DRAMA-T kuncuro yambere aravuze umu Chr bakundana ...MADAMU ni hit y'umwaka ninde yoharira?

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 21 жов 2024
  • Uripfuza ko dutera imbere,please kora subscribe, like,share na comments kuri channel yacu.
    ukeneye ico ubaza canke ico uterera (+25779402636)
    follow us @ on facebook, instagram and twitter
    #magicchannelTv#Entertainment Media
    MADAMU by DRAMA-T : • Drama T - MADAMU (Offi...

КОМЕНТАРІ • 99

  • @irenekangera514
    @irenekangera514 Рік тому +4

    Nice umu star wacu wambere mu Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮✌️👌😎

  • @eliascoyiremeye4190
    @eliascoyiremeye4190 Рік тому +1

    Mani dramat turamukunda cane

  • @jajakajaniri5813
    @jajakajaniri5813 2 роки тому +4

    Love from jaja kajanira 🥰🥰🥰 Africa Nice 🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🔥🔥🔥

  • @a1b711
    @a1b711 2 роки тому +6

    We proud of you boy dram-t much respect 🙏🙈👊

  • @AssinaNahimana-xi8fo
    @AssinaNahimana-xi8fo Рік тому +1

    Loe u so much drama t urashoboy kbx ❤

  • @emmanelnduwimana4783
    @emmanelnduwimana4783 2 роки тому +2

    Nakukbl San My Brother Drama T

  • @NiyonzimaMbapee
    @NiyonzimaMbapee Рік тому +1

    Cool

  • @augistinentiranyibagira-cy2ud
    @augistinentiranyibagira-cy2ud Рік тому +1

    Bro courage vrmnt urashoboye imana ivyivangemw ugir umugish

  • @ibrawalas834
    @ibrawalas834 2 роки тому +7

    Drama t dangu fana sana bro from Dubai

  • @iddyabdul2718
    @iddyabdul2718 2 роки тому +5

    Good interview 👏🏼👏🏼👏🏼 na journalist yabikoze👏🏼

  • @ndoricimpagertrude4121
    @ndoricimpagertrude4121 Рік тому +1

    Wow so beautiful

  • @Cherissa_
    @Cherissa_ 2 роки тому +8

    Myg hejur can drama t courage🖐

  • @Linog102
    @Linog102 Рік тому +2

    Darama 🙋💖✈

  • @jacquesvyizigiro29
    @jacquesvyizigiro29 Рік тому +1

    Nababari

  • @habonimanafridolin7882
    @habonimanafridolin7882 2 роки тому +4

    👍👍👍👊👊👊❤️❤️❤️🧠🧠✍️Drama-T abikora neza indirimbo ziwe ziba zifise image nziza namajwi ya bien azobandanye ukonyene kabisa tura mufana tro 🙌

  • @msn1781
    @msn1781 2 роки тому +1

    Z soooooong,😍😍😍😍😍😍i and my children like iiiiit

  • @kevinchungkantungeko6362
    @kevinchungkantungeko6362 2 роки тому +1

    Bro courage vrt ndakwemera hama imana ibandanye igufasha

  • @mmnn3579
    @mmnn3579 Рік тому +1

    Nice nice

  • @ArnaudIrakoze-n2h
    @ArnaudIrakoze-n2h Місяць тому +1

    Respect bro

  • @dieudonnenahima3111
    @dieudonnenahima3111 Рік тому +1

    Indirimbo nziza caaane

  • @BlueGame2.0
    @BlueGame2.0 2 роки тому +5

    Sh drama t uhevye music nzoguting tugwane kbr tuvyumva vrt tiktok vibes i like that 🤣😝🙌💫 keep moving

  • @B_lyriics
    @B_lyriics 2 роки тому +3

    Nice

  • @habonimanasadick2288
    @habonimanasadick2288 2 роки тому +2

    Drama T vrt tjr wamuduha hit songs mwubahwe kbx twizereko Ubu ugiye kuzuraduha song buri kwezi canke mumezi abiri.

  • @erastearakaza9939
    @erastearakaza9939 2 роки тому +1

    kwambara neza toujours wubahwe Aho ndagushigikiye kbx🙏

  • @dariusniyibitanga5950
    @dariusniyibitanga5950 2 роки тому +3

    very good

  • @nshimirimanaelie8529
    @nshimirimanaelie8529 2 роки тому +3

    Ariko rero Ange MINOUCHE mugerageze iyo mukoresha ikiganiro c ikirundi muje mugikoresha mukirundi gihere arikirundi gusa abo batumirwa bawee uzana bavanga ikirundi ivyongereza MURIKO MUTAKAZA AKARANGA KUBURUNDI.
    IVYO kwikanga komuzi indimi ibintu vya genre, donc, like, negligea, of cause, enfaite, so, brague, yeah, voila, detail, deja, is my work, gu frapa,....... Ibibintu MINOUCHE MUBIKOSORE.
    NIMBA BASHAKA ICONGEREZA BAKORESHE IKIGANIRO CICONGEREZA, BASHAKA IGIFARA KIBAKORESHE TUGEZE KUKO TWEBWE TWUMVA bavuge ikirundi. Murakoze

  • @siboruremahakimu166
    @siboruremahakimu166 Рік тому

    Love from Rwanda

  • @MMSTVBurundi
    @MMSTVBurundi 2 роки тому +5

    Smart boy ari muri bake bisigura neza

  • @JayFazzHassan619
    @JayFazzHassan619 2 роки тому +4

    🇧🇮💟Drama T

  • @richardninteretse2968
    @richardninteretse2968 2 роки тому +5

    Émission ya bien🔥🔥

  • @S.Olivier7071
    @S.Olivier7071 2 роки тому +1

    Drama T bisabwa yitwe drama Tea vyibuza gasobanurwe nkumurya wicayi(isukari),,drama cool up brother

  • @sarahcycywema3454
    @sarahcycywema3454 2 роки тому

    Nukuri aririmb bn courage mug yitwar nez ntaz yigir agasambo ☺️☺️☺️🥰🥰😍👌❤️

  • @JeannedArcHabonimana-pr6dk
    @JeannedArcHabonimana-pr6dk Рік тому +1

    Gdd❤❤😊😊

  • @KAZZABOY
    @KAZZABOY 2 роки тому +4

    Love you for every 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼❣❣❣❣🙏🙏

  • @B_lyriics
    @B_lyriics 2 роки тому +2

    Magic Boom Êĩ Mähörö Smïlë

  • @a1b711
    @a1b711 2 роки тому +1

    Cooool 😔 boy 💪

  • @AlainKévinIzere
    @AlainKévinIzere Рік тому +2

    💕💕💕💕💕

  • @kantizenadege
    @kantizenadege 2 роки тому +1

    Hejuru cane Drama T

  • @confitbienius6903
    @confitbienius6903 2 роки тому +1

    Drama 🔥🔥,ntamustar azi kwishur nez,yiyexprim frsh nkaw bro 👊
    Minouche naw turakwemera 😍

  • @kigerisemahoro5302
    @kigerisemahoro5302 2 роки тому +1

    Iyo genre muguma mukoresha iratwengeje cn 🤣🤣🤣 gusa Respect mon mec drama T

  • @israelnathanmsafiri7963
    @israelnathanmsafiri7963 2 роки тому +1

    Kazi Kazi

  • @sergemusa7714
    @sergemusa7714 Рік тому

    Vyiza

  • @steveizere5157
    @steveizere5157 2 роки тому +2

    Minou 😘😘💞💖💞💖

  • @jbmsz2532
    @jbmsz2532 2 роки тому

    Drama T turamwumva cane ✊new generation mumuziki ndundi,,✊

  • @aimefranck4433
    @aimefranck4433 2 роки тому +1

    Drama t hejuru cane🔥

  • @worldofstars-ex1ok
    @worldofstars-ex1ok Рік тому +1

    Drama-T turagureye intege kuko ibikorwa vyawe nivyiza uriko utera iteka Uburundi ariko wige kwubaha abagutanguriye mumuziki

  • @growthfellas
    @growthfellas 2 роки тому +2

    Kabisa Drama T afise style d'acting yisangije mu bandi baririmvyi bose.

  • @medardjempognkunzimana9676
    @medardjempognkunzimana9676 2 роки тому

    cool

  • @ishimweangemichaella2951
    @ishimweangemichaella2951 Рік тому +1

    I like you 💕💕

  • @confitbienius6903
    @confitbienius6903 2 роки тому

    Drama ,#madamu warayitoy kbx, it's my song right now

  • @julesakimana7839
    @julesakimana7839 2 роки тому +2

    Uwo ni Rema wongaha

  • @medirutaofficiel9840
    @medirutaofficiel9840 2 роки тому +2

    Dramat hejuru cn

  • @methodendayishimiye2834
    @methodendayishimiye2834 2 роки тому +2

    Drama vrt akaririmbo ninziza cane kbx gs reo 1 jr ndayumva ntago yaribwanyinjiremwo me kbx ubu ntamusi wohera ntayumvirije komeza reo gukora ni bn

  • @agnesinabuntu7699
    @agnesinabuntu7699 2 роки тому

    Minouche love You vrt n dram t wubahw

  • @umuhozataussi6267
    @umuhozataussi6267 2 роки тому

    Hahaha Minou murantwegeje ndabakunda cane Imana ihezagire akazi kanyu ihezagire DramaT murivyose nahose karibu imuyinga

  • @mikepmedia3540
    @mikepmedia3540 2 роки тому +1

    Petit yangu indirimbo yawe imaze iminsi impereza bundles wallahiii kikikiki kumunsi ndayisubiramwo incuro zidaharurwa pee

  • @bellairadukunda2263
    @bellairadukunda2263 2 роки тому

    Drama t🥰

  • @delacycy
    @delacycy 2 роки тому +1

    Clip za dram ziracar izamber vrm akoresh nutwan twiz mur vidéo 🥰🥰

  • @ornellakabaiza975
    @ornellakabaiza975 2 роки тому +1

    Nisawa kambisa drama t ni nana

  • @fidelenimubona4855
    @fidelenimubona4855 Рік тому +1

    W

  • @kamikazijeraridine7648
    @kamikazijeraridine7648 2 роки тому +2

    ❤️🇧🇮

  • @PhiloteNihoreho
    @PhiloteNihoreho 2 місяці тому

    Drama t niwubahw tura gukund caaaan

  • @athanasenshimiyimana5052
    @athanasenshimiyimana5052 Рік тому +1

    Madam iri very very expensive

  • @djbesso
    @djbesso Рік тому +1

    ✅👆

  • @emekaikee3676
    @emekaikee3676 2 роки тому

    Very good 😊

  • @inganjijoe6252
    @inganjijoe6252 2 роки тому

    I like it

  • @fleuryb8706
    @fleuryb8706 2 роки тому +1

    Hama Drama t et minouche,irya ndirimbo le même jour isohoka Nije naciye nshira link kuma TV on Line yomu Rwanda akomey .
    Nayishize kwa Sabin,kwa yago,kwa chita ,kwa manibou x large,nokuri 3Dtv kwa fatakumavuta.
    Nibaze KO promotion nkiyo yafashije mukuduza Ama views

  • @stevenimsafili6128
    @stevenimsafili6128 2 роки тому +1

    Dogo anaiwakilisha Muyinga

  • @mokaylight8897
    @mokaylight8897 2 роки тому +2

    He is copying or not, that show is talent so people they have to leave me alone angali mdogo in 2 years he will burundian chris Brown

  • @btv254show1
    @btv254show1 2 роки тому +2

    🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @dieudonneigiraneza7181
    @dieudonneigiraneza7181 2 роки тому +1

    Zana ikindi gisasu sha twiryohererwe,muyinga kumupaka tukurinyuma kabisa

  • @bigirimanashantal1375
    @bigirimanashantal1375 2 роки тому +1

    💕💕💕💕

  • @johnfleurybigwiss3104
    @johnfleurybigwiss3104 2 роки тому +1

    DramaT kuel arabizii kuririmba xna

  • @julesakimana7839
    @julesakimana7839 2 роки тому +1

    Drama t ararenze

  • @FleuryOG
    @FleuryOG 2 роки тому +1

    Muba muhazee 😂😂❤️🔥🔥

  • @jadosmith6794
    @jadosmith6794 2 роки тому

    @Drama_T 🙌🙌

  • @ndayikezafleury7203
    @ndayikezafleury7203 2 роки тому

    ngego oya 😁😁😁

  • @fleuryb8706
    @fleuryb8706 2 роки тому +1

    Iyi ngoma mbega ninde yayikoze?ndavuga umu producteur wa audio apana irya vidéo yoyo ndazi Kari John elart
    Minouche mumpaye inyishu mwoba mukoze guko ndafana

  • @beiddanio7981
    @beiddanio7981 2 роки тому +2

    None minou izo qlq chose bashiramwo niki??rek kubabeshera ubu turabakurikirana bose ntubabeshere☝️nt views bagura muburundi ntavy boshobora

  • @inganjijoe6252
    @inganjijoe6252 2 роки тому

    We need FABBY LOVE 2

  • @fleuryniyimfasha2351
    @fleuryniyimfasha2351 2 роки тому

    😍😍😍😍😍

  • @makoromavila5262
    @makoromavila5262 2 роки тому

    MURWANDA TURAMUKUNDA

  • @irakozeoscar756
    @irakozeoscar756 2 роки тому

    Nubu Drama t aberewe ntrusha Ange

  • @mjcell5230
    @mjcell5230 2 роки тому +1

    Minouche araryoshe kuruta kagakecuru hosy Irakoze

    • @florataylor1758
      @florataylor1758 2 роки тому

      🤣🤣🤣🤣😂😂 barundi bagenzanj

  • @worshiper5721
    @worshiper5721 2 роки тому +2

    Munich lol

  • @jizya671
    @jizya671 2 роки тому

    Drama t niwubahwe waraye uduhaye ikibombe

  • @salima7729
    @salima7729 2 роки тому

    Je ikintu nguma mvuga kuki mukoresheje ikiganiro umuririmvyi afis nindirimbo shasha ko mudashira link muri comment nikuberiki?mufis ikibazo kwer je rr birarya kbs mwisubireko murek amajambo

  • @alinebarutwanayo4568
    @alinebarutwanayo4568 2 роки тому

    😍