Imboneza Talk Show - Irvin Floréale (ADG INFINITY GROUP )

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 9 лют 2025

КОМЕНТАРІ • 36

  • @akis9134
    @akis9134 Рік тому

    wow, tu nous inspires tous Irvine, courage!!!

  • @uwakristu4010
    @uwakristu4010 4 роки тому +4

    Ooh où étais-je tout ce temps? Curieusement je passe la plus part de mon temps sur u-tube. Je viens de parcourir plusieurs de tes interviews sur la liberté financière et je dis wooow. Ibi nivyo dukeneye

  • @Rkyii
    @Rkyii 4 роки тому +3

    Terimbere Irvine . Your story is very inspiring to all of us ❤️❤️

  • @MegaYifu
    @MegaYifu 4 роки тому +1

    Ibiganiro nkibi nivyo biteza imbere igihugu! Leta nayo niyo kuzana amategeko yorohereza les entrepreneurs ! #Burundi #IlsFinirontParComprendre

  • @gaellakaneza7700
    @gaellakaneza7700 2 роки тому +1

    vraiment intéressé....wouah

  • @manmahuna1160
    @manmahuna1160 4 роки тому +1

    Je trouve ça génial

  • @graceburyeburye9900
    @graceburyeburye9900 4 роки тому

    “ kuja hanze ngo nkoreshe ama econmie ya maman yose kandi mfise amazing” 👏🏾👏🏾👏🏾So inspiring! 🙌🏾

  • @victoirehagerimana6079
    @victoirehagerimana6079 2 роки тому

    Woooow so amazing Irvine Imana Mushobara vyose imwongere ubwenge bwa innovation kabisa.. Tu es Brave 😊🤗 tes parent barahiriwe bagufise.

  • @jeanpierrenzeyimana4532
    @jeanpierrenzeyimana4532 4 роки тому

    Wonderful leveraging in Burundi. Aba bana baraciye ubwenge. Ibi bintu biba I Buraya. Kandi vyatumye result ya production yaduze cane. Kubera baba bafise abakozi bafise capacity na responsibility. Abakozi ntibakina. I congratulate abo bana.

  • @sandyndayegamiyentwari700
    @sandyndayegamiyentwari700 4 роки тому +1

    Nukuri ivyo bintu biratwubaka🙌

  • @olivern4444
    @olivern4444 4 роки тому

    Ibi bintu ni innovation kabisa. Mu bihugu vyo hanze bireze cane. kubibona mu Burundi birahimbaye.... Courage kuri Irvin....

  • @mussaidrissa4014
    @mussaidrissa4014 3 роки тому

    J'apprends toujours quelque chose de nouveau,merci beaucoup,je suis étudiant, écrivain et entrepreneurs aussi!🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️💪💪💪

  • @josephinegahugano6148
    @josephinegahugano6148 4 роки тому

    Yooo,je pleure,kuba umwana mugabo ukabwirizwa gukurana responsabilité yumumaman,yezuu uri mwiza,ugira neza.

  • @jeanchristkamwenubusa3656
    @jeanchristkamwenubusa3656 4 роки тому +3

    We ♥️ this interview but we need Sioni or Gerard or boss of formii I don't know his name (dukeneye Sioni canke Gerard afise utubare ,ubagirishe nkizo interview

    • @josephinegahugano6148
      @josephinegahugano6148 4 роки тому

      Ndagushigikiye c,est plus grand.bica bifashe générations zitandukanye.

  • @francineuwimana5877
    @francineuwimana5877 2 роки тому

    Uyo mu sister ndamukunze gose vrm, yagize iciyumviro ciza, ndamusabiye ijuru

  • @Ncutiy
    @Ncutiy 4 роки тому

    Your speech inspired me Irvin. 🙏🙏🙏🙏

  • @toutestoutes1981
    @toutestoutes1981 4 роки тому

    Interview nziza Cane bravo 👏 👏 👏

  • @josephinegahugano6148
    @josephinegahugano6148 4 роки тому

    Kabisa,problèmes à l'infini,solutions à l'infini.igihugu cacu gifise abantu,kabisa.

  • @elviskwizera3872
    @elviskwizera3872 4 роки тому

    Bravo Irvine, et courage !

  • @samuelhakizimana3966
    @samuelhakizimana3966 4 роки тому +1

    Irvin Floreale Imana ikujimbere muma projets yawe uri umuvyeyi wabantu benshi. None umuntu yogu contacta gute?

  • @fabricenduwayo7059
    @fabricenduwayo7059 3 роки тому

    Ndakwemeye kabisa

  • @bertrandbudigo1656
    @bertrandbudigo1656 4 роки тому +1

    Gute no participa muri talk show nanje??? Mumfashe ibi bintu bifise akamaro

  • @armand23974
    @armand23974 4 роки тому

    Bravo👏👏👏

  • @jeanpierrehakizimana57
    @jeanpierrehakizimana57 4 роки тому

    Très enrichissant

  • @josleen4398
    @josleen4398 4 роки тому

    nivyiza birahimbay

  • @alainmutahibonetse8572
    @alainmutahibonetse8572 4 роки тому +1

    Bien

  • @wilsonwellon6619
    @wilsonwellon6619 4 роки тому

    Ndi yeux umwanya wose

  • @tamiairibuka1837
    @tamiairibuka1837 2 роки тому

    Kugira uje kuraba ivyayo ma débat urariha amahera?

  • @soniamunezero5584
    @soniamunezero5584 4 роки тому

    Courage

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 4 роки тому

    Shame 🤔
    😊😊😊
    👍🏾👍🏾👍🏾

  • @uwimananadia6066
    @uwimananadia6066 4 роки тому

    🙌🙏🙏

  • @FirstlyOfficial
    @FirstlyOfficial 4 роки тому

    ❤💖💖💖💖💖💖💖💖💖

  • @fabiennizigiyimana
    @fabiennizigiyimana 4 роки тому

    Good

  • @jeanpierrenzeyimana4532
    @jeanpierrenzeyimana4532 4 роки тому

    Ingorane iriho ni market. Means nta kazi kenshi kariho. Kuba bikorwa ahantu hatari akazi kenshi biranyigishije cane.