Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Ndayumvirije iranduhura umutima
Amen amen murakoze bene Data dushishikare guhezagigwa nogusengeranira
Yesu agukomeze caane .turanezerwa no kubona umuvyeyi ageza ubutumwa kure mundirimbo nziza .uranezera !!!
Amen amen, Imana irushirize kwagura impano yawe.ubarikiwe sana.nikoko niYesu wenyene ashoboye kwomora ibikomere vyumutima.
Amen yesu aguhezagire ubugirakandi uradukomeza muvyeyi 👏agukirwa uzagere kure mam❤❤❤❤❤❤
Niwabishoboye kabisa kandi ahora abikora uhezagirwe mukozi w'Imana❤❤❤
Amen,ndahezagiw kandi Imana ibasubirize Aho mwakuye.
Yego Maman Imana nyene amahoro ikugwirize amavuta ya mpwemu kungira muguwe muduha ibihwanye numuntu wese ahembuke hose
Amen amen ndafashyijwe cyane yesu aguhezagire mubyeyi
IMANA ibahe umugisha knd yesu ashishikare kwagur impan zanyu!Yatwubatse
Imana iguhezagire cane.ikomeze kukwagurira iyongabire kuko muradufasha
Iman izobah kurangiza nez mwirambir nkisim yaker Amin ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Marene urakoze kundirimbo nziza YESU akomeze kukuzuriza amavuta ya mpwemu yera
Amen Merci ku ndirimbo iruhura imitima
Ni Yesu wenyene abishoboyeee✅✅✅🙏🙏🙏🙏🙏🙋🙋
Amen ndafashijwe Ndiho agukomereze amaboko
Amen indirimbo iruhura imitima courage sha Imana ikongere amavuta
Iman iguhezagire irampumurije cane
Imana nyene amahoro igushitse Aho utokwishitsa .Akira kwagikirwa
Courage cane Imana ikomez kukwagurira mumurimo wayo
Imana iguhezagire kuko indirimbo irimwo message nziza caane
Amen Amen murakoze cane
Kristo Yesu abampezagirire ikindi azoduhane Ijuru mukozi w'Imana
Muhezagigwe cane iyindirimbo irankoze kumutima
Amen Amen,Imana ibahe Umugisha
Ameeen and ameeen zana imitwaro kuriyesu abishoboye 🙇♂️🙇♂️🙇♂️🙇♂️🙇♂️🙇♂️
Courage ma soeur lmana imuhezagire
Be blessed my sister.nice song.
Amen ndafashijwe👋👋👋👋👋👋👋👋👋👋👋👋
Yesu ashishikare akwagurire ingabire yawe muvyeyi uraduhezagira cyne
Ameeen🙇🙇🙇🙇 hezagirwa cane
komera my sister/imbere niheza
Uragaterimbere muriyo ngabire yesu agukomeze can❤
Amen uhezagigwe muvyeyi ❤🙏
Amen ndafashijwe
Wow! Ndafashijwe
Miriam lmana iguhumugish ndag ❤️
Uraduhezagiye mukozi w'Imana Imana igukomeze
Imana ikumpere umugisha
Courage mukobw wisiyoni❤
Amen amen ndafashijwe Kabisa ukomez guhezagirwa👏👏
Amen
Nikobir p amen
Amen urampezagira cane
Haleluuuuuuuu. Ndahembutse
Imana igukomereze impano waguke ugere kure imitima yabantu ubandanye kuyihembura muriki gihe kigoye
Imana iguhezagire cane
Amen muhezagirwe
Muhezagirwe mugerekure Imana ibajimbere
Aaaaaaaamen muvyeyi wanje ❤❤
Courage ❤❤❤ l love u
Ndafashijwe amen
Indirimbo nziza cane, muhezagirwe cane
ameni yesu arashoboy
YESU KRISTO ABAMPERE UMUGISHA MWISHI
Amen , Courage Dayooo ❤ . Keep Shining in God
Hezagirwacane natweturahezagiwe
Imana ikwongere amavutamugenzi
Amen Amen
Miliam komera
Murakozze kuduhezagira Muvyeyi
Imana ihezagire uyu muririmvyi
Muyiduhe ibona naho
Indirimbo nziza cane.
Indirimbo nziza ihumuriza
IMANA igukomereze Impano
Ameen hezagirw
Amen hallelujah 🙏✋🙏
Ntawe ntawoshobozwa nukwiganyira mwiza !!
Bien chanter
👏👏👏👏👏👏👏👏👏
🙇🙇🙇🙇🙇
❤❤❤❤
Thanks mwiza❤
Uri kuvyitwaramwo neza
Halleluyaaaaaa niwwe wenyene abishobonye
Mukomezwe numwami
❤️❤️❤️🙏🙏🙏
Ameni ntampavu yokwiganyira dufislmana
Imana ishishikare ikomeze ingabire yaguhaye ndagkunda cn
Ndakwipfurije Iherezo ryiza mukobwa w'isiyoni
Imana iguhe umugisha
Amen amen

Merci ku ndirimbo iruhura imitima