Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Urakoze Mwami utabaye karire.senge,rubangura ,mukirundi bâti urucira mukaso rugatwara nyoko
Béla karire hejuru cane gusa Imana ikurinde kwiyo shetani yumuhungu
Bela umvire karire kuko aragukunda kd chr wawe ntagukunda rwose cubwenge
Karire polesana mugasenge narubangira ivyo bagiriye karire sivyiza kandi mwarahemukiye nabera kumugurishirizinzu yumuvyeyi wiwe
Ewesha bella bawunva impanuro zabagukurira!umutego wanyogosenge mwawuteguy yamara uwo thierry waw, ishetani yamahembe umucakara winkozi zikibi ntagira urukundo haba namba!Imana ikube hafi
Bakunzi ba warubizi ntimwureke kungaragariza urukundo Mbaye uwambere mumpe like nynshiii🧡🧡🧡🧡🧡🧡💕💕💕💕💕💕💕👌👌👌👌👌👌👌👌Hama abakinyii bacu courage Sanaa turabakunda caneee💕💕💕💕💕🧡🧡🧡🧡🧡🧡
Abakunzi bo série Ntahoyagiye tumenyene ❤️❤️❤️abareba Ntahoyagiye basoma comment like zanyu ndazihabwe 👏👏🌎
Ca mukina icacumi kabiri munyarutse ntimudutevye kuku cacumi narimwe mwarimwadutebeje munyarutse rero ici ntimudutevye
Chch ww ndakwemera ntucerwa
Tupo
😂😂😂😂😂😂😂non nkawe
Nne k ushaka ama like ukina kuyihe rôle muriyo série?
Kandi burya karire yoba umunvyeyi kwiza ndamukunze pee❤❤❤
Nyaruk dukore umuti.abaz nyuma mwese uwiman mwiza .ham ntimwibagire like👏👏👏
Oya ntitwoyibagr lik
Ndanezerejwe n'ukubona rubangura nasenge wa Bella bafashwe.Imana ya Karire ihabw'icubahiro 🙏🙏🙏
Man jewe sinoronk icovuga kurretse kubashimira kunyigisho muduhap kubakobwa kubamama bahemukira imiryagi kubera abagabo nukur ntakwo mutagragageaz❤❤❤
bella ndakunda ukuntu ukina p courage
karire nabera hejuru cane nukuri mukomerezaho gusa karire nkuko wamye umubahafi bera warukwiye kumwibira akabanga kuko ndabona yamaze kwinjira muvyago ngo nurukundo abobocanyi nabo bafungwe uwoguherayo
Amédée ueumugbo kwl film zamana akanovera kbs
Mwiriwe neza mbakurikira ndi murwanda ndabakunda cyane flm yanyu ndayikunda cyane
Wow ic mbakundir ntimubesh abakund warubiz movie mump like
Karire mbabajw nuko atanikof umutamitse gsa nda❤
Abar barindirany igishik series ntahoyagiye tumenyan 👌👌👌
Banange najye hano mu Uganda turahari ndi pastor ntankunze gukuricyirana cyane firime ariko kano karimo icyigisho gikomeye mufite ubwenge buva kumana ndabasengeye ngo lmana ibahe umugisha 🙏
Nukuri iy film uwutayikurikiran haric ndamusumvya
Nta série irategurwanezankiyi. Iryoshebirenze. Yaritondewe vrm
Yoooo bella pol sana warahanuw ntiwumva
Ndumunyarwanda nkunda firm zanyu karire nabera ♥️♥️♥️
Bella urambabaje uwo wita chr wawe ninyamaswa.ari noba bashij kugirango bakwibe amahera.ubunaho ntumuva imbere ugiye kumubona neza uwo ari.karire yihoreye yansekwivanga murukundo rwanyu we arazi ivyoyamukoreye.
Murategura pe mujye mubanguka turabakunda
Courage gusa bella arambabaje kuba agiye muhira kwa Thierry nukuntu ar'umunya ngeso mbi thierry
Ibintu bigenze neza reka inzira karengane zirenganugwe abanyavyaha bahanwe
Nezerew kubwanyu kur un musi ❤
Murakina.neza.kweri
Ndaryohewecane kubona babamenye kwaribobishemutama karirepore imanantihebuwayo
Wawooo imanishimwe ikinogo kiguyemwo abacimvye ndabikundira knd courage
Number one 🤟 abakunzi biyi movie mundemere like ngahaaaa 👇✍️✍️✍️
Gacerewa ndahashitse abzindutse mumpe🤝🤝 ntaho yagihe waooooo lman ishimwe kwirenganuy karire ababonye ko bella muri episode ukurikira izoba iyagahinda tumenyan🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰💞💞💞💞💞💞🤸♀️🤸♀️🤸♀️🤸♀️🤸♀️
N'ukuri mwarateguy umutwe kukijany na film!mubikora Neza n'ubwenge bwinshi
My favorite film❤ mbay uwambere uyu musi ,rek nterame rero
Bell ndabakund Can muhezagirw nukr muduh iyind nukur iher tudashak vrem
Nukuri muraturyohereza
Abantu bino team vrema numva nobaririmbira iyi ndirimbo:mwanryoheyeee jewe mwanryoheye jewe iyo ngira amahera jewe nobasohokanye mwese,iyo ngira amababa jewe nobagurukanye mwese,...etc abayizi mumpe like vrema mukomeze .turabakunda
Yoooh ndaryohewe cane kubona ukuri kugiye ahabona
Neza cane abakinyi neza Bella tu es très belle et très intelligente team yose ndaba❤️Kure cane niho ndabipfurije 💃💃💃💃💃
Waoo vyiza cyan ndabakunda mwempi KARIRE. Belle. Kuraje. Cyan. Film ntahoyagi muri abakinyi beza cyan ❤❤❤❤❤.
Kuri DUNDA ENTERTAINMENT TV turabakurikirana à 100%, mukina biene.
Waauuuh,murakoze cane,mbegukuntu mwabikoze neza,murampimbaye peee,kubona mushobora kumenya ibinyoma vya senge wa Bella karire wacu akarenganurwa,muri intwari n'ukuri,karire kuki utabwije ukuri Bella kugira uwaguhemukiye nawe ntamuhemukire kandi waruzi neza uburyarya buri muruwo mukunzi wa Bella?mfise amatsiko yibikurikira,.....
bakunzi bantahoyagiye muraho karire umezute ndakwemera cyane ukuntu.ukina komerezaho👍👍
Yoooooooooooooooo birahindutse Kwel mana wewe ntitukizere Abntu 😱😭😱😭 sengee polesn
Mmm harahiye film nibisazi
Courage murabakinyi bezaa bibihe vyose
Uyu musi mbaye muba mbere abakunzi ba narihuse munyaruke tuhaturire💃💃💃💃💃
Uyumusi vyavyoshe kwel 🎉😊
Karire 💞💞💞nkundukuntu ukina ibintu bir sérieux
Karire na Bella ndabakunda cane Imana ninziza cane iburanira impahazwa abakunzi bantaho yagiye muhezagirwe cane ❤❤❤❤❤❤❤❤
Ngwaho Bella uragowe🥱🥱Abantu vrt bakiny iy film bakwiye agashimwe nukur👏👏👏👏🥰🥰🥰🥰🥰
Nimutumpe mwabantumwe burya ndakaz love from Ngozi
Uruw iwacudisi
Bella,urambabaje kwanka impanuro karire aguhayeGusa ndaryohewe n'ukuntu rubangura na mukiwe bagiye kuryozwa ivyo bakoze
Courage bakinyi beza rubangura amaso yari munani
Ndahasesekaye kare cn mugishirako ubwa 1 abashika munyuma mumpe twatuntu
Iman ishimwe ko bimuvuyeko arik iranyigishij pee
Courge murashoboye❤❤❤❤Mimi naw impano kwl ikurimwe
Abakunzi ba ntahoyagiye ndabonatur benshi
Mwarimukwiy kuyiduh 2 mundwi, hama murashoboye👍👍
Courage Bella yasimmpanuro zakarire azicuza munyuma ndabakunda muritwari mugukina❤❤❤❤❤❤❤
Winjira vyoroshe ugasohoka bigoranye, karire yari yagerageje kukubwira nuko utatahuye ico yagomvye kuvuga. So courage Mimi et Bella
Mbega épisode nzizaaaa weee💃💃💃💃💃🔥🔥🔥nishimiye kubona abicanyi bafashwe😂😂😂😂😂😂 abakobwa b'ubwenge ndabemeye murazi gutega vraiment 😂😂
Waooo mbega mbega we muzi gutegura pe❤❤❤❤
Félicitations bakobwa beza murazi ubwenge pe
Bella n karire mwumve ngo ndakunze umukino mwakinye pe ariko bella attention n chr wae ah urabon k waruguyemwo courage ndabakunda
EEEEhhhh!!!!!!Karire yaguhanuye wibaza ngo numucezo!!!!!Buce tuharabe nka ya mbeba😀😀😀
Nashitse beza bange urwombakunda❤❤❤❤
Haraje hashe ndakurahiye
Olala bella ugombe ubone ayo karire yabonye mpore.ariko courage mukina neza
Bela zurumvira karire impunuro aguha hama courage ❤
Bravoooo Bien joué kubona tantine yafashwe.Ahasigaye attention nuyo m chéri shaaa
Mbakunda kub bez ❤❤❤rer courage mubikor nez❤❤❤🎉🎉🎉
🥰🥰🥰urukundo nkunda iy film sinoronk nuk ndaruvuga🤔🤔mbeg vyiza weee rubangur n'umugor barafashwe haaa nuw yigir umu chri wa bella umuti wiw ur kuziko😅kazim karir yamaz kumubon shaaaa 🤗🤗courage nukur murashoboye
Bell wanj weee urahuy nivyago karire akubwira mpore rek turindir suite
Ewe Bella urambabaje nukuri gusa nuko atakubwiye ukuri twizereko ataco uzakuba
Abarundi tweho guki !!??? Courage courage
Umva ibi nibyo narintegereje rwose.Nshimishijwe nuko Karire atagifunzwe.Abagizi ba nabi bamenyekanye.
igice gikurikira tukibon vuba cyan byaryoshe cyan
Tantine na rubangura genda mwishure Ivy mwakoze . Nawe Bella wari kwibuka igihe karire yagu raconta histoire y'ubuzima yagize mu rukundo ukibuk k uw ch waw ariw yamugiriye Nabi, none Raba uritaye mumutego. Reka turindire ntahoyagiy turabe
Iyi film iteguye neza courage
Ewe Bella IMANA itagutqbaye aho hantu ntuhava amahoro
Abakunda films ndundi mwese ndaba❤
Abamaz kuhashik nkanj mumpe Link 💪💪💪♥️
Mwiriwe neza nukuri ibintu mukora turabikunda cyane kuko biduha inyigisho kd caurdge turabakunda ni claude ikigali murwanda
Sha karle nabella muranyicabasha.uwateguy iyi film yubahwedisi.irimwo agakenyuro
Wawoo amazing movie 🎥🎥🎥🎥Courage guys pole San Mimi and Bella 😢😢😢 ntaho yagiye hejuru can ❤️❤️❤️❤️Ndabakunda cane team mwese 🥰🥰🥰🥰Mutunyarukirize basha 🙏🙏🇸🇦🇧🇮
haaaaaaaaaaaaaaaa arakumena amaso n uyakanure ewe film Amedee komera pe respect
Karire ukina neza kbx ndaryohewe kuba ukuri kwagiy ahabona 🎉
Nari nacikanywe pe 🙏. Love you from Rwanda 🇷🇼
Irik iraza kabisa arik muratunyoteza
Karire ngufashije gushima knd mwabikinye neza cane kbs
Bano bakobwa ndabikundira arko karire Arusha ubwenge bella 😊😊😊😊😊❤❤
Rosa ryakumunyenga wumve ukuntu wangaje bella
Ntahoyagiye hejuru cane 💪💪💪
Hagiye gushaaa 🔥
Nacerewe murampa likeeeeee nyinshiiiii mukecuru Rose wa rubangura😢😮🎉😂❤😅
Waooh courage canee bantu banje ndabakunda love from Dorine Arabie. Waooh Dodo warukumbuwee
Yeweee dimanche kwar kure😭😭vub muduh ep ikurikurTurabakunda❤
Ndabakunda cane muraciye ubwenge mukina neza cane
Film iranyubaka sana mais je pense toujours à la suite.
Urakoze Mwami utabaye karire.senge,rubangura ,mukirundi bâti urucira mukaso rugatwara nyoko
Béla karire hejuru cane gusa Imana ikurinde kwiyo shetani yumuhungu
Bela umvire karire kuko aragukunda kd chr wawe ntagukunda rwose cubwenge
Karire polesana mugasenge narubangira ivyo bagiriye karire sivyiza kandi mwarahemukiye nabera kumugurishirizinzu yumuvyeyi wiwe
Ewesha bella bawunva impanuro zabagukurira!umutego wanyogosenge mwawuteguy yamara uwo thierry waw, ishetani yamahembe umucakara winkozi zikibi ntagira urukundo haba namba!Imana ikube hafi
Bakunzi ba warubizi ntimwureke kungaragariza urukundo Mbaye uwambere mumpe like nynshiii🧡🧡🧡🧡🧡🧡💕💕💕💕💕💕💕👌👌👌👌👌👌👌👌Hama abakinyii bacu courage Sanaa turabakunda caneee💕💕💕💕💕🧡🧡🧡🧡🧡🧡
Abakunzi bo série Ntahoyagiye tumenyene ❤️❤️❤️abareba Ntahoyagiye basoma comment like zanyu ndazihabwe 👏👏🌎
Ca mukina icacumi kabiri munyarutse ntimudutevye kuku cacumi narimwe mwarimwadutebeje munyarutse rero ici ntimudutevye
Chch ww ndakwemera ntucerwa
Tupo
😂😂😂😂😂😂😂non nkawe
Nne k ushaka ama like ukina kuyihe rôle muriyo série?
Kandi burya karire yoba umunvyeyi kwiza ndamukunze pee❤❤❤
Nyaruk dukore umuti.abaz nyuma mwese uwiman mwiza .ham ntimwibagire like👏👏👏
Oya ntitwoyibagr lik
Ndanezerejwe n'ukubona rubangura nasenge wa Bella bafashwe.Imana ya Karire ihabw'icubahiro 🙏🙏🙏
Man jewe sinoronk icovuga kurretse kubashimira kunyigisho muduhap kubakobwa kubamama bahemukira imiryagi kubera abagabo nukur ntakwo mutagragageaz❤❤❤
bella ndakunda ukuntu ukina p courage
karire nabera hejuru cane nukuri mukomerezaho gusa karire nkuko wamye umubahafi bera warukwiye kumwibira akabanga kuko ndabona yamaze kwinjira muvyago ngo nurukundo abobocanyi nabo bafungwe uwoguherayo
Amédée ueumugbo kwl film zamana akanovera kbs
Mwiriwe neza mbakurikira ndi murwanda ndabakunda cyane flm yanyu ndayikunda cyane
Wow ic mbakundir ntimubesh abakund warubiz movie mump like
Karire mbabajw nuko atanikof umutamitse gsa nda❤
Abar barindirany igishik series ntahoyagiye tumenyan 👌👌👌
Banange najye hano mu Uganda turahari ndi pastor ntankunze gukuricyirana cyane firime ariko kano karimo icyigisho gikomeye mufite ubwenge buva kumana ndabasengeye ngo lmana ibahe umugisha 🙏
Nukuri iy film uwutayikurikiran haric ndamusumvya
Nta série irategurwanezankiyi. Iryoshebirenze. Yaritondewe vrm
Yoooo bella pol sana warahanuw ntiwumva
Ndumunyarwanda nkunda firm zanyu karire nabera ♥️♥️♥️
Bella urambabaje uwo wita chr wawe ninyamaswa.ari noba bashij kugirango bakwibe amahera.ubunaho ntumuva imbere ugiye kumubona neza uwo ari.karire yihoreye yansekwivanga murukundo rwanyu we arazi ivyoyamukoreye.
Murategura pe mujye mubanguka turabakunda
Courage gusa bella arambabaje kuba agiye muhira kwa Thierry nukuntu ar'umunya ngeso mbi thierry
Ibintu bigenze neza reka inzira karengane zirenganugwe abanyavyaha bahanwe
Nezerew kubwanyu kur un musi ❤
Murakina.neza.kweri
Ndaryohewecane kubona babamenye kwaribobishemutama karirepore imanantihebuwayo
Wawooo imanishimwe ikinogo kiguyemwo abacimvye ndabikundira knd courage
Number one 🤟 abakunzi biyi movie mundemere like ngahaaaa 👇✍️✍️✍️
Gacerewa ndahashitse abzindutse mumpe🤝🤝 ntaho yagihe waooooo lman ishimwe kwirenganuy karire ababonye ko bella muri episode ukurikira izoba iyagahinda tumenyan🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰💞💞💞💞💞💞🤸♀️🤸♀️🤸♀️🤸♀️🤸♀️
N'ukuri mwarateguy umutwe kukijany na film!mubikora Neza n'ubwenge bwinshi
My favorite film❤ mbay uwambere uyu musi ,rek nterame rero
Bell ndabakund Can muhezagirw nukr muduh iyind nukur iher tudashak vrem
Nukuri muraturyohereza
Abantu bino team vrema numva nobaririmbira iyi ndirimbo:mwanryoheyeee jewe mwanryoheye jewe iyo ngira amahera jewe nobasohokanye mwese,iyo ngira amababa jewe nobagurukanye mwese,...etc abayizi mumpe like vrema mukomeze .turabakunda
Yoooh ndaryohewe cane kubona ukuri kugiye ahabona
Neza cane abakinyi neza Bella tu es très belle et très intelligente team yose ndaba❤️Kure cane niho ndabipfurije 💃💃💃💃💃
Waoo vyiza cyan ndabakunda mwempi KARIRE. Belle. Kuraje. Cyan. Film ntahoyagi muri abakinyi beza cyan ❤❤❤❤❤.
Kuri DUNDA ENTERTAINMENT TV turabakurikirana à 100%, mukina biene.
Waauuuh,murakoze cane,mbegukuntu mwabikoze neza,murampimbaye peee,kubona mushobora kumenya ibinyoma vya senge wa Bella karire wacu akarenganurwa,muri intwari n'ukuri,karire kuki utabwije ukuri Bella kugira uwaguhemukiye nawe ntamuhemukire kandi waruzi neza uburyarya buri muruwo mukunzi wa Bella?mfise amatsiko yibikurikira,.....
bakunzi bantahoyagiye muraho karire umezute ndakwemera cyane ukuntu.ukina komerezaho👍👍
Yoooooooooooooooo birahindutse Kwel mana wewe ntitukizere Abntu 😱😭😱😭 sengee polesn
Mmm harahiye film nibisazi
Courage murabakinyi bezaa bibihe vyose
Uyu musi mbaye muba mbere abakunzi ba narihuse munyaruke tuhaturire💃💃💃💃💃
Uyumusi vyavyoshe kwel 🎉😊
Karire 💞💞💞nkundukuntu ukina ibintu bir sérieux
Karire na Bella ndabakunda cane Imana ninziza cane iburanira impahazwa abakunzi bantaho yagiye muhezagirwe cane ❤❤❤❤❤❤❤❤
Ngwaho Bella uragowe🥱🥱Abantu vrt bakiny iy film bakwiye agashimwe nukur👏👏👏👏🥰🥰🥰🥰🥰
Nimutumpe mwabantumwe burya ndakaz love from Ngozi
Uruw iwacudisi
Bella,urambabaje kwanka impanuro karire aguhaye
Gusa ndaryohewe n'ukuntu rubangura na mukiwe bagiye kuryozwa ivyo bakoze
Courage bakinyi beza rubangura amaso yari munani
Ndahasesekaye kare cn mugishirako ubwa 1 abashika munyuma mumpe twatuntu
Iman ishimwe ko bimuvuyeko arik iranyigishij pee
Courge murashoboye❤❤❤❤Mimi naw impano kwl ikurimwe
Abakunzi ba ntahoyagiye ndabonatur benshi
Mwarimukwiy kuyiduh 2 mundwi, hama murashoboye👍👍
Courage Bella yasimmpanuro zakarire azicuza munyuma ndabakunda muritwari mugukina❤❤❤❤❤❤❤
Winjira vyoroshe ugasohoka bigoranye, karire yari yagerageje kukubwira nuko utatahuye ico yagomvye kuvuga. So courage Mimi et Bella
Mbega épisode nzizaaaa weee💃💃💃💃💃🔥🔥🔥nishimiye kubona abicanyi bafashwe😂😂😂😂😂😂 abakobwa b'ubwenge ndabemeye murazi gutega vraiment 😂😂
Waooo mbega mbega we muzi gutegura pe❤❤❤❤
Félicitations bakobwa beza murazi ubwenge pe
Bella n karire mwumve ngo ndakunze umukino mwakinye pe ariko bella attention n chr wae ah urabon k waruguyemwo courage ndabakunda
EEEEhhhh!!!!!!
Karire yaguhanuye wibaza ngo numucezo!!!!!
Buce tuharabe nka ya mbeba😀😀😀
Nashitse beza bange urwombakunda❤❤❤❤
Haraje hashe ndakurahiye
Olala bella ugombe ubone ayo karire yabonye mpore.ariko courage mukina neza
Bela zurumvira karire impunuro aguha hama courage ❤
Bravoooo
Bien joué kubona tantine yafashwe.Ahasigaye attention nuyo m chéri shaaa
Mbakunda kub bez ❤❤❤rer courage mubikor nez❤❤❤🎉🎉🎉
🥰🥰🥰urukundo nkunda iy film sinoronk nuk ndaruvuga🤔🤔mbeg vyiza weee rubangur n'umugor barafashwe haaa nuw yigir umu chri wa bella umuti wiw ur kuziko😅kazim karir yamaz kumubon shaaaa 🤗🤗courage nukur murashoboye
Bell wanj weee urahuy nivyago karire akubwira mpore rek turindir suite
Ewe Bella urambabaje nukuri gusa nuko atakubwiye ukuri twizereko ataco uzakuba
Abarundi tweho guki !!??? Courage courage
Umva ibi nibyo narintegereje rwose.
Nshimishijwe nuko Karire atagifunzwe.
Abagizi ba nabi bamenyekanye.
igice gikurikira tukibon vuba cyan byaryoshe cyan
Tantine na rubangura genda mwishure Ivy mwakoze . Nawe Bella wari kwibuka igihe karire yagu raconta histoire y'ubuzima yagize mu rukundo ukibuk k uw ch waw ariw yamugiriye Nabi, none Raba uritaye mumutego. Reka turindire ntahoyagiy turabe
Iyi film iteguye neza courage
Ewe Bella IMANA itagutqbaye aho hantu ntuhava amahoro
Abakunda films ndundi mwese ndaba❤
Abamaz kuhashik nkanj mumpe Link 💪💪💪♥️
Mwiriwe neza nukuri ibintu mukora turabikunda cyane kuko biduha inyigisho kd caurdge turabakunda ni claude ikigali murwanda
Sha karle nabella muranyicabasha.uwateguy iyi film yubahwedisi.irimwo agakenyuro
Wawoo amazing movie 🎥🎥🎥🎥
Courage guys pole San Mimi and Bella 😢😢😢 ntaho yagiye hejuru can ❤️❤️❤️❤️
Ndabakunda cane team mwese 🥰🥰🥰🥰
Mutunyarukirize basha 🙏🙏🇸🇦🇧🇮
haaaaaaaaaaaaaaaa arakumena amaso n uyakanure ewe film Amedee komera pe respect
Karire ukina neza kbx ndaryohewe kuba ukuri kwagiy ahabona 🎉
Nari nacikanywe pe 🙏. Love you from Rwanda 🇷🇼
Irik iraza kabisa arik muratunyoteza
Karire ngufashije gushima knd mwabikinye neza cane kbs
Bano bakobwa ndabikundira arko karire Arusha ubwenge bella 😊😊😊😊😊❤❤
Rosa ryakumunyenga wumve ukuntu wangaje bella
Ntahoyagiye hejuru cane 💪💪💪
Hagiye gushaaa 🔥
Nacerewe murampa likeeeeee nyinshiiiii mukecuru Rose wa rubangura😢😮🎉😂❤😅
Waooh courage canee bantu banje ndabakunda love from Dorine Arabie. Waooh Dodo warukumbuwee
Yeweee dimanche kwar kure😭😭vub muduh ep ikurikur
Turabakunda❤