ISABATO,IJUMA,N'UMUSI W'INDWI ARIWO DIMENCHE NUWUHE MUSI WACAGUWE N'IMANA Part II
Вставка
- Опубліковано 17 бер 2024
- Ukaba ukunda ibikorwa dukora wifuza kuduterera canke ufise ico ushikiriza wigisha canke usiguza numéro nimwe mumenyereye mubijanye n'inyigisho ni +257 79 430 969
NTIWIBAGIRE GUKORA SUBSCRIBE, LIKE,SHERE NA COMMENTS kugirango twamane nawe kumwanya wose mugihe haba haje ikiganiro gishasha.
Ufise uburyo bwogufasha kugirango ibikorwa vy'ivugabutumwa bikomeze kandi Bishikire benshi woca kuri ino LUMICASH yacu kugirango ibikorwa nkibi bikomeze ucisheko intererano yawe.
LUMICASH: 65367502 NIYONCUTI Muwezaï
Allah Akbar
Abasiramu bajya basoma iyomiongo iri mukorowani ko numvise paster ariyo abwiririjemo nkumva isabato yarabayeho kubwumuntu itabayeho kubera abisiraheri
Ark namwe abasiramu mwumva nabi yavuzeko yashushanyaga urumvu rwayesu iriya ntampa niki mutumva kdi abasubirishije bibiriya
Nne nkubu ababa Islams uretse gukomantaza imitima ntibari babumvishije ukuri kwumvikana
Urateyisoni.mbega mwebwe ninde yabakomantaje imitima ? Nimba uri umusomyi tubwire Aho Yesu yaruhutse isabato.zana inyandiko apana umunwa
Sinirirwa ndahakubwira Nico cirwa ubwaco bavuzemwo henshi kiretse nimba wari wazibiye amatwi ngontiwumve ukuri
@@InnocentHavyarimana-bb9gi
Hew tahura isabato yahawe abisilayeli.mwebwe ntimurimwo