga aradusigurira ibijanya n'umuziki wiwe kuva 1988,indirimbo ziwe za mbere,n'uko yagiye arahura n'ibibazo muri universite nkuru y'u Burundi gushika 2012.
    Aradusigurira ico aba ashaka kuririmba mu ndirimbo ziwe.
    Bahaga asazwe avukana na Alice Nzomukunda yigeze kuba Icegera c'umukuru w'igihugu Pierre Nkurunziza mu 2005-2007.
    Burikukiye Bucumi Christian Martial Magloire Bahaga yari yatumiwe mu kiganiro n'umumenyeshamakuru Patrick Paggio NIYONKURU.
    #burundi #bujumbura #diaspora #musique #music #rwanda #kigali #hollande #allemagne #suisse #bahaga #kidum #nyembwe #art #entertainment #divertissement #soccer #football #patrickpaggio #bantubwoy #empire #alikiba #diamond #kondegang #harmonize #tanzanie #kenya #uganda

КОМЕНТАРІ • 18

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 5 місяців тому +3

    Tukwibuka ko kuva kuri CSE wamye uri incabwenge n'umu artiste doué
    Ivyagushikiye muri Kaminuza zari imburi z'ibihe kuko imbere yawe depuis 1983 abanyeshure muri Kaminuza ntibari borohewe

  • @rukundojesusmarie1849
    @rukundojesusmarie1849 2 роки тому +4

    Bahaga ndamugereranya nka Bob Marley wiburundi, na Jonny clegg womuri south Africa.
    Uyu mutama niyubahwe caaaneee@@@

  • @gabrielmanirakiza6731
    @gabrielmanirakiza6731 5 місяців тому +2

    Bahaga uri goût yanje sinkubeshe

  • @rukundojesusmarie1849
    @rukundojesusmarie1849 2 роки тому +3

    Bahaga nintwari
    Arakwiye agashimwe kigitsibo cumurwanyi wukuri nubutungane.
    Indirimbo ziwe harimwo phylosophie yo kurwego rwo hejuru.

  • @olivierkayige4440
    @olivierkayige4440 Рік тому +3

    Respect à vous ..nahora niyumvira igituma indirimbo ziwe zikoze neza cane ..ntiyazikorey mu Burundi..

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 5 місяців тому +2

    Tu aurais été un très bon ministre du Burundi

  • @Kazozadesign_TV
    @Kazozadesign_TV 3 роки тому +3

    Mashup canke gucanga imiziki, sibibi nimwe muma promotion agezweho.
    Ikibi nukugira Copyright..
    Ariko uwosaba ko tuyifuta twoca tuyikurako vyihuse

  • @ndayihimbazejoel4241
    @ndayihimbazejoel4241 2 роки тому +3

    Legend 🙌

  • @ndayihimbazejoel4241
    @ndayihimbazejoel4241 2 роки тому +3

    Legend 🙌

  • @manumunemanumune-uj6jq
    @manumunemanumune-uj6jq 5 місяців тому +1

    Wubahwe papa basitu uyu musaza niyubahwe sana

  • @alainwalterrwota9687
    @alainwalterrwota9687 2 роки тому +2

    Iyo umuntu akoze ubuhimbiri bamwita umuhimbiri

  • @sam-maigamugiriye5872
    @sam-maigamugiriye5872 Рік тому +2

    Safi sana kaka ndakunda ukuntu ukora ibiganiro bitandukanye vyubwenge ukanasesangura abandi abagenzi bawe musangiye umwuga barakwiriye kukwigirako bakajijuka bakareka guta inzira mumwuga wabo

  • @kumurunditv6994
    @kumurunditv6994 3 роки тому +4

    🔥🔥🔥🔥