Imana yacu iri hejuru ya vyose n'ivyo shetani ishobora kuduteza vy'ivyago iba ibizi ibibona

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 19 жов 2024
  • Ku wa mbere Indwi ya 26 mu gihe gisanzwe, Umwaka ugaburika na kabiri, igenekerezo rya 30 Nyakanga 2024
    Imana yacu irategeka vyose, iri hejuru ya vyose n'ivyo shetani ishobora kuduteza vy'ivyago, ntivyigere bidutungura umutima, iba ibizi iba ibibona, irazi iciza gisumbirije izobikuramwo tuyumiyeko
    Ijambo ry'Imana mu gasengero ka Radio Maria Burundi Muvyeyi w’akamwemwe mu nsiguro ya Patiri Désire BIREHA

КОМЕНТАРІ • 3