Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Muhezagirwe numukama yadunze banje ivyovyiza yarabingiriyeMuhezagirwe numukama banje banje ivyiza yarabingiriye ndashima iyondirimbo cane.
Igih cose nihebuy kubwibicumuro uranyitorer ngo ndagukorere Amen Imana ibazigame
Yarangiriye ivyiza vyishi Amen
Ndabifurije gutera imbere murubwo butumwa bwo kuririmbira Imana
Imana yatanguye ivyiza muri mwebwe niyuhire
Mukomere mukuririmbira lmana
toujours ninahazimana
Waranyitoreye kugira nze kugukorera
❤❤❤❤🎉🇧🇮🙏🙏🙏💌👏🙌 God bless you
Umukama,nabakomeze,mubutumwa,bwanyu .
Ayo majwi ni meza cane ese umukama yobandanya abakomeza murubwo butumwa
Igihe cose ngucumuyeko uranzigama ukandekurira....Ninahazwa Mana
Ewe mana yanj warangiriye ivyiza vyinshiii,warakoze mana
Nari nihebuye ntiwigez unkurako ijisho♥️♥️♥️
Waranyitoreye kugira ngo nje kugukorera
Courage mon frère, bandanye mufasha mugukwiza ubutumwa hose
Yewe mana yanje warangiriye ivyiza vyishi
Iman ibandany ibazigam
Nciy ndabakumbura umukama akomez guhezagira amajwi yanyu my choir ndabakunze
J'adore tellement cette chanson
Biraryoshe pe
Igihe cose nkucumuyeko uranzigama ukandekurira 🙏🏼 Vyukuri warangiriye ivyiza vyinshi
Ewe Mana yacu. Iyo Mana ikomeze kubahezagira
Muhezagirwe
Murampimbara,iyo Mana yatugiriye ivyiza vyinshiii
Muhezagirwe niyo ndirimbo nziza.
Ndabakunda kandi ndabakumbuye
Waranyitoye ngo ndagukorere
Muhezagirwe cane 2:14
Vyiza cane
Twarahezagiwe n'Umukama
Indirimbo zanyu zirampezagiraa
Amaboko hejuru murashiboy
Ewe Mana yanje
Warampaye inema yokuba uwawe
Ayo majwi yanyu ndayakunze cane
Waranyitorey kugiranje kugukorera Mukama🙏🙏🙏
Amen amen warangiriye ivyiza vyishi mana ❤❤❤
Waranyitoreye Mukama
Mbega amajwi meza
Respect my choir
Vylza
❤😊
Yes very good
Mukama dukomez gose mubuntu bwawe
Amen
🎉
Hezagirwa
waranyitorey kugir ng nz kugukorera ndabakund cn komer m butumw
🙏🙏
Nice song ♥️♥️♥️
❤❤❤
Weldone
Mwari muberewe cane 👏👏
Warangiriye ivyiza vyinshi.Nije ndabizi.
Nice
Imana yatanguje ivyiza muri mwebwe niyuhire
Mukomeze urugendo nkutwo birabereye
Muhezagirwe numukama yadunze banje ivyovyiza yarabingiriye
Muhezagirwe numukama banje banje ivyiza yarabingiriye ndashima iyondirimbo cane.
Igih cose nihebuy kubwibicumuro uranyitorer ngo ndagukorere Amen Imana ibazigame
Yarangiriye ivyiza vyishi Amen
Ndabifurije gutera imbere murubwo butumwa bwo kuririmbira Imana
Imana yatanguye ivyiza muri mwebwe niyuhire
Mukomere mukuririmbira lmana
toujours ninahazimana
Waranyitoreye kugira nze kugukorera
❤❤❤❤🎉🇧🇮🙏🙏🙏💌👏🙌 God bless you
Umukama,nabakomeze,mubutumwa,bwanyu .
Ayo majwi ni meza cane ese umukama yobandanya abakomeza murubwo butumwa
Igihe cose ngucumuyeko uranzigama ukandekurira....
Ninahazwa Mana