Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Chris Hoza ❤🙏
🫶🏾✌🏾
Duhe mon logo by we love musik
Thx dear hoza💛💋✌👌
Ubukwe tubwita ubugeni
Love From #MoGang ❤🙏
Icakora nawe kiswahili kirakujabuka kweli
😂😂😂 muri refrain ariko abwira Ex ko yaramutaye rero uwundi yamutoye ubu inyenyeri iraka agiye gukora ubukwe
Yebaba weee ibyishimo bya bamwe ni agahinda ku bandi!
Umukobwa wacu ntamenyerwa.
Na gatoooo🔥🔥
Ntamakuru ufise tubwita ubukwe nene.
Hahaha iyo nene mwongeraho isigura iki😂😂?
None ntiharimwo irivuga "Gukwa?" N'ubukwe nyene.
Hoza urakwiye kwiga swahili kabisa🤣🤣🤣 Abarundi bazogucanga mundimi n'a zose. Ico utazi kwiyo Song nuko Monia yatumiye umu EXpired wiwe kubukwe. Ati kesho(ejo) utaolewa(izosinda,uzoborerwa) SINSHAKA ubushimwe(cadeaux,gifts) 🤣🤣🤣🤣 rero vrt icara wige iki kirimi nayubunndi bwo iyi générations izokugora kuko izananye imiririmo😂😂😂
Urakoze for the translation 😂😂 yegoko bya bintu byakomeye mugiye kunsubiza ku ntebe y’ishuri 😂😂😂
@@chrishoza 🤣🤣 oya n'ibisanzwe. Swahili ni bon ninayo ivugwa cane muri Africa yose nzima.
Chris Hoza ❤🙏
🫶🏾✌🏾
Duhe mon logo by we love musik
Thx dear hoza💛💋✌👌
Ubukwe tubwita ubugeni
Love From #MoGang ❤🙏
Icakora nawe kiswahili kirakujabuka kweli
😂😂😂 muri refrain ariko abwira Ex ko yaramutaye rero uwundi yamutoye ubu inyenyeri iraka agiye gukora ubukwe
Yebaba weee ibyishimo bya bamwe ni agahinda ku bandi!
Umukobwa wacu ntamenyerwa.
Na gatoooo🔥🔥
Ntamakuru ufise tubwita ubukwe nene.
Hahaha iyo nene mwongeraho isigura iki😂😂?
None ntiharimwo irivuga "Gukwa?" N'ubukwe nyene.
Hoza urakwiye kwiga swahili kabisa🤣🤣🤣 Abarundi bazogucanga mundimi n'a zose. Ico utazi kwiyo Song nuko
Monia yatumiye umu EXpired wiwe kubukwe. Ati kesho(ejo) utaolewa(izosinda,uzoborerwa) SINSHAKA ubushimwe(cadeaux,gifts) 🤣🤣🤣🤣 rero vrt icara wige iki kirimi nayubunndi bwo iyi générations izokugora kuko izananye imiririmo😂😂😂
Urakoze for the translation 😂😂 yegoko bya bintu byakomeye mugiye kunsubiza ku ntebe y’ishuri 😂😂😂
@@chrishoza
🤣🤣 oya n'ibisanzwe. Swahili ni bon ninayo ivugwa cane muri Africa yose nzima.