Much respect all team mugisha good actor's ,I can't wait ep 4. Mugisha god blessing you and soniya god protect losses from Karabakekena. I love you from Rwanda
Eeeeee mugisha ilove u kuva zamani mfite 9years nkureb kugeza nubu much respect my brather ndakwemer from Rwanda ntakwizera umwana wumuntu habe na mama wawe kbx
Am proud my team . Lets countinue as on family. Mugisha be strong to everything. Things will be ok insha Allah. So encouraging film🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏 that life of now days.
Mbaye mubambere mundemere nukuri 🥱🥱 reka nicare rero👌👌❤
Komera
Fzjjlgoh❤❤😍😍😊😊
Ahumworo yanikiy ngo ntibwuma uwowit umukunz akakuber umururaz birababaj mukomer mubikor neza ndabakunda ❤️❤️
Nkunze papa wa Sonia disi ❤❤❤❤❤🎉🎉
Uyu mukecuru ufise umutima woroshe muhuriye munzira wosanga wamugonze 🤯🤯🤯gusa barakina neza cane congratulations to them
Birahinduka yarahindutse kweli nca nibuka rwa rukoti yahora yambara ariko arasangira ibijumbu na MUGISHA,sha Imana ntaho itokura umuntu
Much respect all team mugisha good actor's ,I can't wait ep 4. Mugisha god blessing you and soniya god protect losses from Karabakekena. I love you from Rwanda
Maa shaa Allah ndahageze muba mbere 🏃♀️🏃♀️🚴♀️🏇🤗🤗🤗🤗🇰🇼🛫🇷🇼🛫🇧🇮
Eeeeee mugisha ilove u kuva zamani mfite 9years nkureb kugeza nubu much respect my brather ndakwemer from Rwanda ntakwizera umwana wumuntu habe na mama wawe kbx
Thanks
Oya muvandi wibukeko bakunda Atari nyina wamugisha nahose utizeye mama wawe wakizerande?
Ndi umuntu wambere nanka film gusa numvise ko part 3 yaje
Kuva 13h gushk 21h ndab subiramwo.
Ewan respect mwubahwe.
❤
Félicitation team mugisha,film nziza cane ahubwo nanje ndahakuye icirwa hari ibintu utagomba kubwira buri muntu naho Yoba ari incuti yawe pfampfe.
Neza cane
Uvuze ukuri
Love team mugisha😍😍❤❤🇧🇮🇧🇮🇸🇦
Thanks
@@mugishamedia2632 releases
@@mugishamedia2632 respect sans love tram mugisha🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Iiiôb I'll
@@mugishamedia2632🎉❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Kebesi wew urize nk'umwan pole sana gukund ntukundwe bibaho ubugome bwawe nabwone ntibwotuma uronk umunezero Birahinduka incuti nziza ya Mugisha mw'isi hobamwo ba Birahinduka benshi isi yorangwa n'urukundo none nuko huzuye ba Bakunda naba Kebesi bakebera mu zosi Team Mugisha turabakunda vrma iyi film ndiko ndayiraba nuwompa urushi sinorwumva kuko iracari iya 1 mur film zawe zose vrma much respect Imana ikomeze guhezagira ibikorwa vyanyu bakundwa
Aaminaa
Karabakekena rungika batayo kwamugisha ...uranyegiye nagatwengo.love from saudia
Film yuzuyemwo imigani gsa ndabakunze cane ikirundi kiryoshe kimeze neza courage mon frère Mugisha
Merci sana
Mugisha ufise umuhanuzi mwiza yakwamye hafi kuva kuntango nubu mukiri kumwe Imana imuhezagire izagire nabahanuze beza nkuwo
Ruvuto damukunda Ari nubwege sana🙏🙏🙏🙏🙏🇰🇪🇰🇪🇰🇪
I love u Mugisha Ndumunya Rwandakazi Wigisha lbyubwenge Congratulations ❤🎉
Waaaawooo mugisha felicitations mwabiteguyenezape muranyigishije cane gose binyeretseko ntakwizera umwana wumuntu dukwiye kugira ibaga courage mwubahwe barakekena ngogwiki mugisha ariko apfyetera ubuki🤣🤣🤣inzina niryo muntu numunyamugishanyene soniya ndakunda uratuje cane gose nizazeko nomubuzima busanzwe kwariko umeze wubahwe mwizawaje mugishi uduhaye impanuro zikomeye ndabakunda🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯✍👌🙏🤝
Murakoze cane
Njenvuye 🇸🇦🇸🇦🇸🇦 mumpe izo like
Twaryotew no 4 nani ham courage mazina yanje sonia ❤❤❤❤bzu😘😘😘ba sonia turatekerej kbx knd tur beza courage mwese😍❤❤❤❤
Nukuri mugisha yamye atwigisha imyifatire yo mungo zacu ndafashijwe❤❤❤Sonia wahimo neza kbs urugo rwanyu lmana izabahezagire
Ikibi ntigitsinda iciza sha,burya Imana iramubona Mugisha na Sonia,izobarengeraaa
Neza cane
Mugisha turasavye ubandanye kutuhavvyinshi kadi mama rusaci nibwebwe kabinsa🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪
Wauuuuuh ndaryoheweee gusubir kubona film mugisha ✨🙌mwubahwe murashoboye
nakubali kizibanyundo gitebe that's why we love you don't forget nyumbani
Bila shaka
Murakoze cyane narinyitegereje rwose team Mugisha mwubahwe 🇬🇦🇬🇦🇬🇦
Namwe mwubahwe chantal
Ndabakekena🔥 umutima wae wos wawuhae sonia😁 utalia san😎 Mugisha be strong imbere ni heza
Merci
Mwubahw kbx film zany zirigish
🏃🏼♀️🏃🏼♀️🏃🏼♀️🏃🏼♀️🏃🏼♀️🏃🏼♀️🏃🏃🏃love you team mugisha❤❤❤❤❤
Reka mbanze ntore agatebe mumfashe kugorora ndavuga hanyuma.....gusa Mugisha jewe mbonye urikumwe na nyina wa Rushatsi birambabaza...hhhh
Félicitation Team Mugisha WE love u❣️💋
Mugisha is the best champion 🇧🇮🔥🔥🔥🔥🔥
Thanks
Ahindani harimigani niyindi yagusa🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪💪
Ndibuka igihe naraba iryambere Film ya Mugisha agitangura gukundana na Karire, Nararize biranka ko Film ndayimara kuyiraba. Well come again Mugisha
Thank you
Izina niryomuntu Mugisha numugisha nyene.,umwansi agucira icono Imana ikagucira ijando
Neza cane
Mugisha hejuru cane🎉🎉🎉🎉 Nyokwanyu nawe sinz izina nomuha Sonia komeza urugamba ntutinye abana babantu
Mugisha uramfasha cyane kuva utangira gukina filme courage watu wana wanjye na mwise mugisha🙏🙏🙏
Merci sana
😂😂😂😂ba Mugisha tumenyane twamanye amachance adasanze pe nanj natanguriye hasi ubu ndashima Imana ahigejeje ikora👌❤❤❤
Komera komera. Imana ihabwe icubahiro
Ma ma ma mashallah!!!! Iyi ep irakaze kwl,mugisha weee wakinye kera iyi ntivyorosha pe !!!!!!
Love team Mugisha🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Aaaahaaa karabakekene izin niryomunt kwer karabakekene ashak gukekena sonia muranyeguy pe!!!
Manshalla 🙏🙏MUGISHA &sonia murandyohey Sonia urintwari muramwemej karabagegena birahinduka naw urumushingantah koko MUGISHA merci bcq vrm uratwigisha💓💓🇧🇮 🇸🇦
Merci aussi
Nakubali mzee baba ukoivzr 🇹🇿🇹🇿🇹🇿
Murakora neza cane kand mwubahwe 🙏❤️❤️❤️🔥❤️, muduha ibindi bice bikurukira
Biri munzira
Courrage Mugisha nabo mufatanije ❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Merci sana
Karabakekena bamwongere umushahara ararenze kabisa izi épisodes yaratumye ziryoha cane naho afise umutima mubi nk’uwa mama rushatsi
Nagende asenge Imana izakurandura wewe nyen umugishije Inama nziza 🙇🙇🙏🙏😂😂
Wouuuû courage courage knd Part 4
Mugisha, team yanyu mukomeze cane.kuk harimwinyigisho nyishi cane. Arik namadam waw samilla turamukumbura arabiryoshaaaa!!!
Merci sana
I respect you bro Mugisha mpenzi wa ndelama 🤣🤣🤣
Thanks
Sha umuntu akugiriye nabi nice agaruka akakuba hafi sha numugome nukuri mukina ibintu bibaho pe
Iyi film izongwaza umutima kubera Mugisha nukur ivyi bamukorera
Pole sana
Respect mugisha 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Iyi nyigisho irakomeye caane, yoo mugisha uyo nyene maamdogo wawe niwe ariko arakundya 😢😢😢ariko Imana niyo mushobora vyose 🙏🙏
Komera
Film iraryoshe vraiment courage mukomeze kuduha ibintu vyiza 💙💗❤
Namwe murakoze cane,kandi budufashe kugira share kubandi
Am proud my team . Lets countinue as on family. Mugisha be strong to everything. Things will be ok insha Allah. So encouraging film🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏 that life of now days.
Tanks my
Mukina ze vraiment nukomuteba kuduha ibindi bice
😔😔😔
Iyi Film Iz Kw.Songa muza mbere Vrtm Iteguye nez
N amajwi n bon bon👏👏👍👍👍👍👍
Muranyishe nukur karabakeken nibakurek warasaze pe mugusha nukurimusege karabakekea uraguhitan arikomwijuru harimana izogutabar sonia ndagukunda cane🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇧🇮
Courage mugish nasonia mwabikoz nezIC mwasezeranij muragishts IC gitam kikubahuk kikarir kuber' Sônia nihatal na
Nakupenda cane film zanyu kuku Imyibutsa Aba Arimwishi
Komera
Inyigisho nziza canee ndahakuy kbx mukomeze peeeeee
Karabakeken ahav yikeken kbc mugisha nasonia mwubahw kbc
Niho tuba twibereye mugisha wacu ❤️❤️❤️
Murakoze cane
Ni murabe munyarutse igihe gikurikira💪💪💪💪😍😍😍😍😍😍
Kiri munzira
Ati azosubira murutoza 🤣🤣🤣papa Bukuru na Butoyi ntimuzomusubize mukabamba badi muzomwerek ikibuga cumupira kk akunda umupira kl gus nda ❤️❤️❤️❤️❤️👌👌
Nuko
Imana ishimwe ko yarongowe na mugisha hama courage igiye kuryoha cane kabisa
Aamin
Mugisha félicitation kub utway Sonia mwibanga ndabigushimiy
Merci
De rien
Maman rushatsi ndamwanka😏😏 yigira umwana mwiza kur mugish😍😍mugish Big up my bro turasavy Part 4
Ego iri munzira lyse
Yigir nkimbeb mukukury iguhuh🤣🤣
Much respect to mugisha team, nubwo karire mwamukuyemo😣😘
Thanks
Ntuzi ko Karire yapfuye agapfana inda mubitaro.
Karabakekena arabamara
I like this movie ,good job🇧🇮🇧🇮
Kabesi respect urazi gukina vrt wubahwe🙏
Respect Mugisha’s team’s🇷🇼🇷🇼
Courage role model wanjye. Imana yomwijuru igukome zamaboko.
Aaminaa
Ntawe tuzoronka agusimbura kur film ndundi Kabisa kugeza uyu mwanya uracari number 1,courage🙏🙏🙏
Murakoze cane mwamini
MUGISHA you are a good actor love you
Thank you
You are welcome
Machaallah.courage.nacerewe.mugicha.n,asoniya.imana.irikumwenamwe.mbegimigani.y,ifilm.
Aaminaa
Ilove you mugisha urukundo nkukunda ruri kunganza
Mashallah mugish wiwac nukuri za muranyaruk turabakund cane
Murakoze cane
Karabakekena yubahwe cane n'umukinyi mwiza cane
Mwubahwe namwe
Iyifilme yamugisha irimw imigani myish abamaz kubibon nkanj mugongek ngaha 🤛👊✊👌
Cane
Mugisha! Izina ry'umugisha koko.
Komera komera
Karabakekena courage uzi gukina neza njyewe uyu musaza asha ndamukunda
Vyiza cane
Allah abajye imbere muri company yanyu allahum amiin yarrb💗😍
Waaaaoooo Mugi❤
Rurahindu umukunde cane kuko numugezi windani kabinsa❤❤❤
Iyi film reroo ndayikundira imigani myishi bashiramwo,,, courage kabisa murashoboy
Murakoze
😆😆😆😆😆.ruzoviyoo.rutegama..ewe.mugisha..twidugire.ruguru...ndakunda..ukuntu..muduha..iminota.ikwiye.❤❤❤🔥🔥🔥🙏🙏
Murakoze cane
Courage mugisha
Tuko.pamoja nanyi🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇴🇲💓💓💓🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Asanteni sana
Mugisha ndagukuuuuunda nukuri yaba vyari ibikunda nogushikiriy ukangira inama cane vrt ndayiravye nteba mugabo ntacooo uburyohe nibwinshi ndabakunda vrt
Uyu muvyeyi aranyic pe 🤣 ukuntu yiyorobek Kur mugisha nukur knd abifisemw uruhara 😢😢🙆🙆 Mugisha merci beaucoup kunyigish muduha ziri murino films 😍😍😍😍🇧🇮🇧🇮❤️
Murakoze cane
@@mugishamedia2632 🙏🙏🥰
Uburero mugisha ariko aramfyetera ubuki 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣karabakekena nzogupfana ngo singaza inkuba ndamurungikire mugisha 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😅😅😅😅😅😅😅🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Much love ❤❤❤🔥🔥🔥🔥🔥🇸🇦🇧🇮❤❤
Abishyirahejuru Imana ibacisha bugufi mugisha wwe komeza usenge Imana rugira
Komera komera
Birahinduka,tu as raison !!!!uti
Gloria afise akarigangamuhogo,uti Sonia nawe birasa na bimwe vyo kwa karire!!!
C'est vrai !!!!
Neza cane
Mashallah.tabarakallah
Ahsanteni sana grp ya mugisha
Asanteni pia
Respect bro much love from Rwanda
ATI cankebizobavyunyutse ewe mugisha uranyish courage beza bacu
Merci
Ndanezerewe ko mugisha atweye sonia courage
Merci sana
Mugisha jenarambiwe❤
Warambiwe niki??ihangane