Waaaooh, yoooo nukuri uyu mwana n uwo gukeza vmen! Turagushigikiye Tetero,courage! ndiko ndiyumvira sur l avenir de cette chanson ndibaza ko iri muri zike zitazokwibagirwa(du moins si vuba). Abavuga ngo ntiriko iravuzwa,ivyo n ibisanzwe ico novuga gusa n uko burya ibikorwa vyiza nkibi vyo nyene birivugira(ntibarinda kubivuza). Ariko wirinde burya kuba umu star biragoye,Imana igufashe!
Congratulations to You Tetero Laurette, I like your fine Voice , Very nice song!🔥🔥 I wish you all the best Our Laurette😍😍😍. I wish i could get time to listen to this beautiful song of yours every night before i sleep💖💝
Tetero ndakwibuka mu gasenyi uri gato ndagufashe ukuboko uvuye kw'ishure. Ndiko ndaraba ingene utera intambwe nziza nziza numva mu mutima wanje huzuye umunezero utagira uko ungana. Icompa igihe cose ugakikizwa n'abantu bagufasha gutera imbere! Vas-y brille, fais notre fierté ce n'est que le début. C'est une grande tâche mais tu es jeune et talentueuse et armée de volonté. Keep it up ma belle
waouh , that one is cool, keep your style kabisa, hama stay strategic and professional,uje mugihe umuziki uriko uratera imbere.wihe agaciro wongere uha agaciro nakazi kawe kabisa.nice song i like it.courage
Me: OK, this is the 50th time i've listened to this song today... i swear i'm not listening to it anymore🙅.... ( **5minutes later***) 🎶🎵🎶♩🎧😍😍🎧NYEMERERAA🎵🎶
@@handsomeboytv1297 the song it's all about love, A guy was dumped then she found him and she's trying to tell him if he can accept her even once and she's saying that she won't deny him or leave him and she will teach him how to love and she will protect him from crying, she will teach him to smile. The song is in our mother tongue #Kirundi. Hope you can now get a small picture of it
@@ericsingirankabo1372 Wow!!!! So interested ok so left him because he was broke right? And now she realised the guy was the right one it's too late for her I wish my ex could listen this song to learn from her mistake thank you Eric for translating the lyrics of this song for me.
Esther Tetero yaravuze igihe bamutumiye muri Hit connection ko yipfuza kuririmbana nawe wangu nukuraba mukagikorerako.Yaravuze na Miss Erica mubo yipfuza ko baririmbana
Abari ngaha 2024 oooyoooo, nice song forever
We're here🎉🎉
Ubu yarakijijwe ntaririmba profan music ibaze
Umuziki mwiza, amajambo meza, ijwi ryiza, très chic 🤙🙏
Hi, Yes I am in love with my song too😂❤️❤️❤️
Iyi ndirimbo mwayikoze neza cane. Sasa dukore clip na yo.
Clip video yayo na yo?
@@jjproductions9538 Murakoze cane gushima iki gikorwa ca #RK. Mumisi iri imbere muzoshikirizwa ama sanamu yayo. Komera
how can i download it on indundi
@@rockstonekingdom1088 nanje ndabashima gwose akazi mukora.
Konda fise indirimbo zanje mwankorera beat se
J'aime cette chanson de tout mon ker! Weeeeee c'est plus que mon sonnerie
#theblessedboy
#nduwokumashuha
Narababwiye ko Uno mukobwa azozana impinduka.
Texte 100%
Flow 100%
Courage ma Tetero. Love from Idriss Simbizi #projectZ
La force de la langue maternelle, je la sent....big up.
Big up to Tetero and her label Rockstone Kingdom🔥🔥💯💯Keep it up💕💕💕
the question is this views will help her in show?🤔she'll need za support zama radio
bisous mo'w kanzie monna i love you so much
@@eteffieirakuza4977'
@@johnphani238😊mambo
Mambo
Waw utumue mukunda kurusha tetero BG up yani in Jesus Christ give me support 🙏🙏🙏💞💞💞💞💋
Utuma niyumvira kuca ndabihereramwo mukobwa.azokwemerera nushidikanya.go ahead Muko.ni sawa kabisa
Waouh waouh!
Elle vient en feu je vous assure!
Ndahimbawe caaaaaaaane no kwumva umurundikazi aririmba ukuraha! J'ai des larmes aux yeux!
Ndashobora kuyumviriza toute la journée,repeat and repeat,Like wo bimaze kubako
Nice song Sisi
Love from Esther Nish
Esther nawe kuri Bitu Mingi narakwemeye. Duteze imbere Vraiment Tukurinyuma Mabuja!!
Esther Nish Official ❤️❤️❤️❤️❤️Ndakugwaye caneee
Esther Nish nawe ndagukeje,ibikorwa ukora biranezera
Kwerisha nichi nanjendagukunda turingaha tuguhe sapot
Esther biranryoheye kubona nkusanze ino kuri comment gushigikirirana biraduhimbara twebw abakunzi bumuziki wuburundi
mi sister made it congratulation 🔥🔥🔥🔥love from #Chris Biz
R&B yumwimerere!!! Much respect
Nyemerera
Rimwe gusaaaa waawooo
Asha egoo,,uranyemeej péé,,iraruta iyambere kure caneeeeeee,,songa mbele
hit song from tetero! ndayumvirije plus de 10fois ijwi ryaw rinkuyemwo stress!! courage!!!
uzanye bishasha kandi vyiza!!courage
Iyi ngoma irasaraaa kbx
Good job Ms Tetero 👏
Tetero Laurette big up sana,iyo ndirimbo yaw inshikay ahand
Ikozwe neza félicitation Tetero
Eeeeeeeeh!tetero kweri ndabuze ico mvuga!gusa uranyemeje PE,courage!
Nice girl congrts Imana ihezagire ibikorwa vy'amaboko yawe
Woooow
Ndabuze ico mvuga ndaq
Waaaoooh😊je manque des mots à dire....courage Tetero Laurette
Bonnn ok Clip tuyikore ryariiiiii you kill it ma fille ☺️☺️☺️
Rasko Buja muzane dutabure hhh lol
warahi ndamuzana vuba kabisa
Nukuraba mukadusaba uruhusha tugaheza tukabijamwo.LOL KOMERA
Instrumental niyo iri hejuru cane gusumvya ijwi ryawe.hanyuma uze urirekure turyumve turazi kwari ryiza.ibisigaye du courage😍
Ijwi riruhura,amajambo meza!Merci pour ce cadeau Tetero!Courage ma puce!
Dushaka abigeme bashoboye kuririmba no kwandika indirimbo neza nkuku nukuri natwe abarundi tukagira abigeme bari muri industry vraiment nkibindi bihugu vyose.Ndasavye ababishoboye bashigikire uyu mwigeme Laurette na Nish kuko birumvikana neza ko bashoboye!Keep going Laurette,nice job from start to the end!
Natwaw namajambo ngo wateye swata. Ariko ndahejeje kwiyumviririza iyo song yaw. Waouh. Ndakwemeye kabisa
👏👏👏💣 love it kuva mu Rwanda komerezaho
Je pense au Burundi nous devons vraiment apprecier the good music! this is out of this world!
Tetero you’re on fire kabisa 👌
Love it🤩love from #runtowndjs
My Teteroooo keep going up!!!! What a melodie!!!! Thank youuu ...
Waaaooh, yoooo nukuri uyu mwana n uwo gukeza vmen!
Turagushigikiye Tetero,courage!
ndiko ndiyumvira sur l avenir de cette chanson ndibaza ko iri muri zike zitazokwibagirwa(du moins si vuba).
Abavuga ngo ntiriko iravuzwa,ivyo n ibisanzwe ico novuga gusa n uko burya
ibikorwa vyiza nkibi vyo nyene birivugira(ntibarinda kubivuza).
Ariko wirinde burya kuba umu star biragoye,Imana igufashe!
Akantu k umutse kabsa
Waouhhh!!!! Iyi ndirimbo itumye merereza umubiri wose. Courage sister!!!! Uri telented vraiment.
I can't stop hear it ! TEAM Nyemerera
Ndakwemereye Sha Teteroo 😍😍
Hahahahaha bro reka kunyica ndak ...kumbe ariko abwira wew?hahahahahha
Nyemerera nkubwire ko aka karirimbo karyoshe. Imbere ni heza 👍🏽👍🏽
Song nziz big up uter'uj'imbere.
waaau I love it ❤❤nice song sha keep it up👌👌👌🥰
Ahooo shaaa... ntiwaj gufyina kbsa
Merci mwana wacu igihugu cakwibarutse Imana iguhe umugisha
Waaouuuu Nice voice & song😍😍😍😍
Tetero, iyi ndirimbo nguma ndyumviriza ikaguma imbera nshansha....
Kbsa😍😍👌🏼👌🏼👏🏼👏🏼
Nyemerera😍😍😍😍just one more time,love th song,lyrics😍😍😍 muramvyuriy urukund,😭😭😭
Mukobwa wacu iyo song iguma iduza agaciro kuri jew courage🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇧🇮🇧🇮
Sindagukunda arko uranyemeje kwaga song kikirundi ni 🔥 courage
Bien chanté uurashoboye vrem congratulation u 're on fire
Waouh sinziii au moins nous avons une jeune artiste en musique 😍😍😍😍 courage et comporte toi bien il y a pleines de surprises dans la vie
Nice voice, gud lyrics.... Go ahead Tetero
Verry good iyi ndirimbo nukuri n,amataka pe
Congratulations to You Tetero Laurette, I like your fine Voice , Very nice song!🔥🔥
I wish you all the best Our Laurette😍😍😍. I wish i could get time to listen to this beautiful song of yours every night before i sleep💖💝
Ijwi ryawe ryotoka sana uririmvy gospel ukaririmbira Yesu vyomara sana
Ako niswa!!big up sana!!
Respect Tetero urashoboye,courage turagukunda cane
I like this girl😍😍😍
I don't know what i can say about this song but i can say much respect to TETERO🙏🙏🙏
Nyemerera🎵🎵 mvuge ko iyo ndirimbo ndayikunze😍😍 saana genre iramaraa😎 vrm courage Tetero💪
Uranyubatse, big up. Laurette
Uyu mudiho, unyibukije indirimbo ya Meddy #Sinariziko #
I'm falling in love with this song kabisaa
Mukunzi uratwemeje vrt
Ndagatuyee my Twinnie
Love da song for Sure. Keep on that track, you truly have a gift.
Love from Richie Kindoss +257, listening from South Africa, can't wait to see the video of this nice song, big up my Lovely sister, imbere ni heza
Ninziza cane ❤Tera imber Tetero
Wawoo nice song courage tetero👌👌👌👌👌
Waaaaouuuhhh!!!😍😍😘😘,,This song is perfect!!!👍❤❤
Good Voice+Good Lyrics+Good Production m= 🎼🔥🔥👌
Vraiment c'est une belle chanson. Je te félicite laurette
Iyondirimbo vraiment iraryoshe🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
It's best song girl keep it up and yet you sing beautifully 👏
urashoboye gal nice song komeza
#tetero iyii ndayemey ...gusumb the first one
ndaguteye intege kuriyo style yawe uririmbamwo kandi ikirundi ciza caaaaaane
Tetero ndakwibuka mu gasenyi uri gato ndagufashe ukuboko uvuye kw'ishure. Ndiko ndaraba ingene utera intambwe nziza nziza numva mu mutima wanje huzuye umunezero utagira uko ungana. Icompa igihe cose ugakikizwa n'abantu bagufasha gutera imbere! Vas-y brille, fais notre fierté ce n'est que le début. C'est une grande tâche mais tu es jeune et talentueuse et armée de volonté. Keep it up ma belle
Song yokugwego kabisa tete big up sana my sister
waouh , that one is cool, keep your style kabisa, hama stay strategic and professional,uje mugihe umuziki uriko uratera imbere.wihe agaciro wongere uha agaciro nakazi kawe kabisa.nice song i like it.courage
I likeee keep it up #Rockstone
#tetero
Tetero iyo ni cool iranyengetera mumutima ikanasinziriza 😍😍😍
I fall in love with this song
Urashoye mukobwa mwiza! Big up
Nice song. Bravo Laurette
good work gal bemeze ko kigobe ishoboye
Courage sister uje neza vrma 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Laurette Nataka Hii Lyrics Kwa Kiswahili Oh My Gassssh.....👌!Kipaji Unacho For real Keep it Up Sis...
#MrCeleb
Yooo My Gosh uranyemej nyemerera nkubwira ko nakunz xana song yaw more than first your song💋💋💋👌🏻🤙🏻
Me: OK, this is the 50th time i've listened to this song today... i swear i'm not listening to it anymore🙅.... ( **5minutes later***) 🎶🎵🎶♩🎧😍😍🎧NYEMERERAA🎵🎶
Wlhh vrt😭♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️continue like that chr🤩🤩the Lord akujimbere ubandany uk 😭😭♥️♥️♥️
It's beautiful song though I don't understand the language.
😂😂😂😂Same here💯
@@handsomeboytv1297 the song it's all about love, A guy was dumped then she found him and she's trying to tell him if he can accept her even once and she's saying that she won't deny him or leave him and she will teach him how to love and she will protect him from crying, she will teach him to smile. The song is in our mother tongue #Kirundi.
Hope you can now get a small picture of it
@@ericsingirankabo1372 Wow!!!! So interested ok so left him because he was broke right? And now she realised the guy was the right one it's too late for her I wish my ex could listen this song to learn from her mistake thank you Eric for translating the lyrics of this song for me.
😍😍très belle chanson vraiment
tetero ndakwemey vrt love from JC
Big sana tetero 🇧🇮 ilove you so much
Yes iyi ni bon vraiment 👌👌👌👌
Courage Tetero😍c vrt génial
Wooooouuuuh tetero💯💯💯💯nice voici
Wow. Urazi kwandika indirimbo vrema
Nice song j kiff..good job dear cous Sag wise
carry on Sister keep it up for the next , you can make it and success
Esther Tetero yaravuze igihe bamutumiye muri Hit connection ko yipfuza kuririmbana nawe wangu nukuraba mukagikorerako.Yaravuze na Miss Erica mubo yipfuza ko baririmbana
Second comment,i love the song from team Magonde
Urashoboye nukuri courage!!
Such a good vibe 🔥😍🎶🔊 #WeTheRockstoneKingdom💪🏾
#ForTheKingdom
Yes yes!! wlcm Sister Tetero ...