Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Abantu mubonako iyi film ijyanye nubuzima bwa constance mumpe like ❤️❤️❤️❤️♥️
Constance nukuri nkurikij ubuhamya bwawe watanze iyifilme ijanye nubuzim bwawe 100/100 gusa komera imbere niheza Kdi turabakunda❤❤❤❤❤❤❤Gus iyifilme irandiz bikomey😢😢😢😢😢😢😢
Nivyo iyo ninkuru yiwe
Abari murukundo Nino saison mwese Noël nziza
Yatwese mwenedata
Yatwese ncuti
Abakunzi biy film mwese joyeux Noël 🎉
Uyumusi. Ndarize. Numutwurameneka. Kubera. Konstase. Nciyenibukintaheyiwe. Ngi ze. Agahinda. Kanshi. Komera. Mukobwawayesu. Imanikujimbete😮😮😮😮❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Amen
Turabakundabarundibiwacu'muzemurayitunyarukiriza❤❤❤❤❤❤❤
Yoooo Nela arambabaje😢😢😢 Reokandiya nawe ikibejegeri😊😊
Noël nziza mwese abakunzi biyi film
Yoooomanaweeee mbega agahinda😊😊😊
😭😭😭😭😭😭nukuri Iyi fillim inyibukijevyishi vyakahise kanje😢😢😢😢😢mwirambire cane♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🥰🥰🥰🥰🥰
Constance urandijij kumusi mukuru😂nciy nibuka umusi ndaba intahe yaw kwl irajany niyi film neza.ntahimana itokura umuntu.yvette naw gamana ntacadashoboy🎉🎉🎉
Shaaa urakinye firm yubuzima tubamwo ariko nzoheba kuyiraba kuko irandiza cane mukuyiraba nja mucumba atamuntu ambona kuko ndayiheza amasozi yanyishe
Sha abavyeyi baragukomerekeje disi 😢twese nuko twakuze abavyeyi bacu bagwana kuburyo nubu vyanse kutuva mumutw. Icompa iyo Film ikager kure hashoboka kumbure abavyeyi bagwana bamenyeko bikomeretsabana bakagirä na Depression yibih vyose
Courage Constance ubirimwo bien
Muraz gukina pe kosta namimi ego ayomosozi arihaf mwubawe❤❤❤❤❤❤
Mbega agahindaweeeyooo nerapole❤❤❤
NELA urashavuye byuzuye nukuri 😢😢😢 nae Fanny ntibikoroheye ark ntakund ❤❤❤🎉🎉🎉
Imana yagukunze kuva ukivuka iyo izokuzigamaMwubahwe muduha ibintu bitesa gusa❤❤❤❤
Yvette rôle zose arazishoboye nukuri 😂😂
Turabakunda courage.muga mutubwire aho yvette adandariza mwoba mukoze
Jew nukur iyi filim inyibuta kahise kanje Basha ndarize bikomey😭😭😭😭😭😭
Iyo ni Histoire ya constance
constance yaserukiy benshi
Siwew wenyen maze
Ubu nibwobuzima nakuriyemwo
Imanibandany ibatabara
Beni courage disi imisi yose urumurwabeza ndagukunda cane gose Nela nawe niyihangane akazuba kazomwakira
Mpore ndumva constance abavyeyi yababuriye hejuru Yesu akomeze akwiteho
Nanje nkaba ndahigereye from mama cheiilla 0fficial ❤❤❤❤❤❤❤❤
Ndahagez mumber rek mbendafash ikibǎnza ibisigayo nzovug ishirs mejej kuyireb❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤🎉 conso wirambire
Abamaze kumva intahe ya constance barimurukundo niyi film muze muribwabumwe dufaticicaro twihweze neza 🎉🎉
Nella komera 😢😢ntamvura idahita courage 🎉🎉🎉❤❤
Noël nziza mwese bakinyi beza bimvano
M nyina wa nela😂😂😂😂aranyuzuza😂ngo waturubenjegeri😂ngopuuuu costance courage😢😢😢😢😢😢😢maman
Yooooooo ndisi ndumva nenda kurira nukuri😭😭😭😭😭😭😭😭😭 mbega nera wanjye ihangane nukuri ndagukunda cyane 💓💓💓❤️💗💕💕💗💗💝🩷❤️💓
Urakoze
Condo, ndagukunda, ukutavyunva, uranfasamubuzima
Sha.iyimvano.ijanye.nubuzima.costance.yaciyemwo.nukuri
Mbaye iwumunani mundemere twa lik🎉🎉🎉🎉🎉
Namwe muratweza pe. Ati kurya ivyuma. Mama pastor ndamukunze cane she acts very good. Mukomeze cane turabakunda turi muri USA
Murakoze
Courage bakinyi beza murashoboye 🎉🎉❤
OLA arashavuye byuzuye nukuri 😢😢😢 oe na Fanny muranshavuza pee gs ❤❤❤❤🎉🎉🎉
Noella urandijije kwer gusa courage
Komerezaho sha costance nabo mufadikanije muryohegwe
Iyo filme ninziza vrt courage courage
Mwayitebanye ndayirindiy❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Yoooo nela arambabaje cane aranter agahinda kenshi cane arik nakomere imber niheza
Conso iyi film ijanye mubuzima tumayemwo kbxaaa
Unomusi wakinye ubuzima bwanje nukuri ndarize gusa tera ujimbere kbx wayikinye neza
Ubu nibuzima bwanje
Ivyano nahishikiye courage 🎉🎉🎉🎉🎉
Mayeri ngezaho😂😂😂😂ushaka ushinge urusengero😂😂😂😂,Maskini Nella😢😢😢
Imvano hejuru cne❤
Iyi flm uziko indiza ndikuyiraba muragitinga neza mwese kweri gusa irarizanya pe😂😂😂
Nukuri konso unteye ikigogwe kbs nanjye narize cyane tukurinyuma kandi ihangane🎉🎉🎉
Neza cane bakinyi beza murashoboye peeeee, bakunzi ba série IMVANO muze hano tumenyane.
😢😢😢nella constance urandijije .Courage mwiza
Constance uratumye ndira kuriyi Noël kl ndababaye 😢😢😢😢🎉🎉🎉❤❤❤❤
Mpore
Conso gabanya kurira😢😢
Courage constance ❤❤❤
Costa big up Imana igushikane kure
Humura mwiza wanje constance wnj imana izokurenganya Ivy bibazo
Turayindiranye igishika ariko urateba kuyirekura uburiko uratunyoteza film zw ndazikunda❤❤❤❤❤❤ Mbaye uwagatatu abari murukundo❤ ni'mvano séries mumpe like musi👇👇👇👇today tuhatwik❤️🔥❤️🔥❤️🔥❤️🔥
Merry Christmas too u guy's big lv❤
Asha iyi film kbs iratesa kwl😂😂
Atijisho wakuye ruguru ushitse ibujumbura niryurya ewe moses urakasamutwe😂😂😂
Reka ntoragatebe🎉🎉🎉🎉🎉 nayanyu ❤muvyunve
Nella nukur uranteye agahinda😢😢😢😢
😂😂😂😂😂, nukuri. Nubirabe🎉
Courage kbs🎉🎉🎉
Iyi film niyoyambere nkurikiranye kuva kanumba apfa😢sinaribwiyunvemwo film iyariyoyose iyiyo mwanyemeje pe😂
Courag beza
Courage vrmnt 💪💪🥰🥰❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Nanje uwa2 from burundi
Emwe nimwakir🎉🎉🎉🎉 mirayakwiy
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🌹🌹🌹❤️Turabakunda
😂😂😂😂 constance reo ng noël tuzoyidya turab imvano komer turahar ntarib
Good film
Yoo❤❤ film iraryoshe ariko irababaje
Mimi nagutwaribujumbura constance kuko uragowe😂😂😂
Iyi film nanjye irandijije
E mose oya reka kuntwenza ngo muzoza murasangira.hahaaa
Courage❤❤❤❤❤
Courage conso
Mwari mwatunyotej
Mbaye uwambere from usa 🇺🇸 😅😊😊
Sha murandije kwel
Tuyihabwe tuyirindiranye igishika cinshi
Imvano hejuru
Nera arandijije Ku Noël 😢😢😢
Wow 👌👌
Abaza kuza munyum bacerew nkanj ndabakunda
From BURUNDI STAR TV
Namwe muratunyotez😊
Moses nawe aranryohera 😂😂
Ndarize nukur😢😢😢
Cosho, nahageze❤❤❤❤❤
Courage 💪💪💪
Yoo iti film irababaje disi
Namba uroga tuma umperako😢😢😂😂
Mukinaneza mwirambire
Cosow urateyikingogwe
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Courage
Namwe noel nziz numwak mushash
tuyirindirany igishik😊
Avyiyunvamwo murek arire ni kahise kiwe
Mukomere yesu arikumwe amwr
Abantu mubonako iyi film ijyanye nubuzima bwa constance mumpe like ❤️❤️❤️❤️♥️
Constance nukuri nkurikij ubuhamya bwawe watanze iyifilme ijanye nubuzim bwawe 100/100 gusa komera imbere niheza
Kdi turabakunda❤❤❤❤❤❤❤
Gus iyifilme irandiz bikomey😢😢😢😢😢😢😢
Nivyo iyo ninkuru yiwe
Abari murukundo Nino saison mwese Noël nziza
Yatwese mwenedata
Yatwese ncuti
Abakunzi biy film mwese joyeux Noël 🎉
Uyumusi. Ndarize. Numutwurameneka. Kubera. Konstase. Nciyenibukintaheyiwe. Ngi ze. Agahinda. Kanshi. Komera. Mukobwawayesu. Imanikujimbete😮😮😮😮❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Amen
Turabakundabarundibiwacu'muzemurayitunyarukiriza❤❤❤❤❤❤❤
Yoooo Nela arambabaje😢😢😢 Reokandiya nawe ikibejegeri😊😊
Noël nziza mwese abakunzi biyi film
Yoooomanaweeee mbega agahinda😊😊😊
😭😭😭😭😭😭nukuri Iyi fillim inyibukijevyishi vyakahise kanje😢😢😢😢😢mwirambire cane♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🥰🥰🥰🥰🥰
Constance urandijij kumusi mukuru😂nciy nibuka umusi ndaba intahe yaw kwl irajany niyi film neza.ntahimana itokura umuntu.yvette naw gamana ntacadashoboy🎉🎉🎉
Shaaa urakinye firm yubuzima tubamwo ariko nzoheba kuyiraba kuko irandiza cane mukuyiraba nja mucumba atamuntu ambona kuko ndayiheza amasozi yanyishe
Sha abavyeyi baragukomerekeje disi 😢twese nuko twakuze abavyeyi bacu bagwana kuburyo nubu vyanse kutuva mumutw. Icompa iyo Film ikager kure hashoboka kumbure abavyeyi bagwana bamenyeko bikomeretsabana bakagirä na Depression yibih vyose
Courage Constance ubirimwo bien
Muraz gukina pe kosta namimi ego ayomosozi arihaf mwubawe❤❤❤❤❤❤
Mbega agahindaweeeyooo nerapole❤❤❤
NELA urashavuye byuzuye nukuri 😢😢😢 nae Fanny ntibikoroheye ark ntakund ❤❤❤🎉🎉🎉
Imana yagukunze kuva ukivuka iyo izokuzigama
Mwubahwe muduha ibintu bitesa gusa❤❤❤❤
Yvette rôle zose arazishoboye nukuri 😂😂
Turabakunda courage.muga mutubwire aho yvette adandariza mwoba mukoze
Jew nukur iyi filim inyibuta kahise kanje Basha ndarize bikomey😭😭😭😭😭😭
Iyo ni Histoire ya constance
constance yaserukiy benshi
Siwew wenyen maze
Ubu nibwobuzima nakuriyemwo
Imanibandany ibatabara
Beni courage disi imisi yose urumurwabeza ndagukunda cane gose Nela nawe niyihangane akazuba kazomwakira
Mpore ndumva constance abavyeyi yababuriye hejuru Yesu akomeze akwiteho
Nanje nkaba ndahigereye from mama cheiilla 0fficial ❤❤❤❤❤❤❤❤
Ndahagez mumber rek mbendafash ikibǎnza ibisigayo nzovug ishirs mejej kuyireb❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤🎉 conso wirambire
Abamaze kumva intahe ya constance barimurukundo niyi film muze muribwabumwe dufaticicaro twihweze neza 🎉🎉
Nella komera 😢😢ntamvura idahita courage 🎉🎉🎉❤❤
Noël nziza mwese bakinyi beza bimvano
M nyina wa nela😂😂😂😂aranyuzuza😂ngo waturubenjegeri😂ngopuuuu costance courage😢😢😢😢😢😢😢maman
Yooooooo ndisi ndumva nenda kurira nukuri😭😭😭😭😭😭😭😭😭 mbega nera wanjye ihangane nukuri ndagukunda cyane 💓💓💓❤️💗💕💕💗💗💝🩷❤️💓
Urakoze
Condo, ndagukunda, ukutavyunva, uranfasamubuzima
Sha.iyimvano.ijanye.nubuzima.costance.yaciyemwo.nukuri
Mbaye iwumunani mundemere twa lik🎉🎉🎉🎉🎉
Namwe muratweza pe. Ati kurya ivyuma. Mama pastor ndamukunze cane she acts very good. Mukomeze cane turabakunda turi muri USA
Murakoze
Courage bakinyi beza murashoboye 🎉🎉❤
OLA arashavuye byuzuye nukuri 😢😢😢 oe na Fanny muranshavuza pee gs ❤❤❤❤🎉🎉🎉
Noella urandijije kwer gusa courage
Komerezaho sha costance nabo mufadikanije muryohegwe
Iyo filme ninziza vrt courage courage
Mwayitebanye ndayirindiy❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Yoooo nela arambabaje cane aranter agahinda kenshi cane arik nakomere imber niheza
Conso iyi film ijanye mubuzima tumayemwo kbxaaa
Unomusi wakinye ubuzima bwanje nukuri ndarize gusa tera ujimbere kbx wayikinye neza
Ubu nibuzima bwanje
Ivyano nahishikiye courage 🎉🎉🎉🎉🎉
Mayeri ngezaho😂😂😂😂ushaka ushinge urusengero😂😂😂😂,Maskini Nella😢😢😢
Imvano hejuru cne❤
Iyi flm uziko indiza ndikuyiraba muragitinga neza mwese kweri gusa irarizanya pe😂😂😂
Nukuri konso unteye ikigogwe kbs nanjye narize cyane tukurinyuma kandi ihangane🎉🎉🎉
Urakoze
Neza cane bakinyi beza murashoboye peeeee, bakunzi ba série IMVANO muze hano tumenyane.
😢😢😢nella constance urandijije .
Courage mwiza