Indirimbo nziza ifise amajambo nkoramutima, iririmbwe mumajwi adasanzwe avec la couleur d'un choeur émergeant...merci beaucoup à la chorale Regina Caeli pour ce chant très méditatif, c'est le meilleur cadeau de Noel muduhaye, umukama abahezagire mutere imbere nk'umuzinga kandi abanezereze nkuko natwe mutunezereje.
Woooowww, quelle interprétation 👌👌👌 époustoufflant.... ariko il aurait été mieux que vous mentionniez at least le nom du chant originel (All hail the power of Jesus' name), de ses compositeurs (Edward Perronet & James Ellor) et surtout uwayishize mu kirundi (Patiri Jean Marie IRANKUNDA) pour leur rendre les honneurs qui leur sont dues... Ariko congrats kabisaaa 👏👏👏 good job
Turabakengurukiye cane. Nkako, igikorwa fufise ni ico kubafasha gusenga neza. Iyo mudushimiye rero natwe biraduhimbara. Ese Umukama yobandanya adushoboza kubafasha vyukuri kugira ngo twese tuze dushobore guhurira kwa Data kuri wa musi wanyuma!
Que le Saint-Esprit continue à inspirer les Choristes de ma Chorale Regina Chaeli de la paroisse Mère de la Misércorde de Kanyosha, Diocèse de Bujumbura-Burundi!
Vyukuri iyi ndirimbo ni nziza cane! Iririmbwe muburyo budasanzwe vyukuri. Eka na video yayo ni nziza cane. Turakeje Chorale Regina Caeli yo mu Kanyosha kuntambwe igezeko.
Muri abambere, amajwi meza.
Muduhe izindi ziririmvye neza uko
Indirimbo nziza ifise amajambo nkoramutima, iririmbwe mumajwi adasanzwe avec la couleur d'un choeur émergeant...merci beaucoup à la chorale Regina Caeli pour ce chant très méditatif, c'est le meilleur cadeau de Noel muduhaye, umukama abahezagire mutere imbere nk'umuzinga kandi abanezereze nkuko natwe mutunezereje.
Muze tugende kumusenga,bravo aux chanteurs que l'esprit saint veille sur vous maintenant et à jamais
Akaririmbo kezaa , gahimbaye , gatuma uzirikana kari mumuziki mwiza
Imana ihezagire chorale Regina Caeli.Indirimbo nziz cane
Murabahizi, mwarahezagiwe. Iyi ngabire si iya bose. Muraririmba neza tugahezagirwa. Vyukuri isi irakize, iryavuzwe riratashe. Wohora urasenga kabiri hamwe niyi chorale. Muhezagirwe cane Kandi murindwe n'Umukama mukomeze kumwamamaza mu ndirimbo ziryohoye nkizi! Be blessed!
Joyeux Noël 2023🙏🙏🙏Amen Kaze Yezu 🙏🙏🙏🙏
Adntte ndakubonye🥰🥰🥰🥰 nice song
Oooh lalalala,ivyizavyo muburundi birikobiraza akaririmbokeza gahimbaye kanoboye.
Vyiza cane Imana ibafashe mutere muja imbere
Woooowww, quelle interprétation 👌👌👌 époustoufflant.... ariko il aurait été mieux que vous mentionniez at least le nom du chant originel (All hail the power of Jesus' name), de ses compositeurs (Edward Perronet & James Ellor) et surtout uwayishize mu kirundi (Patiri Jean Marie IRANKUNDA) pour leur rendre les honneurs qui leur sont dues...
Ariko congrats kabisaaa 👏👏👏 good job
Hezagirwa na Rugira!
Ico Nico vraiment, là je suis d'accord avec toi Bill
🎺🎺🎺🎺🥁🥁🥁mukomere. Noheli nziza numwaka mushasha.
Twese twese ncuti. Murakoze
Indirimbo y'akanovera. Ifise amajambo nkoramutima. Ter'imbere nkumuziga mubandanye muha icubahiro Imana muguhezagira igihugu cayo.
Iyi chorale iraririmba neza kabisa! mukomere mubutumwa bavukanyi.
Ayo majwi. Woooow. Angelique. Yezu abazigame
Une chorale disons international avec un bon et grand pianiste. Il joue bien au clavier. J'aimerais le rencontrer vraiment😆
Amen 🙏🙏🙏 Noël 2024🎄🎄🎄🎄🎄🎄🎄🎄
Imana ibahe umugisha . Iyi Chorale iririmba neza cane
Olalaaa Amazing song . Almighty Lord bless this choir till you Flambergested.
Waaaaoooohhh belle chanson.vyukur iryavuzwe ryatashe,Isi Irakize.courage kur Chorale Regina Caeli
Que Dieu vous bénisse et vous donne toujours la force de chanter et méditer pour le Seigneur
Ako karirimbo wohora urumviriz .uryalye utera usinzira kubwukujanwa gusa .choral regina caeli umukama ayihezagire
Mwarahezzagiwe n'umukama natwe Aba kristu turabasabira muterimbere nkumuzinga.
Turabakengurukiye cane. Nkako, igikorwa fufise ni ico kubafasha gusenga neza. Iyo mudushimiye rero natwe biraduhimbara. Ese Umukama yobandanya adushoboza kubafasha vyukuri kugira ngo twese tuze dushobore guhurira kwa Data kuri wa musi wanyuma!
Congratulations to you! Your voices are very nice like angels. There is no need to say anything else. Only the Lord be with you.
Joyeux Noel. Indirimbo y'akanyamuneza. Merci
This is my favorite song ❤️.thx
Egooooo harimwo akabirya
Joyeux Noël à tous les amis avec Isi Irakize, produite par Chorale Regina Caeli, ma Chorale!
Akaririmbo keza cane
Muhezagirwe cane
Keep straight and may God bless you
Que le Saint-Esprit continue à inspirer les Choristes de ma Chorale Regina Chaeli de la paroisse Mère de la Misércorde de Kanyosha, Diocèse de Bujumbura-Burundi!
Iyi ndirimbo iririmvye neza caaaaane. Iyi chorale yaduteye iteka cane.
Amajambo ari muri iyi ndirimbo aradufasha cane kuzirikana Noel pe! Imana ibahezagire chère chorale amie!
Vyukuri iyi ndirimbo ni nziza cane! Iririmbwe muburyo budasanzwe vyukuri. Eka na video yayo ni nziza cane. Turakeje Chorale Regina Caeli yo mu Kanyosha kuntambwe igezeko.
Niyonkuru thierve
Niyonkuru thierve
Amen yezunahimbazwe
Chant de l'année 2021
👏👏👏👏👏🙏🙏🙏🙏
Is it possible to get soft copy of this beautiful art of gospel music?
Good song the crismas
Merry Christmas
Oohlalalala
Georgeous
Indirimbo nziza caaane . Terimbere
It is a smart song
Kabisa akakaririmbo numuti
Mbega ivyizaaaa!! Merry Christmas Day all of you.
Murampimbara
P
Indirimbo nziza caaane . Terimbere
Kabisa akakaririmbo numuti
P