Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Oooh,quelle belle chanson!.Nico ndagukumbuye cane.kdi ndagukunda pe.papa sinkimubona
Courage nicol
Kundi u my nicole swt!uhora wishimye ndagukunda setu
Murakoze cane familleMurampezagiye caaane
Waooh! !Murakoze cane kwako karirimbo ka BIKIRAMARIYA cane cane mwiki gihe twimirije igihe C,UBUSHIKIRO👍
Mugera, le 15 Août 1961, juste avant le vote historique du 18 Septembre 1961. Le prince Louis rwagasore participait a cette prière. Remerciements a l’ équipe qui nous rappelle cet événement.
Merci aussi
Ndaguka cyane❤
Ntakintu kiryoshe nkukubona umukobwa na se baririmbana
Prie pour nous Sainte Marie mère de DieuIyi ndirimbo ni rwanje ndavyumva❤❤
Thank you so much for this sweet song.
Yoo Nicol ndagukunda cyane kuko unyibutsa indirirmbo nahoraga ndurimba nkiri kur st Sauver nkiri I burundi. Ndagukunda cyane nkunda ijwi ryawe.
Saint Sauveur Nyakabiga. Mukeza Mweranda.
Imana yaguhaye ingabirano zitaraboneka.warahezagiwe. Nkunda ingene uririmba
Aka karirimbo ndagakunda cane.Courage
Uwo ari I bubamfu bwawe yitwa gute Nico
Mahoro yitwa Olivier
Murampezagiye cane murano majwi atangaje cane.
Mwongere musirwe amavuta ya Mpwemu le groupe,.... Amen Avec Maman Marie abatamutahura,..bamutahure,..Gracius
Imana Ibahezagire kubw Ibisabisho vy Umuvyeyi Yezu Yaturaze
NB. Hari igitero ca kane mwibagiye (canke mwoba mwakiretse ibigirankana?):4. Mu Burundi ni Shetani, niy'igaba niyo mwami,yariganje igasengwa, niy'igaba igihugu........Ndabakunda cane, muri akarorero keza k'umuryango w'abemera, imiryango yose y'abakristu yofatirako, Ndabitegereza, muri iragi rizima ry'Umuryango Mweranda w'i Nazareti.Ndakunda ingene muririmba, n'amajwi y'Abamalayika (Abakerubini n'Abaserafini). NB: Sindayumva na rimwe n'amatwi yanje (kubera ari amajwi yo mw'ijuru), ariko kubera ata yandi majwi ndumva meza atonganutse nk'ayanyu, nibaza ko bishusha!!!. Iyo ndabumvirije, umengo ndiko nurira mw'ijuru numva!!! Ndabakeje cane.Ikindi ndabakundira kuruta vyose, ni uko mugomba kugarura agahogo ka kera k'indirimbo z'Imana zo mu gitabu "TURIRIMBIRE UMUKAMA I na II"...Mbega ndabibarize: Nta kuntu mwokora albums z'izo ndirimbo za kera, mugasubiramwo indirimbo zose ziri muri ivyo bitabu? Kuko ziri mu nzira yo kuzimangana (abazizi bariko barahera). Mwoba mufashije cane. Twopfuma duterera ibishoboka. Jewe ku ruhande rwiwanje ndabemereye ko nobaterera.Maze imyaka ishika kw'icumi nsaba abafaratiri bo mw'Iseminari Nkuru y'i Bujumbura bo mu muhari Cercle saint-Paul kugira ngo bazisubiremwo hanyuma basohore albums zazo, ariko vyaranse. Baguma biyumvira kwandika indirimbo nshasha gusa.Shira imbere nk'umuzinga, Imana ibahunde imigisha n'imihezagiro!!!
Murakoze. Umukama abahezagire . Gusubiramwo indirimbo za kera nivyiza kabisa gusa nkuko wabivuze bisaba uburyo. Arico gituma bisaba ko tugenda buke buke uko tubishobojwe sinon le projet nugusubiramwo uturirimbo nyene twakera. Murakoze.
Very nice. Reka jewe ndabite " The Big 3" very inspiring.
Akaririmbo keza gasabira uburundi muri bino bihee bitoroshe
Yezu abakomereze ingabire
Much love Nicole ♥️♥️♥️
Bikira Mariya mawe wibuke Nabo nguherejeee........Je t'offre la Belgique aussi surtout pour ce pandémie qui s'aggrave
Muraduhezagira cane 👌🥰
Alana yezu kavutse
Very prayful💖💖🙏🙏🙏 We Mariya tugusaba niwibuke n'urwo Rwanda urushyikirize Yezu
Bravo mademoiselle Nicole uradushimisha cane
❤❤karirimbo ki imana❤❤😊
Murateye igomwe mu majwi meza ahebuje.Muragahezagirwa.
J'apprécie cette chanson car elle est bien mélodieuse
🙏 mubyeyi udusabire
Merci que Dieu vous bénisse
Vous faites une activité très merveilleuse
Oooh.i like
🙏🙏🙏🙏🙏🙏Muhezagirwe ❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Murakavyara!
Mwarahezagiwe 👌🏻👌🏻much love🥰
Nobona gute ama jambo yiyo ndirimbo tkx
Murakoze cane🙏🙏
Nkunda uko uririmba, nkunda indirimbo zaw, nkunda uko wambara, nkunda uko usa bref nkukunda wese. Urampezagira cane Imana Ikongerereze imigisha.
Courage ma grande !
MERCI CHERE NICOLE POUR CE BON CHANT.
Merci beacoup vraiement. Que Dieu vous benisse
🙏🙏🙏🙏🙏🙏Muhezagirwe ❤❤❤❤❤❤❤❤
Noronka fone za Bandora?
Merci beacoup
Waauh!!!
👏 👏 👏
💕💕
Great
I am in love with this
🙏🙏🙏❤🇧🇮
🤲🙏👏💝
🙏🙏🙏🙏🙏
🙏🙏👍❤
Murakoze cane. Muhezagirwe
Oooh,quelle belle chanson!.Nico ndagukumbuye cane.kdi ndagukunda pe.papa sinkimubona
Courage nicol
Kundi u my nicole swt!uhora wishimye ndagukunda setu
Murakoze cane famille
Murampezagiye caaane
Waooh! !Murakoze cane kwako karirimbo ka BIKIRAMARIYA cane cane mwiki gihe twimirije igihe C,UBUSHIKIRO👍
Mugera, le 15 Août 1961, juste avant le vote historique du 18 Septembre 1961. Le prince Louis rwagasore participait a cette prière. Remerciements a l’ équipe qui nous rappelle cet événement.
Merci aussi
Ndaguka cyane❤
Ntakintu kiryoshe nkukubona umukobwa na se baririmbana
Prie pour nous Sainte Marie mère de Dieu
Iyi ndirimbo ni rwanje ndavyumva❤❤
Thank you so much for this sweet song.
Yoo Nicol ndagukunda cyane kuko unyibutsa indirirmbo nahoraga ndurimba nkiri kur st Sauver nkiri I burundi. Ndagukunda cyane nkunda ijwi ryawe.
Saint Sauveur Nyakabiga. Mukeza Mweranda.
Imana yaguhaye ingabirano zitaraboneka.warahezagiwe. Nkunda ingene uririmba
Aka karirimbo ndagakunda cane.
Courage
Uwo ari I bubamfu bwawe yitwa gute Nico
Mahoro yitwa Olivier
Murampezagiye cane murano majwi atangaje cane.
Mwongere musirwe amavuta ya Mpwemu le groupe,.... Amen
Avec Maman Marie abatamutahura,..bamutahure,..
Gracius
Imana Ibahezagire kubw Ibisabisho vy Umuvyeyi Yezu Yaturaze
NB. Hari igitero ca kane mwibagiye (canke mwoba mwakiretse ibigirankana?):
4. Mu Burundi ni Shetani, niy'igaba niyo mwami,
yariganje igasengwa, niy'igaba igihugu.
.......
Ndabakunda cane, muri akarorero keza k'umuryango w'abemera, imiryango yose y'abakristu yofatirako, Ndabitegereza, muri iragi rizima ry'Umuryango Mweranda w'i Nazareti.
Ndakunda ingene muririmba, n'amajwi y'Abamalayika (Abakerubini n'Abaserafini).
NB: Sindayumva na rimwe n'amatwi yanje (kubera ari amajwi yo mw'ijuru), ariko kubera ata yandi majwi ndumva meza atonganutse nk'ayanyu, nibaza ko bishusha!!!.
Iyo ndabumvirije, umengo ndiko nurira mw'ijuru numva!!! Ndabakeje cane.
Ikindi ndabakundira kuruta vyose, ni uko mugomba kugarura agahogo ka kera k'indirimbo z'Imana zo mu gitabu "TURIRIMBIRE UMUKAMA I na II"...
Mbega ndabibarize: Nta kuntu mwokora albums z'izo ndirimbo za kera, mugasubiramwo indirimbo zose ziri muri ivyo bitabu? Kuko ziri mu nzira yo kuzimangana (abazizi bariko barahera). Mwoba mufashije cane. Twopfuma duterera ibishoboka. Jewe ku ruhande rwiwanje ndabemereye ko nobaterera.
Maze imyaka ishika kw'icumi nsaba abafaratiri bo mw'Iseminari Nkuru y'i Bujumbura bo mu muhari Cercle saint-Paul kugira ngo bazisubiremwo hanyuma basohore albums zazo, ariko vyaranse. Baguma biyumvira kwandika indirimbo nshasha gusa.
Shira imbere nk'umuzinga, Imana ibahunde imigisha n'imihezagiro!!!
Murakoze. Umukama abahezagire . Gusubiramwo indirimbo za kera nivyiza kabisa gusa nkuko wabivuze bisaba uburyo. Arico gituma bisaba ko tugenda buke buke uko tubishobojwe sinon le projet nugusubiramwo uturirimbo nyene twakera. Murakoze.
Very nice. Reka jewe ndabite " The Big 3" very inspiring.
Akaririmbo keza gasabira uburundi muri bino bihee bitoroshe
Yezu abakomereze ingabire
Much love Nicole ♥️♥️♥️
Bikira Mariya mawe wibuke Nabo nguherejeee........
Je t'offre la Belgique aussi surtout pour ce pandémie qui s'aggrave
Muraduhezagira cane 👌🥰
Alana yezu kavutse
Very prayful💖💖🙏🙏🙏 We Mariya tugusaba niwibuke n'urwo Rwanda urushyikirize Yezu
Bravo mademoiselle Nicole uradushimisha cane
❤❤karirimbo ki imana❤❤😊
Murateye igomwe mu
majwi meza ahebuje.
Muragahezagirwa.
J'apprécie cette chanson car elle est bien mélodieuse
🙏 mubyeyi udusabire
Merci que Dieu vous bénisse
Vous faites une activité très merveilleuse
Oooh.i like
🙏🙏🙏🙏🙏🙏Muhezagirwe ❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Murakavyara!
Mwarahezagiwe 👌🏻👌🏻much love🥰
Nobona gute ama jambo yiyo ndirimbo tkx
Murakoze cane🙏🙏
Nkunda uko uririmba, nkunda indirimbo zaw, nkunda uko wambara, nkunda uko usa bref nkukunda wese. Urampezagira cane Imana Ikongerereze imigisha.
Courage ma grande !
MERCI CHERE NICOLE POUR CE BON CHANT.
Merci beacoup vraiement. Que Dieu vous benisse
🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Muhezagirwe ❤❤❤❤❤❤❤❤
Noronka fone za Bandora?
Merci beacoup
Waauh!!!
👏 👏 👏
💕💕
Great
I am in love with this
🙏🙏🙏❤🇧🇮
🤲🙏👏💝
🙏🙏🙏🙏🙏
🙏🙏👍❤
Murakoze cane. Muhezagirwe
Yezu abakomereze ingabire
🙏🙏🙏🙏🙏