Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Brother Moses, uri muzima . Ni gake wabona umuntu neutral mu ntekerezo mu karere. Keep it up bro. Isi n'akarere biragukeneye !
Moses ntucike intege brother life goes on abo bagutuka bareke
Abagutuka nibo batagira ubwenge. Kuvugisha ukuri ntibyica umutumirano. Kagame wacu abamwanga ntacyo bazamutwara. Ijana ryahuka bavuma rigataha rivumera.
***EGO NDAKUMVA CHIMAMADA MOSES, BANDANYA TWIYAGIRE...
Ubuhanga n'ubugome jya ubasha kubitandukanya!
***AMAHORO Y'IMANA CHIMAMADA MOSES!
About red line, any country has a red line kandi yashizweho numukoroni sikagame si nyakwubahwa sebarundi general never. So I don't know which red line uriko uravuga.?
***BON, NIFUZA YUKO UN JOUR TURI BABIRI (À DEUX) NIVYIZA CANE MURAKOZE KABISA!
Hama kuduhamagarira kuja kwica abarundi benewacu bari murwanda navyo. Shindwa katika jina LA yesu. Ntiturota twikora munda kirazira. Ntidufise umutima nkuwo wanyu wabanyarwanda. Ubu amakuru yo murwanda tuyaronka kubera benewacu bariyo. Rero nibibereho amahoro nibashaka gutaha ni karibu iwabo. Twebge ntitumeze nkamwebge Moses. Muhiga fdlr ngo muyitsembe. Kandi muzi ko igizwe nabana bavutse inyuma ya genocide. Bahamagare mubigishe amateka. Kuko ubgo nibgo butunzi bgigihugu. Sweranyoko.
Nivyo Église Catholique niyo yazanye amacalubiri
We love you back bro ❤❤❤❤
Ujyukoresha izindi title
Uvuga ukuri
5/5 ndakumva
Jewe mpora nibaza Amashuri wize nurwanda. Nkibaza nimba warahejeje primary. Bikanyobera kuko imbere yoguhubuka uba ubanza ikiyumvira.
Mose mwaramutseho utwibwirire Nahon abanzi bi byiza babaho bakuziza KO uvugisha ukuri nibacye bavugisha ukuru imana iguhe umugisha turagukundape❤
@@Rachelniwemugeni none se wewe umukunda ngo bigende gute kandi Moses arumutinganyi. Yarihinduje igitsina?
***EGO...
Hari umunya Israel🇮🇱 agwanya Israel🇮🇱 umaze kwumva ari muri gaza? Cankwe muri Lebanon? Hari umunya America🇺🇸 agwanya America🇺🇸 ari hirya nohino kwisi? Hari umurusia wumvise yahejejwe hanze ashaka kuzotaha atahanye imbunda? Shirubgenge kugihe kwanza imbere yuko uhubuka. Nayo marangamutima yawe. Mpemuke ndamuke. Fdlr nabanyarwanda? Sabanyarwanda? Red tabara nabarundi? Sabarundi? Reka gutbokwa nkumuriro woci kugirubgenge nibgo butunzi bginosi.