Ikirundi ca Dorcas🇷🇼 na Vestine🇷🇼😂 || Biryoheye abantu kukibuga c'Indege..

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 19 гру 2023
  • Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

КОМЕНТАРІ • 240

  • @ngiruwonsangaemmanuel4900
    @ngiruwonsangaemmanuel4900 5 місяців тому +10

    Sha abarundi mukunda abanyarwanda pe gusa Imana ibahezagire natwe turabakunda❤❤❤❤

  • @gilberttabu6501
    @gilberttabu6501 5 місяців тому +39

    Wouuu!!
    Abarundi muri abana beza rwose.
    Nge nkunda ukuntu mwakira abantu.
    Be blessed.

    • @Yemwe
      @Yemwe 5 місяців тому +6

      Nivy’abasokuru bacu nino I Burayi turacabikora 😂❤ Ni akaranga🎉

    • @user-pm4zp3wk9r
      @user-pm4zp3wk9r 5 місяців тому +1

      Niko tumeze kweri twege iburundi turaguha karibu basi

    • @user-sk7dd8un3g
      @user-sk7dd8un3g 5 місяців тому

      ​@@user-pm4zp3wk9r😊

    • @nikwigizeevelyne9919
      @nikwigizeevelyne9919 5 місяців тому

      Sha turashuha kbsa!❤

    • @Mahoro78
      @Mahoro78 4 місяці тому

      Brothers and sisters from Burundi we love so much

  • @user-dx8me3if9m
    @user-dx8me3if9m 3 місяці тому +1

    Wow naracerwe kwino nkuru Nanje ndabishimiye mugihugu Cacu C'uburundi Mwarakoze kuza kuduha ivuga butumwa mundirimbo ❤❤

  • @user-gj9oe2eh8w
    @user-gj9oe2eh8w 5 місяців тому +2

    Isaac tv ndamukiriza abo batumire Dorcas na Vestine mubampere karibu cane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮👏👏

  • @user-nw7ri6yz2k
    @user-nw7ri6yz2k 5 місяців тому +1

    Kashamakokero Morodekayi Murindahabi urumwe nkunda cane murwanda kurenzabandi mbabajwe nokubawaje urikumwe na Vestine na Dorukasi ukaba utabimbwiye nurukundo uziko mbakunda Kbis 🙏 nimwe gusa nemera ntabihatiwe mumutima ❤wanje ndingozi nagakwiye kubonana namwe mbere yuko mutaha Kbis 🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @NiyogisubizoDiane
    @NiyogisubizoDiane 5 місяців тому +1

    Wow! Biranshimishije cyane UKuntu babakiranye urugwiro

  • @uwimanachantal4212
    @uwimanachantal4212 5 місяців тому +2

    Sha abarundi murabana beza pe. Mugira urugwiro

  • @dastellaharerimana7192
    @dastellaharerimana7192 5 місяців тому +10

    Barahaw ikaze mugihuga cacu 🥰turabakunda

  • @user-mr6hz6nu6p
    @user-mr6hz6nu6p 5 місяців тому +1

    Wawuuu! Nimutaramire Abarundi Beza bacu! Ubwiza bw' Imana bubabeho🙏

  • @user-ci7ty6ll7e
    @user-ci7ty6ll7e 5 місяців тому +1

    vestine na drocas Imana ibayobore Kandi ndabakunda cyane

  • @Yemwe
    @Yemwe 5 місяців тому +9

    Murindahabi Kasa makokero yahashitse😂 Welcome brother ndakunda urwenya rwawe🎉

  • @odettekanyambo6518
    @odettekanyambo6518 5 місяців тому +1

    Nyene Iréné ndamubony nahora ndamwumva

  • @user-mk1rk6ko6k
    @user-mk1rk6ko6k 5 місяців тому

    Abarundi Imana Ibahe umugisha rwose,mwabakiriye neza cyane

  • @user-kz5xy9vk2r
    @user-kz5xy9vk2r 5 місяців тому +1

    Waoooo vyiza cane gushika iwacu ndabikundira cane bane beza

  • @user-xv5ef5ow5e
    @user-xv5ef5ow5e 4 місяці тому +1

    Irene abarikumwe n'abakobwa be disi. Ndagukunda lrene

  • @user-pm4zp3wk9r
    @user-pm4zp3wk9r 5 місяців тому +1

    Karibu beza bacu nanje ndabakunda cane ,cane gooose ndi Mediatrice i gitega

  • @renovatsiragoye1315
    @renovatsiragoye1315 5 місяців тому +1

    Ababana ndabafana pe be blessed Vestine and Dorcas with Makotore,Morodekayi,Irene Murindahabi

  • @ishamivirginie7670
    @ishamivirginie7670 5 місяців тому +1

    Wauuuu Imana ibahe umugisha

  • @bukurugnacienne3413
    @bukurugnacienne3413 5 місяців тому +1

    Karibu bana beza turabishimiye cane

  • @user-bx8tx2qq9r
    @user-bx8tx2qq9r 5 місяців тому +4

    Karibu neza bacu iwacu iburundi turabakunda can❤❤❤❤

  • @hakizimanastevo8204
    @hakizimanastevo8204 5 місяців тому +1

    Abarundi Imana ibahe umugisha 😊😊

  • @user-uo5mq6xb9i
    @user-uo5mq6xb9i 5 місяців тому +1

    Turabahaye ikaze iwacu ikirundi nikinyarwanda nicokimwe nakare carigihugu kimwe ❤

  • @necodeirakoze8911
    @necodeirakoze8911 5 місяців тому +1

    Waoooo karibu cane iwacu Burundi

  • @user-uf2vf3nb6y
    @user-uf2vf3nb6y 4 місяці тому

    Turabakunda cyane barundi baturanyi bacu,

  • @marymgort1160
    @marymgort1160 5 місяців тому

    Yooo karibu.bakobwa.beza.bacu.mwisange.mugicacu.cuburundi.turabakunda.cane.vestine.and.dorcas

  • @AdidjaSolange
    @AdidjaSolange 5 місяців тому +1

    Imana ibakoreshe my girls 🎉❤

  • @belyseirakoze5371
    @belyseirakoze5371 5 місяців тому

    Aba chou murisanga iwacu turabakunda cane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @Yvanna219
    @Yvanna219 5 місяців тому +4

    Wow karibuni iwacu iburundi turabakunda cyane❤❤❤😂😂

  • @MugangaMuganga-zr3ch
    @MugangaMuganga-zr3ch 5 місяців тому

    Em lrene yambu cane kalibu iwacu turabakunda cane ikibabaje sindihafi noje kubaraba

  • @NiyonkuruAssumpta-gr7mc
    @NiyonkuruAssumpta-gr7mc 5 місяців тому +1

    Imana izabane namwe bana bacu I want to meet you doughters❤❤❤

  • @ntibaziyaremyeaaron7612
    @ntibaziyaremyeaaron7612 5 місяців тому +1

    Ilike this burundian collaboration

  • @SylvieCoyitungiye-wf3pu
    @SylvieCoyitungiye-wf3pu 5 місяців тому +1

    Karibu beza bacu mwisange mugihugu cacu Iburundi ndabakunda❤

  • @ntungwanayoodette752
    @ntungwanayoodette752 5 місяців тому +1

    Baze barisanze❤

  • @user-hb2ni4sw7x
    @user-hb2ni4sw7x 5 місяців тому

    Imana izabane namwe muricyo gihugu cyabaturanyi kd ndabakunda cyane

  • @ngagishow2614
    @ngagishow2614 5 місяців тому +1

    Abana bacu nibeza sana Dorcas and Vestine

  • @uwizeyeclaudine3306
    @uwizeyeclaudine3306 5 місяців тому +1

    Uwiteka abashyigikire bakobwa beza❤

  • @Nayituriki986
    @Nayituriki986 5 місяців тому +2

    Imana izabayore mumurimo mugiyegukora i Burundi ndakunda cyane❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @umuhumuzasharifu3794
    @umuhumuzasharifu3794 5 місяців тому +1

    Ujye ubahaa imipira ibakwira 😅

  • @BayikezeBelyse-pr2lf
    @BayikezeBelyse-pr2lf 5 місяців тому +8

    Nababonye munciyeko mukamenge waouuu mbega vyiza ewee jeho sinzogwara amaso kabisa ndababony kare ndabakund cane❤❤❤😂😂😂😊

  • @yvettenizigiyimana6857
    @yvettenizigiyimana6857 5 місяців тому +1

    Je bury ndakund Landry promoter

  • @appolinekwizera2501
    @appolinekwizera2501 5 місяців тому

    Karibu bana muduheshe umugisha ariko ivyo mukora vyose muze mugumane umuco wa ADPR

  • @gloriainashaza6596
    @gloriainashaza6596 5 місяців тому +1

    Namw murahatarisha sana

  • @yvettedusabe547
    @yvettedusabe547 5 місяців тому

    Bakobwa beza murahimbaye,muze mwame mukorera Imana mukuyiririmbira neza, ntimuze muhendwe n'ivyisi ngo muve ku Mana, ngira muramaze kubona ko gukorera Imana ata buhombe burimwo. Muri beza cane

  • @cizapaterne2709
    @cizapaterne2709 5 місяців тому +1

    Iwacu harashushe mukure iyo mipira y'imbeho 😂😂

  • @phoebepaulsen2434
    @phoebepaulsen2434 5 місяців тому +2

    Rwanda/Burundi we're one.

  • @zainabmrundi4851
    @zainabmrundi4851 5 місяців тому +2

    Welcome to Burundi

  • @user-rg5ze5kk2m
    @user-rg5ze5kk2m 5 місяців тому +1

    Welcome in Burundi

  • @user-mu4ux8wy5l
    @user-mu4ux8wy5l 4 місяці тому

    wouuu rekanizere ko najye any time tuzamenyana nkabasuhuza

  • @umutesibrigitte8805
    @umutesibrigitte8805 5 місяців тому +3

    Thenk you Paul Kagame ❤❤❤

  • @fifi6737
    @fifi6737 5 місяців тому

    Abarundi mwakoze Imana ibahe umugisha

  • @user-hg9fr2lo1x
    @user-hg9fr2lo1x 4 місяці тому

    Ako mana 🥰 nabana beza vestine and dorcas we lovely

  • @jeaninetv
    @jeaninetv 5 місяців тому +1

    Karibu dorcas and vestine karibu murisanze❤,

  • @NellyCynthia-km4he
    @NellyCynthia-km4he 5 місяців тому

    Waaaaooooh aho ndagushigkiye

  • @hellennayengyengyeta5934
    @hellennayengyengyeta5934 24 дні тому

    We are waiting for them here in Uganda, Kampala❤

  • @CizaRodrick
    @CizaRodrick 5 місяців тому

    Vyiza cane kaze iwacu munwicomushaka yesu arariha

  • @user-mr4kc8bo2g
    @user-mr4kc8bo2g 5 місяців тому +1

    Murahinda shahu !!muri ikigihugu!!!!muri abambere

  • @asadhamed3699
    @asadhamed3699 5 місяців тому

    Karibu iwacu nukontahari ngo ndababone ariko murisanze iburundi turabakunda

  • @mukagatetefrancine7966
    @mukagatetefrancine7966 5 місяців тому

    Ndahimbaje Imana ko abana bacu bashitse amaho

  • @MugangaMuganga-zr3ch
    @MugangaMuganga-zr3ch 5 місяців тому

    Mwakoze kubakira abana beza turabishimiye bibondo kurecane nihotubipfuriz kuger

  • @FelixNdagijimana-sx4hg
    @FelixNdagijimana-sx4hg 5 місяців тому

    Abarundi ndabakunze mwakira abashyitsi neza mukomeze uwo muco mwiza

  • @CyprienNshimiye-yd4kg
    @CyprienNshimiye-yd4kg Місяць тому

    Ndabakunda cyane❤❤❤

  • @user-uo5mq6xb9i
    @user-uo5mq6xb9i 5 місяців тому +1

    Non ngaho ikirundi bavuze nikihe?😮

  • @solangemujawimana6271
    @solangemujawimana6271 5 місяців тому +1

    Abarundi ubundi nibo banje ❤❤❤❤❤

  • @DorineMuziranenge-pb8pf
    @DorineMuziranenge-pb8pf 5 місяців тому

    Murindahabi nakumenyey kur karyuri ngaho rero urishikiy lburund lwacuu karibuca mwese Dorcos and Vestine karibu muzomeregw neza cane❤❤

  • @ange-lyseiradukunda9722
    @ange-lyseiradukunda9722 5 місяців тому +2

    Iréné, karibu na group yawe yose♥️♥️

    • @user-pi4ib7ql4d
      @user-pi4ib7ql4d 5 місяців тому +1

      Waoooo karibu bakobwa bandiho mwarahezagiwe caan karibu iwacu lmana nyena mahoro uzobakoreshq ivyubuhizi turabakunda si imbanga🥰🥰🥰❤

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa5326 5 місяців тому +2

    Isaac ugirumunywa😂😂nikaribu barisanze

  • @EricUmwizerwa-ei5jq
    @EricUmwizerwa-ei5jq 4 місяці тому

    Kbsa byagenze neza

  • @tuyizerenoelpacifique8508
    @tuyizerenoelpacifique8508 5 місяців тому +1

    Biranejereje bana bacu bo murwanda😊

  • @user-nu2jv7xd4x
    @user-nu2jv7xd4x 4 місяці тому +1

    😂😂😂😂😂😂 iren gose mugabo😅😅

  • @kubwimanayvette6203
    @kubwimanayvette6203 5 місяців тому +12

    Vestine n'a dorcas welcome back in Burundi🇧🇮🇧🇮

    • @ttyy7642
      @ttyy7642 5 місяців тому

      Karibu bane burwanda❤❤❤ karibu iwacu iburundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮

    • @rumaragishyikalambert2837
      @rumaragishyikalambert2837 5 місяців тому

      Back kd ..?

  • @HoHnot-py1nj
    @HoHnot-py1nj 5 місяців тому

    Karibu beza bacu muburundi

  • @user-yn4ht2do2c
    @user-yn4ht2do2c 5 місяців тому

    Ndabakunda mwana

  • @erickayitare9468
    @erickayitare9468 5 місяців тому

    Imana ikora ibitangaza kweri

  • @Armelsinarinzi
    @Armelsinarinzi 5 місяців тому +1

    Modeste wa Dubaï ashakuwa sécurité

  • @ManziNadia-xh2qd
    @ManziNadia-xh2qd 5 місяців тому +2

    😂😂😂ariko abarundi murahinda 😂uziko wagirango ni nka Chris brown muba mugiye kwacyira😂ibaze Meddy aje aho mwatumiza Minister akaba Ari we aza kumwakira

  • @anickkanyamuneza9601
    @anickkanyamuneza9601 5 місяців тому +1

    Murodekayiii ❤❤❤ yahagezeee na❤❤❤❤ umva mubitehooo❤❤❤ kwakundi twakira abantu sha iteka ahoryamyeee❤❤❤❤

    • @bravekis9095
      @bravekis9095 5 місяців тому +2

      Vraiment je suis un femme raindaise ncumbitse muri America , abarundi musigaye mufite urugwiro ruzira amatiku , biranshimishije cyane natwe abanyarwanda bamenye Yesu tubakunda nk’abana b’Imana kandi duhora dusenga ngo Rurema akomeze gukora umurimo wo kuduhuza tubane nta buryarya !
      Uwiteka abiteho

  • @leonidasnyandwi3251
    @leonidasnyandwi3251 5 місяців тому

    Ndabakunda can

  • @jeanpaulhabyarimana8616
    @jeanpaulhabyarimana8616 5 місяців тому

    Abarundi bagira urukundo, gusa ndibaza natwe iyo baje tujya kubakira?

  • @user-uf6ug4tu3b
    @user-uf6ug4tu3b 4 місяці тому +1

    Good

  • @kanjoriviviane5658
    @kanjoriviviane5658 5 місяців тому

    Nn ko mutatubwiye kizobera hh??

  • @asterebi
    @asterebi 5 місяців тому +6

    Ego nivyiza ariko banyamakuru bacu mukomeze kwiga ngejeje aha ndazi KO mwunva cane❤

    • @MUKANOHERIMadeleine-pm3pr
      @MUKANOHERIMadeleine-pm3pr 5 місяців тому

      Aba bana bariho ubwiza bw'imana gose,
      Ariko Abanyamakuru mufise icyo bita Akavuyo basii !!!! Protocol iri hasi cyane pe! Keretse niba aruko mwishimira abantu. abarundi mwese turabasuhuje mugubwe neza Bavandimwe duhuje umuco 🙌

  • @user-xp6hr1jz1l
    @user-xp6hr1jz1l 5 місяців тому +1

    Welcome vestine and dorcas burundi❤❤

  • @KamarizaDiane-ec2ww
    @KamarizaDiane-ec2ww 5 місяців тому

    Wawooooo karb iwacu bane dukundaa

  • @nyinawumuntuolive9690
    @nyinawumuntuolive9690 5 місяців тому

    Abarundi turabakunda mugira urukundo pe naho abanyarwanda bababari mwitiku

  • @habinezafelix3537
    @habinezafelix3537 5 місяців тому

    Mwamamare bana bacu

  • @bravekis9095
    @bravekis9095 5 місяців тому +1

    There’s a big changes 🙏

  • @user-wy3go4kj6r
    @user-wy3go4kj6r 5 місяців тому +1

    Wa WA wa WA wa 🎉🎉🎉❤❤❤

  • @christabeb7503
    @christabeb7503 5 місяців тому +1

    Karibuuu cane❤❤❤

  • @jeannenimpaye6066
    @jeannenimpaye6066 5 місяців тому +1

    Nivyiza kuja muraramukanya Burundi turabakunda cane irene muhezagigwe bantu babakiriye muhezagigwe🇧🇮💃💃🇷🇼🙏

  • @jeannenduwimana5950
    @jeannenduwimana5950 5 місяців тому

    Karibu bibondo nkunda ukuntu mwifata nubwitonz muzi ivyo murimw karibu iwacu iburund

  • @Thank542
    @Thank542 5 місяців тому

    Kaze iwacu iburundi. Irené nkundukuntu uri sage

  • @uwamahorochadia3010
    @uwamahorochadia3010 5 місяців тому

    Abarundi bagirurukundo pe ark abanyarwanda tuburikikoko

  • @artistcelestinofficial5799
    @artistcelestinofficial5799 5 місяців тому

    Ko abo bagiye gutaramira babarusha kwambara neza! No ko mbona bambaye kiraya

  • @user-bl2wj2ip7r
    @user-bl2wj2ip7r 5 місяців тому +2

    Dorcas and Vestiné welcame to Bundian .

  • @user-qt4zl3nj5h
    @user-qt4zl3nj5h 5 місяців тому

    Niho batugaya. Umuririmvyi wumurundi iyo agiye mu Rwanda burya bamwakira nkuko??

  • @MUHORAKEYERehema-pf2ee
    @MUHORAKEYERehema-pf2ee 3 місяці тому

    Cool

  • @UwimanaFlora-il8lu
    @UwimanaFlora-il8lu 3 місяці тому

    Rusakaza TV ibari inyuma

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 5 місяців тому

    Welcome ❤❤❤

  • @ANNETTVSHOW
    @ANNETTVSHOW 5 місяців тому +1

    Burundi 🇧🇮 ❤

  • @AdelineIshimwe-qn9xg
    @AdelineIshimwe-qn9xg 5 місяців тому +1

    Wawuuu 👍